Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mugisha iyo miziki wagarukanye wapi vraiment ntitwokumviriza imiziki namajambo avurwamwo birarusha mumatwi yivyo twategerezwa kumviriza
Twihenze,gato.tuzokosorahanyuma.
Ndadaye yishwe na iprona ikoresheje igisoda cayo nkuko bisanzwe naje narabibonye
Ok .habuze iki kugira abo bose bazwi ko bagandaguye Pr.Ndadaye ariko habe amatohoza nivyabona kuko kubunviriza uko kuma media hama bigaherera kwunviriza gusa kuko abamwishe nibo bishe igihugu cacu ubu uburundi ntibukiri bwamata nubuki busigaye arubwamaraso ninzigo .abo batama nibareke impari batange ukuri kugira hakurikiranwe abishe Ndadaye nkanje sinarikwitwa impunzi iyo Ndadaye aticwa
Merci Mr Ngomirakiza
Amahoro. Sinzi ko npba numvirije nabi Ngomirakiza yoba yishuye ikibazo yabajijwe aho yari la dernière minute ko yari kumwe na Kamana canke batari kumwe.
Mubisanzwe igihugu cari icabatutsi ego Ndadaye sa batutsi bose bamwishe kuko navuze ko igihugu cari icabatutsi vyumvikane ko Ndadaye apfuye nabo bababaye ariko yishe nabakuru babatutsi
Mbe Bihome ko yakijije umwami,harabuze umututsi numwe yari kurokora ubuzima bw'umukuru w'igihugu?akarokora igihugu?twarabamenye bihagije Abo muri bo.ntaho mutandukaniye naba Birori.
Abo bagabo,barakwiye kurenguka m'ubutungane.urumva ingene bavuga umengo nukujandajanda?
Nk'umuntu amenyesha amakuru harajamwo imiziki amakuru ariko aravurwa haraho abumviriza mutwita ibijuju aho have
Iyomihimbiri yisendadaye niyo yatumye ibivyose bitubako itwaro zagacinyizo barikobaravuga bateye iseseme
Abo basirikare b ubwoko bw abatutsi bareke kudufindanirako kuko ntacabaye kitafunditwse nabo kuko kwari ukwirasa kukirimba none kukirimba ninde musoda yafiriye kukirimba azira ndadaye?Niyompanvu batojaho bahende abantu ahubwo nibemange ivyabaye vyose ntibasubire kuvuga ngo nakagwi ikindi abikekwa Bose bafatwe bazanwe murukiko bavuge n abandi bafatikanije nuwabatumye
Okay
Ndabaza kuri Ndadaye. Mbega ngo Ndadaye amaze kuba president ngo yarakumiriye aba PALIPEHUTU yasize mu Rwanda? Kuko hari igitabo nasomye cikimenyeshamakuru co murwanda ko hari umu menyeshamakuru yamubajije kuba PALIPEHUTU basigaye mu Rwanda ko azobazana akabashira munzego zigihugu bakamucungera nasomye ko ngo ndadaye yishuye ati: barya ninkehwa tuzobatoza intoke acadondagura uburerebarimwo mbega vyobarivyo? Dutohoreze kuko namba arivyo niwe yiyicishije kuko yizeye abansi biwe banamubera abamucungera umutekano
Mubisanzwe ndadaye yakinye politique ukutariko ntabwo yarigufata baryabamenja akabaribo ashirimbere azinivyo buyoya yakorera benewabo exemple nkabagaza ahubwo abamwishe bose baribakwiye kubica nabo kuko namagorwa turimwo nibobayaduteje
Ivyo mwakoze bizobabera akaga ninbere yimana
Mugisha iyo miziki wagarukanye wapi vraiment ntitwokumviriza imiziki namajambo avurwamwo birarusha mumatwi yivyo twategerezwa kumviriza
Twihenze,gato.tuzokosorahanyuma.
Ndadaye yishwe na iprona ikoresheje igisoda cayo nkuko bisanzwe naje narabibonye
Ok .habuze iki kugira abo bose bazwi ko bagandaguye Pr.Ndadaye ariko habe amatohoza nivyabona kuko kubunviriza uko kuma media hama bigaherera kwunviriza gusa kuko abamwishe nibo bishe igihugu cacu ubu uburundi ntibukiri bwamata nubuki busigaye arubwamaraso ninzigo .abo batama nibareke impari batange ukuri kugira hakurikiranwe abishe Ndadaye nkanje sinarikwitwa impunzi iyo Ndadaye aticwa
Merci Mr Ngomirakiza
Amahoro. Sinzi ko npba numvirije nabi Ngomirakiza yoba yishuye ikibazo yabajijwe aho yari la dernière minute ko yari kumwe na Kamana canke batari kumwe.
Mubisanzwe igihugu cari icabatutsi ego Ndadaye sa batutsi bose bamwishe kuko navuze ko igihugu cari icabatutsi vyumvikane ko Ndadaye apfuye nabo bababaye ariko yishe nabakuru babatutsi
Mbe Bihome ko yakijije umwami,harabuze umututsi numwe yari kurokora ubuzima bw'umukuru w'igihugu?akarokora igihugu?twarabamenye bihagije Abo muri bo.ntaho mutandukaniye naba Birori.
Abo bagabo,barakwiye kurenguka m'ubutungane.urumva ingene bavuga umengo nukujandajanda?
Nk'umuntu amenyesha amakuru harajamwo imiziki amakuru ariko aravurwa haraho abumviriza mutwita ibijuju aho have
Iyomihimbiri yisendadaye niyo yatumye ibivyose bitubako itwaro zagacinyizo barikobaravuga bateye iseseme
Abo basirikare b ubwoko bw abatutsi bareke kudufindanirako kuko ntacabaye kitafunditwse nabo kuko kwari ukwirasa kukirimba none kukirimba ninde musoda yafiriye kukirimba azira ndadaye?
Niyompanvu batojaho bahende abantu ahubwo nibemange ivyabaye vyose ntibasubire kuvuga ngo nakagwi ikindi abikekwa Bose bafatwe bazanwe murukiko bavuge n abandi bafatikanije nuwabatumye
Okay
Ndabaza kuri Ndadaye. Mbega ngo Ndadaye amaze kuba president ngo yarakumiriye aba PALIPEHUTU yasize mu Rwanda? Kuko hari igitabo nasomye cikimenyeshamakuru co murwanda ko hari umu menyeshamakuru yamubajije kuba PALIPEHUTU basigaye mu Rwanda ko azobazana akabashira munzego zigihugu bakamucungera nasomye ko ngo ndadaye yishuye ati: barya ninkehwa tuzobatoza intoke acadondagura uburerebarimwo mbega vyobarivyo?
Dutohoreze kuko namba arivyo niwe yiyicishije kuko yizeye abansi biwe banamubera abamucungera umutekano