Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunzi ba gezaho murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤
Waragize nabi kumubesha ko udakomeye, wari kumubwiza ukuri rw'iyo sezerano ry'Imana.
3FA
Ibibintu naje sinzi ko nobishobora baga mutubwire abobishobora mur comentaire 😊😊gusa nyene ntagutakaza umukunzi kubera ubumuga kubera urukundo rwihanganira vyose🎉
Fanny nibintu bigoy kwihanganir encore uwukunda ?? Ibaz kur phone umurir urak cawumva wamwiteguriy rer turek munabana🙄🙄🙄oya nanje ndumva bitankundir bosanga....... 🤣🤣🤣Urabon uwovyoshoboker?? Nuwoba amukundiy ibīntu afise nayo uwumukund kweli?? Arara aramurot ijor numurang??? Imis yose arota babirimw?? Ibaz arindoto gusa atamukozeko😆😆😆😆
None adakomey bigenda gt?aho ko abimeny avant mariage aratomboye non Fanny ari wew mwogum mukundany ng mushik kuki tubwire
Nivyo mwiza wanje
None yokomera gt mugitanda yambara amaboka ni pantalon bukura😂uti ngwiki sumuhungu Kandi sumukobwa 😅😅 izonkuru zirarenze😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ntare kuguma uraba iyo wankorey nabi mwasize munda ufise ubwoba ko ihava ituburuka😊
Murakoz cane kutwigisha
Sha nukuri mumaze imisi mutanga inyigisho zikomeye canee pe
Ariko ndabona gezaho muzohava muyihezaningoga😢😢none ko ntare atagiyemurukumdo numugire wiwe batwereyse bamazekubana
Harimwo inyigisho kwerii benshi bibazako kuryamana numuhungu mukundana ngo kwaca agukunda cane arikoo siko birii hubwo nsgatima yaragufiseko gaca gahera
Wow ifilm nziz cyan arik iyi film irikuncang nukur
Guys nacerew arik ndatwenz vrt😂😂ham kubwanj nsanz agway sinomuheb kk urukund rwihanganir vyos arik nomuvuz kk ubu barakuvur knd nez cn
Knd abakobwa mugir ubushuhe
Courage 🎉🎉🎉bantubacu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndakwumva sha.ntaco woba ugoye gukora woba ujanywe nibikugoye kuko ibigori niwanyu vyari vyeze😂😂😂😂😂😂
Waoooohh. Courage fanny wanje. Love feom BURIKUKIYE TV
Ntimuhengeshanye kuduha inyigisho❤❤3FA Kure cane🎉🎉🎉🎉
Nakajembeget kwer turabakund mukomezeho
Hello gusa sintahura iyi film nonuryawundimugabo wamber vyagenz gt
Courage cet murashoboy💪🏼💪🏼💪🏼💪🏼💪🏼🤸
Gezaho WE asha ndimurukundo nayo, yashak Ku vérifia Imbere sha😂😂😂😂😂 courage team Fanny
Emw subiyemwo kuyirab mwayikiny tutarameny love yany vrt ciyembon urugo rwany emw rugum rusosa norasque yanyish ng Lova hhhh
Nukur ngontibaj kuraban mumas ewe ntare courage nukur muratwigish tuuuu ndab❤❤❤❤
Ntare Na Fanny baje muyind shusho 😊😊. Karikaryoshe🎉🎉😂😂😂❤❤❤
Wawaaa💪💝💝💝❤️🥰😘
Nsigay ndimurukundo na gezaho🎉
Gezaho
Ntakugotwa kumukunzi
Huhuhuhuhuhuhu brashush nono ugre uronk ikibond
😂😂😂Gys ivyo vyama vyabaye 😄 Noraspue courage 🎉🎉 Ariko muri bwabumwe nyen abacerew ntimumbanir❤🤗🤗🤗🤗
Waououh courage mes potes 👏👏👏👏
Couraje
Nabakobwa bariho bamez nkuku Lavine
😂😂😂😂Nice shaaa❤
Ndumufana wa 3fa😘😘😘😘
Ababantu baratwivye!babany gîte babanyegute kobayihutishij??tugendegahorobasha
