AGAHINDA K'UMUGABO UTARONGORA UMUGORE WE|Mu Burundi ni igisebo|BENY Ndayishimiye abivuye imuzi😊

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 522

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 2 роки тому +145

    Hahahahaha wahegeze kwa saben komera mwana wu Burundi oyeeeee abarundi tumenyane❤️💞🇸🇦🇧🇮

  • @pamelaf4951
    @pamelaf4951 2 роки тому +88

    From 🇧🇮❤️ Ben ndagukunda cyane ndabona wahishikiye murwanda abarundi na barundikazi tumenyane siga lik nimba Ukunda ben nuburundi bwacu🙌🏼🙌🏼❤️❤️🥰🥰

    • @xrxr7430
      @xrxr7430 2 роки тому

      Sabin uradukorey umuti

  • @vavaloveonlinetv204
    @vavaloveonlinetv204 2 роки тому +161

    wageze murwanda kwa sabin oyooo abarundi tumenyan ngaha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @inkurutv8668
    @inkurutv8668 2 роки тому +149

    Beny yashitse kw'Isimbi🔥🔥🔥🔥🔥 abarundi tumenyane

    • @antoinettempaimana2724
      @antoinettempaimana2724 2 роки тому +1

      Caneeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👈👈👈

    • @fidelitekaze5997
      @fidelitekaze5997 2 роки тому +1

      🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🤭

    • @Umweranda_BIHOME
      @Umweranda_BIHOME 2 роки тому +2

      @@fidelitekaze5997 ariko ntakigendana nawe ikirundi yataye hasiii😥😥😥😥

    • @lahiliuwiringie941
      @lahiliuwiringie941 2 роки тому +1

      @@Umweranda_BIHOME 😂😂

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 2 роки тому +2

      Kumva umurundi yivugishwa ikinyarwanda 🤦‍♂️🤦‍♂️😵

  • @enrhietteirakoze8157
    @enrhietteirakoze8157 2 роки тому +71

    Umurundi wacu 🇧🇮 wubahwe 💓 Beni uriciza mama shenge

  • @adoreemimii7138
    @adoreemimii7138 2 роки тому +27

    URAKOZE SABIN KUTUZANIRA UYUMUGABO BEN UMUHANGA SANA MBEGA IKIGANIRO CYUBAKA ,THANK YOU SO MUCH BEN NDAYISHIMIYE

  • @rwandarwatubyaye9513
    @rwandarwatubyaye9513 2 роки тому +1

    Merci Merci mon frère kubisobanuro byiza uduhaye kurijye bihinduye byishi nakoraga amakosa meshi.ndizerako zabikosora.nubwo byarenze igaruriro gusa nuko ntuye kure yurwanda narikuba umukiriya wawe pee kuko ibyo uvuga ubifitiye ubunararibonye komereza aho.wubake abantu kuko ibibazo nibyshi mugo.zabashakanye👏👏👏👏👏👏

  • @godwingodwin4975
    @godwingodwin4975 2 роки тому +104

    Aba RUNDI bagira impano yo gusetsa. 👌

  • @didiersimbanduku7899
    @didiersimbanduku7899 2 роки тому +7

    Beni avuz ibintu vy'ubwenge kbsa...Sabin n'abandi ba youtubers mwese murabe arya parties ya interview mutanguz ikiganiro kitaratangura muhindure...nkubu hariho abantu bafash ko Beni aje kuvuga ibishegu!!!Alors qu'en réalité uwabandanij ikiganiro yabonye combien l'interview yari très intéressant kdi très scientifique....

  • @benignenishimwe8051
    @benignenishimwe8051 2 роки тому +33

    abarundi nabanyarwanda dukomeze dukundane🥰🥰🥰👌Beny wacu dusuhurize Sabin na Chita ubabwireko tubakunda cane iburundi

  • @ghealthconnections8414
    @ghealthconnections8414 2 роки тому +28

    Sexologist n’amasomo meza cyane. Thanks Ben for your contribution to these broken families because of lack of awareness!

