Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abari murukundo n 'urugo séries abaza nyuma mugonge like tuhatwike hahire rimwe 🔥🔥🔥 today ni 🔥🥰 ntimumbanire vrmt 🤣
❤❤❤❤❤❤ndabakunda Can courage ham ndabasabe mump ako karirimbo kavug muriko murakin mumbwr ndakaronder
❤❤❤❤🎉🎉
😊
15:00
17:18
Ababonyeko Nora mugukata drede za Fanny Bari babiteguye kugira bakine iyi séries arumusazi umundunde utu love❤❤
😂😂😂😂 uwumvise Mariya avug ko adakeneyeee ko umwan wiwe aba Pasteur nampe🎉🎉🎉🎉
Abanyarwanda turimurukundo niyi firme urugo TumenyaneHanyuma Maria niwakire 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Asha nibarabe baze barayiduha kabiri mundwiza 🎉🎉🎉❤❤❤ ewe Maria uraryosha 😂😂
Ababay banyum nkanj tumenyan nukul nambabay mbaber mump like muzob mukoz ❤❤❤❤❤😢😢😢😢
Abafadikanije nanje bongeze film ininota mumpe likes
Ego kabisa baradusondeka
Mariya disi yabaye umusaziyooooo 😢😢😢😢
Ababonye ukomaria yatwayumuhwi agapet karahoo❤❤tumenyane🎉🎉🎉
Uratwihebera birenz kwl kwiruka numubebe munda gusa natwe tugukunda kubi maria wacuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbasabe ababonako boja bayiduha basi 2 mu ndwi mufyonde kur like bizoca bikunda❤❤❤
reka sha twarabibasavy barans
Fanny ndagukunda cne courage. Urakina neza pe encore wibungenze
Yoooo Nora ndababaye , uhakinye neza nubwo iyo passage irarijije 😢😢
yooooooo bash gusa mariya arantwengej nubwo yasaze bash jewe nosanga natwenze courage beza bacu❤❤💝💝💝💝💝💝
😅😅😅😅
abaza nyuma mundemeretwatuntu nje niyicariye murugoo 🎉🎉🎉
Nukuri ndashoboye gutwenga pe ndabak❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉maria wanj uzovyara amahasa😊😊
Guys niba ukunda urugo séries nkanje wankandiye Kuga foto koko niba atagatima kabi ❤❤❤🎉🎉
Iyi film ninziza,ariko bakina umwanya muto caane,vraiment nukuraba mukongeza umwanya
Fanny wallah wacting bien vraiment❤❤
Turabakunda cyane ariko mujye mwongera ijwi
😢😢😢mbabajw nukunt Nora yabony k coc yafashw ntambwir fiko😢
Nanj nahashits Karee gos mundemer twatunt abotwatangurany urug ❤❤❤
Iyo rôle yo gusara iragoye gukina pe isaba kwikuramwo ubwenge.Fico agomba abone kwubaka icarico ahereye ku mpange😂😂😂
Urakwiye j'aime Kuri iyi comment
😂😂😂😂Maria kbsa arashoboy kuba umusazi neza ankuyemwo imbavu 😅😅😅
Chch Wanj Mariya ❤❤❤Ukuntu Uturyohereza Umusi biraturyohera
Haaaaaa kwoga fiko ng fyoto❤❤❤❤😂😂😂😂 imbavu zanj zirumy
Ndazindutse nukuri Abaje nyuma yanje mumpe likes 👍 vraiment Urugo series urakunzwe ❤
Maria courg kbs kur cyan nih mbipfurijikiganz kugrns❤❤🎉🎉
Harabant mutaryama nukur 😂abaza inyuma ndabahaye bwakeye❤
🤣🤣🤣🤣mariya weee urakwiy umudari w'umwakaka kwiyo role wakinye pe😂😂😂ahwiiii ndatwenze ndeguka😅😅guciri imanza abantu gusa ukamenga nimwe mwabambwe ngo Yesu muramuzi mwebwe😅😅😅😅ahwiiii murakoze kunryoherez umusi👏
Fanny ndakund ibikorwa vyaw naho nzosigar ndumw nzoguma ngukurikirana mpaka
Hagusiba woceregw. Urgo hjuru caneee tubarenge nakare turabrenze🎉🎉💃💃💃💃
❤❤❤❤film ikomez kuryoh gose ark umwanya muduha nimuto murab basi mugir 35minute vrt.
