Nice song and may God go on blessing all of you and turn your hearts back to your birth country inhabitants because most of people in Burundi are still praying such prayer because of the poverty, unemployment, hatred... Pray much more for me that may the almighty make a way for me. On the other hand remedy needed.
Much thanks to you all and don't turn your brind eyes to the left of your native country because even if no battle is in here many of us are starving, retiring unemployed,
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI
Thank you so much
Nice song and may God go on blessing all of you and turn your hearts back to your birth country inhabitants because most of people in Burundi are still praying such prayer because of the poverty, unemployment, hatred... Pray much more for me that may the almighty make a way for me. On the other hand remedy needed.
Amin nikwel mungu ariko dutoa nimbari sana
Murakoze cane kwiyi ndirimbo mukomeze igikogwa kandi Ilana izobafashe ntimuve mugajiza twaherewe igorogota rimwe risa
Amen ...more grace
Thank you Muimbaji mwenzetu
Amin mungu akubariki san❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen amen ahotwabundabund muntambar zitandukany mubuken butandukany manayac waduciriy inzir
Na wakubali Mungu awalinde
Amen imana ibahe inkomezi gushika kwiherezo
Murakoze cane mukundwa
I wish you more blessings from God 🙏
Amen
Amen Imana ishishikare guhabwa icubahiro ,ubutumwa bwiza mutanga mubicishije mundirimbo zifasha imitima yabeshi imana ibongerereze inkomezi
Namwe Muhezagirwe cane
Aman ❤
Yooooo ❤❤❤gudu
Amen amen, muhezagigwecane haraho ububutumwa bunkuye naho bungejeje, yadukuyahakomeye kabisa.
Namwe Muhezagirwe cane
Ndabakunda cane kandi Nkunda n'umwe muri mwebwe urwo kwubakana
Mwarahezagiwe,🔥
Umoja Group Ndabakunda canee.Nukuri IMANA IBAJE imbere
Murakoze cane gose mukundwa
Job well done 👏👏🍉🍉🍉
Thank you Lilian
Imana ibahe inkomezi nyinshi zo kuyikorera mwongera musengera abandi murakoze cne
Shalom choral nziza ,yesu abahezagire mwturirimbiye neza,mukomeze.
muhezagirwe imana ibahe umugisha.munyibukije umupasitori aheruka kugenda america atwemereye ivyombo .amaze gushika nubu umubajije ntakwishura .ew pasitori uragowe mbonye amakuba turiko turabonera aha tanzania nihatari .hamwe nkuwimana yohakura agaca avyibagira imana izibimuharureko nkicaha.
Nikumusengera kuko abenshi bamaze gushikayo baribagira cane
@@umojagroupaustralia. nubugambanyi ntavyo yibagiye ,ndabitahura bivanye nigihe tugezemwo .nibimusha urubanza ruramuraririye.ntajambo narimwe uzovuga ngo naracoroswe.
Turashimiye iyi chorale kundirimbo nziza yigisha nkuko biyunviye gusohora
@@GordienNdayisenga murakoze cane
Hongereni sana
Mungu awatie nguvu!!!!amen
Amen
ndayikunze cane♥️ kandi iramfashije ndayisubiyemwo akarenga gatanu🔥 lmana ibahezagire 💐💐💐
Murakoze cane kandi Muhezagirwe
Amen
❤❤❤
Murakoze imana ibahumugisha
Gusa biteye agahinda natwe imana yaratuzigamye imiryango muri congo
Muhezagirwe Imana irushirize kubongera inkomezi mubikorwa vyayo
Murakoze cane kandi Muhezagirwe
Iyi choral ndayipfurij umugisha utangwa n'IMANA
@@IRADUKUNDAFelix-ej4iq murakoze cane
Amen be blessed👏🏾👏🏾
You you be blessed too
Imana ibahe kuramba murab'igiciro❤❤❤
Mungu awazidishie balaka ndugu zetu
Amen
Mmenikumbusha mtabila Mungu azidi kuwabaliki
Barikiwa sana
Iyi ndirimbo iranezeye cane
Muratwibukije kabisa... mbega nigiki UHORAHO atadukoreye???? IMANA idufashe tuvyibuke🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤❤
Nukuri ntaco Imana itadukoreye. Muhezagirwe cane
Mubarikiwe kwawimbo wenu mzuri
Amen
Manaw verry Good Lord 👍
Turipfuza KO mwobandanya muriyi nzira Imana ibazigame
Muhezagirwe cane Ntore za Yesu!
