INGARUKA SERIES S4 EP 6 AYO MAKURU MUDUFASHE KUYATOHOZA.DIVA NA MAMA KING AMASO KUYANDI.
Вставка
- Опубліковано 1 жов 2024
- MBEGAKO BIKOMEYE MUNGARUKA HMMMM DIVA MUGAHINDA ARIKO UMENGO BIRANGIYE BABONYE VYAGENZE GUTE? KURIKIRANA INGARUKA
#ingaruka
#gnfilms
#sabbas
#films
#BURUNDIANMOUVIE
Muryoherwe bakunzi kandi bakundwa banje beza❤ murabe mwibuka cane guha nabandi twige❤ Amashurwe yanje ndayahabwe mushireko nagatima❤ ndabakunda kubi
Ingaruk mi favorite series🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
❤❤❤
🥀🥀🥀🌺🌺🌺🌹🌹💞💞💞💞
❤❤ 🎉🎉
Cane gose ahubwo courage ndabakunda mwese🎉🎉🎉🎉
Ndahishikiye nanje abakunzi ba Ingaruka Série mundemere utu likes abaza inyuma yanje
Umunt akund yvette nandemere utuntu😂😂
Yvette yubahwe nukur ngiki kigore ci senge aranyish kbx
❤❤❤❤
Yvette hejuru ❤nda❤
Yvette wew uri igisazi kbx ukuntu utey mur film uranyica ndanakunda ukuntu untwenza
Mubandanya mutwigisha
Umuntu ukunda Yvette nkange😂 nambabarire abingaragarize muri like❤
Yvette nukuri ndamukunda❤❤😂😂 arantwenza cane
Waaaoooooh 🔥💕💞💞💞 ntimumbwire ko ivyo numvis Diva avuga ar'ukuri weeeeeee💃💃💃💃💃💃💃nokwishimira kubona Sabbas abanye na Diva💖💖💖💖💖🔥🔥🔥🔥💕💕💞💞💃💃💃💃abovyishimira nkanje murahari?????👆👆👆👆 Urukundo rwa Sabbas na Diva nonezerwa intambamyi twakwibaza dusanze atazoooooo😂😂😂😂😂😂😂iyi épisode ndayikunzeee caaanee.
Sabbas imana iguhezagire uzana firme ziryoshe ziranatwigisha
🥰🥰🥰 uwabony ukunt soso yahamagay seng amumper amashurw ❤❤🌹🌹🌹🌹
Waoooo💃💃💃💃welcome back ingaruka series guys niba uri murukundo niyi series nturengane udasize like ngaha tuhatwike 🎉🎉🎉🎉today ni 🔥🔥🔥🔥🔥so courage beza banje😍😍😍😍💪💪💪
Ivette narindgukumbuy
Yooh mubikora neza diva ansd sabasd ndabakunda
Ukunt maz imins ndota sabass na mimi ntivyokwijan hav ntor agatebe ngarur akenge ndaba❤❤❤
Sha ngo hagusiba woceregwa rero niho nkishika kubera ubu mwayitebukanye narimenyereye muducereza❤❤❤❤❤
Gacerewa nkaba ndahageze ewee yvett uranyegagura ndabakunda mwes❤❤❤❤❤
Yvette weee🤩🤩🤩🤩🤩🤩
Yvette numuti wamenyo😂
Yvette na Solange muranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 murankoreye umusi🤣🤣🤣🤣
Natwe tugukund kubi king kl knd miss you❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Ndazindutsepe💃💃💃💃muvyondehano abakunzi b'ingaruka💪👍
Turabakunda cyane am from rwanda 🇷🇼
Izo nzozi nazo ziratwishe Mukama gusa Chris ngufashije kunezerwa ariko murabe neza ntimumusubize gutakaza ubwenge kubw'amakuru mukomeje gutangaza knd mutanazi nicari cabiteye genda gahoro gahoro
Uyu musi nanje mbaye mu bambere courage king sabbas na team yawe aha hantu harimwo inyigisho zikomeye
Courage team king sabbas❤❤❤😊
🤣🤣🤣Yvette kl muniache sitaki staki 😅😅😅Yvette wanj kl 😂😂😂jew ndimurukundo na yvete🤣🤣🤣
Nshaka liké nyinshi Mbaye uwambere🥀🥀🌹
Diva weee urarushye disi pole sna yvette yvette yvette ndaguhamagay kangah? Nukur unvuna imbavu team sabbas ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
waoooo king Sabasi and Diva❤❤❤
Oya sha ivyo n'ivyiyumviro vyumwe muribo
Zarindoto za diva
Birashoboka ko zoba arindoto
Kaze neza abo muri GN Films kwa Sabbas, bakinyi beza murashoboye peeeee. Abakunzi ba série INGARUKA nimuze tumenyane.
