Bamwe mu banyororo barekuwe ku kigongwe c'Umukuru w'Igihugu baravuga uko bakiriye ikigongwe baronse

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 16

  • @تةامممن
    @تةامممن 3 роки тому

    Muta iman iguhezagir can papa 🥰👏👏👏👏👏👏👏👏

  • @maombiclaudine6937
    @maombiclaudine6937 2 роки тому

    Imana ishimwe

  • @saraas277
    @saraas277 3 роки тому

    Amen chantal mwene wacu karimbu mur family naho tahari ari numva fise ivyishimo vyishi cane gose

  • @jumalee2112
    @jumalee2112 3 роки тому

    Komera papa Everist a.k.a Mr.Never

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 3 роки тому +2

    Mwari mwahejeje igifungo ko narumva uwari asigaje basi numwaka

  • @bremiteef9221
    @bremiteef9221 3 роки тому

    Imana ishimw nukuri

  • @اااجج-ث3ذ
    @اااجج-ث3ذ 3 роки тому

    Mbegivyiza😘

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 роки тому

    👍🏾👍🏾❤️

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 3 роки тому

    Birahimbaye mbigivyiza

  • @prosperndayisenga6811
    @prosperndayisenga6811 3 роки тому

    Yakoze ivyiza bikorabake kwiyisi

  • @rosentakarutimana2432
    @rosentakarutimana2432 3 роки тому

    Uyo mutama witongo mumukurikirane banyakwubahwa

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 3 роки тому

    Mana wee uhezagire umukuru wigihugu cacu ugizeneza cane ndimumahanga ariko mporansenge abafunzwe bose .nukuri harinaho bishi abafunzwe bakaburana bagastinda ariko hageroko basohoka uwobabura agaca agenda kumukuru wibohero akamuha igiturire kugira ntamurekure kandi birashoboka kuko ubutungane bubabuziko bwamurekuye ntanahandi ashobora kwitura uragerageza rero navyomyene ubitohoze nyakubahwa ubarenganure

  • @zasaw6053
    @zasaw6053 3 роки тому

    Mbega Leta mvyeyi

  • @urukundo_ruganze3646
    @urukundo_ruganze3646 3 роки тому

    Imana ishimwe kandi impuhezagire kuko mbona ugwaruka rwa bahutu rwari rwahereye muri prison

  • @dibero202
    @dibero202 3 роки тому

    Urifuza kumenya kuvuga neza:
    * ICYONGEREZA ?
    * IGIFARANSA ?
    * IGISWAYIRE ?
    * IGISHINWA ?
    * ILINGALA ?
    * IKIGANDE ?
    * ICYESPANYOLI ?
    Muri JAMANI GROUP tubafitiye abarimu b'inzobere bashobora kukwigisha izo ndimi yaba mu buryo bw'ikoranabuhanga (online) ukabasha kwiga wifashishije Telefoni yawe cyangwa mudasobwa. Ushobora kandi kudusanga kuri amwe mu mashuli twigishirizamo imbonankubone ariyo: Nyabugogo, Mu mujyi (Downtown muri gare) ndetse n'i Remera. Ushobora no kwigira iwawe mu rugo. Tubafitiye kandi ibitabo by'imfashanyigisho, tubafitiye n'ibitabo by'amajwi (AUDIO & VIDEO) bigufasha kwiyigisha indimi mu gihe icyo ari cyo cyose. Ku bindi bisobanuro, Twandikire kuri: Whatsapp: 0788 630 235.. .