nakubali watch and support our own music will help our artist to give us good content guys, now i love the mixing at 2:39 going forward woww the producer ni mafuta tu
Cool song 🎵 Umwungere mwiza Uracari ya Mana ntiwigera uhinduka No kugeza uyu munsi urantabara Wanyambitse icubahiro unkurako isoni May God bless you 🙏 ❤ mubandanye mutera muja imbere
oooohhhh Mana yanje reka mfate uno mwanya ndabahezagire vy'imva mutima kubw'iyi ndirimbo vrt yanditse neza cane n'umudiho uko neza cane kandi ntishira uburyohe Uhoraho abampezagirire mu buryo bwose. Hervé am your best fan
Hi, Ndi umunyarwandakazi ukunda Yesu. Ndabakunda kwel. If you ever lack someone for backup, please don't hesitate to call me up or send a message on my email. God the Almighty sees what you guys are doing. Can I also know the church where you sing from? One of these day ninsura u Burundi nifuza kuzaramya hamwe namwe. Merci
Hallelujah 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽n Umwungere mwiza yigura intama ziwe agasiga 99 akarondera Jewe nari narazimiye Kandi akanezerwa bwabundi Nijew nari naragiye kure kuko ngaruts Nasanze Yesu wagumye uri wawundi🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
God bless you bantu b IMANA ndayikunze cane.
Uyo mushasha ijwi ryiwe ni ryiza 🙏🏾
Respect to my one and only blood Gasige Arnaud 🙌🏾
Ameen merci beaucoup Gadd
Iyingoma irakaze wallah...🙌🙌🙌🙌
Wow nimwakire umugisha uwufadikanije nanje ampe iyo like kuko Imana ntihemuka
Umutima wanjye uranezerewe Imana ibahe umugisha bene data/ muri Christo niho twaboneye ubugingo/// nkeneye kuba joininga
🥰😍😍🥰🥰🥰 bon retour kandi bantu bacu❤️que le bon Dieu bénisse ibikorwa vyanyu
Merciii beaucoup à toute l'équipe SV pour le soutien🙏❤️
Murampaye cadeau ya 6 ans ya mariage nukuri, thank u so much rédemption voice!
Hahaha Joyeux anniversaire de mariage Willy
Much love from Israel ❤❤❤
Imana ikomeze kubashyigikira kdi mwaguke kurushaho
Umwungere mwiza ni Kristo Merci kubutumwa mutanga Uhoraho akomeze abagurire
No kugeza uyu musi nubu aradutabara......hallelujah.
Iyo vyutse, iyo niriwe this Song irampezagira caaane🙏🙏🙏
Iyi ndirimbo irahezagira pe!uyu murwi twari tuwunyotewe.Welcome
Good song🎤🎤🎶
Muhezagirw kuk namw murampezagiy nukuriii
Amen ..niya Yindi Nyene.Mwakoze kudushikanako ubutumwa
I'm in love with that song
Ndabakunda cane
💞💞 May God bless you again
Merci beaucoup Eden
nakubali watch and support our own music will help our artist to give us good content guys, now i love the mixing at 2:39 going forward woww the producer ni mafuta tu
None nka Vibes nkizi twazibura gute kweli kandi ziri muri twebwe nyene!! Ahsanteni Kwa kubariki na hili bonge la wimbo likali!! Watching from 🇰🇪
Indirimbo nziza vrm congs
#nduwokumashuha
Cool song 🎵 Umwungere mwiza
Uracari ya Mana ntiwigera uhinduka
No kugeza uyu munsi urantabara
Wanyambitse icubahiro unkurako isoni
May God bless you 🙏 ❤ mubandanye mutera muja imbere
Ya Mana Nyene!🙏Ntarimwe Ihinduka
Nice song Redemption voice😍
Mukomeze kuduhezagira bagenzi. Kararyoshe
Best vocalists ever! Keep moving forward from glory to glory. 👌
Amen. Thank you dears
❣️💟🫂
🙌🏽🙌🏽Uracari ya Mana nyene🤞🏾🤞🏾
😢😢😢yambaye umubiri kugira abone uko apfa kugira arokore intama #imwe 😢😢 thk u ba Sana bakuru bacu
#goodnews
#umuziki_uryoshe 👌👏
Ntihinduka kabisa🥳🥳🥰🥰 n'Imana ikomeye❤️ Merci pour la chanson niyo💯💯
Big Up Brethren !!! Nakuze cane ikirere Kiri muri iyo Ndirimbo keep on👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼
Amen!
Mungu ni yule yule kabisa hajabadirik
This one🔥🔥🔥🔥🔥🔥Ameeen...stay blssd guys💪th gospel evrywhere🙌🙌
This song is amazing it's my 34th round with a good sound system it's a hit 2022-2023🇧🇮👌👌🏿
Sunday viber,Imwe irahaturiye hahiye.so,nice song
oooohhhh Mana yanje reka mfate uno mwanya ndabahezagire vy'imva mutima kubw'iyi ndirimbo vrt yanditse neza cane n'umudiho uko neza cane kandi ntishira uburyohe Uhoraho abampezagirire mu buryo bwose.
Hervé am your best fan
Amen. Urakoze cane🙏
I don’t know why I am this late to watch the clip😿 this is 🔥🔥🔥 . Ntiyigera ihinduka 🙌🏾
Ntamunsi ntayumviriza,ça me rends forte🙏🙏🙏♥️
Imana ibahezagire iyi ndirimbo impinduriye nvyinshi 🙏
Ya Mana nyene
Guys mwabikoze neza
💞💞💞💞💞🇧🇮🌬️
this is Redemption voice kabisaaa
Ni imwe rudende👌 Mugume mutere imbere guys, we love you all
Waaouh nice song Murampezagira sana
Wankuyeko isoni unyambika icubahiro... 🙏🙏Amen.
