Ko ubafitiye ikigongwe kandi aribo barwana,akaba ari nabo bapfa,uhera he ubabara ukibaza ko batazi ico bakora?Woba wibaza ko ari abana?Uwutazi ubwenke ashima ubwiwe.
HHhH! None u Burundi bwafashije iki DRC ngo ni kugarukana amahoro ??? Cg ni ugufatanya na FARDC ,na FDLR??? Nyuma y'aho Malawi na South Africa bagiye gucyura ingabo zabo, ahubwo mubwire President NEVA nawe asobanurirw abaturage be ukuntu abasirikare b'abarundi barimo kwicirwa mu misozi ya DRC arintacyo barwanira😂😂🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Uyumugabo G baratuza numunyepolitic wuzuye kweri urumva ukunt ashubij ikibaz kubyerekeye urwanda ati babagiriza ko bafasha m23 not direct ko bafasha m23 nkawe ubivuz niwe munyabwejye uburund busigaranye muri Geo politic
Nonega Mugabo,CNDD-FDD igihe yajyaga ku rugamba ngo ifate ubutegetsi bw'u Burundi yari yatumwe nande?kuki mutakumva ko M-23 mutakumva ko urugamba iri kurwana ari ugushaka impinduka mugihugu cyabo nkuko na CNDD Yabikoze?
Ndibazako M23 irimo guha aba DD isomo batazibagurwa Igihe cyose ,en plus Burundi ntagusoda bafise Cyo n'gucungera umutekano Parcque c'est un armée très très faibles ,kandi biragaragara Rwose ko Ntacyo .bashoboye .imaginez-vous ko bafyuye Benshi Nanubu baracafya'cane Nabafashwe Mateka Ils sont nombreux arko Reta yaba DD.ntishaka kubivuga ,Kd babizi ,en plus Neva akabita aba Red-tara Birateye isoni kweli ,Kwihangana Abasoda.Bigihugu,aba DD nibicare Bige neza.
Ase ubundi ari u Rwanda nuburundi ninde wajyiye kumugaragaro akavuga ko azatera undi(abarundi) nonese tuvujyishije ukuri u Rwanda rwaba rutera u Burundi rubabazi iki nta minerals, nta mafaranga, nicyo gihugu cyambere gikennye kwisi ahubwo nimujye kumugaragaro muvugi impamvu muri kurwanira
Bashobora nokuhatera ahubwo NEVA afite ubwoba bw'ibyo yakoze byokujya kurwanya M23 bayita abatutsi bo kwa Kagame.None azi ko bazaza i Burundi kwihorera.Amahoro bagiye gushaka bate?
Kekako , na abasodat dufise mugihugu batazi ico bakora , ntakintu nakimwe gisiguritse cotuma abarundi Baja kurwanira congo , abasore bacu muja kwicira muri congo Kubera gushira Imbere Ivyo umutima wanyu uhurumbiye
Ko ubafitiye ikigongwe kandi aribo barwana,akaba ari nabo bapfa,uhera he ubabara ukibaza ko batazi ico bakora?Woba wibaza ko ari abana?Uwutazi ubwenke ashima ubwiwe.
Wewe wiririre naho umusoda ari kukazi kiwe.
@lostboy2608 cane ntiworeka kuvunva uko Koko vyibura uratweretse uko ungana
@@Kengedreamaho ushatse kuvuga iki?
@@sammyka7619 koko inyunvure nkiyo ibaho . Kandi sikwankiye kuko knkezi ikera utwo bireha
Sha urabesha gusa,gusa m23 irabavundereza,musigaje kubayo imisi mike
ivyo nivyipfuzo vyawe ariko siko bizogenda
Ariko uhera kuki ushigikira m23 kandi uri umurundi burya mwebwe ntimuri babarundi bagurisha igihugu jewe ahuko mbona mbwebwe muvuza urwamo ataco muriko muramara notuma mbona abakirya bariko bacubaka ndababazwa na barundi bashigikira abariko barasambura uburundi bavuye hanze ubutundi bwambere ni igihugu cawe
komera mutama wacu turabemera cane ntwaramiheto zacu zuburundi
imirambo ( ibiziga) by'abarundi nivyo vyonyene bisigaye muri Congo. aba soldats b'abarundi bashiriyeyo pe.
