INGARUKA S7 EP 9 Diva bamukuriye inkoni kugishitsi ivya King na Taty bikomeje Kuba nabi .

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • Ibintu nkibi bireze ariko nakamaramaza Aho abana bazira ivyakozwe nabavyeyi.
    #gnfilms #sabbas #shoptherealdeal #ingaruka #couple
    ‪@sabbasburundi2404‬

КОМЕНТАРІ • 356

  • @ntusubire
    @ntusubire 16 годин тому +31

    Abagumy bayirindiriy ej ,nkanj mukayibur mur heh,,mump lik tubandany turyoherw, ni ngaruk ❤❤❤❤🎉🎉

  • @tuyisengeestella8934
    @tuyisengeestella8934 15 годин тому +51

    Abarundi KO mudatanga j'aime none?? Ntimusoma comments n'abandi??😅

  • @symphorienn
    @symphorienn 16 годин тому +81

    Abakunda ukuntu diva Akina murupfasoni nimunkandire kwifoto munampe nayoma Lik ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @GorethMisago-n9y
    @GorethMisago-n9y 16 годин тому +15

    Mundemere ut ✅ mbay uw3 ,bakunzi bingaruka hejuru✌️✌️

  • @IRAKOZEYves-lx6iv
    @IRAKOZEYves-lx6iv 16 годин тому +14

    Mbaye uwambere hagataho nizereko mwaramutse neza abaza Nyuma Yanje. Musigireho utu like abaribuze Nyuma ❤❤❤❤❤❤

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza 16 годин тому +31

    Ababonyeko Sabass asigaye azi kebesha muze hano😂😂😂😂😂Conso nawe😅😅 ntazi kubika ibanga nukuli ndabira ingene senge amusokoroje nirya hehe akarivuga😂😂😂😂😂😂

  • @Benigneakeza
    @Benigneakeza 12 годин тому +6

    Jw ndumv shaka ko mama diva yovugisha ukuri akabwira diva ko Dieudonne atari papa wiwe ubundi urukundo rwa Diva&King rukonger rukahaba,aba chou bavyumv nkanj bari bakunze love ya diva & king mumpe like👍👍👍❤❤

  • @gnfilms8582
    @gnfilms8582  16 годин тому +156

    Bakunzi Ingaruka mugiye kuyibona nka nshasha mwe mumpe akanya gato❤

  • @samuelbonfils57
    @samuelbonfils57 16 годин тому +8

    Ndabakunda cn nico gituma nzinduka.nivyo mukora nivyiz cn.abaza nyuma muduhe likes tubereke ko tubakunda❤❤❤🎉🎉

  • @KanteyinezaYvonne-ic3sw
    @KanteyinezaYvonne-ic3sw 12 годин тому +10

    Nanj nacerew ababony ko diva na sabas bazohav bibanira mundemere like

  • @AngeGrâceININAHAZWE
    @AngeGrâceININAHAZWE 13 годин тому +11

    Naho nacerew sinogenda ntagize icomvuga Hama Taty boba bamuhoye ubusa bamuhoy ububi bwa se wiw ahubwo Sabbas yosenga cane ashobore gutsinda iyintamba kuko arakomerew cane

  • @SolangeIteriteka
    @SolangeIteriteka 15 годин тому +6

    Basha Jew ndakumbyee Yvette ababon ko bakumbyee Yvette mumpe like

  • @NadègeIradukunda-w6u
    @NadègeIradukunda-w6u 16 годин тому +7

    Courage vrt ndabakunda sabass urumukozi w'IMANA koko uhezagirwe

  • @ISHIMWEEdgard-j4j
    @ISHIMWEEdgard-j4j 16 годин тому +13

    Uwakwirukanye niwe aguhamagaye Sabbas usigaye wize kubesha

  • @اسيادايشيمي
    @اسيادايشيمي 13 годин тому +23

    😢constance wewe Patrick azokwugara umunwa yagufuri arayigendana knd azocamira rwarupfuguruzo😂😂😂😂

  • @StalaineHodesch
    @StalaineHodesch 12 годин тому +8

    Conso nawe ibanga nico yibagiye gusa 🤣🤣 GN Films turabakunda ♥️♥️

  • @NizeyimanaChantal-ug7wc
    @NizeyimanaChantal-ug7wc 15 годин тому +9

    Basha abaza nyuma mundemere ndazindutse🎉😂

  • @AngeManirankunda
    @AngeManirankunda 15 годин тому +9

    Unomusi ndazindukiye abakunzi banje❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @yvesndayisenga9355
    @yvesndayisenga9355 13 годин тому +5