Ndikundiy norasq k7recane ya libert.kazeneza nono
Gezaho yubahwe
Ntimuhengeshanya kuduha inyigisho 🥰 3FA Kure cane 🙏
Ariko ntare weeeeee urabesha nukuri ariko nyene nibake bokwemera kubana numuntu babizi neza kobatazovyara ntavyo niyumvisha kohari abovyemera bora bibaye mwarabanye ariko mutabizi eeeee nukuri biragoye kwiyumvisha
Courrage kabisa❤❤❤❤❤
Muri abigisha beza
Komeza
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Murabiryosha
Karabay 😂😂 ntorask karanyanyay ndabakunda ncane❤❤❤❤❤
Hahaaa🥰🥰gezaho shaaa❤️❤️❤️
Courage
Courage vrmnt murashoboye 💪💪🥰🥰🥰🥰🥰
Yooo mbe narihe
Norasi ararwaye masikini ubugari ntabega 😂😂😂😂
❤❤❤❤Gezaho muratwigîsha can n
Gezaho sha😂😂😂😂😂ndahashitse kbx💃💃💃💃💃mundindire nitwengere Ndi murukundo n'a Gezaho🙄🙄🙄🙄
Waaaoooo unomusi nj mubamberer mump utwo tu link❤❤❤🎉🎉🎉
Mwiranbire bantu banj
😊😊😊😊😊😃
Mubahw kbx
Urigukora can
Kwl mubirimwo neza hm nukr mutwongere utunota dukeye
Ntare hejuru cane🎉🎉🎉
Nanj uwambere❤
Ndi murukundo na gezaho Gerardine usigaye urenze pee team fanny nukuri courage murashoboy
Fanny yagiye yibaza ko imoteri itaduha ibugarama😂😂😂😂😂 non yaramuhwase gushika hinjira amahasa😂😂😂😂
Sha Med uramvuny imbav nukur jyew uz uzisubiz kwer ngo Yara muhwase gushik hinjir amahar rek rek iyuciy mwikaburimbi ufis imodok shash ntumeny kowagez iyo urikuranjy😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Waooo
Mukinanezacaneee
Nanje nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
👑👑👑👑👑🔥🔥
Nacerewe kwa gezaho❤
Waaawooo 🥳🥳🥳🥳🧚🧚🧚🧚🧚
❤❤❤ Gezaho ndamanyutse
Egome vrt uko nukuri vrt Gezaho ni Gezaho nyene vrt yoooo conseils nziza❤❤
❤❤❤❤❤🙏🙏🙏
Urukundo ruzakutwica gwa gezaho
Harahiye🔥🔥🔥🔥
Chr😂😂wife😂😂😂lova😂😂😂hariho umuntu akurondera🤣🤣🤣we ntare urantwengeje basi😀😀😀😀muranryohereza imisi basha
🔥🔥🔥🔥🔥 No.1.
Yooo yoòo🎉🎉
🥰🥰🥰💖💖
Waooou❤️❤️❤️❤️👌
Wauuuuh lavine
Murakazaneza twaritunyotewe❤❤
Nukur ndabakund can ukunt mwutwigish kwer❤❤❤❤❤❤
Courage 🎉 egooo😊
Egosha waramukoreye akantu 🤣🤣🤣
Ntare six weeeeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂
Nkaba nahageze 😂ntitwaj kuraban mumaso😂😂
Ntare arakomeye Kandi aterinda😂😂umugore wiwe aratwite😢😂❤❤
Ryumwana Nolasque solution ,man of God,you are a new creation🤣🤣🤣
Kazi nzuri ❤❤❤❤❤
Mana yanje!!!ngo sinkomeye🤭🤭🤭gezaho gezaho mukobwa
Haaaaaa guys reka tuhatwike ndi murukundo na gezaho sha ❤️❤️🌹❤️❤️
Courage Fanny ubikor nez gs
Arik namwe uraducanga Maliya yarahebanye numugabo wiwe?
Ntare yari yaratunyegeje impano😂😂😂
😊😊😅😊
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Système ngo wapiii🥰🥰
Karigisha
Gezaho urandyohera cane ndimurukundo nagezaho❤❤❤
Eee naje barabingiriye twavuye kwi commune ntarasezerana kwa pasteur tuzoragana kuwundi musi wa samedi naramubwiye chr wanj ati tutaraja kwa pasteur wapi
Namwe ntimusuke abantu umuntu akubwiye ko adakomeye avant mariage biragoye gupfa kuvyisukamwo
Ariko Fanny ntutuyobagize Samantha