I'm blessed to be Rwandan 🇷🇼🇷🇼
Namwebwe abasirikare bugwanda mwarapfiriyeyo nukomudafise ahomubivugira
Ibyo ngibyo bwawe,ni propagande y umwanda mumenyereye.Ntibishobora guc,intege abarundi.Barabazi
Azi bangahe bapfye,nimba barapfuye ikibaz abanyarwand bafise nicahe
Agasozi k intahanugwa kahiye abagabo babona. None mw abarundi muharira none kuva aho bakubitwe ama position yose bakayata bagahunga gushika sud kivu ntanisoni yokwihagararako kandi bigaragara
@@gervaisntirenganya470uri urukozasoni wa njiji we. mwarakubiswe abanyarwanda ni intare ntimuzongere kwiyahura
Icyatumye leta yuburundi igyenda kurwanya M23 kandi M23 irarwanira uburenganzi bwabo nuko leta ya ndayishimiye ifata M23 nkumurwi wabatutsi buriya ndayishimiye numuntu wamunzwe nivangura ryamoko
m23 nigende iharanire ubwoburenganzira murwanda iwabo
M23 naba congolais petit
ko aribo batumye afata umuheto akaja mwishamba agata amashure bamwirukako bamuziza uko yavutse hama akagarukana agateka bari barabuze ubu rero kamahoro numutekano baharaniye vyabonetse harumuntu umwagiriza yishe amuziza ayo moko?ariko umenyeko yarashoboye kwihora ariko yarabahariye nawe ukaba uriko urasama ngo yamunzwe namacakubiri wa kiguguwe ahubwo numva ariwe wamunzwe nayo moko.
uburenganzira ubwahe? niko koffie mwamwishe arikuvuga ukuri
@@bizomenyimanaelias5455abarundi ntitugirumunwa ikibi turakibona tukakigwanya abakozi babashebuja turabazi
M23 force 🦅🇮🇱🇪🇹
Njyewe nikumburiye NEVA,iyo arikuganira yivugira ibiryo agatuma twisekera.
Ubundi yari kuyobora ihuriro rya comedy😂😂😂😂😂😂
Hanyuma se Imasisi, IGoma mwari mwaragiye gukorayo iki? Kwica Abatutsi gusa. Baratuza n abandi basirikare bazima, mureke gukoreshwa na ideologies ishaje ya Ndayishimiye.
Ubwo bamaze gufyonyora nibwinshi kandi nubu turacabufyonyora.
Ariko abatutsi nabantu iki mwama murira ngo bariko barabica wogira harico mwibitsiko abantu babarinderako ntanguvu mugira ngo mukore nkabandi ico muzi nukurasa gusa nokuvuza induru ntamwuga numwe muzi kiretse kuvuza induru mushaka iki?
Abarundi namwe muravuga koko? vraiment ntagisirikare mufise. icyo mufise ni ideology de Genocide contre les tutsi. heuresement m23 izajya ibahana kuko nibyo bibakwiye.
TINYA KAGAME President de l'Afrique🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Uwomutama naho yize ntivyamubujije kuba ikijuju. Mbega kavuga ngo ntatahura igituma harababona ko bikwiye ko Leta irungika ingabo akabita ibitazi ahubwo nawe ni igitazi gikuru nanyare. Igihe CNDD FDD yagwana ko Buyoya atangabo mva mahanga zaje kubagwanya? Muribagiye uko Leta yita imihari yagwana? Kuki mutaja kubumvikanisha aho gufasha Leta gutoteza abo batavuga rumwe? Nshimye baratuza we na mitende aragerageza gupfundikanya ivyo avuga
Ariko buriya injiji yanyu ndayishimiye 🇧🇮 ubu irikwifatite nyuma yaho bigaragariye ko mutsinzwe hano 🇨🇩 namagambo yariyavuze ko ngo bazakuraho president of rwanda 🇷🇼 kubutegetsi? Ndayishimiye ni injiji umuntu wumugabo bakamushuka nkakana gato koko? Njye nibaza ko buriya gisegeti yamubwiye ibyavuga amwemerera amahera undi nawe ati ndabivuga ntugire ingorare 😂😂😂😂 bwenge buke ibitekerezobye biterera mumasafuriya
None nkaw utuka abantu tanga icuyumviro abiba ubutare bwa Congo nibindi . Indero ntayo
Ntandero baronse.
