Samantha Torres yasinye amasezerano yo kuzokinira umugwi Intwarikazi.
Вставка
- Опубліковано 15 вер 2024
- #Burundi: Kubera urukundo rw'abakinyi hagati yabo n'ukuntu bitwara vyatumye Samantha Torres ngo yiyumvamwo umugwi w'#IntwarikaziFC. Yabishikirije mu gihe yarahejeje kugiranira amasezerano y'ugukinira uwo mugwi wo mu cicaro ca mbere mu bapfasoni. #LWL #LumitelWomensLeague
👏👏👏👏👏👏 respect kbs nafurahia saaan
Ndatangaye. Gose kwumva avuga ikirundi neza. imana imuhe umugisha kandi ndabipfurije intsinzi munkino zose bazokina.
Ash ,,aduhaye carton rouge ,,mikemirundi ciza
Turahimbawe kubwawe mukenyezi
Uyumuntu avuga ikirundi nka kelly Townaire icobampuriza😂😂
Murintwarikazi kbsa
Nezerew Canee kwumva ,Uvuga ikirundi neza mwubahwe Canee gosee.
aho shaa
Asumvya baba kongo baba muburund kumenya ikirunfi
😂😂😂 kbs
Mbona ikirundi akirusha abanyabuyenzi bigira abarundi batazi nukuramukanya
Okay nivyiza
Uhezagirwe wamupfasoni
Akiamungu 😂😂😂 Nakubali
Murintwarikazi kbsa