Amazi Dawn Joy Singers
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- Amazi n'ikinyobwa Imana yaduhereye ubuntu ariko abantu turirengagiza akamaro kayo ugasanga dutanze amafaranga yo kugura ibindi binyobwa bitwononera amagara. Ndabasengera nanje nisengera ngo iyi ndirimbo itume tugarura ivyiyumviro kugaciro amazi adufitiye. binadifashe kwama dushima Imana Yayaduhaye