Ivyo Fanny Lavine Yamukoreye Akanamubloka Abishize Hanze Anarira😭Joachim Smith,Mimi Sabbas Barumiwe💔

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 242

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 5 днів тому +31

    Sinz impamvu nkunda Sabbas caaan numurwanez sha mumatiku ntumubaz Sabbas ndagukunda caaan❤

  • @EmelyneIrakoze-g2h
    @EmelyneIrakoze-g2h 3 дні тому +10

    Ba mwiga kugumya umunwa nubwo umuntu yo gukoshereza sivyiza kuza kubivuga nkuku mbona uhaye uravuga.kand invitation sibose bayitaba non nkubaz nkurya yar nkumuveyi waw ntiwamusanga imuhira ukamwerek nubw ya kubabaj kwazama ari umuvyeyi.punguza kuza mugara rer😋Fanny hejuru cane ndagukunda❤❤❤❤❤

  • @user-nn3pf4vf5m
    @user-nn3pf4vf5m 3 дні тому +3

    Fan wanj niyo wokwankwa nabose jewe nzokugwa inyum guk urwe mubakomej umutim wanj rr hejur can n family yawe ndih ancungire❤❤❤

  • @AliceNdayikengurukiye
    @AliceNdayikengurukiye 17 годин тому +1

    Inamuco ndagukund kandi gose hama courage ndagu fana

  • @MarcellineININAHAZWE
    @MarcellineININAHAZWE 5 днів тому +15

    Abamaze kubona hagez ayamezi fanny kavugwa cn bampe like😂😂😂fanny rero mukunda runini

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 5 днів тому

      Asha ahubwo bazobora mumtima abamwanka ndabahay pol

    • @lydi791
      @lydi791 4 дні тому

      ​zamurek guteranya​@@mariamsakora2818

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 5 днів тому +8

    Abakinyi ba film mwese mukundane❤❤❤🎉🎉🎉

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 5 днів тому +5

    Amen sabbas uvuze nez utanze ihumure Imana izokugez Kure nanj ndaremye gikuru nugukomera💪no gusenga 🙇

  • @KamamaMarielyse-kt2cx
    @KamamaMarielyse-kt2cx 4 дні тому +4

    Fanny wew yarahise kabisa ari imbere ya bose mur film ndundi ahubwo umuvuze uba umwinjirije umupfungo . Fanny Mama wabo nubu umunezero aho yibereye niwose nyawayo ntabikimubabaza yarakomeye

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 4 дні тому +4

    Mureke Fanny yivyarire umwana ham mukore ubund mur film mufis impwemu mbi yokwankana

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 5 днів тому +4

    Love you fanny lavine you are the best❤❤❤ ukomere cane 🫶🫶❤❤❤❤❤

  • @EricaCavia
    @EricaCavia 5 днів тому +5

    Sabbas komeza kwubahwa kandi kure cane uwiteka ahakugeze

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 4 дні тому +3

    None izo Halleloua numva ko ntariko ntahura ivyazo?

  • @AnnociateNtirampeba-lw5kc
    @AnnociateNtirampeba-lw5kc 5 днів тому +5

    agakosa kabi gafuta ivyiza vynshi,ariko siko biba bikwiye kumera,

    • @lydi791
      @lydi791 4 дні тому

      😂😂😂😂noe washak afate ibibi vyinshi😂😂

  • @Uwasefannylove
    @Uwasefannylove 5 днів тому +5

    Ntigakwiy kukuryaa kk niho bakuuuzi twes twakumenyey kw fanny❤reo kubawarahakuriy kumpano ugasohok ntibikurah kub tuhakuzi🎉s courage m wibuk iy wvuye intibagir ntiban

  • @MusaFloribert
    @MusaFloribert 3 дні тому +1

    J ntangwazw nokub mugum muvuga nabi fanny arabariy umutim kabisa mumajambo yanyu nih Iman mushobor vyose amushoborezaho❤

  • @AliceNiyonsaba-lg1nw
    @AliceNiyonsaba-lg1nw 5 днів тому +3

    Izo Haleluya muco nizubyryarya kk ntizibaho mugihe mufise urwanko mumitima.

