🇧🇮‼️IMBURI HUNGA UDAPFA: DEMOKARASI NO KWEMERA IMANA BIRAGENDANA ?? UBURUNDI BURI MU MUVUMO W'IMANA
Вставка
- Опубліковано 20 вер 2024
- Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 (929) 923-0462
ua-cam.com/video/14m0rkTgiK8/v-deo.htmlsi=IC11ZaaeDnIMLAsY
Mbega ikiganiro kiryoshe...Imana rugira vyose ihabwe icubahiro...ubutabazi bwayo turabukeneye bwukuri butari ubwo ubusuma buva ku mana..alleluia
Murakoze cane amen amen apotre na eliya Imana yarabatoranije bandanya murarika abarundi...
Apôtre ndagufashe. Démocratie na biblia, no kwemera Imana nta tandukaniro na rimwe ririho kuko Umuntu yaremwe ngo abeho, yidegemvye, ariko mu bugororotsi bw'Imana. Imana yabwiye umuntu iti:" ndagushize imbere yawe ubuzima n'urupfu", umuriro canke urukiza". Nta na hamwe Imana ibuza ubwigenge bw'umuntu, n'ababikora amaherezo barabibazwa. Iyi nyigisho utanze ifatiye kumvugo n'ivyipfuzo vy'abantu, ubugome bw'abantu.
Iyo si démocratie ni ubugarariji. Ni ugushira iruhande amategeko y'Imana. Ukubuza ubwigenge abandi, ni ukurenga itegeko ry'Imana. Uwo nawe aba abaye umuroberi. Ni umugarariji. Reka kwiyorohereza mu mitima mwinjire mu migambi y'Imana mw'irema ry'umuntu.
Nukuriii ntirahinduka,kuri ww abahutu nibabi ,abatutsi niberanda!,Nyamba urumuhungu wasimbananiye nawe numva ngo yarakijijwe;!! Dd na ww muribamwe
Wewe uranka abahutu wigira umuntu w'imana mugabo urumunyamacakubiri abahutu ntaco uzobagira kuva 1965 bicwa gushika unomunsi ntibarahera ntancabwenge yunva amajambo uvuga yogukurikira
Nawe urankurikira kandi urankunda
Ariko ABARUNDI bagiye he ngo bamagane uwo mudemokrate yirirwa atigihe ngo arasigura ivy' akarere.
Ivyo mwirirwa muvuga vy' imbibe zUburundi ko utari bwavyigishe Micombero, Bagaza na Buyoya, ntiwaribwakure, batwara.
Wavuzze ko Uburundi na SADC bagiye guhonya abatutsi muri' Kongo. Vyerekana ko udakunda igihugu cakuvyaye, kuko ntiwemera ko gitabara umuturanyi yatewe.
Democratie yawe ni "Demon Class" kuko utari apotre ahubwo Uri portrait y' abo ukorera, n' ico ukorera.
Mugahe gato cane, ni udahinduka iryo zina ryiza wihaye, Yezu Araje Aguhinyuze.
@@LadisLadis-t3d Ntamuntu yakoze ihonyabwoko yemera ariko hageze arabibazwa.Ayo manyama azoteba ahere Imana ntibayigwanirira irihagije burakeye tubirabe abasenga nabadasenga neza bazoboneka.Ihane reka kwica abantu.