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 2 роки тому

      You are absolutely right dear 🍓🍓🍓🍓

  • @Kliza1
    @Kliza1 2 роки тому +20

    In this words “ ati nuko ababyeyi batigeze biga kuba ishuti zabana babo “ key words Am learning alot .

  • @عبدالرحمنالشعيل-خ9ص
    @عبدالرحمنالشعيل-خ9ص 2 роки тому +65

    Abarundiiiiiiiii tumenyaneeeeee Burundi turi maso sabin komera nuwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 роки тому +13

    😂😂😂😂😂 Uransekeje ukuntu utwenza Cyane 🥰🤗 Abarundi tumenyane 🥰🥰

  • @themixtvRw
    @themixtvRw 2 роки тому +13

    Nkunda abarundi kweli 👌🏾🥰 wakoze Ben tumvise byinshi byiza kubuzima

  • @karerabukeyesylvere3036
    @karerabukeyesylvere3036 2 роки тому +16

    Beni arayaga neza gose!!
    Mbega byiza kabisa!
    Wagize neza Sabin kutuzanira Beni👌

  • @odettenkunda791
    @odettenkunda791 2 роки тому +13

    Nsanze abarundi dukunda isimbi TV cyane!!sabin nanjye ngukurikirana 5/5,igih cyose utuzaniye inkuru mba mpari gose,kuko ibiganiro bwawe biratwubaka!Ben more blessings🇧🇮

    • @antoinettempaimana2724
      @antoinettempaimana2724 2 роки тому +1

      Jewe nbere nta commantair zo murwanda nbona nbo na zo muburundi gusa abarundi turakundana caneeee 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍

    • @nduwayezuegide3853
      @nduwayezuegide3853 2 роки тому

      Benie murwanda turagukunda Imana iguhe imigisha !!!

  • @odiborndi4188
    @odiborndi4188 2 роки тому +24

    Umurundi wacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤beni wacuuuu wahigereye kwa sabin

  • @kwizeradaniel3498
    @kwizeradaniel3498 2 роки тому +15

    Merci bcp kurizo nyigisho ningikamaro mubuzima be blessed brother Benny sabe wokoze kuzana uyo mutumire en tous cas vyinshi bizohinduka

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 2 роки тому +1

      Uravuga ukuri pe abantu bakwiye kwiga bakamenya 🍓🍓🍓🍓

  • @jinamajody
    @jinamajody 2 роки тому +2

    Beny neza cn ariko hanyuma...uzovuge ikirundi kidateye amazi utwo tunyardanda ushiramwo wapiiiii.
    Ibisigaye uri umuhinga IMANA yatwihereye.Komera kw'ibanga.

  • @GermaineKabushemeye
    @GermaineKabushemeye 2 роки тому +29

    🇨🇦 🇧🇮 courage Beny turagukunda cane watching from Canada 🔥 🔥 🔥

  • @joeniserukira3391
    @joeniserukira3391 2 роки тому +14

    Beniiii my classmate! Wakoze kwakira umurundi wacu sabin! Thx

  • @christineinamuco3651
    @christineinamuco3651 2 роки тому +14

    yooo ngukunze ukuntu uvuga nez ibintu Beni!!!! be blessed

  • @Evra800
    @Evra800 2 роки тому +9

    Beny wakoze gusabikanya inyigisho kubavandimwe bacu Bo Murwanda from 🇧🇮to 🇺🇸

  • @nibigirajeanmarie8542
    @nibigirajeanmarie8542 2 роки тому

    Uyu ni umwigisha Mwiza, jew yaranyishije muri 2019 ngira nshinge urwanj, kandi biramfasha cane. Imana Imuhezagire

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 роки тому +8

    Hoodiii kwa sabin harahiye koko kwa isimbi tv na benny big up sana abantu banje nkunda barahuye hatokombere noneho pe .benny bigishe uruvyuruko gwikigihe ruratugoye kabisa.