Bane bambere nkaba ndahageze 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 mumpe twumwe muhora muha abandi❤❤❤
Fanny is my best actrrice ❤❤❤mukunda kubiv🥰🥰🥰🥰 abakunzi ba fanny duza ibiganza tubimwereke 🥰🥰🥰☝️☝️☝️❤️naho nzoba ndumwe🫶🫶urugo hejuru cane Fanny uzi gukina vyose pe💐💐💐💐
Uryumusi baye uwahafi mundemere abaziryuma
Pambana nubuzim sha fico ngo abagore ntakimwoo😂😂urugo vrmt muranyubak kabisa❤
Mbega kwikuramwo ubwengee wee😂😂fanny big up xana kbx .meilleur actricee pe.amashurw kur wew🎉🎉
Gusa fany uratimb ukina ibintu nkivyo ufise umwana munda!! Gusa courage
Basha nukuri vyabintu nimpano😂😂ndakumbagaye mariya nukuri wabaye musazi neza neza ukuntu asahuye imihwi..akirukaa😂😂
Urugo séries hejuru cane🌹🌹🌹🌹❤️❤️
Bravooo iyi serie niyambere kbs.. courage kbs.. kandi iyo ntibonamwo nari ku reclama😂😂😂
🤣🤣🤣🤣 kumbe niho waruri
Wibonyemwooo wumvaaa utesaaa🤭
Wiboyemwooo rero😀
Ubundi Mariya ngaho aho wirukiye nturuha n,uwo mu bébé munda!! Nora pole sana urukundo rurababaje. Urugo series Iyi niyo yanje pe!! Jewe ndabemera cane. Respect sana
Joachim uranyishe😂😂😂😂😂chr wawe Norasque yamuhakije Aho kumuha pole,umubaza ngo yaguhaye angahe😂😂😂n'ideni wari wamaze kuja kwaka idiri yabaye idirisha😂 😂😂,Ivyo bintu yakoze bigaragaze ureke iterabwoba😂😂😂😂, courage ❤❤
Abagabo bumvireho ako kantu,umugore canke umukobwa arashobora kukwisanzurako atagukunda ariko yikinira gusa idili y, ifaranga 😂😂😂😂
Maria yeeee nukur unkuyeh uwumusi pe
Booooom booooom🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage❤️gusa mwongereze umwanya👏
Ewe Mariya wanje!!!!! Ndagukunda ukuntu ukina nukuri. Itagatire❤❤❤❤
Abari murukundo n'urugo ibiganza hejuru☝️☝️☝️
Ewe Nolan shahu abagore baraguseserekeje nihatari Hama maria courage vrmt ubikora neza Hama Nawe fiko rondeza umugore WWE iyari mutabare umuvuze ureke kwishinga amajambo ya Nolan yaribabariyeee nd❤❤❤❤ mweseee team yose bavuyemwo mama pasta.
Yooo mariya imana yorosh 😢😢hama abakunzi ba serie URUGO mundemer link tubandany tuhatwika❤❤
Neza cn ❤❤kure cn Mariya 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ndaknda mwese
Ndacerew gato abakunzi nkanj b'urugo tumenyan🎉🎉
Ziriya dread zakasw kubwenge muri ya prank Sha egoo, gusa film ni nzuli saana.
Mariya hejuru ukina neza courage
Ohh my god mbega maria ukunu ambabaje mbega fiko
Ewe mukama ibintu vyatanguye kuryoha cn gose ndabakunda ❤❤❤
Ariko Maria naw urasarish umusazi nyn kuberik utotora iyind rôle
Yoooo maria wanje uranyisheeee❤❤❤❤❤❤
Fanny urashoboye kbs wakinye neza ntanuwomenyako wibungenze ukuntu wiruka reo🤣🤣🤣🤣🤣 akira amashurwe yawe🌹🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐🥀🥀🥀🥀 courage❤️❤️❤️❤️
Oya Mana mariya ntasareee
Courage Maria kur cane nihonkwipfurij gushik 🙏🙏❤❤❤
Ndabafana
Niho tuba turi🎉🎉🎉🎉
Mungu wangu mariya nawe numuti wamenyo
Hhhhhhkkkkkkk mariya vyahuraguye joachim rero ngo yishakira inoti udandaza umugore😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage courage beza banje
Ndakeneye kumentivyobintu uwomukobwa yakoze bikiribanga! Yoo umugore nigikoko! Ndabaye kuba mariya ahembwibintu nkivyo nkibikorwa yakoreyimana
MARIA DISI YASAZE😢😢 MPOLE MARIA WANJE❤❤❤❤❤❤
Nimba har abantu bari mu bibazo nk'ivya Mariya,Imana iborohereze kweli😢😢😢
Courage sha Fanny hama urekane naba muco bariko bakuvuga nabi inzigo gusa nishari nivyo bibuzuyemwo ntakindi
Icobikoze co murakunzwe cane mwiyumve ukuntu mubikora neza biradushimisha cane
Mwayibihije muhindur
Mariya arambabaje nukr ukonyen kl IMANA igukize diiiii mariya wanje🎉🎉🎉🎉😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤
Kuma seconde MBA ndahageze courage tukiri inyuma.❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abazindutse nkanje mundemere.naho ntaaheza kutlyiraba.
