@@fulgence7 namba atayindi version irasohoka jew imwe iheruka imbere ya pi2day gato nari bayigize mis à jour kbsa sinibaza ko hari iyindi yabay inyuma ya pi2day
Erega publicité contrat yazo iheze ntibabandanya bazishirako kandi ikiringo barihiye co kuzamamaza caheze. Rero mugihe atazindi ziraboneka ntazo bashirako ariko bitavuze ko ari ikimenyetso cuko open mainet iri hafi,oyaaa, ni kubera ziba zitaraza izindi zabarishe, ariko baronse uyundi mu client uca uzibona, kira noneho jew ndayibonye
MURAKOZE N'AMWE.
JEWE IVYA MA PLIBRISITE NTAKIBAZO BINTERA.
Murakoze shishikare muduha amakuru aduhumuriza.
Urakoze mugenzi.
Merci.
Merci mon frère,
vous encourage et soyez ferme ! demain récolte !🎉
Gusa turagushigikiy abaguc intege ntubiteho
Murakoze
Courage mugenzi.
Thc kbc kumakuru yingenzi turagukunda
Merci beaucoup mon frère
Komera muta wacu wubahwe bandanya mudutohoreza
Turakwemera kumakuru meza uba utugezaho,
Naho kurabo baguca intege bihorere twikomereze kubazi iyo tugana nziko tuzagerayo
Murakozecane kuduha amakuru
Wew bandanya ntihagir uwuguca intege kuko siww utuma open mainnet iteba bandanya uduha ukuri turakwemera
Merci beaucoup
Courage mon frere
Hezagirwa cane kuko wewe udushikira aho tudashoboye gushika twese imana iguhe umugisha.
Merci mugenzi
None nanj Ko zahagaze kuja mur mainet unyumvira gt ndamining gus mut mainet migration zahagaze hamw ntizikibandanya sinzi impamvu
Big up my brother, turagukunda cane
Komera ntakibazo mugenzi
Rwose turakwemera , ugira amakuru mazima.
Courage kabisa!
Courage
Don't give up
Tukuri inyuma mutama
Jew narakoz challenges 10
Hama nama publicité iwanje naj ntaziriyo barazikuyeyo
Urakoze.
Je publicité narayibonye kndi nagize mining 19h
Good
Kandi turinyuma yawe ntihagirabagucintege ivyuvuga nukuri kabisa Big up sana.
Komera
Komera kwibanga mutama
Publicité ntazo bahagaritse kuko jew mpejej kugira minage ka publicité nayibonye,rero ivyuko boba bahagaritse Ama publicité sivyoo!
Uraraba ko application YAWE IRI à jour kuko benshi ntazo Bariko babona
@@fulgence7 namba atayindi version irasohoka jew imwe iheruka imbere ya pi2day gato nari bayigize mis à jour kbsa sinibaza ko hari iyindi yabay inyuma ya pi2day
❤ego.... turindire twihanganye
Thanks lot big man
Reka kuza uratubesha nzoba mbona
DUHE MASHASHA ???😊
MURAKOZE
Publicité zirabandanya gusa icarikiduteye amakenga vyarivyazirya challenge zituguruka hm amakuru bandanya bandanyudutohoreze
Komera turinyuma yawe
Erega publicité contrat yazo iheze ntibabandanya bazishirako kandi ikiringo barihiye co kuzamamaza caheze. Rero mugihe atazindi ziraboneka ntazo bashirako ariko bitavuze ko ari ikimenyetso cuko open mainet iri hafi,oyaaa, ni kubera ziba zitaraza izindi zabarishe, ariko baronse uyundi mu client uca uzibona, kira noneho jew ndayibonye
Komera mutama tukurinyum turagukurikirana cane💪💪
Jewe publicité nayibonye sasita nanusu niho namayininze
Nticintege je mbona udufasha kumenya amakuru
Irambire musaza kabs publicité ntazirimwo
Ese wahungiyehe kutagitanga amakuru
Merci bcp kandi courage cane.Mbega iyo wahinduye ahuba ukaja mukindi gihugu urashobora guhindura mot de passe ya pi?nyishura mukozi wacu
Publication najew ntayonabonye kwel mpejej kwimayininga.
Publicité zaragarutse
Ziriyo?
@@user-jg6yx9tj1c Yego meze gucukura mbona ziraje. Njye natangiye gucika intege
@@bahatihassan2538noe ucika integ gute ibint at na 10 bigutwar kumusi 😮
Courage mutama uraturemesh twetwaritwarambiwe
Muchire mur grupe ndahanti atuwuphacha
Komera komera
Na migration zirateba !
Murakoze cane. Abaguca integer ubihoze.abashima ukwitanga kwawe turi beshi. Ubishoboye nifuzako woduha ikiganiro kirambuye ingene ama cardano dufise twoyashira muri wallet . Muzoba mukoze. Mutanze whatsapp yanyu vyoba vyiza cane. Mugire umusi mwiza
Komera kw'ibanga mutama, wewe turakwemera utanga amakuru atomoye.
Amakuru yawe ndayizera ndi mu Rwanda
AMAHORO NEZA KOMERA CANE
Twarqzibonye kbx
Publicité je mbona zikiza ntabishasha
Komera mutama turinyuma yawe kandi
Nibareke umusi uzogera vyerera umwaka ntivyerera inzara bid UP🙏🙏🇧🇮
Kubwira aba downline ngo bagire KYC birumvikana, ariko iyo uwo winjiriyeko atakiriho, KYC nzoyikurahe ata mu upline ngifise?
Merci bcp, none ikijanye na migration gut? Haraciye iminsi nkoze KYC kandi iri validé ariko migration wapiiii
Nticintege je mbona udufasha kumenya amakuru
Murakoze cane kuza muraduha amakuru y'ibigezweho