  • @muhayimpunduannemarie6647
    @muhayimpunduannemarie6647 2 роки тому

    Ndayishimiye urakoze cyane hari byinshi twungukiye mu kiganiro utanze.

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 2 роки тому +11

    Très intéressant ce sujet 👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Clara26718
    @Clara26718 2 роки тому +23

    Abarundi hejuru caneee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @gygygyslaine4712
    @gygygyslaine4712 2 роки тому +15

    Waooo Benny wacu disi❣️❣️nkundako wamana umunezero🤣Sabin wazamuhuje ningagari(Dj Brianne)🔥🙏

  • @benicharlesnzeyimana1482
    @benicharlesnzeyimana1482 2 роки тому +5

    Is this guy in Kigali? I used to be in his whatsapp group (Twubake). Yari akiri umu célibataire. It was very interesting ubonye ibiganiro byabagamo rimw na rimwe bigashyuha abantu bagashyuha imitwe pe.😂

  • @mne3354
    @mne3354 2 роки тому +17

    abarundi bivugira neza p 👍🏻

  • @ericpatrickmanirakoze5874
    @ericpatrickmanirakoze5874 2 роки тому

    Karibu murundi wakwetu. Umushingahe, nukuvuga ivyuvuze. Kwubaka nukubana numugore. Uyo mugore ntabaje kurya. Kubera iwabo vyaba bihari. Abaje umufate neza, umwabire kuvyara vyitemwo. Sinon kuvyara atavyara aguma arumugore wawe.

  • @nanasenkomo3792
    @nanasenkomo3792 Рік тому

    Wigisha neza caneeeee kandi goseee nkunda kugukurikirana gusa ugeze murwanda ntugahindure ururimi.accent yacu uyigumane.courage turagukunda

  • @balancedlifetv
    @balancedlifetv 2 роки тому

    Urakoze cyane Benny, sexology ni ngombwa mu buzima, burya umuntu utabizi yicwa no kutabimenya. Abenshi basenya ingo kubw ibyo batabizi. Iyo wemera kubyiga nta bibazo byinshi uhura na byo. Muze tubyige bavandimwe ni icyigisho cyiza kuri buri wese 🍓🍓❤️❤️

  • @espewayesusheshe4213
    @espewayesusheshe4213 2 роки тому +3

    Umurundi wacu yubahwe. Rwanda Burundi tumenyane

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 2 роки тому +1

    sha Benny uvungishije ukuri kandi wubahwe ncuti sabin imana izonguhe ijuru kuko uritaho abantu ama abarundi twibahwe 🇧🇮 uk 🇬🇧

    • @jox1738
      @jox1738 2 роки тому

      Mureke ivyo man !utwotujambo muhora muvuga ngo mwubahwe nubwiyemezi kandi muri societe dufatwa nabwi.Noe abatubahwa nibande !? Mugabanye plz me too i am Burundian

  • @lesly965
    @lesly965 2 роки тому +24

    Mbega umugabo mwiza

  • @dukurelysemarie309
    @dukurelysemarie309 2 роки тому +3

    Beny,uhezagirwe cane.Ufashije ingo nyinshi.Sabin nawe abarundi nabarundikazi turagukunda ibiganiro vyawe biratwubaka.

  • @paulprincemugisha7497
    @paulprincemugisha7497 2 роки тому +2

    Much respect to you Mr. Beny🙌🏿

  • @benignebizimana2342
    @benignebizimana2342 2 роки тому +8

    BENY NAGUHERUKA 2012 AU LYCEE TECHNIQUE NOTRE DAME DU SOURIRE DE BUKEYE EN PROVINCE MURAMVYA muri EVANGELISATION DANS LES ECOLES SOUS CONVENTION CATHOLIQUE ....MWARADUFASHIJE CANE NDAVYIBUKA KANDI TWARI BATO.URI UMWIGISHA MWIZA WUBAHWE BENY NAWE SABIN MERCI BCP