    • @ndikumanadiane3684
      @ndikumanadiane3684 5 днів тому

      Ibaz naw ufis icupf namugenzaw hama ngo halleluy 😢

    • @lydi791
      @lydi791 4 дні тому

      ​noe barya bose bavuga Alleluah bisigura ko bad1fise ama bif @@ndikumanadiane3684

  • @UwamariyaEpiphanie-rm3oz
    @UwamariyaEpiphanie-rm3oz 3 дні тому +3

    Muco wambaye neza

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 2 дні тому

    Imana i zanyu izokuja imbere Muco Kuko uri umuntu w'imana yanka amatiku❤❤❤

  • @NecelatteNdayishimiye-k7y
    @NecelatteNdayishimiye-k7y 3 дні тому +2

    sindatahura impanvu abarundi mufise inzigo fany yarabarenze murek jalousie Imana yuguruy ntawugara Fany hejuru cane niho nkwifurij

  • @picho8156
    @picho8156 5 днів тому +3

    Uziko nakureba nkagirango ufite ubwenge kumbi nukukubona mumutwe uri vide like that burya kuza kuvuga uwakugiriye neza uba wabuze ubwenge vraiment naho Fanny yakubera mubi wazirikana icyiza yakoze

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 5 днів тому +1

    Nkunda sabbas ukunt aciye ubwenge muguhanura nukwigisha abandi ndamwigirako vyinshi ahubwo star boy rab uzomuhe ikiganiro sabbas nukuri 🎉🎉🎉🎉

  • @alicekanyamboalicekanyambo8178
    @alicekanyamboalicekanyambo8178 2 дні тому +1

    Ndakunda sabas nukurii ❤❤

  • @NimpayeChalifa
    @NimpayeChalifa 3 дні тому +1

    Sabas imana iguh umugish

  • @louisminani7297
    @louisminani7297 5 днів тому +1

    Titi Clovis uyo turamwemera caneeee bakwiye kumwigirako haba gukina ndetse nibindi ndaryohewe gusubira kumubona

  • @NadiaNdizeye
    @NadiaNdizeye 5 днів тому

    Sabbas Imana iguhezagire. Na muco courage kandi mukundane mwese aba cinéaste niho muzogera kundoto mwipfuza kugerako. Urukundo nigo rukenewe ntakindi. Rero kundabe mwongere mwubahane❤❤❤❤

  • @ClaudineHatungimana-u3b
    @ClaudineHatungimana-u3b 5 днів тому +3

    Fanny kwl yarabarihiyeko ntavyiza mumuvako kuk utibuka ivyiza sivyiza

  • @BelyseNIZIGIYIMANA-k9y
    @BelyseNIZIGIYIMANA-k9y 4 дні тому +2

    Gusa fanny hejuru nukur vrt kk aguma avgwa cyne m muze murek gushwan nukur vrt noooo bibi🎉🎉❤

  • @lydi791
    @lydi791 4 дні тому +2

    Mworonga abantu 10 nka Sabbas nukuri film ndundi mwoterimbere kuko ww nashari afise cnk kwishira hejuru beshi murishira hejuru nico gituma film ndundi idaterimbere

  • @blandinedusabe
    @blandinedusabe 5 днів тому +5

    Wamukobwawe witonde fanny yarakureze kandi nabakuzi bakumemyeye kwa Fanny rero nimba vyarashitse mugashwana gabamya umunwa arakuruta 😢😢 😢shima ivyoyakoze apana kumwararaza

    • @DevotteMajambere
      @DevotteMajambere 5 днів тому

      Nyereka ikibi yamuvuzeko,abantu😂😂😂

    • @lydi791
      @lydi791 4 дні тому

      Reka ubu fans noe yavuze nabi cnk nishari umufitiye

    • @nimbonadivine5812
      @nimbonadivine5812 4 дні тому

      Haricutazi ncuti harabantu baziguhisha ububi bwabo kuburyo niyowomuvugati uyumuntu yarangiriy nabi Abantu batopfa bavyemeye kubera berekanako aribeza mubantu. NN kuki usanga incuti yaw magara uryubuziko agukunda akwitaho ariko nyuuuuuma ukamenyako yakwanka atagukunda ndets ugasanga niwakugambanira. Rero ntuzuharira kuko Abantu nabantu barahinduka

    • @furahandayishimiye2000
      @furahandayishimiye2000 4 дні тому

      Yitonde mubik ikos avuzaho niryahe bemumanz kumviriza ikiganiro cose kugira mubanze gutera commentaire

    • @dominanikwigize1143
      @dominanikwigize1143 3 дні тому +1

      Ntamwiza abaho muriyisi twese turibabi mwabarundimwe

  • @kampimbarediane
    @kampimbarediane День тому

    Sabbas shaaa,intore ntindiii mugire vuba saison 3 .

