Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Niwakunda Iyi Film Ntugende Utavuze binashobotse Mutwandikire Kuri WhatsApp +257 61760684 ❤🎉🎉
Jewe nayikunze
Habuzemo chr wa Constance 😂😂
Karibu @@Dodos_chenko
Nanje nayikunze courage
Je l'aime beaucoup❤❤❤
Love from mr sammy comedien abaribakumbuy film za Joachim nkanj mump like legend never die
Big Up My Brother
Iyi film ntababeshe igiye kwandika amateka abemeranya nanje mumpe izo like
Chaggy❤🎉😂wapi
Abafana ba Joachim mumpe like 🎉
😂craggy go rwiki abahugu go bose yabakudira rimwe nihatari 😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Waooooh! Félicitation Joachim mubijemwo neza kabisa courage komerezaho
😂😂😂😂 afise ibi?? Ewe shaaa nguracakomeye umugongo
Chaggy Big UP ukina nez kbx va mur comédie uje muri film niho uberew urazi gukin kbx
Ati naramwijiye no mumutima ndawugurura😂😂😂
Clémentine wanje,karibu cane🎉
Uwo mùtama akina nabi ariko Joachim Big up
Aho kuzana umugore azanyé abagore Chagny 😁😁😁😁😁😁😁😁
❤❤❤ndabakunda cyane
Aho guteramira ndaharose wlh 🔥🔥
🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 agahimbo nikabi sha Joachim abakene ntajambo kweli
Iyi film izonatwica dutwenga
Kabisa ngozi niyambere
Ninziza cane nimukomerezaho kabixa
Ikofe joo yakubiswe ryari rivyibushe 🤣🤣🤣🤣
Joachim nkiryokofe uriririyiki🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣shaginawe Nigitero😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂jewendabona nzokwama ndatwenga🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Joachim pole sana kwiryo kofe 😂😂😂😂
Ikofe ry'umuruturutu kuri Acteur ndakesera, keep shining 🇧🇮🇧🇮🌷🌷
🎉🎉🎉🎉🎉vyiza pee luge mudihe niyindi
Schaggy nukur wubahw uvuzukur hejur cyn amayobera vrt❤❤❤❤😂😂😂
Mundemere utwodutima❤ mbaye uwamber
Neza caane 👊✍️❤
Chaggy n Darlene 🔥👌,😂 Joachim ngo nakare nari ninize 😂
Waoooo verry well ❤
Nsiba ndemvye😂😂🎉Burundi turatunze🎉
Wooow vyiza caaaaane
Chaggy je nukuri ureke kusetsa😃😃
Amayobera kbx good bro
Amayobera oyeeee chaggy uranyishe 😀😀😀😀 wewe ntupfina yemwe harahiye 🔥🔥🔥🔥🔥
Iyoo chagi asigay akn yitonda ndebemr vrt kure nihombipfurij kugr🎉🎉🎉🎉❤
Bash ntimubishiremw inzigo abz inyum mundemer❤
Film ndundi 🇧🇮 kwendambele ❤🔥🔥💯✌️💃
❤❤❤Dent tv follows you too
Je ntwenze ukuntu Mimi Mireille yavuze Amayobera😂😂😂😂😂😂
Uratwika❤❤❤
MBONA BIZOHAVAAA BIBA INTATIIIII😅😅😅😅😅😅 UMUMAMA NASE UMUHUNGUUU NUKOBWAAA EMWEEEE MUZOBAAA MUMBARIRAAAA😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Chary ❤ubirimwo nez
Joachim hejuru kbx urarenze
❤❤❤❤chaggy ngo yomufasha kuger yaho amufashakooo😂😂😂😂😂 m courage vs ts
Mbega umuhungu nase wee 🙊 uburero papa Shaggy agiye kuryumwungu Shaggy Nawe arye uruyuzi rwawamwungu 😂😂 ngozi murahaturiye noneho🔥🔥🔥🔥
Shaggy ntagiye kuvyorosha😂😂😂😂😂,courage❤️❤️
Hejuru cane🎉🎉🎉🎉🎉❤
Aka ga films kogatesa❤❤courage bwana joachim
Igikorwa ciza cane ❤❤❤
Vrt courage cane gusa mwongeze iminota
Iyi film ninziza peeee irimwo inyigisho peee Abo tuvyimv kumw nanj mump liké zanj❤❤❤
Amayobera agiye kuba amayobera nyene 😂😂
Twayibony mukomer kwer turah kwer❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂 chagy ngoyazany abagore ngobafis umwimerere wokurya
Hhhhhhhhhkkkkkkkk🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 iyi filim ije kuhatwika mwakoze kuzana shagy❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉 mubikora neza
ndabakunda caaan naho mwari mwaraduhevyee❤❤❤
Turakeney iyikurikir
❤❤❤ courages🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mutama Joachim respect kbx mubikora neza mubandanye mudukorera umuti
Amayobera ❤❤❤🎉🎉🎉
😂😂😂mbeg'ikofe we ndumiwe
Waooooh félicitation mutam Joachim
Nkaba Mbaye uwagatatu rero ntimugende mutandabiye nanj twatuntu ngonumve uko bimera hama ndabakunda
Joachim njewe iyi film Amayobera sindigutahura neza ufise film zingahe zitwa Amayobera ????
Mudutemwooo iyindiii mwiyindwiii nkeee iratesaaa sana courage❤❤❤❤❤
Courah mukina neza❤
Basha mumpe nanj nkaba nduwakabiri
Basha umuriro ugira wake kbs Shaggy nawe aranyica pee
Amayobera hejuru cane✌️✌️🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️
chaggy 😂😂👌
Ushatse twogumana je sifyina😂😂😂
Johachim uhorunyica ngo nakare nari ninize😂😂😂😂
Dans 10min nkh nibereye❤
Ushatse je twogumana j simfyina😂😂😂
24min Mundemere ututwanje Amayobera❤
Pôle sana joachim iryokofe ryagusize??😂😂
Upendooo❤❤❤
Good job big brother 🎉
Ewe joachim uranyish wirir shaaa
Shaggy aranyishe😂ngo Darlene yakundabahungu😂😂
Waaaaaooo nkeneye kumeny aho bizoherera kumeng shaggy yakunze Darlene?❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂
@joachin MWe Na chaggy ndaba❤ sana
Iraryoheye vrm nzoyikurikirana mpaka
Amayobera hejuru caane🎉🎉🎉🎉
muzehe aracikije😂😂😂
Sh Ubu mwaj muje thanks ba brooo mwubahw cne🥰🥰🥰🥰
Love from dodos chenko(cher wa Constance )
Courage 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Fanny wanje ndagukundaaa cane
Amayobera😅😅😅🎉🎉🎉🎉
Chaggy 😂😂😂Uranyumije
Chaggy ngo ngwiki mwogumana wew ntufyina 😂😂😂😂😂😂 ndabona bakuzaniy umugore nawe😢😢😢😢😢😢❤❤ ntimuzoze muradutevya
Eeg iy film irarenz kl❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ewe chag ngo rongora umuntu,ngubwishi bwabantu buzanimyaku
Ewe Shaggy kakubayeho uwo nimushiki wawe
Courage vrmt 🎉🎉🎉intambw kuyindi Iman ibaakomez muter mujimber❤❤❤
Vyiz cnJoackim
Abasaza nabo basigaye bagomba abagore bashaje😂😂😂😂
Mana nacerewe gsa umenga ngira ryoherwe niyi film
❤❤from IHURIRO TV

Nsiba ndemvye😂😂🎉
Burundi turatunze🎉

Vyiz cn
Joackim