Mumufash kbsaa nawe muz muramugirir promotion kugir ater imbere ✍️😘kbsa yahinduy industry ya Films knd yakor any bcp des disciplines rer nakomez ibikorwa Imana izomushigikir Libert ✍️
Ngo ntama hit ahari,intore ntindi nimwe mwayikoze ,landry naw uri inzingo kandi urumunyamatiku ,ngo nkayama photos maz imisi mbon ,irya c'est une autre façon de faire la publicité,est ce que toi tu ne post pas des photos ou pas suis désolé muga ,nciy numva ndakwase.
ua-cam.com/video/0zyjgrSZ2uI/v-deo.htmlsi=iHC1wEEuNQx50G0E Muhezagigwe nino ndirimbo Child of God ukwezi kuzohere Twakwije ibihumbi vyama Views🙏🏻🙏🏻🙏🏻🥰🥰🥰igihungu canyu natwizeye
Nariko ndamupinga bwabundi araciye ubwenge kuberako aratahura icobita la propriété intellectuelle 👏👏👏👏👏👍👍👍💪💪
Libert ndamwemera Sana niwe yatumye Fany agera ahageze yamwigishije ubwenge bwinshi .numupfakazi Libert vrema niwe yatumye iryoha afise ubumenyi birenze .we wubahwe
Libert ufise Vision nziza ubona kure hakenewe support 👏👏👏👏👏
Nsoro liberty my favorite best actor and coach ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nogusabira gutera imbere cane nsoro ntugakangwe namajambo menshi yabatagira ivyo bakora bavugaguzwa cane rero terimbere cane libery witekaniye kandi uze ushike kuco wifuza cose 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Reka mbwire Landry ATI Merci bcp kuzana umuntu nkuyo.
❤❤❤❤❤ from Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj Da King 👑👑 Keep going up so far guys...... I really like this guy somehow
Courage
Sha j libert ntiturahura ariko ndabonako arincabwenge mubiganiro vyababantu bose bagenda bakora,courage uzogerakure
Liberté muzomukumvura kuko uyumuhingu arimwo ikintu kinini❤❤❤
Uraja urabe the back side na libert arimwo film irimw libert iba itesa wallah 🎉🎉🎉❤❤❤uw ndamufana cn❤
Vrt libert ❤❤❤kure cane niho nkwipfurije gushika
My favority
Landry ngukundira ukuntu ubaza ibintu vy'akamaro. Nsoro wewe arabarenze vrm. Courage ivyiza vyinshi biri imbere.
Ubund NSORO the hero niwe wacu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉courage libert Imbere ni heza uzogera kure maze 💪💪urekane nabamw baza bazanywe n,insaku
Urazi impamvu nkunda libart ntiki ni big lrandi❤🎉
Nsoro Big up san❤❤ your Bater than Joachim
Films zivumye ninyinshi nk'URUGO 2 INGARUKA 3 IMANGA 4 THE CRAZYNES 5 AKAMANYU K'UMUSHAHA izi zose zira🔥
Landry jewe nkumwe mubantu bakunda gukurikirana ibikorwa vyawe ndagushimira Kuba udahengeshanya kutuzanira Libert vyumwihariko nshimire nyakubahwa Libert yitabira ubutumire bwanyu ndetse ndamushimire koyamaze kwitahura icari ndetse Nico ashoboye Muri make ( umuhamagaro) wiwe mugihugu cuburundi tunamusaba kudacika intege hamwe nivyo uzomutubarize ushaka kwinjira Muri Academy films Burundi bisaba iki twabigenza gute? Murakoze
Libert afise vision ikaze azogera Kure✨👌 Ham andikira kuri WhatsApp Libert akubwire kuko vuba baraheza kwakira promotion yakane🗣️🗣️
Hejuru Cyane Hit Top Tv
Libert ndamukund can❤❤
Mbaye wambere numpe like abemera soro ❤🎉🎉🎉🎉
Courage nsoro wacu🥰🥰🥰🎉
Libert wubahwe 🎉🎉💪💪🥀🥀
Nsoro wanj shn❤ hejur hejur di libert uwukwank nanj ndamwank nkund ukunt wiber busy nibikorw vyaw urekan nabanyamatik ibikorw bizivugir
Mufise insaku gusa
@@emelynenduwimana8046 ntansaku ngah rek inzigo nuwank urukwavu yovug KO runyaruk Nsoro ar mukaz kbx
Nta bisa nkivyo uretse insaku gusa
Big up brother
Woooooa❤❤❤❤❤🎉
Hejuru cane mwiza❤❤
Basuhuza umurwayi Landry
Kuja kuramutsa abageni bavuga
Kuja kubagenesha weeee👌
Ubundi niwewe wanje Nsoro hejuru cane 🎉Kumwe n'Imana bizocamwo
Riber wetu gira ningoga uduhe nsoro❤
❤❤❤Libert
Nsoro the heroes umuntu arwaye akamenya icarwaye biroroshe norwivuza .
