BAODEN atweretse inzu yiwe yubatse ata muririmvyi numwe mu burundi afise::sat b na FIZZO ntabonzi//
Вставка
- Опубліковано 30 вер 2024
- BAODEN atweretse inzu yiwe yubatse ata muririmvyi numwe mu burundi afise::sat b na FIZZO ntabonzi//
#baoden #bigfizzo #satb
Love from Magic tv
Uhumuhungu arandenze Kbs from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
🤣🤣🤣🤣amafi aba muri tanganyika ewe mukama
Umukubito😂😂😂😂icagatatu ni FACE 🤣🤣🤣🤣
Iy mboregwa niy ije gufunika abantu?arabanza yige kuvugana na média
Inguvu bwoko ki?? Nguvu za madawa pia niko na uhakika iyo nyumba sio ya kwake iyo ni kiki tu!
🤣🤣🤔🤔Nyumba yake ufunguo uweke mwengine🤣🤣
Mbona humuamini
Mtu akiwa na Hela anaoneka Iyo sura ni ya pessa kwl?
😂😂😂😂😂😂
Baoden hatari wallah asa nuwononywe n'itabi wallah pôle saana
Nukur mwoza murazana inter view nkizi views mwoyora nukuri respect baoden nubu ndaca twenga ahondi 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Gusa inziga za brarund ndabona zitagiye kumworohera
Mwese muvug ngo dinandeni ngo yasaz nawe asaba itabi ninzoga bamureka gutuka umuntu uyu nikoanwera kumugaragaro abandi nimumwireke sh
We Gaël bureka kugira interview numuntu yaborewe
Urikirofa kwel
🤣🤣🤣🤣Baoden arko adukinira ninde kbsa🤣🤣🤣 bamuhaye akazi kubuzamu ariko avuga kwar gwiwe 🤣🤣🤣🤣aguma aduharurir muma dollar 🤣🤣
Nihatari kweli😂😂😂😂😂
baoden nyene mbona umengo inzoga ziramurembeje
Kumbe mubugande yaraharose udufranga
Nimborerwa Raba inzoga zamukariye
🤣🤣🤣🤣
𝑈𝑦𝑜 𝑎𝑚𝑎ℎ𝑒𝑟𝑎 𝑦𝑜𝑦𝑎𝑘𝑢𝑟𝑎ℎ𝑒𝑒 𝑦𝑜𝑘𝑢𝑏𝑎𝑘𝑎𝑦𝑢𝑦𝑜𝑗𝑢𝑢
Nikurya abana nabar mumagi😂😂😂😂
Ngo niziberutse🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yaravuy kampala uwo mutipe?ebana iyo nzu nirwiwe vyakwel
Wakoranye ikiganiro n'umunti ndibaza agwaye mu mutwe ngirango. Canke ngira yari yanyoye booster
Eweee grospel weeeeee jaman ati aribamu 😂😂
From ngozi iwavu,bao kaza mwendo bro.❤
Urumogi ruvanze n ibiyeri...asha nikibazo...kanyaga tv
Iyonzu siyawe
Uwomihungu wingozi numunywarumogi kweli eka ni Neda kutiga biragatsindwa inkandagira birato murhama
Jew nagirang ntakirih uyumunt kwer nakuz ndamwumv gus yarasaz
Uracari umwana c normal
@@bananaproblemthe3236 ndakuz gus namwumv fis nkimwak ine
Ngo nabar mumagi 😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀ndatwenze ndumirw
Ama kwli pombe si chai dhuuuuuuuu
Mbona mnafikia injee muingize ndani apaone
mubaze umugorewe yahora yotsa ibigori kumutakura ahoyamujanye
Nn uyu numuririnvyi? Aririmbira abantu abacunviriza indirimbo z'isi muragowe.
None inzu arigwiwe bysgiye gute ngo ayikwerekere hanze? Ntafunguruzo afise nuko atariyazitize
Umuzikii ni face
Satubiii baramucanyee😅😅😅😅
Bao den sinadeni hhhhhhh
Uwo mutip biraboneka neza ko iyo nzu ariy, ishirahamw y, impuvyi
Icirore kizindukira kunzoga mugitonde wob iciror kubandi gut?
Menga ni yaka mwana wo mu Rwanda 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kabisa ntubeshe yaka na asia barahatwik
Ushima umuntu wumubeshi aguma avuga😂😂😂😁😁😁
Iyo polotik shaa nukuyivugan naba derecter ba excellent nsavye tukaririmba hupop naw ucuvyumva🤭🤔🤔🤭uyu mwana arakazee😂🤣
Uyo wapi kweli gaga wataye akanya akwiye guhanurwa cane agabanye ivyo anwa kabisa
Uyo jama namkubali toko nipo buja mpak Leo
🇧🇮🏃🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hahahahah mucane kwa longantil bamanze bamwiteho akire
Urumogi si icayi wangu! Rurashwanyagura umutwe!
Nivyoo niyoonzzu sivyooo nifeki
Amical de musicien nibarabe bamufatire ibihano kuko ntandero agira kabisa
Nasubire i Buganda gutembereza ibirato sha.
ubwo ntiyaje muri yandege yaraye itahukanye za mpunzi zari mubuganda?
Kuki ugirana emission numuntu yaborewe? Aho ntubokako arugutesha agaciro umuzuki ndundi?