  • @nininahazwefefe6067
    @nininahazwefefe6067 2 роки тому

    Washiste kwi simbi ikiganiro kimezeneza inyigisho utanga ziranyingisha can imana ikwongere umugisha 🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @AngelsmileTV
    @AngelsmileTV 2 роки тому +2

    Beny ukora neza kndi turakwishimiye🇧🇮💃💃 Sabin naw wubahw ubikora neza cane

  • @bjbbanderembako8321
    @bjbbanderembako8321 2 роки тому +4

    Sabin mwotumira Benie kur sujet ijanye nibituma abantu bavukane caaane. Ikindi kubantu barongora bafise intumbero yukuvyara vyanka vyakunda.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 роки тому

    Benny camufashe ngo "ufite" "urubyiriko"😄
    🎩

  • @blessingveroirankunda1012
    @blessingveroirankunda1012 2 роки тому +5

    Béni inyigisho nziza. Uvuze Ibintu biri tabou iwacu iburundi . Uze uratanga nimpanuro🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @clancydornel1262
    @clancydornel1262 2 роки тому +72

    much respect from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kamugishadelphine1246
    @kamugishadelphine1246 2 роки тому +7

    Twasetse kandi twiga pe !!!! " ga Sabin" wakoze cyane

  • @ndayizeyeonesimedulac9671
    @ndayizeyeonesimedulac9671 2 роки тому +6

    Abanyarwanda barahimbarwa bariko barumviriza ikirundi nkuko abarundi bakunda kumviriza inyarwanda. Iyo uronse amahirwe yo kumvirizwa n abanyarwanda bayagire mukirundi birabahimbara caaaaaane.

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka3314 2 роки тому

    Uzomutumire kandi. Much interesting

  • @clementineuwayesantije2136
    @clementineuwayesantije2136 2 роки тому

    Very good Mr. Beny. Keep it up . Very interesting topic, you preached what you practice. Waching from Canada.

  • @katebern8749
    @katebern8749 2 роки тому +35

    Uyumugabo nimwiza .

    • @winneyfree9159
      @winneyfree9159 2 роки тому +4

      Nagize ngo ni njye wabibonye gusa😛

    • @jox1738
      @jox1738 2 роки тому +1

      Oya nimwiza vyongere kandi nimwi

  • @ingabirevava1632
    @ingabirevava1632 2 роки тому +2

    Uwo mushingantahe ndamukunda cyane avuga ukuri p

  • @ndayishimiyeonesime6438
    @ndayishimiyeonesime6438 2 роки тому +1

    Wow👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮Beny wagez kwa Sabin. Meeerciii Sabin kutuzanira Beny meeeercii kukiganiroo ciza cubakaa,, Beny komeraaaa👏👏👏👏

  • @zawadivanessa6775
    @zawadivanessa6775 2 роки тому +27

    Ahubwo mwe muri kwamagana uyu mugabo murishyashya ahubwo couple na bubaste muze mu mutege amatwi

    • @Mapuwa
      @Mapuwa 2 роки тому +1

      Ariko ibyo avuga bib aho pe

    • @helenemarierobert8557
      @helenemarierobert8557 2 роки тому

      Yego rata Reka twicare twumve

    • @zawadivanessa6775
      @zawadivanessa6775 2 роки тому +1

      Ahubwo kagatebe karihe ngo nsome commentaire😂😂😂😂😂

  • @alicenneza
    @alicenneza 2 роки тому +4

    Uyu mugabo ni na mwiza pe, and he is so funny😍

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 2 роки тому

      Abarundi bose ni beza,basa neza kuko bafise ibiryo( barya neza): imikeke.
      Igituma abanyarwanda muba babi ,murananutse cane kuko mutarya.