Ribeli hejuru ❤❤
Libert yemeje Landry Kubisubizo kugezaho ahitamwo kumuhamagara ati Nyakubahwa Libert😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Positive l'évolution 🔥🔥🔥
Terimber rata Libert wacu❤❤
😂😂😂😂😂😂
Nsoro courage vrmt
Mumufash kbsaa nawe muz muramugirir promotion kugir ater imbere ✍️😘kbsa yahinduy industry ya Films knd yakor any bcp des disciplines rer nakomez ibikorwa Imana izomushigikir Libert ✍️
❤💪💪💪
DSTV Tanzanian ✍️✍️💪my favorite 🎉🎉bdi mutabaki chini kwenye films muri nryarya gusa ntarukundo mufise 😮😮😮
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪
Mwirambireeee
Coach bazicuza ico bakwankiye kuko uricabwenge
Igumire kukivi mugenzi libert ureke abishinga insaku
Coach ntawe munga ubwenge kuko wewe burarenze Imana ibandanye ikuzigama
Soro urabonaka nomumaso kuciyubwege kandivyuganukuri
We need change in this industry ‼️
Nsoro on hero! #Landry sugusuhuza nukugenesha🤣🤣🤣🤣
Libert n'incabwenge naho bagerageza kumucafuza. Gus jew nzogum ndagufana
RAMBA❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂landry yarengewe ubu ni nyakubahwe libert😂😂😂
❤❤❤
None nsoro igezehe ko ntaherutse kuyibona ?mr libert hejuru cane
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Burya abokuganir ninkaba kukuganiriye numuntu aciyubwenge birungur uyumuhungu araciyubweng birenze.
Landry kuki uteye nkabagore kumunwa ngo kwiriza ijambo ryama mukanwa rigacika inkonda ivyo twarabihimvye higa ibindi uvuga mixuuuu😏
Laundry mubaz liberty uti uwushak kwiga mur academy vyogenda gte ?
Andikira Libert kuri WhatsApp muvugane 🗣️🗣️🗣️
Nimero @@florencekubwayezu706
Utey isoni Landry ng gusuhuza😂basuhuz uwahor Agway nay abagiz ubugeni bavyita kugenesh 😂😂😂😂😂ipu ntavyaw😂😂😂😂😂gus tor ayaw🎉🎉🎉🎉
Yoooo yoooo nubwishim 😂😂😂
Landry ikirundi kirakugora kandi wakivukiyemwo. Basuhuza uwugwaye,uwabuze uwiwe canke yagize izindi ngorane. Uwagize Mariage baja kumukeza canke kumuramutsa
Umugabo wijambo ryinshi libert
Sigusuhuza nikugenesha😂😂😂basuhuza umurwayi ikirundi kiragoy😂😂😂
Jewe Ribert urantangaza kushaka kwigira umunyabwenge korawerekane ivyozamura firme ndundi atarukuguma uvugagusa.bamuraryanirangaho mubure kutabinakure.kandi iconokubwira rabana nivyawe urekane nabandi kuk ntawutaha kuwundi.
Wew kumbafu achana na liberty
😢harih abanti bimbwa nukur non nkawe umaz iki?? Libert ikosa yavuze niryahe
Another robot i see,ivyavuzz bibi nibihe,abarundi nuku dupfuye
36:20
Kizimya moto
Semerera bumva batokwumva igih kizobumvisha
Amatiku YANYU niyo azotuma muguma musubirinyuma abandi batera bajimbere nimukoribikorwa muve mumatiku Fanny nanono hejuru cane kuko ndabona baracabarwaza imitima💪
Wesha wewe wakurikiranye amajambo Ari mukiganiro?
