The first I greeting your. I'm NGAYIRIBI Eraste as Rwandan people, and I, I like well president of Burundi called Peter NKURUNZIZA according his behaviors to the God and in the public. I will remember you in my prayers and my progress life. God bless My Peter NKURUNZIZA and person who proposed this song.
Urakoze kundirimbo nziza nkiyi waririmbiye umuvyeyi wacu ariko igihe cose ndayumvise nkorora amosozi. RIP MY PRESIDENT
Rest in peace again my lovely president H E Peter Nkurunziza, our God be bless you
Abarundi twese turagushimiye kudufasha gusezera umuvyeyi wacu President 🙏💭
Ruhuka amahoro sebarundi🇧🇮ivyiza wakoreye abarundi nuburundi niryo ragi wadusigiy tuzama tukwibuk😭😭😭😭
Ndagushihikiye Mushiki wacu Mariguerite kuduhoza kk twabuze UMIVYEYI WINTWARI
Imana yagukunz niyo yakwiyegereje ruhuka amahoro muvyeyi mwiza.
The first I greeting your. I'm NGAYIRIBI Eraste as Rwandan people, and I, I like well president of Burundi called Peter NKURUNZIZA according his behaviors to the God and in the public. I will remember you in my prayers and my progress life. God bless My Peter NKURUNZIZA and person who proposed this song.
ahari mw'ijuru arahangamye niyiruhukire murundi
R.I.P your Excellency president Pierre Nkurunziza ❤❤❤❤
Umuryango wa nyakwigendera Uhoraho akomeze kubaha ivyizigiro, Kandi mumugumeko uko biri kwose
Mwana unakumbuka hii nyimbo ? mimi ndo BURUNDI 🇧🇮 TANZANIA 🇹🇿 Story my brother's
Basha ntituzongera kubona ibikorane nkivyamutama ubu tuzokumbura vyishi kabisa
I love you my country Burundi 🇧🇮 Tanzania 🇹🇿 when I m die remember me I was in the World BRD Funnyboy ❤
and true love forever 🇧🇮 we love my sisters ❤
😭😭😭😭✝️✝️Ntituzamwibagirwa kubikorwabyiwe✝️✝️😭😭😭🙌🙏🙏
Tutakukumbuka daima wwe mtetezi wa wanyonge
Sokuru wacu ntituzomwibagira nukuri yadukorey vyinshi ngaha amashul tuyarangij tutarishe twivuza kubuntu nukuri IMANA izoguhembere ibikogwa wakorey abarundi twese nubu turi mugahinda
is my country true song 🇧🇮
Rest in peace Mr President Peter, you've tried ur best to show other presidents that above all there's God who is above all.
May your soul rest in eternal peace my lovely President,Thank you His Excellency Nkurunziza!
‹nn
Ange na Maggy ,courage bane ba Encadreur wacu
Aheza kwa Data Ntwari yacu. Hoho ataburiganya
Niwigire warumuvyeyi udukunda natwe tugakunda .ntakundi .
Abarundi benshi tuzoguma tumwibuka muntahe nziza yama atubwira abarundi twese n'impuhwe nyinshi ziwe n'ugusenga kwiwe
Imana yasubiye kuvyayo
Best Song for our President
Bunyoni aramuhitanye
,😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭yesu uzoduhembere uyu muvyeyi
Tuguma tukwibuka ibihe vyose
Wadusigiye iragi ry'agaciro nyenicubahiro.
R I P mon president.
Komera komera ku rugamba
Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza.
May your soul through the mercy if God continue to rest in eternal peace H.E Pierre Nkurunziza
Uhezagirwe ncuti kuri zka karirimbo
Nshimirimana
Rest In Peace MH Hero president Nkurunziza
Oya ntazokwibagigwa abiwe twarasigaye
❤🇧🇮🇧🇮❤
Amen amen
😢😢
Iyi si nihatari
ntuzova mu mitima yacu.
sogokuru wacu ruhuka ntwari yacu
tuzohuriramw'ijuru 2:34
Nice song
RIP Your excellency
😰😰😰😰😰
R.I.P 😭😭😭
Urakoze kundirimbo nziza nkiyi waririmbiye umuvyeyi wacu ariko igihe cose ndayumvise nkorora amosozi. RIP MY PRESIDENT
Niwigire warumuvyeyi udukunda natwe tugakunda .ntakundi .