    My Favorite Film❤

  • @mariechantalkwizera7319
    @mariechantalkwizera7319 13 годин тому +3

    Amen ameeeeeeen God bless you sabass 🙏🙏

  • @KayitesiNazifa-vj2qf
    @KayitesiNazifa-vj2qf 16 годин тому +7

    Ndabakunda Imana ibakomeze

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze 16 годин тому +10

    Wacha nitafute kiti kwanza comentaire baadae,lakini we siku moja utachapwa unaduchelewesha bana

  • @Francus1609
    @Francus1609 16 годин тому +24

    Abo kwa Sabbas murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA muze hano tumenyane.

  • @MakurataNiyonkuru
    @MakurataNiyonkuru 15 годин тому +10

    Abakunzi bangaruka abo twemerany azoze ayiduha mudwi gatatu tumenyane

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 15 годин тому +9

    Mwubahwe muduga ibintu bitesa gusa

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 16 годин тому +15

    Bakunzi beza mukunda film ndundi nkanje mbisabire munkandire kuri foto Yanje muri bwabundi nyene ❤

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 16 годин тому +5

    Guys abari murukundo n' ingaruka séries mumpe like 🎉🎉abari bagumye barunguruka kuri youtube bakabura 😂😂mwiyizire tuhatwike today ni 🔥🔥💯💃💃

  • @AdelineUWIMANA-mt3wz
    @AdelineUWIMANA-mt3wz 16 годин тому +7

    Ndabakunda cne

  • @beatricehabonimana7859
    @beatricehabonimana7859 15 годин тому +7

    Nkubu nfise umugenzi ameze nka constance 😂😂😂 twokwama twashwanye

  • @passynini9743
    @passynini9743 14 годин тому +8

    😂😂😂 aho constance ko bamwemerey akantu nayo batamusavye arayavuga

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 10 годин тому +2

    Constance aranyica aravuga ngo n'ibanga Ariko bamwemereye akanoti acarimena, courage

  • @InagahimbareMwavita
    @InagahimbareMwavita 16 годин тому +1

    Numéro 10 ndazindutsuyumunsi

  • @alinenzohabonayo4306
    @alinenzohabonayo4306 13 годин тому +4

    Ongeaaaa❤

  • @CecileNsabiyumva
    @CecileNsabiyumva 15 годин тому +6

    Diva ndamukunda cane

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 14 годин тому +6

    Constance 😂😂😂 we we uri umunyamakuru kwelii

  • @ericniyobuhungiro-or8ch
    @ericniyobuhungiro-or8ch 16 годин тому +5

    ❤❤

  • @EstherIzabimfasha-cp6mg
    @EstherIzabimfasha-cp6mg 10 годин тому +3

    Ndabakunda mwese❤❤❤ark noria arakumbuwe♥️♥️♥️🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @user-Hellondineikuzwe
    @user-Hellondineikuzwe 10 годин тому +2

    Ark Maman King Uzi ngukundirako uzigukuramo abantu amakuru Constance wamenye ikimufatisha 😅😅😅❤❤❤🎉🎉

  • @alinenzohabonayo4306
    @alinenzohabonayo4306 13 годин тому +5

    Sabas kubesha😂😂😂

  • @DUFITIMANAClementine
    @DUFITIMANAClementine 14 годин тому +5

    Ndabakunda cyaneeeeee ❤️❤️❤️

  • @nsengiyumvaaline1773
    @nsengiyumvaaline1773 13 годин тому +3

    Diane kalibu twar twagukumbuye

  • @SandrineKampimbare
    @SandrineKampimbare 16 годин тому +6

    Abagumye bafyuye amaso ejo nkanje mumpe like ❤❤❤🎉🎉

  • @ecclesianetuyisabe9874
    @ecclesianetuyisabe9874 15 годин тому +2

    Ndabikundira bantu banje mukomeze muterimbere mubikorwa🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Gene-i3d
    @Gene-i3d 15 годин тому +4

    Sinkeneye ,ukigendere king🎉🎉🎉

  • @NizereOrnella
    @NizereOrnella 13 годин тому +3

    Mbayuwambere kuyiraba Ingaruka❤❤❤❤

  • @SethJohnmeza
    @SethJohnmeza 16 годин тому +3

    Turahari🤜🤛beza bacu best family ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Adelinemuhizi
    @Adelinemuhizi 15 годин тому +5