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 5 днів тому

    Mr fasha warafashijwe mr nosentiment INAMUCO wanje nkunda cyane lmana iguhezagire❤❤❤❤

  • @lydi791
    @lydi791 4 дні тому

    Courage MUCO jw mwese abakinyi bo muhira ndimu fana wanyu nimuterimbere bakinyi mwese🎉🎉🎉

  • @FrolencePhilip
    @FrolencePhilip 4 дні тому

    Ndagunda brother sabas

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o 5 днів тому

    Vyakaze noneh twiher iyo film twiryoher ibid navyo uvyihoz kk izankan zabagor cank inkumi zizokwamah ariko abagab dabemer ntibankan nan ??!! Courage 🎉🎉❤❤

  • @AnalieAnalie-f9v
    @AnalieAnalie-f9v 5 днів тому

    Muco ndagukeje cane imana ibemuruhande gwawe komera ushikame imana irakunda umukozi cane gose yoyo izi ivyukeneye ibiguhe kuko irabifise ❤❤❤❤🎉

  • @nizeyeFaswilati
    @nizeyeFaswilati 5 днів тому +5

    nn muco . Fanny ntuzi ahaba kutajanye ubwo butumwa Hama tukaraba ko yanka kuza wayimusangije muhira ucumengo hariho icuka kibi

    • @jeanclaudeofficial9653
      @jeanclaudeofficial9653 5 днів тому +1

      Aha nyen niho harikibazo icatumye muco atishikira kwa Fanny kandi urevye Aho Fanny yakuye muco ntabwo vyari bikwiriyeko arungikirwa invitation iciye kuwundi muntu na muco bibonekako yabikoze mukwikurayo yarazico yiyotsa

  • @JeannetteIrankunda-jo3pf
    @JeannetteIrankunda-jo3pf 4 дні тому +1

    Sabba uritwari muri vyose Ndiho agukomeze cne

  • @blandinechanisseiteriteka2072
    @blandinechanisseiteriteka2072 3 дні тому +2

    reka nsome commentaire nirenganire😂😂😂😂

  • @ButoyiMireille
    @ButoyiMireille 5 днів тому

    Ina nubwo atamwanya warufise wategerezwa kurondera na 5 min ukamwihera iyo invitation.ark nubwobiruko courage

  • @Nimbonanina-d1l
    @Nimbonanina-d1l 5 днів тому +1

    Komera cane imbere niheza kubera Imana vyose bizagenda neza❤❤❤🎉🎉🎉🇪🇬🇪🇬🇪🇬🇧🇮🇧🇮

    • @blandinedusabe
      @blandinedusabe 5 днів тому

      Urihe iraq majahe tumemyana😂😂 je ndi najaf

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 5 днів тому +2

    None umugenzi bamutumira. Kurifone. Mubamugihugukimwe. Kandimuba muntarimwe. Najesinoza. Mubamuchaka kubamwerekana ububigusa

  • @Melissa-jj1cu
    @Melissa-jj1cu 5 днів тому +1

    Ingorane yacu duha agaciro ikosa rimwe rigafuta ivyiza 10 Basha bamwiyunvira

  • @BoazNkorere
    @BoazNkorere 5 днів тому +2

    Erega nani gutanga invitation ntibisigurak ucuyitab kunguvu

  • @NecelatteNdayishimiye-k7y
    @NecelatteNdayishimiye-k7y 3 дні тому +1

    mbzbajwe nuko yavuze ko fany ariw yamwakiriy mur film umusazi umuvura amaso akayagukanurira ina yibonye pe

  • @lydi791
    @lydi791 4 дні тому

    Big up my brother uvuzukuri bareke uburyarya

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 5 днів тому

    Ndakunda. Sabas ninyongezo kabisa azananye. Na Team yiwe ndabakunda muvyumve vyiza cane