@@nyishumucutiwabose4871 😂😂😂😂😂😂
@@motherofthegreatlakes6297 😂😂😂😂😂😂
Nukutwica twebwe a Banyamulenge wibesha. Gusa mugimba kumenya yuko mutazaturangiza
Burya igihe aba Red Tabara babica, bari Abasoda b'Abarundi? Sud Kivu yose ntitekanye kubera Abarundi?
Uyu musaza yamuzwe namacakubiri ariko ubugome mwakoreye abavandimwe baM23 kunturo muzayishura
Bamaze kwishyura kabisa!!
Imboga zizanye!!
Nimba utabeshye Goma yafashwe Murihe ??
Ntabwo muzamaraho ubwoko Bwimana kd inkota mwaducuriye irabagarukiye byihuse niko Imana ivuze
Bagiye gufasha FDLR gukora genocide yabanyamulenge
Ufite ingengabitekèrezo na NEGATIONISme
Mwe mwafashije bande? Ntimwafashije m23 mukansbesha ngo nabakongomani man
Mwe mwafashije bande? Ntimwafashije m23 mukansbesha ngo nabakongomani man
M23 sabanyamurenge
M23🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Komera JENERARE
Biratwangeje pe mbe leta yacu nku Burundi kuki dushyize imbere ingoma yagihutu abarongozi bose muri leta ni abahutu. Abakomeye yewe no mugisirikali. Mbe twashyize hamwe ntihace hikunda abahutu gusa
Thx general de brigade.
Murek kugwiza abaofakazi muburundi batabon ko abagabo babo bariko bagwanira igihugu cabo,kuko niyondahiro barahiye
Tulabashimira cane mukomeze kudutabala❤😂
Gen mbabarira usubize uvugako mwagiye kugwanya imigwi yitwaje ibigwanisho hariya Congo kandi hama mukongerako ariyo yabahamagaye ngo muyifashe ahonisawa gufashanya💯 none iyo mufatanyije kugwanya umugwi umwe M23 abandi basigarahe?
2 none FDLR ko ifatanya na congo wumva mwebwe urwanda rwabafatagute ntiwumvako mwashutswe nene komuhashiriye
Iyo ningingo muvandi
uyogeneral yokwishura ikigugu nkawe arabaho😅😅😅
Non wew kumoka nta red Tabarka ifashwa nugwanda
Ko ingwano izimvye, amahera yavuye he ko mbona natwe hari ibitugoye?? Ubu Burundi bw' ubugwanyi butuma abarundi twihebura! Nkosore mr D. Ubwicanyi bwatanguye imbere ya 1972. Rwagasore yishwe n' abarunsi, Mwambutsa yishwe n' abarundi, Ndizeye yishwe n' abarundi, havuyemwo Pr Bagaza na Ntibantunganya, aba présidents bose barishwe! Ubwicanyi bw'i Burundi ntibwarindiriye abanyarwanda. Tureke gusamara! Uburundi buri impliqué, bwarinda kuva muri négociation, z' ingwano!
General urabeshya kandi uri umunyabinyoma
Mr.Deo ndagushimiyecane Urintwarikoko
Umunyamakuru w'umwuga kbsa, ubaza ibibazo byiza
Nimubandanye mudedemba , buca muronka ababanyi mwanka kumupaka wa Congo 😅
Niharambe Igisirikare cabahay Isomo
Mwakoze kutuzanira abobatumire babisiguye neza cane😂
Kagame mumuzi igice ubu twarabavumbuye Bujumbura irafatwa mugihe gitoya
Abarundi mwitegure kagame ava congo ajabuka muburundi. Ubwobutare mufise urwanda rurabushaka
u Rwanda rwagogwa😢
Mukure RWANDA🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 mumitwe yanyu
urwanda ntanguvu rufise kuburundi
@@bizomenyimanaelias5455nawe urabizi kwibyo uvuga bisekeje u Rwanda rwatatse uburundi nta niminsi ibiri yashira rutarabamesa
Abaserikari b'ubururundi ngo bagiye kugarukana umutekano muri Congo barwanya imirwi yitwaje intwaro cyangwa bafatanya niyo mirwano ngo barimbure abatutsi
Ariko kombona abatutsi ntaco batwaye babahonya babashakwiki muribake kandi murakenewe rero sigaho kwagiriza abantu ngo bashaka kubahonya ahubwo muzira karimi kanyu kokwishongora ntakindi
Arega buriya leta 🇧🇮 nayo ubu irikubarirwa mubihugu byatsinzwe ninyeshyamba 😂😂😂 pole sana wisunga umugabo 🐕 mugakubitanwa gisekedi yisunze ndayishimiye none birangiye M23 ibakubitiye hamwe shame 😭. Mbagire inama yubuntu nimwisunga FDLR nayo muzakubitanwa ibi mbibabwiye 02/06/2025 Na gisekedi yisunze ndayishimiye azingo haricyo biramufasha none dore kurubu arikwicuza yatangiye kwisabira ibiganiro ngo intambara ihagarare.
