Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
What a Nice track! Vibe givers 🎉 Abaryohewe niyi song mumpe like twigire! Bazonatwica ❤❤❤❤❤
Hit mumuji
Uri guu yanje tuzobanga sanq
Hejuru cyane🙌🏽👏🏾👏🏾 love from Kigali🇷🇼
Le maître de la musique burundaise est de retour. 2024 Azonabicaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥. Abavyemera kwagiye kubica mumpe #j_aime.
Iyi song. Niyo kbx abayumva nkuko ndayumva intoke hejuruu😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️✍️💯💯💯💯💯👊
Big Hit today mbaye uwambere mumpe izo like nimba wakunze ino song nkanje
Nuko kl
En effet e et gros eh en effet,jycc ça fffdddbbvw
Aho tudatagata Aho tutaryoha turinzwe n'IMANA amennnnn😂😂😂😂😂😂
Wallah mutazonabica😂😂😂😂 ndashobora kuba nkunze iyi song,🥳🥳🥳maze uwakunze Aka karirimbo nkanje anyihere Aka like🤗🤗🤗
Tuzonabica ahubwoo❤ indirimbo nziza caneee mwubahwe💪🏿💪🏿💪🏿
Harya nasanze indirimbo zigabuye mu mirwi. Indirimbo z'abana,izabagore n'izabagabo. Iyi sasa n'iyabagabo. Igihembo c'indirimbo y'abagabo 2024, #Tuzonabica.💪🏿💪🏿🇧🇮🇧🇮
Kkkkk😂
Ukuri kudateye amazi
❤❤❤ ndabakunda ark muzashyire mukinyarwanda ba papa knd mukomereze aho
Iyi ndirimbo nayivugije kugeraho umubanyi wanje ahamahara igipolisi, igipolisi gishitse kiti reka duhamagare umunyamategeko, umunyamategeko ashitse nawe ahamagara umucamanza Hama umucamanza abwira umubanyi wanje ati uy'umuririmvyi yakubise neza iy'indirimbo kabisa 🇧🇮🇧🇮💥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Wubahwe
😂😂
Hhhh vyiza
😂😂😂😂😂
lol🤣👊🏽
🇮🇳🇮🇳Une chanson avec un beat monstrueux malgré je comprends pas bien le kirundi✊Big up chers Bourdais 🇧🇮🇧🇮
Young king is back 🙌🙌big banger wallah abantu iyingoma yakomye mumpe izo like 🔥🔥
Ntitubika inzigo tubika amafaranga😊😊😊
Nice song my big brother mb data big congratulations,Nairobi tunawasha fire mwanangu
Nairobi turi kumwe n mb data
Hit hit hit hit hitttytt umunyabikorwa nemeraaaaaa saaaaana..
Turibamwe basobanugwa nibihe .mumabifu twarahavuye turimuvyunguka❤❤❤❤❤❤
Ukomerezaho nyene !!! Ntutagase gusa , ahubwo uramara👍👍👍💪💪
Nayo mashurwe yambikire 💐🌹💐🌹💐🌹💐🌹Kuko muzonatwica ndakeuuu
kwel uyumujam namye ndamukunda kuvakera ntahemuka agumazan utuntu twubwenge gusa❤❤❤🎉🎉🎉MB data mungu akubaliki
Akakaririmbo nikeza kweli karankomye 😊😊😊😊 ndabemeye kbx 🇷🇼
Du pambana pole pole🙌🙌🙌 Mupeni MB Data like zake kabisa
Surely this song is going to touch on every one's heart .maze kuyi playinga incuro zirenga 15 kuva igiye out .kubakunda MB data du pushing ino song ikwize 1M views.Abemera ko ino song igiye kuba hit mumpe mumpere likes MbData
Hit on top
Hit on top becomes the topic
Ego nukur wubahwe Iman ikokomez igushikan kur can wipfuz kugera❤
Sha uwumva ko iyindirimbo araiyubwenge mumpe izo likeAgati gateretwe n Imana ntigahenurwa numuyaga💪💪💪
Murakoze cane goseee kutugirira clip itarimwo ubushenzi nubu sutwa nibi teza soni!!!! ❤❤❤❤ 🇧🇮♥🇧🇮
Uwo mudiho muwubandanye vrt🙏🙏kuko muratwemeje peeee
Ooooh ego kweli n ukuri gukwiye, bazoguma batubona so high kko Imana n iyacu twese.
