Gaston SINDIMWO: Uwandashe naciye ndamuha akazi| Naratewe GRENADES n’abo.........Ubuzima bwa POLITIC
Вставка
- Опубліковано 15 тра 2024
- Kurikirana Ubuzima bwa H. #Gaston_SINDIMWO mukiganiro #Youth_Potentialities, umenye ubuto bw’iwe, ico yari n’uko yinjiye muri Politic
- Розваги
Uyuu Mutama ari Just👌👌
Amahoro Gaston! Ndabona campagne warayitanguye kabisa. Komera komera (ex voisin, pionnier/Nyakabiga, même classe/St Michel,...)
Kiongozi makamu WA Rais nakupongeza kwa mazungumzo yenye sifa stahili. Warundi wote wangeika nakufuata msimamo wako nchi yetu ingekaa n'a kuishi salama. Ndagukeje cane abo kwigira kuri wewe amahoro yosasagara.
... Kuri CFA/ Jabe. Le gentleman de Bwiza. Nipe kamoja ka mwoto kaka !
Ndakunda ibiganiro utanga mutama wanje.
NYAKWUBAHWA W'UMU JEUNE😂😂💥💥💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮👌
Nyakubahwa Gaston ,uvuze ngo muza gutwarwa n’aba ukuye muminyaganyaga ,ico womenya uburundi si Marie de Bujumbura gusa ,umukuru w’igihugu atwara abarundi bose Kandi sinibaza ko abanyabujumbura boba bashika 1/4 de la population ,rero uwutwara aho yoba avuye hose haba ruguru canke muri Marie igihambaye ni gukorera abarundi bose ,agakura uburundi mu bihugu bikenye cane akabushikana kugihugu cifashe.
mwubahwe mutama
Aba batama baratubesha mwebwe abana banyu mubarubgika hanze bakiberayo mugaca mutubesha ngo murakunda igihugu kubera iki muba mufise amabanga mukananirwa no gutunganya igihugu ngo abana banyu bakurire ngaho,bige ngaho,basazire ngaho Ariko kuko muzi mwanonye igihgu mugaca mubarungika mubihugu benevyo batunganije neza. Hanyuma mugahenda twebwe abakene kandi abawanyu mutemera ko baba mugihugu.
Ahubgo sha. Uravuze ukuri.
Bagaza umwubahwa,yubutse igihugu,ata buryarya.
Lagaffe sigura ivy'ubu congoman apana kuzana ama topic ya grenade !
Uwumuja sindimwo niwe yicishije Gen Kararuza Athanase.uwo ni umwicanyi kabumbu
T'aurais des preuves mon frère ? Ishari n'inzigo. Ikinyoma cica gusumba uburozi.-
ua-cam.com/video/HCVpDOKuung/v-deo.html.IRIJORO🇨🇩M23 IFASHE KASHUGA KUWA 16/5/2025 INTARE ZIVUGANYE ABAZALENDO NA ABARUNDI🇧🇮 IFATA NABANDI🔥ua-cam.com/video/HCVpDOKuung/v-deo.html.
Muri make Sindimwo avuzeko Ubugande n'Urwanda ari ibihugu bibitse aba criminels. Kuko uwarashe umuntu badahujwe n'urugamba naho yomuhusha canke akamugema aba kandi aguma ari inkoziyikibi.
Ko utavuze umu chauffeur wiwe nawe nyene yavuze ko yarimwo mubamuteye iyo grenade
Niko Gaston ujya wibika twigana? Urebe neza utame'a amabanga. Abahutu ntibasinziriye