Ariko ga basha ndishimira kuba tubafise Fanny na Libert 🥰🥰 film ninziza Can iri kurundi rwego ibibanza vyiza mwakiniyemwo ,n'impanuro nyinsh n'ubwenge bwinsh👌👌 mugum Ku kivi na vision Nini 🥰🥰 Imbere niheza tubafise 💪💪💪
Fanny and Liberty hejuru cane😘😘 ndabakunda ham chr Fanny ndagukunda canee ndakunda kuraba film zawe ariko urakwiy kugabanya kwimyoza mum film menshi urakunda kugashiramwo cane akantu ko kwimyoza😂😂 ham ndakunda ibikorwa vyanyu Imana igume ibahezagira
Woow mungu we fany na liberté imana ibakomeze kabisa mu mpano zanyu ndabakunda pe ukuntu mutuba hafi nta rungu inyigisho nziza cane nukuri murumugisha ku gihugu mbega cinéma nziza cane ibibanza🌹🌹🌹🌹🌹🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ni mukomerezaho ndabakunda cane neza banje❤❤❤❤❤❤🇧🇮💪🇸🇦❤❤❤❤❤
wao vyixa cyane nongeye kwishimira iyi film ndundi nkuko nishimiye film umufpakazi nukuri fanny et riber ndabakunda cyane nezerezwa nibikorwa vyanyu tubarinyuma kabx❤❤🙏🙏
Abakunzi ba hard mission mumpe like hahire rimwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Vava wahashitse?
@@francinendagijimana7686 eee nceregwa ngwaye kbs
Courage kbs murashoboye vyukur
Murakina neza impanuro zikomeye murimake hagezweho ifaranga ntancuti birababaje 😭😭😭😭😭😭😭😭😭ni mayiti Libaht hhhhhh
Félicitations Fanny j’apprécie ingen film ndundi yateye imbere umeng ni nollwood movies bisa neza ahantu heza mubandanye muterimbere
Abakunzi ba Fany oyeee
Mumpe tu💞💞 twinshi🥰🥰
Amashusho ameze neza gusa mukosore amajwi ntasohoka neza ikindi courage film ni nziza cane👌👌👌
aga film keza kabarundi biwacu peee. kumbeeee
Safi sana,igice ca 2 turabe iperereza ico ryashitseko turabe Libert afunguwe ingene vyabandanije,big up
Hard mission💪abayikunz nkanj tumenyan👍🙌🙌🙌
Nubwonje munyuma mumpe lik abaza nyuma ndabona hagira🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uwutabafana ntabazi❤❤
Uwo wizeye niwe akugambanira sha,Libert urazi gukina courage
It's a hard mission kbx.mama weee.nizerek harih suite, so courage vrt murashoboye,Mike bamurekure naho ariw yahawe mission siwe yakoze icaha
Hanyuma muzokosore amajwi ikind ndabakund Can courage 💯💯💯💯🥰🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️
Ariko ga basha ndishimira kuba tubafise Fanny na Libert 🥰🥰 film ninziza Can iri kurundi rwego ibibanza vyiza mwakiniyemwo ,n'impanuro nyinsh n'ubwenge bwinsh👌👌 mugum Ku kivi na vision Nini 🥰🥰 Imbere niheza tubafise 💪💪💪
Jewe bankumbuje muhira kuko nagiye mbona ibibanza vyishi bakiniyemwo ndabizi ariko ntahaheruka
@@idid5806 Abo bubahwe baduha ibintu vyubwenge gusa🥰🥰
Ndashim cyan Libat na Lavine film zabo zirigisha kand zirahanur .nukurip bubahwe .
Yoooo Mana Yanj mbega tuzobona ryari igice gikwirikira ryari
Goooood videos ewana mutunyarukiriz suite ndabona ibint nisawa kand courag 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪
I'm the first, Abari barindiranye igishika Kino gisasu, tumenyane.🔥🔥🔥
Eeeeh film ndundiii kabisa mwubahwe.kure cane hashoboka.Libert we lov uu
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤hajuru canee murategura igikorwa ciza cane gose
Film ninziza cn ariko amajwi ntakosoye neza pe murabe muze muhakosore kuzindi film ikindi courage murashoboy
Ndabasavye ntimuzodutevye kuduha suite.muranyuzura nukuri Imana ibakomeze
Basha ntaconovuga kiretse gushimira Iman yoyo yabahaye ubumenyi mubandanye muduhanura
Film iraryoshe caneee turifuza suite ntiherere ngaho Imana ibahezagire ku nyigisho muduha turabakunda caneeee
Kumbeee vyari vyacanze muraduhojj amarira yu mupfakazi❤️
Iradukunda n'izina Rya mutoyi wanj.