Nice Song kbxa✊#mahinduka👌Abakunda #MbData dusige #like ngaha👍
Egooooo turaryohewe kimwegusa mwarimatebeje kwl arkikuraj 👍👍👍♥️♥️♥️
Good song kabisa.Courage MB and Phili❤
Data boy respect ma brooo 🔥fire moto iyi ngo ni Kali kbs big up
Aha wosànga amashurwe yabo mutayoba 🌹🌹 raba musigire like kubo tuvyumva kumwe
MbData wubahwe mwenakizigenza ingoma numuriro naj ndimuvyunguka🔥🔥🔥🔥🇧🇮♥️
Nice tune Nice lyricsNice productionNice banger💣💣💥💥💥
ababririmvyi babarundi ndabakunda cane nico gituma nzobashigikira uko nshoboye kose kuko ntaco mudakora ngo mutunezereze. MB Data big up sana
Yeeeee walllah iyi songs iranezereye🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Kubayikunze mwese nkanje mumpe kike zanje ngaha❤❤
Nice song kbxa🔥🔥🔥🌍 nipen izo like 👊tuna bif na pesa tu👏👏👏😂
Cool mb data right now your song motived me 🙏✌️thanks for brough this song we love you🇧🇮✌️🔥🔥
Hit Songs From Mb Data ft Dj phybite🔥🔥🔥 Baragowe wallah Uyu mwaka nivyunguka gusa Keep moving Away kbx
Hit song kitukal abarundi hejuru cyan cyan DATA pondis
Impano 2 zose zahuye mwese murabanje turi muvyunguka,respect 🎊🎊🎇🌺
This song must be a hit🔥🥰#Tuzonabicaa😂😂🔥🔥🔥🔥 Go on #MbData
Nakubal ki fashion tangu enzi na mpaka Sasa iyo ukoze video,ubu izo mpuzu kugira ziboneke vyogoran n Diamond azambaye ubu big up to you Muhungu wacu🎉
Keep on shining my home boy Gatumba on top💪💪💪
Hemw mwebwe iy vibe muyumv gt uyumwak ndabarahy 257 ni🔥🔥🔥mumpe iz like kk ndabon ibint n firi
Mb Data I'm Proud Of You My Big Brother ❤️❤️❤️❤️❤️
Funga kinwa ndakesera Mb data uruwambere Your lyrics is madness I bow down
Blessings follow good Heart ❤️🇧🇮Love from #One2Seven🔐
Mb data enyegeza tubandanye urarenze wallah 🙏🙏🙏🙏🙏
Respect my brother love from Burundian military artist sailo solidier BOY
Tuzobacanga sana kuko baragowe nice brother Mb data abo twakumvise kumwe ako kanyuma mumpe like ❤
Sawaaa❤❤❤❤❤courage nice song❤❤🎉🎉🎉🎉
Yaba waruziko ukuntu ngukunda m data sha iryojwi ryaw j riranyica kweri God bless you
Respect uncle❤❤❤ It's me Yvan❤❤❤❤
This song kwel i am sure 100% ko igiye gufuta ubu songs bwose bwari bwifatiye ikibuga it's fire from sodom kabisa
Indyarya aha ntaco ziyivugako, wubahw my Data boy❤
Iyindirimbo ndayikunda sana kubwajambo meza arimwo inyigisho nziza gusa indirimb zose Za Mb data ndazikunda sana vrmt big up brother
Big up my bro I like your wisely songs
Good song kbs iyo studio magic record mutubwire ahiri dusabe gahunda twikorere umuziki barabizi gukora creation kbs
Wambere muburundi mumpe like zanje❤❤❤❤❤❤❤
Iyi ndirimbo niyo n'ukuri😂❤... Very nice song boyz 😍💕... Courage les garçons 😂❤... Nyimbo safi sana 😂❤
Eeee badukoreye weekend 🕺🏿🔥🔥🥶
This song is the best ever seen in Burundi and Africa, big up to you brothers
Mumpe izo like ngaha badukomye❤❤
