Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hbd Fanny lavine urishusho Nziza kugihug cacu Abantu nibintu nivyo nkwipfurij IMANA igushikane Aho wipfuza gushika kure caane Nih nkwipfurije🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Isabukuru nziza Maman Lao, ndagukunda peeee
Mumfash twipfurize joyeux anniversaire Fanny Lavine abamukunda nkanje❤❤❤🎂🎂🎂❤❤❤
Isabukur nziza mama wabo🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Isabukuru nziza maman wabana
Fiko fico nukuri barakugaye pe ngo wabuze amahera yogutanga😊reka ngutangire 50mil wikure akagaye zana Lumicash aha nyarutsa 😂
32:19😂 Franick ugurukijwe niki😂😂😂
Franick. Watwaye umunyamaramvya wacu bonne chance imana ibubakire ...... Umundamukirize kery ATI yambu canee❤❤❤
Happy birthday 🥳 Mariya💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Courage ❤ nice mii pe 🙌
Isabukuru nziza ma Fanny UHORAHO ahaze umutima wawe. Ndagukunda cane kandi umenyeko uricitegererezo kuri benshi.Ariko uraraba uhanure constance mukwicara imbere yabantu azohore yiyegeranya birateyisoni.Hama Nora kuki ukunda gucokoza Fiko Fico 😅😅😅.Fiko uraraba ubijemwo urongore sha ndabona Nora akumereye nabi.Ndabakunda ❤
isabukuru nziza maman lao UMUKAMA akomeze akugirire neza muntambuko zaw zoseeee🎉❤
Abakunda Fanny Lavine uhejeje kumwipfuriza HBD ucukora kwi photo yanj umpe s'abonner uzobukoze ndisabiye
Fanny wimosheje kandi😢😢😢 so HBD to you
Ndagukunda mwiza wanje Isabukuru nziza🎉🎉🎉🎉
Turabakunda cane❤❤❤❤
HBD Maman Lao🎉🎉🎉 kure cane uhagezwe n'Uhoraho
Hbd imigisha myinshi fanny lavine uronke vyose wipfuza🎉
HBD mama lao 🎂🎂ubeho wishimy
Sabukuru nziza fanny ❤❤
Isabukuru Nziza muvyeyi Urakunzwe❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
+1 HBD🎉🎉🎉🎉❤❤Fenny wetu
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii in
🎉🎉🎉 happy birthday 🎂🎂 mama lao❤❤❤
Burya jew ndakunda fico fico arakunda gutanga ijambo ry'Imana mubintu vrmt,nkiryojambo atanze riramfashije
Isabukuru nziza Mabuja wangu🗣️🗣️IMANA ikomeze kubagirira neza
Biraryoshe🎉🎉🎉🎉
Iyo nkumiyawe isana musaza we NISSI JOSHUA.Isabukuru nziza shaAbakwanka bakwandureko,Imana ikomeze kugutwenza di,Maze muze mwirambiranire nka Aburahamu na Sara.Tanti tanti auguri di buon compleano Fanny
Azovyara umukobwa jw nabibonye kera vrt 😂😂😂😂
Happy birthday mukunzi wacu twese aba fana🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Hapy bir🎉
HBD to u Maman 3FA 🎂🎂wish u all the best May God bless u🙏🌹💋
👌👌👌👌
👌👌👌👌👌
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Isabukuru nziza Fanny Mariya wacu uwo mwana murasa
Isabukuru nziza cane ♥️🍾🥂
Ndakunda Fanny knd ndipfuza kumubona nkamubwira ikintu ndamukundira❤
Happy birthday to you Fanny mur Kidada make up turagufana cane
ikiganiro ciza, mumbwire titre y iyo ndirimbo baririmvye. Merci
Mama lao mma wabo happy birthday muvyey ese icyompa nkahur nawe nkakubwir akar mumutimw wanjye ukamp impanur kuk ndabon urumuvyey mwiz
Mama loa wubahwe peee knd ndagukunda cane Imana ikuzigame numugabo wawe norsque hamw numuryang wae❤❤❤❤❤
we fiko fiko uko kuguru kumeza none ntubonako wasarishije🎉
Jyx anniversaire muvyeyi terimbere muvyawe nabawe ndabakunda ❤❤❤ Imana ibazigam
HBD Fanny
❤❤❤❤❤ ndakwikundira❤❤
Happy birtaday maman 3fa
Azovyara umukobw birigaragajé muzombwireee niba mbesheee 🎉
Fnny ngutuy indiripbo nziza cne yitwa zaburi yanje by ben na chancee
HBD
❤❤❤😂😂Nivyiza, cane🎉
Happy birthday mwamikazi wa cinema ndundi ndagukunda nkakundingene munkura stresse nahombambabaye ndavye ibiganiro vyanyu candyohegwa ndaba❤
Fanny urincabwenge kk na film urugendo wakoze nciye mbona ico yavuyeko kubwo wo mwana kk nibuk k har umwana yasigarany nase roe ni wo wuyo😂
Ego cne
Happy birthdy
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Hbd🎉again wish u all the best and God bless you❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂
Happy Birthday to her
Joyeux anniversaire sh Fanny🎉
Isabukuru nzinza mwiza wanje 🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤😂😂😂
Caméra yanyu nisawa kbx amashusho niya bien
Isabukuru nziza fanny
norasq urakunda joshua caane wallahi birandyoheye❤
Ndakwikundira Difanny❤❤❤❤❤❤❤
Sha nta wewe ukunda constance ukuntu muri prank bakorany Na Fanny ngo ntiwopf umukuze🤣🤣🤣
Wow wow happy birthday 🎂
Hbd🎂🎂🎂🎉mama lao wibereho utababaye urakunzwe mwiza wanj ❤❤
❤❤❤❤
Nanje nzomugurira ndamukunda yihanganira vyinshi fanny ndagukunda gusa ndimubuzima waciyemwo wibuka kudusengera twetukirinyuma
Iryoryinyo ryari Nana rirantwengeje kweri 😂
Joyeux anniversaires Mamalao🎉❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Happ birthday
Ndabubaha cyane ❤🎉
Isabukuru nziza mam rao wew ntukivurw mwizin warandikishij amatek
Isabukur nzinza fanny
Joha urantwenzap😂
Nana kariko karaharura abana ba fani nana ndagufana mwana uzoduhe ibintu biryoshe nka papa wawe n'a maman wawe bakina neza
Isabukuru nziza maman 3FA
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎂🎂
🎉🎉🎉🎉
Vyiza daaa
Isabukur nziz🎉🎉🎉
Joyeux anniversaire
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Fiko gutanga igiturire birahanwa
Mbega Nuru cameraman numwe yakorana na Hosy?