Ariko burya urazi neza ko mwatsinze burya intambara umuhanga Wayo nuwuyitsinze atarwanye rero burya uburundi mbona buriko buratsina uburundi bufise abahumure batwara ibintu buke buke kandi barashishoza
Murindire RED Tabara yaje PE kandi Gasupari uzobibazwa vuba
Ubu RED Tabara iri Cibitoke Mutakura Kamenge Muramvya Giheta Gitega
Gusa Gaspard biragaragara kwaribimwe bavuga ngo amarira.... atemba aja munda
Uburundi rwishoye mutambara mutazi izabakwegera akarabaraye mwararyohewe namahera ya congo
Ahubgo iyomubesha Abarundi mwibazako aribijuju kuki mutavugako abatutsi aribo murimukohereza gusa muri congo ninabo benshi barikwishwa😂😂😂😂 Ndayishimiye amarasoyinzirakarengane azamuja kumutwe
Hama amahoro barayagarukanye? Canke bagarukanye abapfuye
Mukomere cane
komera mutama uvuga ukuri
Congo nikorane na Russia 100%
Ico nkundiye uyu mutama nuko avuze ko ivyamoko mu Burundi ari amafuti ! 😁😁
HHhH! None u Burundi bwafashije iki DRC ngo ni kugarukana amahoro ???
Cg ni ugufatanya na FARDC ,na FDLR???
Nyuma y'aho Malawi na South Africa bagiye gucyura ingabo zabo, ahubwo mubwire President NEVA nawe asobanurirw abaturage be ukuntu abasirikare b'abarundi barimo kwicirwa mu misozi ya DRC arintacyo barwanira😂😂🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Murahumba mwa bagabo mwe. Nka Déo ashaje nabi yuzuye amacakbiri. Vyaranse kwahinduka. Jewe ndamufata nkumusazi.
Nyamara Ndayishimiye yashoye abasirikare buburundi!! Kdi bizarangira inkubisi yamabyi iyatarukiye!! Ambaaa
Baraguhenze
Gesa ibwiyo ubwino ntiburera sha
L'Armee experts a repli stategique
Nonese afande Goma yafashwe muri he kweli abarundi murasekeje wisunga umugabo mbwa mugakubitirwa hanwe gisegeti yashutse neva amujana munyambara none abasoda banyu barashize none mukomeje kubeshya abaturage kbs
Mbega icajanye igisirikare cuburundi mur congo ,nticoba aricokimwe nicoba carajanye nimba rivyoRDF muri congo nimba arukwikingira.
Uyumugabo G baratuza numunyepolitic wuzuye kweri urumva ukunt ashubij ikibaz kubyerekeye urwanda ati babagiriza ko bafasha m23 not direct ko bafasha m23 nkawe ubivuz niwe munyabwejye uburund busigaranye muri Geo politic
Yaba wew cank president ntakint murikubwira abarundi
Kuko umusoda wuburundi yarahiriy gukingir igihugu ciwe mbere akanagiopfira,ariko uyumusi bariko bahonera mur congo ,uwanse kugenda mumuta mumvuto
Umusoda wuburund ajejwe gukindira imbibe zigihugu ciwe
mbekomuvugako mwakurikiranye abansi buburundi abokwa nzabampema hama ugwanda nago rugakurikirayo abarugwanya kuberiki badoma agatoki kugwanda ntibadome agatoki kuburundi?
Ideologie izabica jewe ndazi fdlr zomu rwanda zaba aho uvuge ubusa gusa umenye ko uri umu civil mumutwe
Methode va kuruwo musaza iyo bimugezeho twe turavuna.