Badukomwe kbx tora
Bagukomye😅😊
Video iri floue! ariko kbs ibindi vyose ni Top top top! Iyi hit Tuyijane kuri 1M guys! irimwo inkoramutima
Good song by bonte borax keep mouving forward
Iyi song kabisa irarenz 2024 ni chaud mur music mu Burundi
Nimba ukunda Mb Data mpa like kuriyi comments😍😍😍😍
Wow amazing song it some how emotional and party same time. Duhure kuri TikTok challenge yange izoba iyambere ndak Dj ph he never let me down
You hit it🔥🔥🔥
A Hit🔥and I barely hear anything 🔥👍🏾much love from🇰🇪🇺🇬
Long time no listen to your sound Data,🇧🇮hejuru cane❤
Deep Indeed 🙌 kubica Na mpaka! BOTM wumvise abaraba ibaraba
Another banger 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage mon frère ❤, aho turi turashima ibikorwa vyanyu
Respect My Gee✊
Nivyo vraiment ntampamvu yokubika inzigo kuko ntiyunguka umuntu yobika amahera gukora ivyunguka nivyiza kuruta gukora ibitunguka urumuntu wumugabo cane 🙏👍🇧🇮
Very nice mb data❤❤❤❤❤❤
Nibarabe ibibaraba batuvire mubuzima 🥱🎉Indirimbo yumwaka nkewa 💫❤️🇧🇮
NC song m'y brother 🔥✌️✌️✌️✌️✌️🙏🙏🙏💓💓💓💓
Une voix qui plaît vraiment à l'oreille. Il faut aller de l'avant
Plz come back on the top data ❤️🙏🙏
Agati gateretswe n,Imana ntigahenurwa n,umuyaga😍😍😍😍🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hhhhhhaaaaa iyi ndirimbo uranyishe sana. M DATA BIG UP BRO
Muzonatwica Nani!Dukore ivyunguka gusa💪💪💪🤣🇧🇮😍
#Data pon dis🔥🔥🔥 Ntiyigera adutenguaTuzonabicaLove from #Aisuper💓
Yadukoreye umuti.nukuri jewe nayiguze chanson du jour.❤ Song
Song 🎶 kizira ko ndara ntayumvirije 🎉🎉
Maneno ya Mtu ame komalia mu injili ni good 👌 nice parole Nice Nice music 👌👌👌
Courage mon Frère,bari bamaze imisi bakuvuga ngo ntibazi aho wanyikiye ubu ba Edison barahamenye
This is beautiful song musaza nakubali sana tuzonabica Mr Balozi from Canada Toronto
Bonne chanson MB Data & DJ philbyte🎉super paroles surtout 🔥 congutulations 🥳
Iyi Song irasara . Iyo itegugwa muri studio ikomeye yari kuba hit yumuri uyu mwaka . Nice song
Big up Sana bro song wazinye mugihe narindayikeneyee👍👍👍👍👍♥️
Big up sana brother unaweza
Igikogwa ciza cane woguma wandika neza nkambere ntimbuza kugukunda jewe nkunda uwokora ivyubaka vyumvirizwa nobose
Ivyubaka vyunvirizwa nabose, uvuze neza!!!!
Inzira z,IMANA ntizica iwanyu ....ouiiiiii bien sur....❤
Mugire umugisha nindimbo nziza cane❤❤❤❤❤❤
Iyi song dushiremwo inguvu ishikane 1M vues et plus tumuterika Mb Data Naweye.
What a Nice track! Vibe givers 🎉 Abaryohewe niyi song mumpe like twigire! Bazonatwica ❤❤❤❤❤
Hit mumuji
Uri guu yanje tuzobanga sanq
Hejuru cyane🙌🏽👏🏾👏🏾 love from Kigali🇷🇼
Le maître de la musique burundaise est de retour. 2024 Azonabicaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥. Abavyemera kwagiye kubica mumpe #j_aime.
