IBIRORI VYO KWINJIRA KU MUGARAGARO INYUBAKWA EBENEWER PALACE VYATEWE ITEKA N'UMUKURU W'IGIHUGU CACU

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 жов 2024
  • Umwungere wambere w'Ishengero rya Pentecote ry'Ibujumbura amaze guha ikaze Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu ;yaramenyesheje ko iyonyubakwa y'uburaro bw'abakozibimana n'ingenzi , yubatswe ku buryo bwatanzwe n'abakristo bungana na miriyaridi 17 bwegeranijwe igihe kirekire iraheza yubakwa mu myaka itandatu. Umukuru w'igihugu yarakengurukiye Ishengero rya Pentecote kur'iyombonakazoza asaba ishengero gushishikara kugiriranira ubumwe no gusenga kandi bateza imbere Igihugu cacu kuko birashoboka.

КОМЕНТАРІ •