Koko uwomusidat ntasoni iyo ariko adefanda nkoko mengo ambwira injiji
Ko mutumira abo bahutu b'inerahamwe gusa ko ntabonamo umututsi ngo muhane ibitekerezo ko ariwe waganira neza kubya congo.
Ndumva icyogisaza urwanda rukwiye kugikoraho iperereza kuko gishobora kuba cyarakozeho genocide murwanda
Wazalendo burya bigana na FDNB kwishuri 😅😅😅 uri baratuza koko. Ubeshye abo mwiganye
Nimwongere ingabo nyinshi muri congo nyine nibo dushaka kugira ngo tuzabagarurire imirambo myinshi kko ubutaka bwacu mubuveho ntacyabazanye muri imbwa gusa.
Ngo igisirikare cyanyu kiriko kiritwara neza😂😂😂, Goma yafashwe bari he? Vive M23
Ikiganiro cayi bien
Ariko ntabwo narinziko Umutaua yagira ibitekerezo bidashingiye kukuri kandi akuzi neza mbe mutâma umuntu aje akakwaka Ubutaka aka kugira impunzi burya weho wabikunda ese burya ntampunzi uzineza Ziba murikongo ntakiganiro kiraha n’umutima ushingiye kumacakubiri murake gusubiza amagambo ashingiye kumarangamutima ntawatera uburundi ese uwabatera ya Ashaka iki mwakwirukanye abo mumajyepfo muza mumajyaruguru ese muziko muzatsinda koko oya kandi ntacyo muzaba kandi muzitwa uburundi Ibindi bihugu mubireke muvuge ukuri niko gukemura byose
Mukomere batama! Irya mihimbiri yi pacifique atacishoboye atarukwipfuriza igihugu cabibarutse gupfa nabi!
Nonega Mugabo,CNDD-FDD igihe yajyaga ku rugamba ngo ifate ubutegetsi bw'u Burundi yari yatumwe nande?kuki mutakumva ko M-23 mutakumva ko urugamba iri kurwana ari ugushaka impinduka mugihugu cyabo nkuko na CNDD Yabikoze?
Hasabwe EAC Abarundi Bohereza Ingabo Zuburyo 2 Kurwana Oppen war nabihisha Muri EACRF Burundi Yasanze Intambara Yica Abantu Bomubwoko Runaka Ntacyo Bitwaye Ariko Ntakibazo Mwihangane Turikumwe from Goma B…..
Je ngiyeyo ndi general nobabwira ntuwushaka ankurikire twese tukinjira m23 ndazi abarinyuma ntibosubirayo.ikibabaje nabavyeyi nabana babo bariko baraba abapfakazi n'impfuvyi.ivyo vyari bihari kera aho atama fone yarahari ubu nibiziga urabiharura.barasa tuzirorera.ubu imvugo yigisoda yakera irakwiye guhinduka.arabapfuye bakabivuga hama bakihanganisha ababuze
Mutama Reka kubesha M23 Ntagahunda ifise yo kurwanya Uburundi Cg Tanzanie mureke kubeshya. ahubwo Uburundi nibwo bushaka kuyikurururira muntambara n'u Burundi. mutayirwanyije ntizobarwanya ariko nimukomeza kuyirwanya iriko yirwanaho iharanira uburenganzira bwayo muyihamagarira kurwana namwe nihagera ikabarwanya nimwe muzoba mwabitanguye. M23 ntabikorwa m23 byububisha ikora murebe Goma ubu nibwo itanguye kuronka amahoro kubera M23 yayifashe. ibyo muriko murakora ni amakosa akomeye mwifatanya na Wazalendu na FDLR mushaka mwarekera ibyo muriko murakora
Abariko barapfa muri kivu yaruguru nabonye barondereyo RED Tabara
Mbega nokwibariza abatumire ,aba M23 bariko babagwanya ngo babashire hehe ko numva amatwi ansumira arimvukira za congo kuva imyaka irenga 200
Abarongozi baronka amahera
Ntaco mubesha mufise ubugome mugomba mumare ubwoko bw'abatutsi. Neva yabohereje ngo barwane n'abanyarwanda.
naho kivu ya ruguru bimeze gute??😊😊
Wewe urumunyarwanda ubajije kinokibazo ubishakira iki?