Iyi song. Niyo kbx abayumva nkuko ndayumva intoke hejuruu😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️✍️💯💯💯💯💯👊
Big Hit today mbaye uwambere mumpe izo like nimba wakunze ino song nkanje
Nuko kl
En effet e et gros eh en effet,jycc ça fffdddbbvw
Aho tudatagata Aho tutaryoha turinzwe n'IMANA amennnnn😂😂😂😂😂😂
Wallah mutazonabica😂😂😂😂 ndashobora kuba nkunze iyi song,🥳🥳🥳maze uwakunze Aka karirimbo nkanje anyihere Aka like🤗🤗🤗
Tuzonabica ahubwoo❤ indirimbo nziza caneee mwubahwe💪🏿💪🏿💪🏿
Harya nasanze indirimbo zigabuye mu mirwi. Indirimbo z'abana,izabagore n'izabagabo. Iyi sasa n'iyabagabo. Igihembo c'indirimbo y'abagabo 2024, #Tuzonabica.💪🏿💪🏿🇧🇮🇧🇮
Kkkkk😂
Ukuri kudateye amazi
❤❤❤ ndabakunda ark muzashyire mukinyarwanda ba papa knd mukomereze aho
Iyi ndirimbo nayivugije kugeraho umubanyi wanje ahamahara igipolisi, igipolisi gishitse kiti reka duhamagare umunyamategeko, umunyamategeko ashitse nawe ahamagara umucamanza Hama umucamanza abwira umubanyi wanje ati uy'umuririmvyi yakubise neza iy'indirimbo kabisa 🇧🇮🇧🇮💥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Wubahwe
😂😂
Hhhh vyiza
😂😂😂😂😂
lol🤣👊🏽
🇮🇳🇮🇳Une chanson avec un beat monstrueux malgré je comprends pas bien le kirundi✊
Big up chers Bourdais 🇧🇮🇧🇮
Young king is back 🙌🙌big banger wallah abantu iyingoma yakomye mumpe izo like 🔥🔥
Ntitubika inzigo tubika amafaranga😊😊😊
Nice song my big brother mb data big congratulations,Nairobi tunawasha fire mwanangu
Nairobi turi kumwe n mb data
Hit hit hit hit hitttytt umunyabikorwa nemeraaaaaa saaaaana..
Turibamwe basobanugwa nibihe .mumabifu twarahavuye turimuvyunguka❤❤❤❤❤❤
Ukomerezaho nyene !!! Ntutagase gusa , ahubwo uramara👍👍👍💪💪
Nayo mashurwe yambikire 💐🌹💐🌹💐🌹💐🌹
Kuko muzonatwica ndakeuuu
kwel uyumujam namye ndamukunda kuvakera ntahemuka agumazan utuntu twubwenge gusa❤❤❤🎉🎉🎉MB data mungu akubaliki
Akakaririmbo nikeza kweli karankomye 😊😊😊😊 ndabemeye kbx 🇷🇼
Du pambana pole pole🙌🙌🙌
Mupeni MB Data like zake kabisa
Surely this song is going to touch on every one's heart .maze kuyi playinga incuro zirenga 15 kuva igiye out .kubakunda MB data du pushing ino song ikwize 1M views.Abemera ko ino song igiye kuba hit mumpe mumpere likes MbData
Hit on top
Hit on top becomes the topic
Ego nukur wubahwe Iman ikokomez igushikan kur can wipfuz kugera❤
Sha uwumva ko iyindirimbo araiyubwenge mumpe izo like
Agati gateretwe n Imana ntigahenurwa numuyaga💪💪💪
Murakoze cane goseee kutugirira clip itarimwo ubushenzi nubu sutwa nibi teza soni!!!! ❤❤❤❤ 🇧🇮♥🇧🇮
Uwo mudiho muwubandanye vrt🙏🙏kuko muratwemeje peeee
Ooooh ego kweli n ukuri gukwiye, bazoguma batubona so high kko Imana n iyacu twese.
Nice Song kbxa✊#mahinduka👌
Abakunda #MbData dusige #like ngaha👍
Egooooo turaryohewe kimwegusa mwarimatebeje kwl arkikuraj 👍👍👍♥️♥️♥️
Good song kabisa.Courage MB and Phili❤
Data boy respect ma brooo 🔥fire moto iyi ngo ni Kali kbs big up
Aha wosànga amashurwe yabo mutayoba 🌹🌹 raba musigire like kubo tuvyumva kumwe
MbData wubahwe mwenakizigenza ingoma numuriro naj ndimuvyunguka🔥🔥🔥🔥🇧🇮♥️
Nice tune
Nice lyrics
Nice production
Nice banger💣💣💥💥💥
ababririmvyi babarundi ndabakunda cane nico gituma nzobashigikira uko nshoboye kose kuko ntaco mudakora ngo mutunezereze. MB Data big up sana
Yeeeee walllah iyi songs iranezereye🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Kubayikunze mwese nkanje mumpe kike zanje ngaha❤❤
Nice song kbxa🔥🔥🔥🌍 nipen izo like 👊tuna bif na pesa tu👏👏👏😂