  • @reneleking3562
    @reneleking3562 2 роки тому +1

    Wow uyu mugabo ni umuhanga pe. Très bien vulgariser 👍 @sabin ubahwa kabisa uzi kuzana abantu b’umumaro

  • @julieconsoleekamikazi8618
    @julieconsoleekamikazi8618 2 роки тому +1

    nice Mr Benie,ndkunda ibiganiro vyawe,arik nubw ur mu rwanda il faut garder ton accent kandi ninavyo vyiza kuko nabo turabumviriza mu rurimi rwabo kandi tukabitahura vm uyundi munsi vuga m kirundi turakwingize

  • @elvisrwamugambabrave9891
    @elvisrwamugambabrave9891 2 роки тому +3

    Beni from Burundi 🇧🇮 🇧🇮 turabakunda
    Beni barakwica nguvuze ikinyarwanda nka Monia fleur 🤣🤣🤣🤣

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 2 роки тому +13

    Yooooooooh sexiologue wacu beni😍😍😍😍 sabin uwo turamwemera caan sha

  • @helenemarierobert8557
    @helenemarierobert8557 2 роки тому +4

    Aka karanyubatse @ ngo sex yose ikorwa itarimo urukundo babyita “ AKAJAGARI” nta rugo, nta ki ubwo rero abo mu kajagari ndabasuhuje.. Uyu mugabo azi ubwenge 👌👌Ubwo nyine ni uguhinduka nk’uduhene tu 🤷🏾‍♀️🤷🏾‍♀️ Igitsina ni imperezo Ntabwo ari itangiriro 🙏🏻

  • @anitanininahazwe4126
    @anitanininahazwe4126 2 роки тому

    Ben umurundi wacu wubahweeee turagukunda💗💗💪💪🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @divinenisonerwe7979
    @divinenisonerwe7979 2 роки тому

    Iconzanira le grand Sabin mu Burundi nawe nkumva ko agira effort avuga ikirundi( sinibaza).ndakunda ukuntu abanya Rwanda bahagaze kururimi rwabo✌️n'uwumaze imyaka aha ikinya Rwanda kiruzuye muri we

  • @alisonanicet7878
    @alisonanicet7878 2 роки тому

    Ndagukunda gose ingene umeze.Imana ikomeze kuguhezagira

  • @urwagasabo.
    @urwagasabo. 2 роки тому +2

    Bavandimwe, Aha sinemeranya, Namwe. Kuko, ubu ntabanga,rikibaho.Buriwese,Arikwitera mbere rya soshomedia. These, twarezwe, N,Ababyeyi, twavutse,turi abana,Batandatu,byonyine, nokuvuga igitsina cyawe,Wabaga ukoze,amahano.kotwashatse,tuziko umwana,aca mumukondo, ubu umwanawubu.w,Imyaka itunu ntazi umwana aho aca?None ngo Ababyeyi,nibo badaha Abana indero!!Ngewe,nemera umubyeyi,Mpfisi.Nimugeze ngaho.ubuse.Dukore,iki.Ntacyo.tudakora. urajya kubwira,umwana ukumva arakurusha byinshi ukicuza icyo ubivugiye.Ahubwo nimuvugengo.ikorana buhanga ryazanyebyinshi. Abantu nabo hambere naho.abubu wapi.Murakoze

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 2 роки тому

      Urakoze cyane, ibyo uvuze ni ukuri, abana byinshi babikura ku UA-cam cg Google!!!

    • @claudienkanyarwanda9133
      @claudienkanyarwanda9133 2 роки тому

      Kuba incuti n'umwana niryo banga ririmo nagira naho abyumva cg abibona ,bitewe nuko akwisanzuyeho arakubwira ati nabonye,numvishe ibi nibi .wowe uhita wuririraho ukamusobanurira byimbitse ukanamwemererako ibyo azajya ashaka gusobanuza ari kalibu

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 2 роки тому

      @@claudienkanyarwanda9133 uko ni ukuri pe gusa ababyeyi bamwe na bamwe nta mwanya babifitiye, cyangwa ntibabiha agaciro, abana babo barabatinya bagashakira ibisubizo by ibibazo byabo kubabashuka. So sad💔💔💔

