Kenyan here in Burundi...Ah Hell i looooooove this song damn cant get enough of it..ill share this song with my kenyan friends..thank you so much for this song and Keep up the work..Murakoze chane!
Je kiff ces types,souvent je me demande pourquoi on perd notre temps sur les Sat b et les Fizzo alors qu'on ces types qui nous fournissent de la bonne music.Courage guys
Respect Brooo.Ni gake wumva Indirimbo y indundi iririmbwa nabavuga icongereza ariko iyo Nigéria uzoyisanga mububare nîbazako Ari Iya South Africa kandi Ari Burundi bwacu.Respect.
Ndabafana Imana Ibakomeze!
Badmaaan
Man nnj ndgufan kuko urerekana urukundo kubandi uwo niwomushinge wambere wamaze kubaka mubuzima bwae bless up
Hit song audio nziza courage tomorrow will be another day.
Like kumuntu amaze kuyisubiramwo incuro zirenga 10!!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏👏 Cause we love the music 🚨🚨🚨🚨
I lov yr music tooo guys🙏🙏👌👌👌
Mwe murakazeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
These guz are taking the Burundian music to another step another map
Mpa izo likes nimba tubibona kumwe🔥🔥keep it up guyz👊
Iyi ndirimbo muhira bari mukunyica 🙆🏽♂️🙆🏽♂️
Who replayed this song more than i do ? I can't sleep without listening this son🇧🇮🥰
Only me my freind
Aha turikumw sopho
Ndayifana kubi
Courage imber Niheza ndaba fana canee 🔥🔥🔥✌ntimwigera munanigwa vraiment
Kenyan here in Burundi...Ah Hell i looooooove this song damn cant get enough of it..ill share this song with my kenyan friends..thank you so much for this song and Keep up the work..Murakoze chane!
je ndabemera good music i support u guys go aheard
Promotion ikwiye niyibuze nahubundi Akazi murakazi wallah.....🇧🇮🇧🇮💥🎶🎶
Kora akazi noe Landry
Ntabwo ari iya landry iyi channel basjaaa
Pole pole ndo mwendo
Mad Tune 🔥
Je kiff ces types,souvent je me demande pourquoi on perd notre temps sur les Sat b et les Fizzo alors qu'on ces types qui nous fournissent de la bonne music.Courage guys
Thank you all for your support 👊👊👊nokudutera intege💪
Sinzi ko ari jewe gusa umengo ako ka beat gatangura nako muri molo😁songs zany ziratovy🔥🔥🔥👍👍👍
Cikala iwe!!!
Producer aba afise uk abikor kugir ab umwe mur industry yisangij akant 😊
Uburundi buraririmba🇧🇮🇧🇮🇧🇮 lov we lov muzik lov
the best team in Burundi now is this one summer banger is 🔥🔥🔥🔥 all over the word
Away irafise akantu gatuma nguma ngarukaaa🔥🔥🔥
Not only I’m obsessed with this song but I ended up buying the song on iTunes ❤️😂🥵😻😻❤️
Waaaoh aba Bana ni 🔥🔥 kabisa duuuh 💪💪🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲
Abamaze kuyirab plus de 40 fois🥰🥰
Aba bahungu nukuri barazi umuziki kand cane ndarahiyeeee🙏🙏🙏🙏💥💥💥💥
You did it again guys 👏🏾👏🏾👏🏾 Bestof257 loves your muzik
Aba Bajama bafise defaut imwe:"NTIBAZI KURIRIMBA INDIRIMBO IBishe" Big up WLM👊👊
From zero to heroes 💪🏼💪🏼💪🏼 keep it up brothers👏🏼👏🏼👏🏼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yes from zero to hero
Abntu banje nfana sana gus ub birko biranryoher abntu barko barabameny bukebuk 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Congratulation👏👏vidéo yo azoba ari 💥💥💥💥we love🇧🇮🇧🇮🇧🇮our country✍️
Nic beat nayikunze cane🤗🤗💥
Burundi oyeeeeeeeeeeee.god work guys
Guher ubu mur abamber mumutima wanje mufiseye chateaux nini 😍😍😍😎😎
ndikumwe namwe 🤗🤗 #away
Murareuze kbsa 🥰🤗 igitero cambere kiranyica kbsa courage murashoboye turi inyuma yanyu 🤩😍😍
Oooooh irarenz vrt so turarindiriy video hashe nkuko vyam biba we love music murashoboy Sanaa Mr ayee
Ziii 🤪yoyaaa!!yaay2laaaa!!!!🥰!!
