Intwazagabo 32 zaronkejwe impapuro z'umutsindo mu vyo gutwara amakambi no gutunganya ivy'intambara
Вставка
- Опубліковано 8 лют 2025
- #Burundi: Intwazagabo 32 k'umurwi ugira incuro ya 12 zifise ipete rya Major na Lieutenant-Colonel zaronkejwe impapuro z'umutsindo zizotuma bashobora gutwara amakambi canke gukora mu bindi bisata nka Brigades kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 31 Nzero 2025.
Abarundi ni abavandimwe ntakibi na kimwe mbifuriza. Nukuri turizera ko tuzongera tugenderana mumahoro kandi tuzahora turi ababanyi iteka ryose.
Imana ibahezagire
@cyusaernest5931 Abarundi bipfuriza ivyiza Abanyarwanda, ikibazo gifise abategetsi b'Urwanda bahisha abansi b'Uburundi kandi bazi yuko umwansi wumwe ategerezwa kuba umwansi w'uwundi na canecane ko turi ababanyi.
❤
Ndabakunda cyne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️
Komera ngabo zacu❤❤
Mbega intambuko iri aho, mbega salute, wagira ngo ni abasivile bari mu ngando.Uzi ko n'umunyerondo abarusha!
Sha urikigoryi hama rindira ntabwomwacenze hinge bahinduye abajenerare kuko barya Bambere kagame yabahaye amahera ngontibacinde hinge gato
Wewe urikujuju nkuko nabakuvyaye aribijuju bataguhaye indero runtu burakeye tuvyereke abagabo sha intambara ubu iriwanyu mwiyita ngo ntimuterwa nzoraba ubuhungiro buzobubwahe
Menya ivyanyu sha
Koma nyoko
@@BizimanaDivin Mu minsi iri mbere turahangana tu.Uriteguye se wa mbonerakure we? Nabonye Ndayishimiye yatangiye kurira hataragera.
Viva Burundi, igihugu kirmwo abagabo.
Ingabo zacu ziraberew baruzuy nabagabo bijunja ❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂 ayayaah bavandimwee murabe masoo muhore mwiteguye kwirwanaho aba ndabakemanga
Mukomere cane ngabo zacu turabakunda
komera ngabo zigihugu turabakunda mukingire igihugu cacu ntitumere nkakongo uyumutekano dufise ntutume turyama umukondorazosi
Nonega izo koti muzikurahe? Ikotibaga ntisonwe kubipimo vyuwuzoyambara shaaa jew ibibintu biranterishavu imyambaro yingabo zacu niyo yanyum sinzik ataco mwiga kubandi😢
Nisawa,cane mugabo mwongere amahugurwa menshi kandi kuri benshi!!
Burundi ni bundindindire canke nzanbampema barker ibijuju nkuku
❤❤❤🎉🎉
Hawawonekane kama jeshi imekamilika...yaani inatakiwa kurudi mazowezi....physical,
😂😂😂😂😂 Burundi rwose
Ikibazo mufite mu Burundi nikimwe gusa, M23 barwanira kubaho kwabo nimiryango yabo, ariko kubera ko ari abatutsi ABARUNDI mwahisemo kubarasa. Uyu munsi iyo M23 iba abahutu ntabwo Ndayishimiye yari gutinyuka kujya kubarasa. Genocidals ideology iracabarimo rero.
😂😂😂😂😂 izi ni za DASO
Muri ibinjuju kweli ubwo meretse M23 nibo izica mbere yabandi kalibu Bukavu
🤣🤣🤣🤣 izi nta ngabo zirimo
Ushingiye kuki?jyendubaze aba RDF
@ndagijimanasam2772 nshingiyeko muri DRC twazirasiye kuzimara🤣🤣
@manxst3887 Ntanarimwe niri narimwe mumateka yu Rwanda 🇷🇼 rwigeze rutsinda abarundi habe narimwe uncurimwe mubuzima nonese scovia waramwumvise?
@@ndagijimanasam2772 nshuti yanjye icyazanye Neva DRC cyari ukwivuna umututsi simvuze byinshi ibyo twakoreye FDNB biteye ubwoba uzabaze amakuru neza 🤣🤣🤣🤣
@manxst3887 Neva yica abatutsi homuri Congo 🇨🇩 se abiburundi barashize?ubu iburundi ntamututsi ubayo?nikubyumva?nonese wakagabo kamafutiwe kagaterahamwe kamuzwe namoko mweso abarundi babakoziki?koko naho mwarabarashe?,
Ngaho bwira
😂😂😂😂😂😂😂😂 ubu aba nibo bazayobora abandi ??? Ko nta morale se
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Hh mwakubitiwe ikongo mwaramwaye
Umva, barakubiswe birenze urugero
Ubona ija misiba yancu yokubita abagabo bijunja nkaba bakubise bandombolo ya soro
Nuwuhe musirikare wacu yakubiswe? Abiwanyu nibo bapfa nkimisiba ikanombe birirwa barahamba tutabibona? Ahubwo ntamitima mugira kabisa aho muraja mubantu mukavuga? Somali igisirikare cuburundi kirazwi abiwanyu kkmutabajanye somali sukwanka ko bahererayo noneho bazoherera congo
Baradefila mubyondo
Komera turya dukaravye❤