Mwubahwe muduga ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Yooooo😂😂😂😂ndahwereye ewe mari ya buranyishe kweri
Ahosha Fanny narinagumy ndondera kwata film nimwe irashika,
Ew mariya naw nsanz natwnze nukri gsa nyne ndagukunda ukntu ata rôle nimw ww udashoboy 💪💪ndanezerew pe kubwurugo
Courage🎉🎉🎉🎉🎉
Imana itabare mariy
Abakunzi burugo series mundabire twatuntu
Maria akir nukuri wubahw🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ndahar nazindutse mump twatuntu
Mariya mujanane kwa muganga yemwe nukuri fanny wubahwe kuko urashoboye 💯💯💯✅✅✅👌👌👌👌👌
Ewe mariya 😂😂😂😂😂😂 nukur urashoboye😂😂😂😂😂 yesu weeee Imana ikujimbere
Mama lao nukuri uruwambere rôle yuburwayi bwo mumutwe wayikinye neza cane
Mbayuwanyum urug hejur canee mama lao kure canee nihokwipfurij kugera ndiho akomez agufat amabok❤
Fanny rôle yogusar irakuber vrt
Nukuri Imbavu zanje ziramanyuts NGO kwoga 😂😂😂fyoto😅😅😅
Courage sha lavine wanje urashoboye akira amashurwe yawe 🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Karibu twige mwese inyifat baduha💖💖💖mwese
Kure cane ndabikundira❤❤❤❤❤
Fany vya vrai ukomeza kuryosha nawe ryoherwa tuu ❤❤❤
Murabanje kweli ndabakunda ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Fiko fiko basha ndakunda umutwe wiwe inyuma ndabibivuze❤❤❤🎉🎉🎉💋💋
😂😂😂😂Nora ukina neza kbsa ndakwemera sana
Sha vyakomeye sana 🎉🎉urugo hejuru canee
Yoooooo. Norasik. Kurishavu. Mariya. Humura. Uzakira. Nayokokowe. Nakajendegetekwer😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Iyimove byagenze ute ko none yabambi itaciri nziza nkambere
Abari murukundo n 'urugo séries abaza nyuma mugonge like tuhatwike hahire rimwe 🔥🔥🔥 today ni 🔥🥰 ntimumbanire vrmt 🤣
❤❤❤❤❤❤ndabakunda Can courage ham ndabasabe mump ako karirimbo kavug muriko murakin mumbwr ndakaronder
❤❤❤❤🎉🎉
😊
15:00
17:18
Ababonyeko Nora mugukata drede za Fanny Bari babiteguye kugira bakine iyi séries arumusazi umundunde utu love❤❤
😂😂😂😂 uwumvise Mariya avug ko adakeneyeee ko umwan wiwe aba Pasteur nampe🎉🎉🎉🎉
Abanyarwanda turimurukundo niyi firme urugo Tumenyane
Hanyuma Maria niwakire 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Asha nibarabe baze barayiduha kabiri mundwiza 🎉🎉🎉❤❤❤ ewe Maria uraryosha 😂😂
Ababay banyum nkanj tumenyan nukul nambabay mbaber mump like muzob mukoz ❤❤❤❤❤😢😢😢😢
Abafadikanije nanje bongeze film ininota mumpe likes
Ego kabisa baradusondeka
Mariya disi yabaye umusaziyooooo 😢😢😢😢
Ababonye ukomaria yatwayumuhwi agapet karahoo❤❤tumenyane🎉🎉🎉
Uratwihebera birenz kwl kwiruka numubebe munda gusa natwe tugukunda kubi maria wacuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbasabe ababonako boja bayiduha basi 2 mu ndwi mufyonde kur like bizoca bikunda❤❤❤
reka sha twarabibasavy barans
Fanny ndagukunda cne courage. Urakina neza pe encore wibungenze
Yoooo Nora ndababaye , uhakinye neza nubwo iyo passage irarijije 😢😢
yooooooo bash gusa mariya arantwengej nubwo yasaze bash jewe nosanga natwenze courage beza bacu❤❤💝💝💝💝💝💝
😅😅😅😅
abaza nyuma mundemeretwatuntu nje niyicariye murugoo 🎉🎉🎉
Nukuri ndashoboye gutwenga pe ndabak❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉maria wanj uzovyara amahasa😊😊
Guys niba ukunda urugo séries nkanje wankandiye Kuga foto koko niba atagatima kabi ❤❤❤🎉🎉
Iyi film ninziza,ariko bakina umwanya muto caane,vraiment nukuraba mukongeza umwanya
Fanny wallah wacting bien vraiment❤❤
Turabakunda cyane ariko mujye mwongera ijwi
😢😢😢mbabajw nukunt Nora yabony k coc yafashw ntambwir fiko😢
Nanj nahashits Karee gos mundemer twatunt abotwatangurany urug ❤❤❤
Iyo rôle yo gusara iragoye gukina pe isaba kwikuramwo ubwenge.Fico agomba abone kwubaka icarico ahereye ku mpange😂😂😂
Urakwiye j'aime Kuri iyi comment
😂😂😂😂Maria kbsa arashoboy kuba umusazi neza ankuyemwo imbavu 😅😅😅
Chch Wanj Mariya ❤❤❤Ukuntu Uturyohereza Umusi biraturyohera
Haaaaaa kwoga fiko ng fyoto❤❤❤❤😂😂😂😂 imbavu zanj zirumy
Ndazindutse nukuri
Abaje nyuma yanje mumpe likes 👍 vraiment
Urugo series urakunzwe ❤