Good music,good vibe🙌🏽💯🔥
TOTALLY IN LOVE WITH THIS SONG‼️🔥🔥🔥🔥🔥
Never disapoint me🙌🔥🔥Coza we lovMusik🔥🇧🇮😌🙌Muremewe
Iyo ndirimbo irakaze✌🤞👌🤟💥💥
Appel zose Coupa!; Number zose Blocka ; Uyu mwana arandezeee yatumyee ...🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥mwubahwe caneee
Burundi need talented artist's like you guyz 🔥🔥✌🏿
Great job kabisa nguma ndayumviriza vyanse ko nja kuzindi
Now we have to agree that this guys they are takin' our music to another level🔥🔥🔥wishin' them to stay up🙌
Respect Brooo.Ni gake wumva Indirimbo y indundi iririmbwa nabavuga icongereza ariko iyo Nigéria uzoyisanga mububare nîbazako Ari Iya South Africa kandi Ari Burundi bwacu.Respect.
Abagum bayumvirizaaaaa nkaj 😍😍😍😍😍😍😍
Guma ndayisubiramwo ni miracle kwer 🔥🔥🔥🔥
These boys deserve more views💥💥💖
My favorite Team Love muzik🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏⛽⛽⛽☀☀☀
Away 🔥🔥🔥🔥 harukuntu munduhura habuze prom courage guys
DB Boys murashoboye cane imbere niheza cane courage Brothers Hit song Only
Murashoboye cane guys, courage!
Kwi voice zanyu i featuring na sauti sol twoca twimuka...keep up guys
You make me like music big up new generation
Endo akafanya yakee✔🔥🔥🔥💪 support this guys baramaz kutwemeza kbxaa , u never disapoint mazee #gustokuriyooo
Love from Akacu TV 💕
We love Music
Good song muratwika🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Majooooooh murabiziii ku ririmbaa kbs
Muduteye umunoho gusa
Trindiriye vidéo
Abemera kwaba basore bashoboye mumpe izo like
Appel zose coupa, inumber zose bloqua👏👏👏 love you guys
Dope.. from Uganda 🇺🇬♥️
Song y bien saana wallah ndabafana we love music 4life
We love music mukora ivyo mushoboye vrmt,murafise kazoze knd turabashigikiye
Yaaaaaa music ni top. Barabe kur promo naho bongereze inguvu kbx
Umuriro uraka🔥🔥🔥🔥mbemera kubi❤❤
Hiy beat ni kali sana mazeeeeee✌✌👑👑👑
Ndabafana kumajwi yanyu! Courage mugwize colabo nabamaze kumenyekana kuko sibeshi babazi! M big up!
Am in LOVE with this music guys,FERNAND MY FRIEND, and Your partener GUSTO. I WISH YOU ALL THE BEST,,tou so talented
Hit hit in town Buja🔥🔥🔥....WeLoveMusic muranduhura cianeeeeee
N'uwanka urukwavu aremera ko ruzi kwiruka.we love muzik🔥🔥👌👌
Please muzishire muri Bloomplay dutwikireyo 🔥🔥🔥
Kbx umuziki nimwiza xana courage xana kbx
Iyi songs ndayihaye 10/10 kwl
Duhe vidéo guys 😭😭😘😍😍😍😍😆😅🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️
WE love music have made me Loving music wallah ❤️👏🙌🔥🔥
Ntimwigera muhusha good song guys
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮burundi oyeeee
Imana ibakomez muranyemeza kabisa👌
Ababajama bakwiye gushigikigwa
Barareunze kbx🔥 #Gitega Hejuru🔥
Favourite Team WeLoveMuzik
Good job 👊👊
I love u our we love music 💙💙💙💙💙💙💙💙🙏
Good sound, love from Mirire Makerz
Girl u take my heart so far away🎵🎵🎵
Kitu 🔥 kbx
My favorite song, ndayunviriza umwanya wose🔥🔥
More likes from Rumonge...I wish you found a support to promote your music worldwide
Basha musohorore clip y'iyi ndirimbo.. Pliiiiz
Nice hit, such talented guys keep it up 👌👌🇧🇮
Mr ayee
4life we love muzik one love brother ❤️
Another hit from WeLoveMusic🔥🔥🔥
Reka ndabivuge naho mwabitinye aba ba type barashoboye kandi ndababona kure👊💪💪
You need support guyz.You made and reached it guyz. Congratulations
Waouuuh talented guys respect kbsa guyz you made it kbsa
Music yanyu ndayikunda sana big up my bros mukomez muter imbere💥
Duhe Duhe🔥🔥🔥💣
what a bang !!!!! this will be my new favorite song , u did a great job Gs . keep working
j'aime
💊💉
2024 we are following your works🎉🎉❤
Good song my brothers🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
This song makes me happy🥰🥰🥰 good vibes
Motoooo 🔥🔥🔥💥💯
Ndabemera bro isongs zanyu ziraryoshe sana🏁✔🎬
Bano bahungu babikora neza,,beat nziza ba saund nziza!!!
Aba ba type baramurenze mr Semibira,kbc bararenze!!!