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Nora ntuzoze uraponda umugore wawe ngo ntirapanze ,iyaba adapanze ntiwari kumunda!!!!!
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Happy birthday
None Joachim nugutwenza abantu kweri ngo umununi ngo ubuda bumeze nkamabido
None Fanny uwomwana nawe wariwarabuze imyaka 10 yose yarihe??? vyagenze gute? nukuri jendumvako ugifise 'intahe nyishi zokutubwira iyo ntahe yumwana wawe vuba tuyihabwe
Ukunzwe pe Hama Fanny uzoz uzoze ushorere impuzu zumu bébé
Ndakunda ukuntu mufata neza Jeannette abantu bafata nabi abakozi babigireko akarorero
Vyiraryoshe
Non Fanny afise abana bangah?
Ewe Nora urakwiy agashimw.Sivya bose kurera les 3 Enfants atari rwaw.Mugabo abo Bigeme uzz urabitwarako neza.Burya ingeso haraho ikurikirana mubo uba waravyay.
Isabukuru nziza mama lao
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Non uyo mwana naw nuwiwee
Egoo
Fiko tanga inoti .yazane😂😂😂😂ayo wemeye wemeye niyo ni film kweri mwebwe muzonatwica
Fanny ndagushak ruguru cnkzo.ibuhumuza
Nikindi kiganiro kuruwo mwana
Hbd Fanny lavine urishusho Nziza kugihug cacu Abantu nibintu nivyo nkwipfurij IMANA igushikane Aho wipfuza gushika kure caane Nih nkwipfurije🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Isabukuru nziza Maman Lao, ndagukunda peeee
Mumfash twipfurize joyeux anniversaire Fanny Lavine abamukunda nkanje❤❤❤🎂🎂🎂❤❤❤
Isabukur nziza mama wabo🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Isabukuru nziza maman wabana
Fiko fico nukuri barakugaye pe ngo wabuze amahera yogutanga😊reka ngutangire 50mil wikure akagaye zana Lumicash aha nyarutsa 😂
32:19😂 Franick ugurukijwe niki😂😂😂
Franick. Watwaye umunyamaramvya wacu bonne chance imana ibubakire ...... Umundamukirize kery ATI yambu canee❤❤❤
Happy birthday 🥳 Mariya💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Courage ❤ nice mii pe 🙌
Isabukuru nziza ma Fanny UHORAHO ahaze umutima wawe. Ndagukunda cane kandi umenyeko uricitegererezo kuri benshi.Ariko uraraba uhanure constance mukwicara imbere yabantu azohore yiyegeranya birateyisoni.Hama Nora kuki ukunda gucokoza Fiko Fico 😅😅😅.Fiko uraraba ubijemwo urongore sha ndabona Nora akumereye nabi.Ndabakunda ❤
isabukuru nziza maman lao UMUKAMA akomeze akugirire neza muntambuko zaw zoseeee🎉❤
Abakunda Fanny Lavine uhejeje kumwipfuriza HBD ucukora kwi photo yanj umpe s'abonner uzobukoze ndisabiye
Fanny wimosheje kandi😢😢😢 so HBD to you
Ndagukunda mwiza wanje Isabukuru nziza🎉🎉🎉🎉
Turabakunda cane❤❤❤❤
HBD Maman Lao🎉🎉🎉 kure cane uhagezwe n'Uhoraho
Hbd imigisha myinshi fanny lavine uronke vyose wipfuza🎉
HBD mama lao 🎂🎂ubeho wishimy
Sabukuru nziza fanny ❤❤
Isabukuru Nziza muvyeyi Urakunzwe❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
+1 HBD🎉🎉🎉🎉❤❤Fenny wetu
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii in
🎉🎉🎉 happy birthday 🎂🎂 mama lao❤❤❤
Burya jew ndakunda fico fico arakunda gutanga ijambo ry'Imana mubintu vrmt,nkiryojambo atanze riramfashije
Isabukuru nziza Mabuja wangu🗣️🗣️
IMANA ikomeze kubagirira neza
Biraryoshe🎉🎉🎉🎉
Iyo nkumi
yawe isa
na musaza we
NISSI JOSHUA.
Isabukuru nziza sha
Abakwanka bakwandureko,
Imana ikomeze kugutwenza di,
Maze muze mwirambiranire nka Aburahamu na Sara.
Tanti tanti auguri di buon compleano Fanny