Cool mb data right now your song motived me 🙏✌️thanks for brough this song we love you🇧🇮✌️🔥🔥
Hit Songs From Mb Data ft Dj phybite🔥🔥🔥 Baragowe wallah Uyu mwaka nivyunguka gusa Keep moving Away kbx
Hit song kitukal abarundi hejuru cyan cyan DATA pondis
Impano 2 zose zahuye mwese murabanje turi muvyunguka,respect 🎊🎊🎇🌺
This song must be a hit🔥🥰#Tuzonabicaa😂😂🔥🔥🔥🔥 Go on #MbData
Nakubal ki fashion tangu enzi na mpaka Sasa iyo ukoze video,ubu izo mpuzu kugira ziboneke vyogoran n Diamond azambaye ubu big up to you Muhungu wacu🎉
Keep on shining my home boy Gatumba on top💪💪💪
Hemw mwebwe iy vibe muyumv gt uyumwak ndabarahy 257 ni🔥🔥🔥
mumpe iz like kk ndabon ibint n firi
Mb Data I'm Proud Of You My Big Brother ❤️❤️❤️❤️❤️
Funga kinwa ndakesera
Mb data uruwambere
Your lyrics is madness
I bow down
Blessings follow good Heart ❤️🇧🇮
Love from #One2Seven🔐
Mb data enyegeza tubandanye urarenze wallah 🙏🙏🙏🙏🙏
Respect my brother love from Burundian military artist sailo solidier BOY
Tuzobacanga sana kuko baragowe nice brother Mb data abo twakumvise kumwe ako kanyuma mumpe like ❤
Sawaaa❤❤❤❤❤courage nice song❤❤🎉🎉🎉🎉
Yaba waruziko ukuntu ngukunda m data sha iryojwi ryaw j riranyica kweri God bless you
Respect uncle❤❤❤ It's me Yvan❤❤❤❤
This song kwel i am sure 100% ko igiye gufuta ubu songs bwose bwari bwifatiye ikibuga it's fire from sodom kabisa
Indyarya aha ntaco ziyivugako, wubahw my Data boy❤
Iyindirimbo ndayikunda sana kubwajambo meza arimwo inyigisho nziza gusa indirimb zose Za Mb data ndazikunda sana vrmt big up brother
Big up my bro I like your wisely songs
Good song kbs iyo studio magic record mutubwire ahiri dusabe gahunda twikorere umuziki barabizi gukora creation kbs
Wambere muburundi mumpe like zanje❤❤❤❤❤❤❤
Iyi ndirimbo niyo n'ukuri😂❤... Very nice song boyz 😍💕... Courage les garçons 😂❤... Nyimbo safi sana 😂❤
Eeee badukoreye weekend 🕺🏿🔥🔥🥶
This song is the best ever seen in Burundi and Africa, big up to you brothers
Mumpe izo like ngaha badukomye❤❤
Badukomwe kbx tora
Bagukomye😅😊
Video iri floue! ariko kbs ibindi vyose ni Top top top! Iyi hit Tuyijane kuri 1M guys! irimwo inkoramutima
Good song by bonte borax keep mouving forward
Iyi song kabisa irarenz 2024 ni chaud mur music mu Burundi
Nimba ukunda Mb Data mpa like kuriyi comments😍😍😍😍
Wow amazing song it some how emotional and party same time. Duhure kuri TikTok challenge yange izoba iyambere ndak Dj ph he never let me down
You hit it🔥🔥🔥
A Hit🔥and I barely hear anything 🔥👍🏾much love from🇰🇪🇺🇬
Long time no listen to your sound Data,🇧🇮hejuru cane❤
Deep Indeed 🙌 kubica Na mpaka! BOTM wumvise abaraba ibaraba
Another banger 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage mon frère ❤, aho turi turashima ibikorwa vyanyu
Respect My Gee✊
Nivyo vraiment ntampamvu yokubika inzigo kuko ntiyunguka umuntu yobika amahera gukora ivyunguka nivyiza kuruta gukora ibitunguka urumuntu wumugabo cane 🙏👍🇧🇮
Very nice mb data❤❤❤❤❤❤
Nibarabe ibibaraba batuvire mubuzima 🥱🎉
Indirimbo yumwaka nkewa 💫❤️🇧🇮
NC song m'y brother 🔥✌️✌️✌️✌️✌️🙏🙏🙏💓💓💓💓
Une voix qui plaît vraiment à l'oreille. Il faut aller de l'avant
Plz come back on the top data ❤️🙏🙏
Agati gateretswe n,Imana ntigahenurwa n,umuyaga😍😍😍😍🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hhhhhhaaaaa iyi ndirimbo uranyishe sana. M DATA BIG UP BRO
Muzonatwica Nani!
Dukore ivyunguka gusa💪💪💪🤣🇧🇮😍
#Data pon dis🔥🔥🔥 Ntiyigera adutengua
Tuzonabica
Love from #Aisuper💓