Namwe Muhezagirwe cane
Hallelujah 🙌🙌
Vyiza cane iyi umoja ndayikunda cane irampimbara
Natwe turabakunda cane
Thnk you Lord
Amen nukwibukakweri
Murakoze caaaaane muhezagigwe caaaaane, cane.
Namwe Muhezagirwe
Amen Amen muhezagigwe n'IMANA
Namwe Muhezagirwe cane
Blessed
Imana ibazigame
Turabatey intege imana ibazigame ibahe ninkomezi
Bakozi b,I mana ntimuze mwibagire iyo uhoraho yabakuye
Imana ibandanye kubarwiriza amavuta. Indirimbo iriko ikora Ku mitima yacu. Amen
Kandi yanzigamiye numubyeyi numuvandimwe nubwo abandi natashye ariko imana ishimwe
Indirimbo nziza cane knd irimwo ubutumwa bwiza bwamahoro hamwe no gushima😊
Imana izobah iherezo ryiza
Amen
Nyimbo nzuli sana
Asante sana
Asante mungu
Ibonger amavuta
Inyibukije vyishi
Muhezagirwe cane
Amen
Imana yabahaye ubwenge n ihabw icubahiro
Amine mubarikiwe
Imana itwibuke
Imana ibahezagire kuruwo mutima wokwibuka ivyoyabakoreye mukanibutsa abandi.
Amen
Amen muhezagirwe
Murakoze cane lmana ibakomeze
Amen… namwe ibakomeze
Yesu atwibutsee
Cane
🙏🙏🙏🙏
Imana Igiraneza
Ibashe kubahezagira
Namwe Muhezagirwe
Iman ishishikar kubakomez kugirango bikunde konamwe mushishikar guhembura imitima ya benshi
Murakoze cane mukundwa
Nukuri muraturyohera kundirimbo zanyu
Courage
❤
AMEN ❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Imana ibahumugisha
Namwe Muhezagirwe cane mukundwa
Que la grâce Divine vs surabonde!
Imana itubabarire
Amen
Much thanks to you all and don't turn your brind eyes to the left of your native country because even if no battle is in here many of us are starving, retiring unemployed,
Izi kurinda iyo Mana
Amen
Amen
Amen haleluaaaa
Mwarahezagiwe
Namwe
Amen amen
Amen🙌🏻🙌🏻🙌🏻
Amen
Muhezagirwe murampimbara
Ndarizeee
Ihangane cane
Mana nfash kwibuka Ivy wankoreye
Idufashe cane
Amen 🙌
Turabateyintege bakozi b'lmana
❤️🙏🏾
Muhezagirwe
Amen mukundwa
Natwe muze murakora share no kubandi nkuko natwe dukora kuri mwebwe
Amen.
🎉🎉🎉🎉❤ amen
❤❤
Muranyubaka
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤🎉❤🎉❤🎉
8:40
Plz may come back
Bt
mlikuwa mnaomba mfike marekani mkiwa msituni??mlikuwa wakali wa maombi
Goodbye song
Mwodushira.muri.grup.kugira.tuzeturaronka.indirimbo.zanyu
Courage
Merci
Amen
Mwodushira.muri.grup.kugira.tuzeturaronka.indirimbo.zanyu
Amen