Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abarundi barabaza peeeee
Burundi my county 😭
hhhhhhhhhhhhhhh uburundi ga yemwe 🤣🤣 burakeneye icyabwenge nayahandi burikumusozo!! narenganaga😜
Ubwo rero wewe nturincabwenge ncanke nturumurundi
Si uruzinduko
❤
Uruzinduko nuruki???
Umve abo nabo bariko bazana ivyamashavu ngo mwubahe inzego? Inzego ziriho kugira ngo zirukorere Kandi natwe tukazifasha muribi nabiriya iyo rero bitagenda neza dutegerezwa kuvuga kuko twebwe nitwe benegihugu ibihe nibindi nayo Aho muri muriko murengana namapete gusa mwambitswe ejo hirya yejo abavako ariko igihugu kizoguma aricacu, kubwivyo rero turasavye twubahane
mubahanatwe tutikwijj
Kubaha ??? Namwe ntimwiyubaha, banza mukure ikigiga kiri mu jisho ryawe imbere yukobuvuga ikigiga kiri mujisho ryuyundi
😂😂😂😂😂