TINYA KAGAME President de l'Afrique🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nimwongere abasirikare kandi mubahe imwyitozo ihambaye. Ntimuzamere nka Habyarimana…bariya bantu ntibagira ubumuntu. Ndabazi kuko nacitse ubwicanyi bwabo muri DRC…nabicanyi batariga izina!
❤PppPppp❤
m23 ibamereye nabi
Uyu musaza yabuze icyo avuga kararya iminwa akwepa kuvuga ukuri
Kubera gutinya basebuja
Nyamara harigihe bitahira nkazababona mwiruka
Murayo mahoro numutekano mwagiye kuzana agezeh? Abasoda babarundi bagwayo bahambwa hehe? Baratahanwa?
Ndibazako M23 irimo guha aba DD isomo batazibagurwa Igihe cyose ,en plus Burundi ntagusoda bafise Cyo n'gucungera umutekano Parcque c'est un armée très très faibles ,kandi biragaragara Rwose ko Ntacyo .bashoboye .imaginez-vous ko bafyuye Benshi Nanubu baracafya'cane Nabafashwe Mateka Ils sont nombreux arko Reta yaba DD.ntishaka kubivuga ,Kd babizi ,en plus Neva akabita aba Red-tara Birateye isoni kweli ,Kwihangana Abasoda.Bigihugu,aba DD nibicare Bige neza.
Birababaje kweri nababatama nabo umugera wamoko
Niba uvuga ukuri kuki utavuga amacakuburi akurimo
IBurundi ntagisoda dufise kweri niyondavye mbona naco barwnira ahubwo menga abasoda b'iBurundi bazoshiriayo.
Abo uvuga babahehe?ko mutabarwanya ahubwo mukica Abanyamulenge cgse Abatutsi ba Congo kotutarabona narimwe mubahiga kd muzi aho batuye?
None mzee ko numva nza MVA z inyenzi Zigeramiye Bukavu muri gukinga koko?
Ase ubundi ari u Rwanda nuburundi ninde wajyiye kumugaragaro akavuga ko azatera undi(abarundi) nonese tuvujyishije ukuri u Rwanda rwaba rutera u Burundi rubabazi iki nta minerals, nta mafaranga, nicyo gihugu cyambere gikennye kwisi ahubwo nimujye kumugaragaro muvugi impamvu muri kurwanira
IGihanga no mugarumba niho mwiciye aBanyamulenge. Muzovyishura tu
Mwabahutu mwe muribeshya basha mwamenyereye kwica akanyu kashobotse izonyungu musigura ziraje zibasige iheruheru nabado ntimurapfa. Umusatsi kubandi basaza uba umweru bagatangira gutanga impanuro naho mwe ni ingenga B mutakoma
AA❤🎉 au
Ikiganiro kirimwo mutama nkuwu DEO kiraryoshe kimviriza IMANA itabare abakongomani baronke amahoro🙏
Tujogwana numwami yararanye nabazingu imwaka ndwi
Bjr
Bashobora nokuhatera ahubwo NEVA afite ubwoba bw'ibyo yakoze byokujya kurwanya M23 bayita abatutsi bo kwa Kagame.None azi ko bazaza i Burundi kwihorera.Amahoro bagiye gushaka bate?
Emission non equilibree
mutama ngira muri Afurika uburundi nugwanda nibobamana ubujagari , mbemwagiye murabira muri zasadeke ukuntu abenegihugu batekanye nabatejyezi batekanye mwamwagwaye ibiki mumitwe?
Iki kiganiro ni Boring kbsa narinshatse kumva version yondi ariko harimo gupfundikanya gukabije
amahoro araharanirwa Uburundi twama tugavye😳😳 Hanyuma amateka yaranze urwanda nuko no hambere bigeze kugira Umwami wumusazi !!!ntagitangaje rero kuruyu musazi Paul azibonerako rindira.
Ntakintu muriho mutuze
Uwo musodat yihoreye uwo musaza aguma yidoga we aratuza kuko azukuri
Mwebwe mwaciye he namwewe mwarondera ivyoroshe
Ako kagabo karasara ! Ivyo vyose ubivugishwa nuko ico kinogo cawe cuzuye ! Rindira buca gihabuzwa !
Ntanakimwe bagiye gukora mur Congo ahubwo nibatahanwe,ahubwo nuko inzego zos zuburund umengo bose barariye Jondama ntanumwe avugira ivyigihugu ciw , why why why burundu😢😢 ntanakimwe barigukorayo