Turabasavye mushireho groupe WhatsApp kugira ibi bikorwa bishikire benshi bashoboka kuko hari abantu baterekwa UA-cam ariko bamaze kuza barabona izi ndirimbo kuri WhatsApp baca bagira umwete wo kuja kuri UA-cam kugira ngo barabe nyishi bigatuma numwe atahora aja kuri UA-cam atangura kuja kuri UA-cam.
Imana ize ibabikire ikibanza ciza mubwami bwayo
Good song Kangwana the boy was here
Thanks so much
Waoh. Amen amen
Eee watu wa Mung mnawez kbx Mung awabaliki tens sn
Amen
Thank you everyone for your wonderful comments. May God bless you all.
Iman iban namw
Iraryoshe pe, gusa yomuyitamba intambo yikirundi
Murakoze cane.
Tanzania daimondi
Turabasavye mushireho groupe WhatsApp kugira ibi bikorwa bishikire benshi bashoboka kuko hari abantu baterekwa UA-cam ariko bamaze kuza barabona izi ndirimbo kuri WhatsApp baca bagira umwete wo kuja kuri UA-cam kugira ngo barabe nyishi bigatuma numwe atahora aja kuri UA-cam atangura kuja kuri UA-cam.
Group ya WhatsApp iriho kandi imaze igihe kinini cane.
@@umojagroupaustralia. Ndasavye munshire muriyo groupe,mwoba mukoze.
Numéro yanje ni +255744723901
amen Mungu awabaliki sana
Amen amen
Mubandanye muhezagirwa turabakunda cane
Murakoze cane kandi muhezagirwe gose mukundwa
Amashimwe nayawe MANA.
amen amen muhezagirwe cane bakozi bimana muterimbere
Namwe muhezagirwe cane
IMANA IBAHEZAGIRE CANE
Namwe muhezagirwe cane
Amen Amen
Amen
Kbs magic tv muzivyinshi
Mukomerere mu Mwami
Muhezagirwe
Terimbere mukuturemesha
Muhezagirwe cane
Amen 🙏 mungu awabaliki sana
Amen kubwa
Sinduha kwumviriza indirimbo zanyu
Muhezagirwe cane mukundwa
Wow muhezagigwe 🙌
Namwe muhezagirwe cane
Be blessed guys 🙏
Amen brother
Amen
Amen amen
Amen 🙏 🙏
Muhezagirwe cane
Zuchu
🙏🙏
🙏🏿🙏🏿
Turagushimiye maana yake nini kwa Kiswahili??
Tunakushukuru
@@umojagroupaustralia. sawa
Eee watu wa Mung mnawez kbx Mung awabaliki tens sn
Asante sana
Amen
Amen