Umwungere mwiza yigura intama ziwe, kandi ntiyigera ahinduka really
🙏🙏🙏ntahinduka...powerful song... muraduhezagira peee....
🙏🙏
Ntuhinduka wewe Mana❤️😍plus d'onction pour vous au nom de Jésus Christ.
Woooow.... Toujours dans le rythme,👉😭🎼 vous serez tjrs mon groupe préféré 😍🥰🌹
Waooooh thank you for this Song ❤️
🔥🔥🔥🔥 the sooooong is doooooopeeeeeeee😍 umuziki wowo❤️
Thank youuu Naomie🙏❤️
Redemption voice 4ver😍🔥🔥🔥 Ndabakunda Sana bantu b'Imana
Yankuyeko isoni anyambika icubahiro..
Imana yanje ntihinduka
Wowe ntuhinduka, you kill'n it guys. Keep it up. Lov uu
Waoooo iracari ya Mana nyene😭😭😭😭😭😭😭 ntiyigera ihindukaaaaaa
Aaaaah this song!!👍🏾*uracari ya Mana nyene* basi
Amen
Ntiyigera ihinduka ,ninayo yabahaye ino ndirimbo,inyura imitima😍
Imana ibonger amavuta pee ndabakunda cn💞❤️🙌
iyi ndirimbo vraiment iraryoshe cane ...
it will stay in replay till forever❤❤❤❤
Beautiful song, love it...blessings upon you guys
waouh mwarahezagiwe cane🥰
Good job guys.merci kutwibutsa ko Imana Idahinduka
Wooooww...you did it guys!Iracari ya Mana nyne...ntiyiger ihinduka
This song😍🔥 thank you Redemption Voice🔥🙌🏽
Ego cane uracari ya Mana nyene naho ibintu vyoba bimeze nabi uguma uri wawundi nyene ❤️❤️❤️❤️
Cane Goseee👏
For sure ntiyigera ihinduka💯🙏
Imwe iratwitse irahaturiye( Sunday vibs)
Oooohhh banger banger..message beat video voices everything on point proud to share with anyone..uuh like it so much.respect
Thank you
Never dissapointive thxx alot redemption voice this is such a great song imwe🥰
Go further 🔥🔥
We are Redemption voice ❤❤ ntanarimwe yigera ihinduka Imana yacu
Kandi ntazigera ahinduka!
I still hear this gospel song till now what's my favourite team
This is nice for sure, nice message. Good Job and May God bless you more Redemption voice
Thank you colombe and Amen🙏
Hi, Ndi umunyarwandakazi ukunda Yesu. Ndabakunda kwel. If you ever lack someone for backup, please don't hesitate to call me up or send a message on my email. God the Almighty sees what you guys are doing. Can I also know the church where you sing from? One of these day ninsura u Burundi nifuza kuzaramya hamwe namwe. Merci
Karibu rero uterame natwe Bujumbura -Burundi ku musi wa le23/12/2022 dufise igiteramo turagutumiye kuhaba
Ntiyigera ihinduka!!!
Merci @Redemption_voice pour la chançon 🙏🏿
Woww iyo muje mukiza Imitima ya beshiii
Amina brother
Uracari y Mana nyeneeee🙌🏻🙌🏻he is the same yesterday today and forever🥳 Thank u RV🙏🏼 keep shining🥰
Indirimbo ihezagira canee. Be more blessed mwesee
Good vibes🙌🔥🔥 Niyayind nyn Ntihinduka
#WeGotThat👁
Amen amen🙏🙏🙌🙌🙌..... Mr hypeman yellow is the color😜
🤣🤣 I am always in summer mode😎
Sunday viber urahaturiyeee..imwee irakaze cane
Ubutumwa bwiza 100%.God bless u
'till now. .👌Iracar yo Nyene🔥🔥🕺💥💨♨️
Abakiza imitima ya benshi
🔥🔥🤞🤞he is th same now and forever
Murakaze pe, indimuuuuu
Ndabakunze😭😭😭😭😭🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Wow Nice song 🥰🥰🥰god job redememption voice...thank you kutwibuts ko Imana yacu itaziger ihinduk forever and ever 🙏🙏
Merci beaucoup Emelyne
Congra nos grands!!!! Good job
Halleluiaaa 🙌🏾
Tks guys, keep shinning 🙏🏾
😍😍🔥🔥🔥la musique💃,les paroles🔥l'image😍 thank youuuu Redemption Voice🤗🤗good job, vraiment !!!👏👏
Merciiii beaucoup 🙏
Ludovic yahishikiye 🔥🔥🔥
Uko yari n'ubu niko iri kd niko izohora ibihe vyose
Nice... Back again
Wimbo mzuli sanaaaa
Uracari ya Mana nyene ntiwigera uhinduka.
Was missing aba bakozi b'IMANA❤️
Love from Sunday Vibes ❤💚
Nice song guys. Keep it up👌👍
Much respect very nice song and God bless us
So beautiful song!i like it so much!!!
Even the beat, even voices and wards!!!
What a song😁😭 God bless you
Amazing!!!!!!!!!🙌🏿🙌🏿🙌🏿
Clip nziza can vraiment top san
Wow 🥰🥰 kugezuyumusi aracatabara
ntahinduka kugeza inosaha ,🥰🥰🥰