    Senge ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @EstellaButoyi-g5o
    @EstellaButoyi-g5o 14 годин тому +1

    King sabbas yesu aguhezagire cn nkudukunt usenga diva naw yesu agukomez

  • @GraceNiyomuco
    @GraceNiyomuco 13 годин тому +4

    ❤❤❤🎉🎉mukomere ndabakunda caaan

  • @EricNzitonda-qh2ku
    @EricNzitonda-qh2ku 16 годин тому +4

    ❤❤❤❤

  • @LeenaLeena-sj4ig
    @LeenaLeena-sj4ig 12 годин тому +3

    Ingaruka we mubikora neza❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂

  • @JanviereNikuze
    @JanviereNikuze 14 годин тому +1

    Mukomeza kutwigisha kure cane niho ndabipfurije kugera ❤❤❤❤

  • @ndayisabanehemie
    @ndayisabanehemie 14 годин тому +2

    Courage muraturyohera

  • @ZéphyrineNduwayesu
    @ZéphyrineNduwayesu 13 годин тому +5

    Nsenge agikorereko sabbas😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @ErnestineUwimana-ms4ix
    @ErnestineUwimana-ms4ix 16 годин тому +2

    Abar murukundo niyi film tumenyane🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @yamfashijejulienne6592
    @yamfashijejulienne6592 16 годин тому +3

    Wawuuuu nubundi uzajye uyiduha kuwa3❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @HonneteIRANKUNDA
    @HonneteIRANKUNDA 16 годин тому +4

    Mbaye uwambere basha

  • @SolangeNdayishemeze
    @SolangeNdayishemeze 16 годин тому +2

    Courrage beza bacuu turab'❤❤❤❤

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 13 годин тому +1

    Bakunzi bingaruka tumenyane mukump UTI lik🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @DésiréNiyukiri
    @DésiréNiyukiri 6 годин тому +1

    My favorite film

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 8 годин тому +4

    Constance wew uwomunwa waw patrick azowugara nigufuri 😮😂😂😂😂😂😂

    • @ZuwenaZuzu
      @ZuwenaZuzu 4 години тому

      Sha ndakurahiy atawugar p kuk ntacamusigarij Jew ndatwenz ndeguts😂😂😂😂😂😂

  • @annonciatteuwimana1630
    @annonciatteuwimana1630 8 годин тому

    Amen Amen Amen isengesho ryaw Imana iryumve ikwishure di King 🤲🏻🤲🏻🤲🏻🙏🏻🙏🏻

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 26 хвилин тому +1

    Courage ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @EstaHash
    @EstaHash 35 хвилин тому

    Mbeg film Uhorah Abaramir knd muronswe Ivy'Imitim yanyu yipfuza vyos❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @uwimanaLatifa-q4u
    @uwimanaLatifa-q4u 14 годин тому +2

    Mambo nimazuri naona mko fit kabisa

  • @divineirakoze9896
    @divineirakoze9896 16 годин тому +3

    ❤❤❤

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 2 години тому

    Ewe costace wunvise akanoti😅😅😅😅 ingaruka kuyindimpwemu kure cyne sabbas Imana ikurengere pe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @ChristelleMapendo-k9b
    @ChristelleMapendo-k9b 15 годин тому +4

    Manawe ndifuza kuzobona Diva atarumwana wuwomugabo

  • @lydi791
    @lydi791 15 годин тому +3

    😂😂😂 Constance Constance na banga ww umunsi muzohur na Patrick azo kuniga 😂😂

  • @VérèneIzobishitsa
    @VérèneIzobishitsa 13 годин тому +11

    Hariho saison ndindirany igishika ivugako diva atarumwana wa Dieudonné ndabe ingn be na sabbas ba filinga

    • @AppolineNizigiyimana
      @AppolineNizigiyimana 11 годин тому

      Najewe vrm ndabirindiranye igishika ako izoba iheee😢😢😢

  • @AdelineNahimana-nz5hf
    @AdelineNahimana-nz5hf 11 годин тому

    Waaaoooh ndahagez nacerew abakunda ingaruk nkanj ibiganza hejuru arik tunasaba sabbas atuzanire ibohero tuyirindiranye igishika