  • @Charles-uf7iq
    @Charles-uf7iq 2 роки тому +6

    Courage mn frr Beni,ndamwibuka twiganye lycée du lac tanganyika muri secondaire

  • @furahakanakuze9786
    @furahakanakuze9786 2 роки тому +3

    We mtoto wa Bwiza umefika kwa Sabin 🙌🙌🙌🙌Sabin avuze ukuri ni passion ye twariganye muri psychologie kuri UGL abivamo tugeze mu wa kabiri ajya kwiga ibyo nyine

    • @evaeva7701
      @evaeva7701 2 роки тому +1

      Ah bn! Yarize Kuri UGL?Jw ndamuzi Kuri Lumière kumutanga

  • @User3897hj
    @User3897hj 2 роки тому +3

    Kwikinisha ni icyaha Imana yanga abe aricyo ubwira abantu

  • @alphahope7205
    @alphahope7205 2 роки тому +5

    Benny ndakwemera ivy’uvuga n’ingira kamaro kandi bifasha benshi ariko ngira ndagusab’ikintu kimwe please be yourself vug’ikirundi niho message yawe ipasa sans problem.

    • @venividivici9656
      @venividivici9656 2 роки тому +1

      wewe kuvuze ikirundi kivanze n'icongereza n'igifaransa🤔.Abarundi musigaye mutwenze nukuri canke n'uko avuze ikinyarwanda. Uburundi n'urwanda n'ibihugu bisa n'ibivukana bifise n'imico igomba gusa simbona ikibazo aho kiri bishitse umuntu agashiramwo ikinyarwanda. kandi ntiwibagire ko hariho abarundi bafise umwe mu bavyeyi ari umunyarwanda ntagitangaza rero bishitse agashiramwo ikinyarwanda. Urwo n'urwanko abanyepolitike babashizemwo , abarundi n'abanyarwanda ni bamwe.

  • @mukashyakaclaudine9202
    @mukashyakaclaudine9202 2 роки тому +10

    Sabin noneho,ibiganiro muduhaye muriri joro ni danger.
    Beni tubwire abanyarwanda tumenye aho bipfira

  • @thelionandthemouse9933
    @thelionandthemouse9933 2 роки тому +2

    Very important information! Thank you!

  • @esperancebadogomba833
    @esperancebadogomba833 2 роки тому +3

    Uno musi uratwenga Sabin ! Beny aratwenza cane .

  • @annieirakoze852
    @annieirakoze852 2 роки тому +9

    Hhh suis je la seule a avoir l'imprission qu'il a beaucoup plus parler en kinyarwanda qu'en kirundi😅😅😅l'accent surtout🙈

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 2 роки тому

      J'ai aussi cette impression! Pourquoi les burindais se penchent beaucoup au kinyarwanda , au lieu de leur langue natale ?

    • @QueenAur
      @QueenAur 2 роки тому

      🙄🙄🙄🙄mw muri mubiki

  • @nduwayezuzebonissa2155
    @nduwayezuzebonissa2155 2 роки тому +3

    Ikiganirooo cizaaa caaane . Merci Beny

  • @futurodedinheironiyonsaba6178
    @futurodedinheironiyonsaba6178 2 роки тому +16

    Uyumugabo uzamugarure sabe

  • @chantalkankindi9766
    @chantalkankindi9766 2 роки тому +3

    Merci Bénit, soit béni 👌👌👌

  • @davinamuhozi566
    @davinamuhozi566 2 роки тому +5

    Mbega umugabo mwiza nkanjye we uri bogard nkanjye pe.

  • @arsenengenzi7852
    @arsenengenzi7852 2 роки тому +21

    Abarundi bavuga neza cyane 💯

    • @antoinettempaimana2724
      @antoinettempaimana2724 2 роки тому +4

      Yoooo nabana rwanda bavuga neza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @jox1738
      @jox1738 2 роки тому +1

      Natwe twunva muvuga neza

    • @valensnkubana7905
      @valensnkubana7905 2 роки тому +1

      Erega nubundi turibamwe niyo urebye imico(cultures).usanga tuyihuje yewe n'amasura turasa

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 роки тому

    Sabin turakwemera Bro hamwe nuwo mu type wacu i Burundi Beny.Mwubahwe.

