Sidonie NZEYIMANA (Orchestre National) - Agacaca karanteze

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • AGACACA KARANTEZE
    1. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umugambwe :
    Aiyego, mama, ni ibikorwa vy’Abarundi,
    Aiyego, ma !
    Ikibera Umuvyeyi :
    Aiyego, mama, ni ikibondo i mugongo,
    Aiyego, ma!
    2. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umurondo :
    Aiyego, mama, ni ibikorwa vyo mu nzu,
    Aiyego, ma !
    Nagasaga :
    Aiyego, mama niwankumbura uzoza,
    Aiyego, ma !
    3. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umusore :
    Aiyego, mama, ni agasipi ko mu nda,
    Aiyego, ma !
    Ikibera umutama :
    Aiyego, ni ibutura n’ubureta,
    Aiyego, ma !
    4. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Nagasaga :
    Aiyego, mama, niwankumbura, uzoza,
    Aiyego, ma !
    Wogenda :
    Niwankumbura, uzoza,
    Aiyego, ma !

КОМЕНТАРІ • 2

  • @MrPhronesiswisdomful
    @MrPhronesiswisdomful  7 років тому +5

    AGACACA KARANTEZE
    1. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umugambwe :
    Aiyego, mama, ni ibikorwa vy’Abarundi,
    Aiyego, ma !
    Ikibera Umuvyeyi :
    Aiyego, mama, ni ikibondo i mugongo,
    Aiyego, ma!
    2. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umurondo :
    Aiyego, mama, ni ibikorwa vyo mu nzu,
    Aiyego, ma !
    Nagasaga :
    Aiyego, mama niwankumbura uzoza,
    Aiyego, ma !
    3. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Ikibera umusore :
    Aiyego, mama, ni agasipi ko mu nda,
    Aiyego, ma !
    Ikibera umutama :
    Aiyego, ni ibutura n’ubureta,
    Aiyego, ma !
    4. Agacaca karanteze, Aiyego, ma !
    Ndagaruka, ndagatema, Aiyego, ma !
    Ndagashira uwakanteze, Aiyego, ma !
    Abahungu baranseka, Aiyego, ma !
    Abakobwa baransama, Aiyego, ma !
    Nagasaga :
    Aiyego, mama, niwankumbura, uzoza,
    Aiyego, ma !
    Wogenda :
    Niwankumbura, uzoza,
    Aiyego, ma !

  • @izidorbimana5485
    @izidorbimana5485 5 років тому

    Ikiber’umuvyeyi nk’ikibondo imugongo aye goma nice tune