Yvette nooo wewee bagucunge👆👆
Okkkeeeeeee! Jewe sindi umukobwa wa Dieudonné. Notes ça.
Gusa je ndindiriye za ndoto za king sabbas yabaye umwami
Je ndabon mwazindutse naj nihond mur 12min bash ay ma like muyaduh kwel 🥰
Vette ❤❤❤❤❤
Gusa ndatangay harabantu mugum muri yeux.narinz ngo mbayuwambere.so turabakunda Ubu mukoz neza ntimudutebeje
Mubikora nez can vrt muduh ep7nay kl
Film nkunda cane!mukina neza vrt.
Turikumwe ,ingaruka iriko ivyifatamwo neza.ako kanyuma rero sasa, ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii.diva ntankeka uraba Queene
Mwizinarya yesu abazimu bashe Yvette uranyishe nukur😂😂😂😂😂
Big up 💪❤
Oooh team sabbas hejuru cane ndaba❤❤❤ ndumwe mubakunzi bibikirwa vyanyu🇧🇮🇸🇦
Yvette ni comedi muzindi ndabakunda mbakurikira nibereye kenya
Yoooo hari abantu bacunga kunsumvya reka ntore agatebe ndabe kweli gusa abaza nyuma yanje tumvumva kumwe mundebere twatundi nanje umusi mwantanze nzotubaha peee king sabbas 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Arik Mana ehe ukunt bicariy seng nkub yobumv ga mana
Yvette weeee urazi gukina kabisa uranyica sana❤❤❤❤
❤
N'ukur umanditsi akaba umukinyi King Sabbas wubahwe kumwe nabo mukinana, Yvette wew uti 👍👍👍❤ ndabakunda caaaaaaaaaneeee goooooosee Imana ibakomereze imirimo
Waaaooooo my fovrit film❤❤❤❤❤❤
Yesuweee!! Ingaruka rero niho nkibona kw'igiye gutangura bushasha, harageze aho iryoha kurusha, Diva ngo sind'umukobwa wa Dieudonné. Love from Gloire to Gogo Love Official
Wa kwanza mumpereze utwo tuntu much love❤
Murakina news.imana.ibazingame.muributsa...gusenga.imana.abantu.barwaye.ibikomer..mukine.vyishi.kuko.abarwaye.ibikomer.bohakirira
Muhezagirwe cn ndabakunda cn
Like nyinsh kur Yvette🤣🤣🤣
Muhezagigwe Imana ikomeze kwivanga mubikogwa vyanyu nukuri ❤❤❤❤❤
Ndanezerejwe nokubona Chris ukuntu yitayeho Sabass❤❤,hanyuma Yvette nawe uzomvunagura imbavuu😂😂😂😂😂😂😂, ndabakunda caane🥰🥰🥰🥰🥰❣️❣️
Yvette wew kbx uranyica kbx gs kbx hejur mwes sabbs hejur can naw senge nabandi mwes ntibuk amazin mbakunda can🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Yvette uvuze ngo constance nagaki?
Aho soso aririmvye ngumukazana na inabukwe nsanze narize nukuri ❤❤❤
Je vous remercie mon groupes préférés bien jouer
Waoooo natanzwe😢😢😢mugandatwe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣kubwaYvette Abafitiyamaso iwiwe Amatarantacika😀😀😀😀mugandababaye. Kuba diva 😌😌😌😌😌😌😌polesana ngwiyurose umukunzi ninzirayoguhebananawe. Muratandukanye😢😢😢😢😢. Abantanzemwese. Mundabirenanje. Sisigaremubandi muzobamukoze ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Senge ungo huvirize abasengezana bawe😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yobumva bobimara nyene
C'est sûr iyo ni rêve😂😂
King,umwami wa film ndundi,kanumba Ubu tumufise iburund,wubahwe,love from chadia pe
Kweli ugize comparaisons nziza Cane
Numwanditsi aciye ubwenge kandi akina neza
Kumbe sabbas ahonyene ntakizobatandukanya yagushize arakwiye
Waaaaaoooh 🎉🎉🎉😂😢 kuyindi mpwemu nkabandahashitse muvyumve KO ndabakunda🔥🔥🔥🔥🔥💓💓💓🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️🙌💯💯💯💯💯💯💯💯
Yvette zuragabanya ayomaso uziko harigihe unter'ubwoba??😂😂😂😂gs ndakwikundira❤
Wao birangiye ssabas amurons ndavyibaz courragekbx nd❤❤❤❤runini muduh iyikurukir reo
Ubuheruka nahatswe kwirukanwa mu Kazi kubera Yvette 😂😂😂😂😂😂😂
Nne aransubiriye😂😂😂😂😂
Ndaryohewe ko King Sabbas yakize weeeee❤❤❤❤❤❤❤
