Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ese Mana Ubwbuhinga Muzamwbukuyehhe komusigay Murenze Bavuknyi Beza.Mukomerez Ahongaho.
Abagabo nkabo bakomeshwa numugor wakabir
Kabisa ibi nivyo tuba dushak, ivyo hanze n'uguheba burundu no ngah iwacu turashoboy
river big up uransetsa birenze.murashoboy kabisa courage.
River nakukubali kinoma from Tanzania
Mukina neza kweli courage
waoooo abarundi ndabakeje kabisa
Hama vyoba vyiza imipanga muyikinishije mumirima mutema nkikintu apana kuyikinisha muvuga ivyo gutema izosi
Muburundi iwacu twateyimbere nukuri mukina neza cane mubandany muduha uburyohe
Ntakarutiman Vbh
ndatahij koreta na Joseph mwakinye neza
Mukina neza ariko mugabanye ayo ma vidéos
KidumuMurimubiki
None komutwerek ivyomwzkinye frime tuyihimba itaratangura
TP kbx iraryosh
Mutama ciza kuraje kabusa ndabashimiy
Ntakarutiman Vbh neza cane dushimire abiwacu
Part 2 please
Iraje vuba rindira
Murakina neza ariko umwanya munini muramamaza
😙😙😙😙😙😙😙😙😙
mwakinye neza cane
Mwarakinye ariko film yanyu itesha umwanya gusa umwanya munini ucamwo atakintu kizima mukinye.nukuraba mugahindura mukareka gutakaza umwanya atakintu kizima turiko turabona
Courage abiwacu😍😍
gusa mwebwe murashiramwo publicity Nyinshi cne
Ndipfuz kuja muba kinyi ba film kuko ndabikunda cane kandi ndabishoboye.numero yanje ni 68043227 canke 71524711.
Mukina neza ariko harimvugo nibikoresho mukwiye gukura mumareresi yanyu* ko muguma muvuga ngwafise ibizuru binini aho hari msg muba muhaye abarundi ?? Gabanya amajambo nkayo kuko harababitahura ukundi
Mukomere can😍😍
Ariko mbaze nukwa mamaza gusa nabirambiwe kbs ntasoni ibisenibiki???

Kidumu
Murimubiki
None komutwerek ivyomwzkinye frime tuyihimba itaratangura
TP kbx iraryosh
Mutama ciza kuraje kabusa ndabashimiy
Ntakarutiman Vbh
neza cane
dushimire abiwacu