  • @AngeNellyKubwimana
    @AngeNellyKubwimana 5 днів тому +4

    Star Boy uzohamagar Fanny umubaz kwib bintuu kr

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m День тому

    Ibintu biraza nabi kwl lna vyaracanyemwo n'a Fanny🌝🌝🤔🙇🙇

  • @Diane-c1t
    @Diane-c1t 5 днів тому

    Sha Joachim aranyish mur vyooos kbs

  • @DarleneIhezagire-mk9yy
    @DarleneIhezagire-mk9yy 3 дні тому +2

    Ishari gusa.fanny ashigikiwe nuwo mwijuru

  • @annonciatemanirambona4225
    @annonciatemanirambona4225 3 дні тому +1

    Fanny ndamukunda ariko uwo afise wo kubana nabi nabantu why atamunt bakorana ngo birangire neza bose birangira batandukanye hama nubw yosenga gute adahinduy uwo muco mubi afise nabafana biwe bazomuvako kandi azotangara iyo ngeso siyo vrm je nahora ndavyirengagiza arik aho bigeze ndumva yohindura iyo ngeso afise siyo vrm

  • @ClairiaHabonimana
    @ClairiaHabonimana 5 днів тому +1

    Intwari sabbas uri sage kwijambo

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 2 дні тому

    Gusa naho commentaires zose zivuga ngo Fanny arabarenze ngo bamufitiy ishari nibind vyinshi
    Ico nobivugako ikigaragara Fanny sumwana mwiza none abantu bose boca bamugirira ishari kwl?? Igihari nuko ari mugihe camahirwe vyukur igikundiro caramwitavye manshallah ubu niyo yotera urumogi homera pomme cnk ikid giterwa gikunzwe
    Kuriyompamvu afise kivugira uwihenda akamuvugako aba yihay abafana biwe
    Ariko niba koko ivyo bamuvugako arivyo iryamukuru riratinda ntirihera Isi izomwikaragirako naw abibone

  • @NdahabonayoFrancine
    @NdahabonayoFrancine 3 дні тому

    Muraberewe caneeeeee mukundane nkuko yesu yabakunze

  • @BenigneNibitanga
    @BenigneNibitanga 5 днів тому

    Muco ndagukunda cane❤nanj ubwoko haraho bwankozeko

  • @UwimanaNina-l1l
    @UwimanaNina-l1l 5 днів тому +2

    Ndazi nyama abikurikiranira hafi fanny ndamukunda kandi nimwe mushaka kumutera umutima mubi

    • @Uwizeyimanaclaudin-p1w
      @Uwizeyimanaclaudin-p1w 4 дні тому

      𝔽𝕒𝕟𝕟𝕪 𝕨𝕒𝕔𝕦 𝕥𝕦𝕫𝕠𝕘𝕦𝕞𝕒, 𝕥𝕦𝕞𝕦𝕜𝕦𝕟𝕕𝕒, 𝕒𝕙𝕦𝕓𝕨𝕠, 𝕟𝕚𝕞𝕦𝕣𝕠𝕟𝕕𝕖𝕣𝕒𝕟𝕖, 𝕞𝕦𝕤𝕒𝕓𝕒𝕟𝕚𝕞𝕓𝕒𝕓𝕒𝕫𝕚, 𝕜𝕦𝕓𝕚𝕜𝕒, 𝕚𝕟𝕫𝕚𝕘𝕠, 𝕪𝕚𝕟𝕫𝕚𝕜𝕚𝕣𝕒, 𝕤𝕚𝕧𝕪𝕚𝕫𝕒, 😮😮😮😮😮😮

  • @Aaaa-m7v2k
    @Aaaa-m7v2k 5 днів тому +2

    Fanny okomere baribagira yeneye kumbuga yabaribuka

  • @SandrineNdayikeza-y7y
    @SandrineNdayikeza-y7y 5 днів тому +3

    Ibaze nko kubabara wumvise ngo bavuze uwagusohoye ndetse uwagize icahindura mubuzima bwawe😢😢😢Fani ni intarikaze ivyo ntibimuca intege😂