Ahubwo kubona nsoro yritekaniye yikorera ivyiwe atekereje mbere yubahwe cane
Tubandaye dushigikirana 🇧🇮
Basuhuza uwurwaye
nsoro uraciye umbwenge
Ntimushobora kubikora ata Rukundo mufise ?wew waratubwiy ko ufise ubwenge bwinshii wohava ubahinduka 😂😂😂
Uwo mu type ararenze cane nkunda nukuntu avuga icengereza kweri
Kbs musaza twemera
Ngo ntama hit ahari,intore ntindi nimwe mwayikoze ,landry naw uri inzingo kandi urumunyamatiku ,ngo nkayama photos maz imisi mbon ,irya c'est une autre façon de faire la publicité,est ce que toi tu ne post pas des photos ou pas suis désolé muga ,nciy numva ndakwase.
Ntibavuga gusuhuza bavuga kugenesha
Ewe Landry shaaa ati gusuhuza abagize ubugeni 🤔🤣 canke ni kugenesha abagize ubukwe🤔
Mugize ikiganiro ciza cane.Abarundi twishwe no gusharikana
Murimburakimazi ni murwizibikorwa mukore cane murekamatiku
Mbe Landry wewe ngira nturi umurundi kk basuhiza uwabuze canke uwurwaye,barya naho ubanka bavuga kubagenesha,kirazira kuzosubira kubaponda kk turabaponda
😂naracerewe muga ntaco shikiyeko nsoro wubahwe jendakwikundira Joachim na nyama barya ntuzubate kumwanya nguranabishura birya nibipfamutima
Uwomujama ariyemera sana sinzi impamvu
Ntitungigukunda unise umunwawabakecuru
Sinziko Ribert wakurikiranye ikiganiro. Maman buntu yakoranye na Randri promot wewe muboyavuniye akagohe urimwo gus kora ivyawe ugabanye amajambo.
Nakupongez san Libert ndakwifurij kuger kur mubikogw vyawe
Landry buvug ikirundi nez baza gusuhuza uwugway hama Fanny naw iyo mwamuvuhiy mumuveko mumwururuke
Aho JOACHIM SMITH abibonera aridoga nukuri 😂😅 ndamukojej kwl
Nimb uziko ufise inzig ukayigirir abnd ikubit k mutima ng #Ndaroga 😭
😂😂😂😂 uransekeshej kbx
😂😂😂
😢😂❤
Libert nukuriii wew utagabanije ubwiyemezi ntaho uzogera kandi ububeshi ubugabanyeee caneee kuko tuguma dukurukirana vyose kurubuga mbe wew watanguy hngukina wavyize hehe?tekereza mbe abo wigish udashak ko baja gukina nibihangange tuzobameny gut?
Inama nomuha libert nukwatosubira kuja kuri tv nimwe avuga kubantu ahubwo azoze aza avuga ibintu vyimigambi boyituka boreka ntihazobura abayumva bakabikurikira
Ikindi naco wewe uvugako ushoboye kandi uciye ubwenge.gira ingufu ubashikane aho ugombako firme ndundi igera. Mbere ubimenyekanishe n, l'ETA ibamenye ibafate mumugongo.apanakuvugira aho wicayegus. Wewe kora ivyawe utere imbere abobakina ninde ubareke.kuk umwewese yugurura iwe bukababukeye.korabakurabireko.ngiranabo bazozamuka.
Uwo mugabo ariyemera kwel kandi mbona ataco arusha abandi
Nimba ar ikintu kishish nibi biganir vyose vyama biphira ah nc nibuk nugutandukan kwa fanny na libe batunezerez ko vyavuy ah rer mpita niranganir
Mbe abagize ubukwe barabasuhuza??????
Numugab afis urusak naj hariy
Oya rero reka kwihagararako,
Mbegankubaze ukiri ingozi nti wadandaza ibirato??ntiwarubayeho??ivya firme nivyabankiramuzobiheba mukore ibindi.
MUTOYI WA FIZZO ARAHUMAGANYE🙈 ua-cam.com/video/w1FlwoHtPG8/v-deo.htmlsi=P-KSE8VieFFI_1A9
❤❤
❤❤❤❤