Sentare yarashashe kuri uwu wa kane ku rubanzwa rwa Major Petero BUYOYA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 вер 2024
  • #Burundi_Justice : Sentare yarashashe kuri uwu wa kane mu rubanza rwa Major #Petero_Buyoya ari mu bagirizwa igandagurwa ry'Umukuru w'Igihugu #Melchior_Ndadaye. Agnes Bangiricenge avugira Sentare ntahinyuzwa amenyesha ko urwo rubanza rwahawe irindo sango ryo mu ndwi iza. Yabishikirije kuri uwu wa gatanu mu kiganiro c'abavugizi bose b'inzego za Reta.

КОМЕНТАРІ • 14

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 роки тому +1

    Nivyo numutubwire ukuntu mudafata buyoya ngo tumuhane twebwe abanyagihugu muga uyumucamanza numwana menga ntavyazi icogihe candandaya menga ntiyari bwMenye ubwenge

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 роки тому

      Ales Nema, erega umucamanza n'icabona baratandukanye.
      Ahubwo nanj nagira mbaze,mbega Buyoya yagumye ari Major ningene ubu mbona baziyora nk'ibiharage vy'impeshi😜😜😜

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      iyo mumenya ko abanyagihubu bose boca nabo bicwa kuko inyuma yandadaye abahutu bishe abatutsi isinzi! ibaze barya bose baciye bicwa ! ntawosigara muburundi ! umuti si ukwica , ahubwo nuguca urubannza wabonona , hama bagahanwa tukongera gushiraho amategeko ntabanduka yuko uwishe bija kugatweke numuryango we, abana gukuzako , kirazira guhonya abantu bazira ivyabandi ! abarundi ntaho tuzoshirana , nimwige gusangira ubutegetsi mudaciye amazosi abantu , kirazi Imbere yimana

  • @margaretmwangi4328
    @margaretmwangi4328 4 роки тому +1

    ntakamaro kutakaza umwanya buyoya.niyichwe.aharibose.niyichwe.ntavyongaho.imanza.niki.igiheyazana.intamba.akicha.nyakwigendera.ndadaye.haruwo.yagi shije.urubanza

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      mbe mwishe Buyoya ko ariko muvyanditse; babahutu isinzi baciye birara mubanyagihugu bakica ninzoya , ninda irimunda bagakurayo zabatutsikazi nabatutsi hamwe nabahutu bamwe bamwe bari muri uprona , nabo baca baronderwa bicwe? nabaza ! ivyarivyo vyose , abapfuye nibensi caane bishwe nabantu , ababishe nabo ningombwa nabo bicwe kuko bishe inzirakarengane namba mushsaka kwica Buyoya ! aho muhitondere ccane gose , namba mudashaka ayandi mahano mwabarundi mwe ! Erega President Buyoya si akabwa mupfa gufyonyora uko muvyibaza! Muribihubuke tout simplement , kandi imwaka yose , muzamana ingorane mwebwe , mwavukanye ubujuju! Ubu ntimuriko mwica , mutema mutongora abana babarundi bariko bapfa , Ni Buyoya ariko abica??? Ukwo guhubuka kwanyu , ntaho kuzobashikana ndabarahiye ! Buyoya si akanyegeri mufyonyora nkuko izo nyegeri ziraho iwanyu mwirirwa mufyonyora uko bukeye uko bwije ! Tuza mwabahutumwe! Mureke gukinisha kwicana . urucira mukaso rugatwara nyoko!

    • @alesnema9596
      @alesnema9596 4 роки тому

      @@kwizerayvonne1950 ariko nibuyoya yabiteye vyose kwica umunyamahoro muduhenda ngo abatutsi muriga nahoshwi ntamutusti aratwara atishe ndakunda Rwagasore nkuko nikunda kuko yarumugabo nayo buyoya azofe yihsmbe

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      rwagasore ari mubwoko bwa baganwa nunturukamwo kuko ndi umuganwakazi jewe! igitangaje ni uko en 1993 nabaganwa mwabishe kuko abahutu babashira mubatutsi , ntiturabatutsi!!

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      uyo mugabo rero Buyoya yarongoye igihugu eka nabandi basivya basibanganya ahuhubona ndabemera buke , kuko kwica abahutu canke abatutsi si umuti wuburundi ! uworwagasore uvuga , mwaramuhemukiye abahutu hamwe nabatutsi ibi ndabivuze kuko mwangize infuvyi kandi nsangiye ubuganwa na rwagasaore , iyo ko hageze ko abahutu nabatutsi mwiba abarundi mutema uwo mubonye , gushishoza vyarabananiye ngo mumenye muti: urya naho afise izuru rirerire afise umutima , muratema tu ! urya naho afise izuru ridasongoye , umuhutu rero, afise umutima tu ! mwese ni ugusahura abahutu mufatanije na batutsi ! murigito!

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      ndakwibarize mupfaso, igituma abarundi niwize yigira ikijuju ni ukubera iki! iyo nvugo yawe si yumuntu yize , twobirekera ba banyagihugu binkewa mumutwe mubatuma gutema bagaca biruka gutema wewe warize sha ngo utahure ibintu ni ibindi . ndakubaze, abatutsi bari kuntwaro bishe ndadaye , bisigura ko abatutsi bose bishe ndadaye ? canke ikindi , ko abahutu bamwe bamwe bariko baca amazosi abantu , ubuho ntibavangura nabahutu banyu murabarembeje mubaca amazosi, bica bisigura ko arabahutu bose bobizira! ibintu sha bizoteba bihinduke, umuntu wese ahanirwe ico yakoze atakuzira ubwoko . hica abantu ntihica ubwoko , wishe uva mubahutu , ntibisigura ko abahutu bose arabicanyi , oya , nuwomuntu yabikoze , arumututsi nuko nyene , umwe wese kugatwe ke . ntakujaniranya

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 4 роки тому

    Murakina nabo mungana basha

    • @alesnema9596
      @alesnema9596 4 роки тому

      Nomufata Jew twokwirira nino aba aguma yinyegeje ntitumubona kuko ariyiziko ahirwa nisazi numubu