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Igororero none mu Burundi rirabaho ? Ndabona umuhungu yatujanye
Twari twamunyoteye 🔥🔥🔥👏 ijwi nziza ❤️❤️❤️asha iryo jwi umengo arimwo abavyeyi bamuvugiramwo🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ego vrt menga ariko arapfumura😂😂😂😂😂😂😂
Huyo dogo ananiwaga sana
Jana uwomusore kwamuganga yemweeee
Uri kilio kweli
😂🤩😍🥰😛😋🥰😆👌👌👌
Uko nakili kaka
🤣🤣🤣🤣
Ntanzuagira imfunguruzo zifise umukozi uuuuuuuuhhh
erega uzosang wakubis cameraman waw kuber uwomukubito waw
🤣🤣🤣🤣
FIZO ngo na MAFI !!!!
Amafi bariza mwitanganyika.
Gaele turakwemere ariko Ibintu mwenivyo vyuzuye urumogi
Abant ba NGZ bose nuk bamer?🙄😆
Ati rero abanyengozi twese trasa
Mamaweee mumukuyehe
Yaripfiriy kbs ahubwo asigay atey ikigongwe
Na primus urasekej
Kurya abana ni kugenda kuri beach 😂😂😂😂😂😂
Jahariya
Baoden yarayinze kweli
Eka nyene ur’umugore wumugabo 😂😂😂
Ntibizoroh
Ngo fizo n, ifi😜😜👌
Baodeniii
Basha yabitoye ngo n'umugabo akongera akaba umugore ahubwo iyo avuga mu ncamake ati ni pede
hahahahahah, muramuduhuriza na kiriku akili
😂😂😂
Kama uyo eti amjuwi fizzo lol 😂😂😂 dore uko yambaye first umengo adandaza idangara mukinama damn 😊 he look like something 😃😃😃😃😃😃
Akogahungu nakuzendakumva kwiradio kumbe baoden nuyo🤣🤣
Umeze nkanje kweli naratangayr ndamubony kwaruyo😂😂😂😂😃😃😄😄😄😅😅😄😄
Harico mumusumvya ga mwebwe ko mwakuze mumwumva kwi radio namwe babumva hehe? 5sur5 mu BWIZA
mpamagarira Jisho Reigns😂
😂😂Jish aho yabibony
Mbegibigugu wee!!!!nkuwo yoza gukorik mumuzik akadushitsa heh?sha niyigr yinywere utwotuyoga kwer umuzik ntacoyofasha turafise king satb nabandi inyuma yiw bazivyobariko barakora apana iyomboregwa????
🙈🙈🙈🙈🤣Yigumira mwiswingi nihatari kweri🤣🤣gusanarabe agabanye nayubundiho ntamuntu arimwo kbx🤔🤔🤔🤔
ngo Fizzo namafai bamubarize mur tanganyika😀😀😀😀siwe niswing arimwo
Iyi 2020 tubony vyinshi kwli iyo miti bazoharira ngaho nibwoko ki? 😅😅😅😅😅😅
Gaë,iyo mboregwa😀😀ba muyireka yinwere i vyeri muja kuyigora
Noe gukor interview numuntu yaborew uba ushak kumuteza imber cnk kumusubiza inyum?? 👎👎
Jama akalewa bwan achanae anasem satb hamjui Hy jama Ni ndina
Ariko mana mbega isi igezeh kuri Za kweto yacuruza kumuhanda Kampala nizo zavuyemwo iyo nzu?na Kampala ntanumwe yaramuzi ahumbwo niyemere uvug ukuri kugira afashwe 😂
Groupe yitwa President wagateka kabana🤣🤣🤣🤣
Ako kanyamurobo karikarazimiye mbega imborerwa mbega umukobwa yoshaka kuvyarana nawe ntabwenge yobafise kera niho wari saw ubu wapi ntaco wanze😏😏😏😏😏😏
Iki kiganir wap. Ndyohew nak kant ka gael ngo umukubito. Nay baoden w naheb itabi
Wew ukinkwa izonga ya 1500 ukavuga ngo numuzi fizzo uko umbwa kwel
Sh uteye ikigongwe irofa nkawew urashobora kugay aba star twemera urirofa vrm uje kwipayura ntacufise vrm
Ewana baobn Ngiye kumufana kbx niwe wambere yiyemera mubururi
Nugusinya. Musi nye neza
Mukama🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈
Ntimuzosubire kuzana abantu bacafuza industrie yacu knd nugutesh agaciro
Niwe yatanguye kuyiza irya term yokurya abana🤣🤣🤣😝😝uriko unywa ifanta ni kurya abana wambye neza nikurya abana🤣🤣 nukuri abaririmvyi bacu bamwe bamwe barakwiye kuva mubintu vyumuziki kbsa kuko ubwenge bwaragiye🤣🤣🤣🤣🤣
🤣😂😂😂chr jaman miss you sjuwi alikuaga wapi
Pombe siyo supu😀😀😀
Ewe baoden sha , uri agahana pe!! Ngo ntabo uzi abaririmvyi mukorana akazi kamwe
Umukubito
Hhhhhhhhhhhhhhh
Ntabonzi kbs
Ariko reo uwo mu type isura yiwe yakomeje kuyitaho
Itabi sidili kbx😁😁😁
Uwo mubire yaramaze kononekara sha vyarahezeee kwl asigaye arazirana ngo aracaft ico aje gukoraa itabi niribi kwl abasazwe barinwa Akarorero nako
Psychiatric escapee 🤣🤣🤣