    • @HsHssh-j1v
      @HsHssh-j1v 5 днів тому

      NN intare nikuvuga iki erega Kuba umuntu mwiza Nico wamariye abandi😂😂😂😂😂mugihe ataco umurira abandi ntaco umaze

    • @yusrairakoze3966
      @yusrairakoze3966 5 днів тому

      None gusohora umuntu bisigura ko ucumufata nabi mureke kuza mushigikira amafuti fanny afise imico mibi kuko abantu bose ntiboba babi

    • @AntoinetteIrankunda-p4x
      @AntoinetteIrankunda-p4x 5 днів тому

      Nukuri icokintu muco yavuze catumye ndamwishiramwo ukuntu kuko bavuze nguruwo kwanaka ntibisigura kuca ugirishavu kumuntu yatumye umenyekana

    • @fifiakimana57
      @fifiakimana57 2 дні тому

      Kumenyekana Niki mbega muco iyatagira impano yarikumenyekana gut hubwo fani nintamubano vert yihanur kuki Bose bagenda bamuvuga

  • @FortuneeChama
    @FortuneeChama 5 днів тому

    Yaba umuzungu,umwirabure,umuhutu,umututsi,umutwa,,,,,twese tuva amaraso asa,,,,,nimana yaturemye ni IMWE ...so guys mukundane

  • @ninah257
    @ninah257 5 днів тому +1

    Abarundi ikibi canyu mwicamwamacakubiri mubitagira umumaro ayo ma group nayibiki??iyufise impano uwuguhamagaye wese akakwishura neza murakorana kuko ubutunzwe n,impano yawe

  • @blandinedusabe
    @blandinedusabe 5 днів тому +2

    Niwe wiyandagaje😅😅 gumahamwe umunwa wawe😢😢😢 puuuu

    • @lydi791
      @lydi791 4 дні тому

      Wewe afise umunwa nawe ufisik 😂

  • @NyumviraDolienne
    @NyumviraDolienne 5 днів тому

    Mbaye number one mumpe utwo dushurwe

  • @TimothyKubwimana-uu5kg
    @TimothyKubwimana-uu5kg 5 днів тому +10

    Wibonye muco reo nuwatumye tukumenya uriko umuvuga nabi😂😂😂😂fanny imana imbere mwiza abarundi twibagir ningoga😢😢😢

    • @fidesinimahye5376
      @fidesinimahye5376 5 днів тому +1

      Nihatari abarundi nukonyene turemye, barawuciye ngo umurundi umuvura amaso bwaca akayagufyurira🥺🥺🥺🥺🥺🥺

    • @niyogushimadorine6086
      @niyogushimadorine6086 5 днів тому +1

      Gusa meng ntakint kibi yavuzemwo ndiko numv

    • @blandinedusabe
      @blandinedusabe 5 днів тому

      ​@@niyogushimadorine6086amaze iminsi amuvuga nabi mubiganiro akora

    • @jeanclaudeofficial9653
      @jeanclaudeofficial9653 5 днів тому

      Nukuri ni mumutahure muco ntakibi yavuze

    • @DevotteMajambere
      @DevotteMajambere 5 днів тому

      Nne muco ikintu kibi yavuze icahe?😂😂😂abarundi turarway

  • @NsavyimanaAnitha
    @NsavyimanaAnitha День тому

    Wamukobwawe urumunyarusaku.kora icakuzanye

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 2 дні тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂basenga bakanura iyomisore ivy Imana ntivyerekwa

  • @nishimweornella9928
    @nishimweornella9928 День тому

    Uwo muvyeyi nisawa naze avuga nivyamunezereje

  • @ManigiraNezahamisa
    @ManigiraNezahamisa 5 днів тому +1

    Atubwoko 😂😂😂😂 ew jew papa numuhutu mama numututsi ariko abiwabo namama nabantu barabubwoko cane banagara ubona karihatar gusa ubwoko burakwiy kuva mumutwe kuko twes tuva amaraso amwe turibamwe vrema umuntu numuntu😢😢

  • @ININAHAZWEDevote-lb5gk
    @ININAHAZWEDevote-lb5gk 5 днів тому +4

    Shaaaa ayamezi Fanny yamye ariko aravugwa ntibitangaj gusa uko muluvuga niko azamuka

