Uyu mugabo aradutangaje turumiwe/naraterwa isoni n’akazi kanje nkigatangura/nararongoye ndubaka inzu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 36

  • @kanamugirekeza
    @kanamugirekeza 10 годин тому

    ohhh my favourite 🙌🙌🙌yubahwe canee he is very polite, professional and humble ndamuzi kuva ngira 2013

  • @sandrineirakoze6627
    @sandrineirakoze6627 3 місяці тому +1

    Fabricure sha numuntu mwiza vrt. Yaransiz akatari gake. Imana ikomez kuguteza imbere.. 👌

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 3 місяці тому

    Fabrice ndakuguze imana igume ihezagira ivyo ukora❤❤❤

  • @billgrahammunezero9791
    @billgrahammunezero9791 3 місяці тому +1

    Ikiganira niciza cane courage mwese !!

  • @cynthiakamikazi9648
    @cynthiakamikazi9648 3 місяці тому

    Wow quelle belle histoire ya persévérance na succès👏🏾👏🏾 Kandi ari très poli👌🏾 Ninasubira gutaha 🇧🇮 nzomurondera ndamushorere vraiment! Iyo Studio S iri hehe?

  • @UwamariyaEpiphanie-rm3oz
    @UwamariyaEpiphanie-rm3oz 3 місяці тому +1

    Ni byiza cyane iki kiganiro ndagikunze cyane

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 3 місяці тому +3

    Fabrice bravo bravo
    Ariko ndaguhanure uzogure des gants uze uzambara pour te protéger ugure na Mask uyambare pendant que tu travailles. Nikko ubizi izo produits chimiques zigenda zirinjira mu mubiri wawe kandi conséquences néfastes uzozibona muri future. So protect yourself please.

    • @sese667
      @sese667 3 місяці тому +1

      Umuhanuye neza vraiment, aze arakora nk'umu professionnel, asanzwe abikora neza ariko yongereze aga touche ka professionnalisme ...

  • @a.colinmwizere537
    @a.colinmwizere537 3 місяці тому +1

    Respect 👌

  • @MugAma1012
    @MugAma1012 3 місяці тому +4

    Sortir de sa zone de confort🫡courage..tera imbere !

  • @danielladushime6258
    @danielladushime6258 3 місяці тому +1

    Fabricure 🥰❤️

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 3 місяці тому

    Bcp de courage Fabrice. Ariko nukwi protegea kuko izo produits uzikorako umwanya munini. Nukwambara ama gans na masque

  • @niyokwizerajean
    @niyokwizerajean 3 місяці тому +1

    Ubundi gucagura akazi ni amakosa adasanzwe, courage cane brother!!

  • @dianeniyonsaba5666
    @dianeniyonsaba5666 3 місяці тому +2

    Kiraryoshe cne iki kiganiro nukr😂 ndakund umunt akor knd atagay akaz muz muratuzanir ibiganir nkibi❤❤❤❤

    • @sese667
      @sese667 3 місяці тому

      Akagaye gashaho ariko kamutunze 😂😂😂 ndamwemera ahubwo n'umugabo ...

  • @Globalmaster1-g9z
    @Globalmaster1-g9z 3 місяці тому +1

    Nkund ukuntu ka Hosy kar focus cane mukazi kiwe kand kar smart cane ndagakunda😀👍

  • @pamelandayishimiye4089
    @pamelandayishimiye4089 3 місяці тому +1

    Fabriiiice

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh 3 місяці тому

    Courage bro🎉

  • @ck8137
    @ck8137 3 місяці тому

    ❤❤❤❤

  • @loginbujaft3229
    @loginbujaft3229 3 місяці тому +1

    Kumbe irya Avance ni recruitement(Signing fees) biba kenshi kuba Footballeur

  • @Larose1988
    @Larose1988 3 місяці тому +3

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze 3 місяці тому

    Hosy et Dacia nari mbakumbuye vya cne❤mumuramutse Nikita ndabakunda mwese

  • @BahatiBD
    @BahatiBD 3 місяці тому +1

    Today second comment is mine

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 3 місяці тому

    Témoignage nziza. Ariko Dacia iryo si ideni ababikora babimenye que c'est un délit

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 3 місяці тому

    ❤😮❤

  • @parfaitenimbona5232
    @parfaitenimbona5232 3 місяці тому

    Fabrice

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 3 місяці тому

    Ntamwi ga uda kiza disi

  • @igorniyo66
    @igorniyo66 3 місяці тому

    Iki kiganiro kwli Dacia...?? C va?? N bn ..lign??

    • @daciam8244
      @daciam8244 3 місяці тому

      Iki kiganiro kigiziki? Nticagushize kunyota?iyi successtory ya Fabrice ntiyakuryohey?

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 місяці тому

    Bibaho kbsa

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 3 місяці тому

    Basha nari ndabakumbuye indwi yose ntababona Hosy na Dacia ndabakunda basha nivyo kwel musa nkaba Diaspora,muratesa beza banje,Hosy turakeneye kudutembereza ucu vyumva ,hama nta mwuga udakiza bwabundi

  • @MugishaTherence
    @MugishaTherence 3 місяці тому

    Ozi kumurab cn

  • @nadegendayizeye-kv7oh
    @nadegendayizeye-kv7oh 3 місяці тому

    ❤❤❤❤

  • @parfaitenimbona5232
    @parfaitenimbona5232 3 місяці тому

    ❤❤❤

  • @euphrasiendagijimana6841
    @euphrasiendagijimana6841 3 місяці тому

    ❤❤❤❤❤❤