Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hosy Na gretta mumpe twatundi nduwambere uyumunsi ababibonye mubinyereke
Sigaho sigaho ntuze ufashe ngo ukeneye ko bagushimira fasha wirenganire uzoshimirwa niyo mw'ijuru Hari ivyawe bizotungana kubera urya muntu wafashije Imana yo irabona iciza uba wakoze
Maman Kevin n'umu chérie vrmt,such a beautiful soul🥰ukuntu yibutse no gusabira abagenzi biwe😢😢😢♥️
Bravo mesdames.tubwirire izo ntashima
🙏 Muhezagirwe disi
Merci pour l’emission vrm. Iconovuga tugerageze gukora iciza ariko ntitukivange nikibi🥹biratirimutse pe ugasanga vyose wavyibagiye. Ariko gushima nikintu ciza kandi kiratera intege uwakoze neza twige kuvuga merci🙏🏾
Ahubwo nitwige gukora iciza tutarindiriye gushimirwa nkuko Imana Ibivuga ...Nitwaba twiteze gushimirwa igihe cose dukoze iciza yemwe turacarindiye pe ... Umuntu wakoreye iciza agushimiye ni vyiza atagushimiye naho, ntibiguhagarike umutima kuko imbere y'Imana uzoba wakoze iciza kandi ntikizofudika !
God bless you
Hosy na Gretta muraberew sana gose musaneza ba chr wangu bzuu ikiganiro ciza cane nu mu Maman aciye ubwenge,Mwarahezagiwe cane
ngira mbaze dada darlène ari hehe? muracari kumwe canke tuvyihoze!
Kubwira umuntu merci yagufashije nivyiza
Fasha abantu tuzoshimirwa nimana.jew narafashij umuczne wanj aca aterwa Inda na beau frere wanj Bose tubana .ariko Ubu nij ndi yumwansi wabo
Muratesa vrt ❤❤❤❤
J regarde k vs rero Hosy reka kwihenda.je regarde ttes tes émissions et pas des émissions d’ailleurs
How are you hosy ? Mumeze nez? Mwirambire ba mama bez.
❤❤❤❤❤❤
Ntubeshe oz umuntu umufasije cane harigihe abona kumengo urikirofa utanguze imiryango yawe ikenye wokeitaho
❤❤❤
Mugabasha abantu badashim baruzuye jew narafashije abantu babir nubu kugeza uyumusi nabansi banje nukur
Sh Hosy haaa gufash urafasha uwo uzoba ushaka gufash arik ng ab wafashije ng bagaruke kugushimira???emw mpore ivy sinibaza kwer abantu twarabay nabi kwer
Muraberew cane
Émission nziza kandi yigisha guhindura mindset
Courage
Naje narabomokewe oz urampa pol
From Pichi One Rappeur
Muratesa
Hosy ntuzosubire gusuka ,uberewe uko
Jewe ndagise ikibazo Hosy,nko mu Burundi ata bpublicites abantu babona none youtube ibahemba gute?Jewe narabuze umuntu yobinsigurira,canke ni barya ba diaspora babiraba bakabona publicites mugabo sinzi ko ari benshi,jewe relo publicites ziruzura kandi nkazireka zikarangira,nkabona ko hariho ico naterereye
Merciiii gose mwiza😍 iyo zije ukazireka uba uterereye pee
C v hossy nanje uzanfasbe umpakazi ndanka ubunebwe ndagukunda ariko
Hosy et Gretta ndabakunda cnee am emission yany aranyubak gosee rek rek gufash umuntu ntakubwir n merci birababaz gosee twige gushima
Iconzi abantu benshi ntibashima uzoshimirwa niyo mw'ijuru ukora neza ukibandanyiriza
Abantu sibeza nintashima Hosy ugiy direct uvuze nezaReka twige ivya Maman Mugisha n'a Maman Jando❤
Wakoreyimana
Hosy Na gretta mumpe twatundi nduwambere uyumunsi ababibonye mubinyereke
Sigaho sigaho ntuze ufashe ngo ukeneye ko bagushimira fasha wirenganire uzoshimirwa niyo mw'ijuru
Hari ivyawe bizotungana kubera urya muntu wafashije Imana yo irabona iciza uba wakoze
Maman Kevin n'umu chérie vrmt,such a beautiful soul🥰ukuntu yibutse no gusabira abagenzi biwe😢😢😢♥️
Bravo mesdames.tubwirire izo ntashima
🙏 Muhezagirwe disi
Merci pour l’emission vrm. Iconovuga tugerageze gukora iciza ariko ntitukivange nikibi🥹biratirimutse pe ugasanga vyose wavyibagiye. Ariko gushima nikintu ciza kandi kiratera intege uwakoze neza twige kuvuga merci🙏🏾
Ahubwo nitwige gukora iciza tutarindiriye gushimirwa nkuko Imana Ibivuga ...
Nitwaba twiteze gushimirwa igihe cose dukoze iciza yemwe turacarindiye pe ... Umuntu wakoreye iciza agushimiye ni vyiza atagushimiye naho, ntibiguhagarike umutima kuko imbere y'Imana uzoba wakoze iciza kandi ntikizofudika !
God bless you
Hosy na Gretta muraberew sana gose musaneza ba chr wangu bzuu ikiganiro ciza cane nu mu Maman aciye ubwenge,Mwarahezagiwe cane
ngira mbaze dada darlène ari hehe? muracari kumwe canke tuvyihoze!
Kubwira umuntu merci yagufashije nivyiza
Fasha abantu tuzoshimirwa nimana.jew narafashij umuczne wanj aca aterwa Inda na beau frere wanj Bose tubana .ariko Ubu nij ndi yumwansi wabo
Muratesa vrt ❤❤❤❤
J regarde k vs rero Hosy reka kwihenda.je regarde ttes tes émissions et pas des émissions d’ailleurs
How are you hosy ? Mumeze nez? Mwirambire ba mama bez.
❤❤❤❤❤❤
Ntubeshe oz umuntu umufasije cane harigihe abona kumengo urikirofa utanguze imiryango yawe ikenye wokeitaho
❤❤❤
Mugabasha abantu badashim baruzuye jew narafashije abantu babir nubu kugeza uyumusi nabansi banje nukur
Sh Hosy haaa gufash urafasha uwo uzoba ushaka gufash arik ng ab wafashije ng bagaruke kugushimira???emw mpore ivy sinibaza kwer abantu twarabay nabi kwer
Muraberew cane
Émission nziza kandi yigisha guhindura mindset
Courage
Naje narabomokewe oz urampa pol
From Pichi One Rappeur
Muratesa
Hosy ntuzosubire gusuka ,uberewe uko
Jewe ndagise ikibazo Hosy,nko mu Burundi ata bpublicites abantu babona none youtube ibahemba gute?Jewe narabuze umuntu yobinsigurira,canke ni barya ba diaspora babiraba bakabona publicites mugabo sinzi ko ari benshi,jewe relo publicites ziruzura kandi nkazireka zikarangira,nkabona ko hariho ico naterereye
Merciiii gose mwiza😍 iyo zije ukazireka uba uterereye pee
C v hossy nanje uzanfasbe umpakazi ndanka ubunebwe ndagukunda ariko
Hosy et Gretta ndabakunda cnee am emission yany aranyubak gosee rek rek gufash umuntu ntakubwir n merci birababaz gosee twige gushima
Iconzi abantu benshi ntibashima uzoshimirwa niyo mw'ijuru ukora neza ukibandanyiriza
Abantu sibeza nintashima Hosy ugiy direct uvuze neza
Reka twige ivya Maman Mugisha n'a Maman Jando❤
Wakoreyimana