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 5 днів тому

      Kuza muka ni kimwe no gupfa ukabur ah ushikir nikindi knd nta Fanny yavuz Nabi ba mubanz mwumviriz ikiganiro cose avant yo gukomanta

    • @niyongabiredorothee1494
      @niyongabiredorothee1494 5 днів тому

      Kuberik non fanny aguma atandukan nabo bkorana baramwiga neza nibzakwo bose atari babi ahubw fanny afis ikibzo

  • @TaDt-v3o
    @TaDt-v3o 5 днів тому

    Uzondondera ndakubwire ahovyangenze ivyamoko ubimenya bigushitse ntubisha

  • @LodeNdayikunda
    @LodeNdayikunda 23 години тому +2

    Burya Fanny lavine arafise ingorane none uwo bamenyanye wese bavana bashwanye ??? Biraboneka KO ariwe agoye

  • @IgiranezaGulaine
    @IgiranezaGulaine 5 днів тому +1

    fanny imana ibandany imutuzigamir🙏🙏

  • @DianeNikuze-k9o
    @DianeNikuze-k9o 2 дні тому

    Mubamuhaze rwose

  • @TargertRevelationTeam
    @TargertRevelationTeam 5 днів тому +4

    Uze wige gutahura kare utebe kwishura 😊guki uvuga nabi Fanny ariw yagushize ahabona rofa

  • @dominanikwigize1143
    @dominanikwigize1143 3 дні тому

    Ntamwiza abaho muriyisi mwabarundimwe mutwagwa namarangamutima gusa

  • @Aline-e4i
    @Aline-e4i 4 дні тому

    Igituma batakubwiye ivyabagoye nawe ntagaciro wabahaye warikubasanga muhira cnke aho bakorera,gusa Fanny turamukunda naho mumwanka

  • @KamamaMarielyse-kt2cx
    @KamamaMarielyse-kt2cx 4 дні тому

    Ubwoko ??? Mana yanje we

  • @RaïssaYannick
    @RaïssaYannick 3 дні тому

    Ikibazo umurundi agukoreye ikintu akabona utanguye gutera imbere biramubabaza sinzi impamvu?? Urumv babashaka kuzokwama hasi kugir wame ubasaba ubufasha Anyway ntibindaba 😊😊

  • @NtakirutimanaJoselyne-k1c
    @NtakirutimanaJoselyne-k1c 5 днів тому

    Imvitation niw War kuyitwarir

  • @EstellaInamahoro
    @EstellaInamahoro 5 днів тому

    Mbe abarundi ahogukorana mwiga imbere mwoterimbere mukorana muvuga abantu!!!!!fany tumukunda runini cane.mimi vamwo murabonantu sihombona wagenewe kuba mubanyarusaku.

  • @JoselynUwamahoro
    @JoselynUwamahoro 5 днів тому +1

    Sabasi hejuru

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 5 днів тому

    ❤😂😂Nyama, ntahumiriza🎉Kando, ndangukunda, namuco🎉🎉amena🎉

  • @IrakozeMédiatrice-t3b
    @IrakozeMédiatrice-t3b 5 днів тому +1

    Sebas ❤❤❤

  • @RédemptriceIrahinyuza
    @RédemptriceIrahinyuza 12 годин тому

    Muco nkuko wakinye iyo film yitwa INTIBAGIRA NTIBANA naww warukwiy kwibagir ivyupfa na Fanny bibay ngombw ukamurondera mukuzuza, sivyiza kubik inzika imvugo zaw zamamw ijambo ririmw bifu

  • @niniosianeEmmyLove
    @niniosianeEmmyLove 5 днів тому

    Abarund tura car kure kbx nubw bamw twiyitak twakijijw iy nges yukux turasarishan kum réseau ntabwo bitugw neza

  • @Juliana-z7z
    @Juliana-z7z 5 днів тому +7

    Ndibuka kare Fanny wamuvuga neza, ubu rero yatumye utera intambwe uratanguye kumuvuga nabi😂😂😂😂 uwukuye imvunja bukeye avuga ngwingo twiruke, kandi nawene ndibaza kwafise ivyoyokuvugako bibi mwapfuye ariko we yaranumye ntiyagucafuje, ariko uze wibuka ahoyakugejeje ucishemwo umuvuge neza