  • @GeorgetteNshimirimana
    @GeorgetteNshimirimana 16 годин тому +2

    Sabbas urumugabo wo kubahwa,urihangana

  • @OdetteNshimirimana-df2hd
    @OdetteNshimirimana-df2hd 4 години тому

    Abakinyi bacu ndabakunda ❤❤❤❤❤ mwutwongere kweli iminsi muyidohore buri munsi

  • @Joselyne-cp2yk
    @Joselyne-cp2yk 16 годин тому +2

    Mbahorane ❤

  • @NitungaJesusMarie-hm5bi
    @NitungaJesusMarie-hm5bi 13 годин тому +3

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @WwddffDdssaa-rq3xu
    @WwddffDdssaa-rq3xu 15 годин тому +1

    My flime❤❤❤❤

  • @EgideNzisabira
    @EgideNzisabira 16 годин тому +2

    Ndabakunda cane mwubahwe

  • @nijimberecelestin2099
    @nijimberecelestin2099 16 годин тому +3

    ❤❤❤🎉🎉🎉

  • @Sonia-ho2cd
    @Sonia-ho2cd 15 годин тому +1

    Nje ndirukanga nimundabur zitarahera❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @ChristelleMapendo-k9b
    @ChristelleMapendo-k9b 15 годин тому +1

    Nanj muri 55min nkaba ndahashitse waaaooo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @YafitaHasna
    @YafitaHasna 15 годин тому +2

    ❤❤❤❤

  • @DhhVnb
    @DhhVnb 16 годин тому +2

    ❤❤❤❤

  • @BizimanaClaudine
    @BizimanaClaudine 8 годин тому

    Basha abumvise amavuta ari mugusenga kwa sabbas mundemere ❤❤❤ndumva ndigufashwa haleluy

  • @ReineFlorentineBizindavyi
    @ReineFlorentineBizindavyi 15 годин тому +2

    ❤❤❤❤❤

  • @Luckysun-h3d
    @Luckysun-h3d 16 годин тому +2

    Murakoze cane

  • @NiyodusengaGerardine-z5m
    @NiyodusengaGerardine-z5m 16 годин тому +2

    ❤❤❤

  • @TuyishimeEvelyne-b3k
    @TuyishimeEvelyne-b3k 14 годин тому +2

    Nanj ndahari

  • @ArphonsineArphonsine
    @ArphonsineArphonsine 11 годин тому

    Egome saba Ariko mutunyarkiriz kuk turaryoherwa cn harimwinyigish turabakund❤❤❤❤

  • @NkurunzizaFabrice-zp1lg
    @NkurunzizaFabrice-zp1lg 13 годин тому +1

    ❤❤❤❤🎉🎉 good

  • @LiesseNkurunziza-v8t
    @LiesseNkurunziza-v8t 15 годин тому +1

    Sabass rr yumvis iyonkuru ngo ê😂😂😂

  • @VenantieGIRUKWISHAKA
    @VenantieGIRUKWISHAKA 16 годин тому +2

    ❤❤❤❤❤❤

  • @HildeTuyishime
    @HildeTuyishime 16 годин тому +2

    Mwarimwatunyoteje

  • @VetisteNiyongabo
    @VetisteNiyongabo 4 години тому

    Ndabakunda cane ariko king ukomeze wihangan ntacananiy lmana ndazi bizogend neza❤❤❤❤❤❤

  • @ElyseeNiyibogora-uo2kx
    @ElyseeNiyibogora-uo2kx 3 години тому

    Courage bantu beza.
    Iyi film nzoyikurikirana nakanyuma

  • @ElyseeNiyibogora-uo2kx
    @ElyseeNiyibogora-uo2kx 3 години тому

    Courage bantu beza.
    Iyi film nzoyikurikirana nakanyuma

  • @ElyseeNiyibogora-uo2kx
    @ElyseeNiyibogora-uo2kx 3 години тому

    Courage bantu beza.
    Iyi film nzoyikurikirana nakanyuma

  • @UwimanaNadege-qk8gq
    @UwimanaNadege-qk8gq 16 годин тому +3

    Number ❤❤❤

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 15 годин тому +1

    Courage

  • @marievioletteinamahoro5795
    @marievioletteinamahoro5795 16 годин тому +3

    Dans 7min mba ndahagez

  • @MunezeroParfait-hx4ch
    @MunezeroParfait-hx4ch 13 годин тому +2

    Ewe constance sha uranryohera nukuri ndakwemera cn