  • @liakatali9699
    @liakatali9699 2 роки тому +1

    Saben uyomusaza wacu yubahwe omani 🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮tumenyane

  • @imblessed2593
    @imblessed2593 2 роки тому +12

    Ibi biganiro biracyenewe👌

  • @cococlaudiaa
    @cococlaudiaa 2 роки тому

    Benny wiwacu shahuu😍 Isimbi tv mwubahwe

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 2 роки тому +6

    One love Burundi 🇧🇮 &Rwanda 🇷🇼 ❤ ♥ 💖 💕 💙 🇷🇼 ❤ 🇧🇮

  • @anitanininahazwe4126
    @anitanininahazwe4126 2 роки тому +1

    Abarundi tumenyane sabe abarundi turagukunda💗💗💗💗🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @shdeahwela610
    @shdeahwela610 2 роки тому +1

    Beni wacu irambire
    IMANA iguhe umugisha🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️

  • @faithshow8424
    @faithshow8424 2 роки тому +1

    Nzereko abo bireba mwakurikiye neza twebwe abasubije intwaro mubiro ngo zibikwe twabatizaga viewz hanyuma Dj Briane naza kwigisha ba single muzatwishyure tubyumvikanyeho rata?

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 2 роки тому

    Beni yarongoye ryari?homme intelligent

  • @ndikubwimanaanastase4303
    @ndikubwimanaanastase4303 2 роки тому +3

    Ikiganiro cyuyu mushinga ntahe emwe kiraryoshe cyane kd kirimo inyigishope

  • @Mm-gb2pi
    @Mm-gb2pi 2 роки тому

    Sabine,uzadushakire n abakunda indaya,njye nagize umugabo wakundaga indaya zo mutubari gusa ngirango ninjye ufite ikibazo

  • @zawadivanessa6775
    @zawadivanessa6775 2 роки тому +7

    Uyu mugabo turamushaka muku duhugura ni nama zira kenewe kuko nta mu nyarwanda wari waza ngatubwire nkibi

  • @toysifkhan1306
    @toysifkhan1306 2 роки тому +10

    Uyumugabo ibyavuga arabyumva knd ninabyo ndamukunze

    • @clotildebarikore2964
      @clotildebarikore2964 2 роки тому

      Beny merci beaucoup .kubijanye n'aba jeunes ,wakoze ariko vyari kuba vyiza utavanze n'ivyabavyeyi ugatanga inyigisho yabo bonyene ijanye na sexuality

  • @rafarukundo4036
    @rafarukundo4036 2 роки тому

    Wewe ndakwemera kabisa,ivyo wanyigishije ndacavyibuka

  • @grettaornellanezerwa9478
    @grettaornellanezerwa9478 2 роки тому +19

    ❤️❤️❤️❤️ Bénin wacuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 2 роки тому +4

    Ndagusuhuje muntu wiwacu gasekebuye

  • @tuyisingizethierry1575
    @tuyisingizethierry1575 2 роки тому +5

    Uwo murundi numuhanga .courage mugabo

  • @joymanirumva6141
    @joymanirumva6141 2 роки тому +1

    Sabin ukomere cane abarundi turagukunda noneho natwe watwibutse utumira umurundi wacu.Mukomere.

  • @alphonsinegahushi9225
    @alphonsinegahushi9225 2 роки тому

    Koko turakurikira cane ISIMBI TV. Mukomere Sabin, turabakunda.

  • @Ethan00477
    @Ethan00477 2 роки тому +1

    Mana we Hazagize unjyana Iburundi nkajya kuhareba, nkuda abarundi uko bavuga. Ndifuza kujyayo mfite umuntu uhazi neza akantembereza

  • @severinhakizimana7903
    @severinhakizimana7903 2 роки тому +7

    From Burundi oyeeee ganira tuguteze yose

  • @TUYISABEGloria
    @TUYISABEGloria 3 місяці тому

    Wooow babwire vrem ❤️