  • @khanwkk
    @khanwkk 5 днів тому

    Hama ikindinaco d'abord umunti witako arumuvyeyi invitation warikuyitwara wewe nyene ubwawe apanakuyirungika akonakagayehonye kumuvyeyi.ikindinaco jewe ngukurikiranakenshi kuma tv ukorerako ibiganiro.wagiye ukoresha ikirundi gifobetse wibazako ubwira ibijuju kandihariho abazi gusobanurakiryakirundicawe uvuga bunonye baciye bamenyako uriko uvuga Fanny .nimberero na Fanny nawe rarumvirije kiryakirundi wakoreshej yaramenyeko ariwe uvuga kuko nawenyesumwana.kandi nokuriyi tv nyene waramuvugiye.rero ikosore .

  • @iteritekayvette-si3sy
    @iteritekayvette-si3sy 5 днів тому +1

    Muco wewe wavuze nabi bawibuka kwariho warerewe

  • @Diane-c1t
    @Diane-c1t 5 днів тому

    Noe kuber Fanny ya brotse Ina muco abarundi ikibish umwe wese yi kwegerako iyohaba urukund si Fanny gus waaapi ariko kand Fanny yar gushigikir umukobw wie ya sohoye kugir abone ibikorw vyie Tugiranire urukund na bantu bose dukundan nkuko Imana ya dukunze

  • @IraNella-u6p
    @IraNella-u6p 5 днів тому +7

    muco nahor mukunda ariko kwiyincuro UK urikuvug nabi uwakuzamuy nunv nkwanse Ubu reo wibonyee!!! igitugu kirakura ntigisumba izosi genda gake

    • @Kingjmtv1982
      @Kingjmtv1982 5 днів тому

      None wamukunda ucumwanka kubera ivyo naw uri inryarya harico yakugize ww none?

    • @fifiakimana57
      @fifiakimana57 2 дні тому

      Oya ntakosa muco afise hubw Fanny sinumv ukunt adashobor kugir umunt bagumana forever Niki nikibazo mwoye gushigikira ibiva kwel

  • @Vidéostreet-r7t
    @Vidéostreet-r7t 5 днів тому +1

    Munkorere kwifoto mumpe support please munyereke ❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @EzéchielNduwimana-v5g
    @EzéchielNduwimana-v5g 5 днів тому

    Ngira mbe ndisomera commentaire nayibindi nakajembegete.

  • @EvelyneNsabimana-k1j
    @EvelyneNsabimana-k1j 5 днів тому

    Mpor mpor

  • @CecileNdayishimiye-ml6qw
    @CecileNdayishimiye-ml6qw 5 днів тому

    Igitangaj nuk lavine adatangur kuja kumbuga atangur amatiku😂😂

  • @JoselyneJoselyne
    @JoselyneJoselyne День тому

    Tukurinyuma

  • @DeniseHatungimana
    @DeniseHatungimana 5 днів тому +1

    Muco ibiganiro vyaw narakunda kubireba knshi.so Fanny wamuvga neza karumuvyeyi mwiza kd nkako numuvyeyi mwiza kk yarakurez urakura nn uhay umucokora.sha umurundi umuvura amaso bwaca akayagukanurira.fanny yarakwetets umwonga uhuma nuwudahuma nn umuhemvy uruvugo rubi.burya imivumo bavuma umuntu bihindukira ibay imigisha kuriw.so nimureb sabass na amede ingen baciy bugufi kd bataja mumatiku nkayo.

  • @Aline-e4i
    @Aline-e4i 4 дні тому

    Burya naho woshwana numuntu wogumya akarimi Kuko nabo uriko ubwira bose sabasi biwe aho rero uriko uragwiza abasi mugenzi,sivyiza kuvuga vyose

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 5 днів тому

    Uraberewe muco Kandi uterimbere

  • @EricaCavia
    @EricaCavia 5 днів тому

    Bro nawe wubahwe atarukundo nta terambere kure uburyarya nishari

  • @MwaminiAngel
    @MwaminiAngel 5 днів тому

    Joachim iyongeso uzoyibanahak ngo guso 🤦😂😂

  • @NduwayoElisabeth
    @NduwayoElisabeth 5 днів тому

    Ababipf nababisangiy baraz ivy bapfuy kbc