Yvette uranryohereza umusi kweli hatari na nusu 😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Abacerewe nkanje tumenyane kuri like 😂😂😂😂
wow yve ndabon uratanguye kiba kuzima ,ham diva wanj kobona yaguye muzamusimbuza nde Koko
Courage mes amis mimi love ndakwikundira na king sabass❤❤❤🎉🎉🌷😍🌷😍😍🥰😍
Sabbas yabasubijwe Diva ntarumukobwa wa Diodone ???? 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 Ingaruka hejuru kwel ❤❤❤❤
😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢😢😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😢🎉🎉soso nawe urareze😢😢😢😢😢😢😢😢😂😂😂
Urukundo mbakunda muratuma munshiramwo dukinane basi,❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ngo reka chritick munguwe imbabu zanje gusa murashoboye nda❤❤❤❤❤❤ kaniniiiii courage,
Iyi filme ndabasavye ntizohere basha nukuri umuntu atariko arayikurikirana arahomba cane sabass amashugwe nayawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉nabomurikumwe mwese murashoboye🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💖💖💖💖💖💖💖💞💞💞💞💗💗💞💗💗💗💗💗💗💗💗💗
Ewe Yvette 🤔😄😄😄😄😄 Yvette hejuru mukuryosha ibintu😅😅😅😅
Waaaaaaouuuuuuuu courage bantu banjee...Ndaryohewe KO mutavukana Ubwobukw nahari ubwa film nzobutahaa....nkunda Yvette❤❤
Waooooo courage my favorites series ❤❤❤❤
Abashikiyenmuri commentaire mwabibonye gut.yvette wahigereye iyi film ibuzemwo yvette ntiyoryoha
Yvette wibuke indoto warose muhura na King sabbas uzorira sha Yvette 😢😢😢😢😢
Courage films zanyu ziraryosh cane rwose inyigisho zirimwo nazo ❤❤❤❤❤❤❤
Abashikira muri commentaires nkanje tumenyane😂😂Yvette Ga Mana ngo Uso kwa Uso nkomeza kumirwa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 team GN films mubalikiwe🎉🎉
Nukuri Yvette aranyica.
Ahubwo munyarutse Anniversaire turabe ingeneYvette yikomeza
Diva ngwiki!!!! Kirisuuuuu iyi film kumenga nihigitangura
Mpore mimi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂wapi wagu sivyo 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😂😂🎉🎉
12:23 yvete nawe imbavu zacu uzozindusubisa teame sabass turabakunda canee courage amashurwe yanyu muyakire bakunzi banje🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎋🎋🎋🎋🎋🎋🎋🎋🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐💐💝💝💝💝💝💝💋💋💋💋💋💋💛💛💛💛💛💛
Nukur jew ingaruk ndabasavyikigongwe ntimuze muyihagarike guk iraryoshe cne birenze
Ndabakunda cane🎉
Eweee Yvette urumuti wamenyo asha ABCDent😂😂😂😂😂😂 ndamanyutse
Abavyeyi bavyara ntibarere .ngizingaruka kubana.harimwinyigisho
𝘗𝘰𝘭 𝘴𝘢𝘣𝘢𝘴
Ngiye naba mubambere❤❤❤ku munota wa 8 ndahageze
Mbega yemwe Yvette na Constance bapfaniki?😂😂😂😂
Ewe sengewe ntabasengezana ufise uragaragara 😂😂😂😂 abasengezana bawe ni ndyadya 😂😂😂😂😂
Ndabaramukij. Ham ndabasavye muduhe EP ikurikira mwobamukoze cane
Akakantu kayirangije karanezereye urukundo rukaba ruratanguye❤❤❤❤❤😂😂😂😂
Courage ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Yvette weeee reta mvyeyi reta critique😂😂iico kigore senge 😂😂koma shetani😂😂😂😂 Yvette ndakunda ukuntu ukina
Yvette wena soso muranyishepe😂😂ndabikundira❤ sengeyobumva yobankomorera muramwicariyepe Diva wiyumva gute kuba utsindiye sabbasi ❤❤ yomakuru najewe yarampimbayepe🎉🎉🎉😊
Nkurikirany za ndoto n finlin nub Diva nimushik wa king sabbas ❤ Chris wabayintwr p🔥🔥💪🥰
Ewe Yvette sha tur mur leta mvyeyi wawa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndabknd mwes❤❤Gus Yvet we nagahebuza😌😂😂😂😂
Ewe Yvette n'a Solange ndabakunda cane muraryosha inkuru kabisa ❤