Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Waooow Prothet we will be together
Amen Powerful
Amen birahimbayee❤
Amen Amen ❤❤❤❤❤❤
Imana iban naw
Ooooh my GOD" ibiturwanya n'ibiremwa arik Uwuturwanira n'Umuremyi", Uhoraho abandanye kubakoresha ivy'ubuhizi.
Amen
Prophète Modeste Imana iramukoresha cane❤
Imana ishimwe cane komwahuye mukaganira cane harihibindi mwotubwira hamwe mwohira kandi
Shalom noronka numero yanyu prophete Modeste?Ndayikeneye caane
Imana ibampere umugisha mwishiii murampimbayee goosee nabakurikiranye 5/5
Ndakunda prophet modeste
Amen😊😊
Le 20 niho nzoba ndi kweri Prophète ndamwemera Numukozi w, Imana kweri Prophecie yampaye yarasohoye vraiment
Le 20 nzoba ndahari abo ba Pastors Imana ibahezagire bo ko bataje kugira critiques gusa
Prophet modeste turabakunda cane muratwubaka
Nisaangapii, le 20 octobre ?
14h top
shalom noronka numero ya prophet modest?
Do much more miracles MOG...
Ndakunda prophète Madeste ndafisiconifuza kuganira nawe mumpe numéro ziwe mwoba mukoze
Cari kiryoshe caaane
Ndashaka kumenya Egrise ya prophet modeste irihehe ?
Prophet Modeste niwe wanje
Ivyo bintu vyarambayeho mubitaro nsngera umuntu ndamwakiriza umwami Yesu ariko bukeye bwaho arapha disi nukuri birababaje naratinye kuja kumaziko ariko inzira z'lmana ninyinshi
Ikiganiro kiryoshe cane
Komerezaho disi na yesu ntibamwemera bamubwira kwakoreshwa namadayimoni igitsi kibisi naco wewe korico data yagutumye ibisigaye nibibaraba
Muduhe adresse yaho modeste asengera
😂😂Isaac. Weee. Ububaster. Ntibuteba. Ejo twarariri mbana. Murusengero cank mucumba kwa Ericha. Congore. 🎉🎉🎉🎉
Ahubwo bari gushimak apfuye yihanye
Kora ibindi Biganiro
Plz prophet ubony iyi comment ndagukeney unsengere Mama aragway e wobukoze .umpay nimero yaw wobukoze🙏🙏
+971526693058
Jew ntabwo ndabemera
Ivyo vy'ubu escrot noguhanura ko wobivamwo ukirira inoti ya Siyoni ko wagize ibakwe ukarongora umukobwa wiwe. Raba ukore urudandazwa muta hakiri kare ivyo bindi ubivemwo.
Amen 🇧🇮🙏