Mwatwicyiy ni mam harah amajw yag7y nez mukirund tutumvis nakimw so courage
Ndanezerewe cane iyi film iratesa cane gose ndayikunze Fanny na Libert mwirambire
We love u Fanny & Libert, Burundi movies hejuru cane🤗🤗
Kuva naraba film ndundi iyi ni respect.Fanny na liberté ndabakuriy chapeau.komeza
Eee nukur ndabakuriye ishapo🧢muR
Acari abambere team mwese mwubahwe❤🇸🇦
J'apprécie énormément la réponse donnée à la deuxième question de l'interview. Big up Sana lavine
Amajwi ntivyumvikana nezaaa haraho tutumva namba ibisigaye ni sawaaa Imana imbereee we love youuu
Muburundi murabambere mwubahwe fanny na libert ubwobumwe muze mugumane kand muze murambane muratwigishij bihagije courage iyompano niyanyu kabis😍😍😍😍😍
Waooow muduh part yind mwob mukoz Fanny ngukund kanin
Ndabakunda 🔥🔥🔥🔥🔥muzokabandanye kamwe kumupfakazi
Fanny ri Libert sigayendabarota.kubera.urukundo..rwichi♥️♥️♥️♥️♥️♥️🤗🤗🤗🤗🤗🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mukina très bien arik hari vyinshi bitumvikan nkuw mugabo boss ntacavug cumvikan
Nukuri ndakunda filmé irimwo libert ndaibonye sinshoboye kuirengana nahocoba ikiganiro ntegerezwa kuraba nubwo ntorangiza ntumasiga comment basi bien joué murikumwe n'a Fanny hoho murazi kubiryosha pe
Waau vyiza cne vyukuri mwateye imbere nkaba Nigeria kuri film
Murakoze kutwigisha Tacha courage vrema uriko ukora neza
A hard mission this is movie interested the somone,I like libert and fanny lavine
Film nziza cne amasanamu meza fany&libert hejuru
Yayaya libert arakize nagir niw yamwishe yooo hard mission
Fanny and Liberty hejuru cane😘😘 ndabakunda ham chr Fanny ndagukunda canee ndakunda kuraba film zawe ariko urakwiy kugabanya kwimyoza mum film menshi urakunda kugashiramwo cane akantu ko kwimyoza😂😂 ham ndakunda ibikorwa vyanyu Imana igume ibahezagira
Nukuri mwubahwe cane harico nize muriyi from Yahoo
Basha mukinye réalité vmt izi scènes za mbere ndazikuyemo isomo rikomeye pe
Muburundi ndabona mumisi tugiye kuronka ba (kanumba) iyi movie ndayikunze cane
Important film vrm ndabuze ico mvuga
Ndabakunda libert na fanny💓💓
Courage vrmt ariko ubukurikira muze mukurikirane ikintu camajwi ntagenda neza kweri mirabe aho vyapfiriye
Yooo Bash muyibandany vrt iratwika vyanse nuko ryam idaheze courage pe
Twese hamwe birashoboka
Mukwiriye kwiga kumajwi🙏🙏🙏
Nibaza kwibandanya vuba Hama courage mukina neza cane
Muza gerageze gu Contro
ra,,iby amajwi,,Haraho, arimwo ,urusaku.we loveyou guys❤✌️
Fact
Hubwo baze barongereza amajwi yabo ntivyumvikana neza Kandi ni Kuma filme yabo nkayose
Yoooo nanje nari natangaye kumbe si Mike ok ubu ndatuje ariko Imana ikure ishari muburundi kuko niryo riganje
Muracari abambere!Imana ibakomeze kabisa
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ uvuze neza
Ndakemeye walahi Fanny n'a Ribéry mwubahwe mutegura neza cane
Wawoooo ninziza kbs courtage vrement
Icombonyeco ntamuntu wokwizera courage bantu nkunda
Courage Yasin G,mtoto wa Bihanga city
Mutunyarukanire ikindi gice mwokabyara mweeeeee
Waoooo flm yamateka vraiment kwr gusa harimwo utidefo twinduru twishi kand hariho munduza ijwi naho rigabanuka RER murakonze kunyigishozinza kwer ham umengamwakoreye muri America kwr👌👌👌👌👌
Fanny na libert ndabakunda cane kweri mwirambire
Iy film iri international kliiii courage ndabon vubaaaa muzosumvyaaaa b Steven kanumba
Kubwanj ndabona babashikiriy ahubwo bariko barabasumvya💃💃
Thanks for hard mission,
Vrt ntiyarikwiye kugarukira ngeho twizere ko ibandanya.
None Fany nawe ndakubaze nkuko wahereje kukibazo:
IVYIGICE CA KABIRI VYO VYIFASHE GUTE? KO HARI ABAFUNZWE HAKABA N'INKOZI ZIKIBI ZISHAKA K'UPFA KANDI ZICIDEGEMVYA?.........
Sha mur abahinga kabisa!!!!!!!!!!!!
Iyi Film video ninziza mwaratweretse ubuhinga mubandanye mukorera ahantu heza nkaho birotuma babahurumbira cnee.
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 Akina neza soro
Waooo that is good👌👌👌
Murashoboy vrt muri film mwubahwe 👍
Mike reka kuducanga!!Mubwire Queen uko azohora akwita tuvyumve
Voice z'iyi Movie zarayishe saana kabisa, ntawomenya ikibazo mwagize, si non amashusho hamw na story vyari ivya b1
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ imana irahari cha
Woow mungu we fany na liberté imana ibakomeze kabisa mu mpano zanyu ndabakunda pe ukuntu mutuba hafi nta rungu inyigisho nziza cane nukuri murumugisha ku gihugu mbega cinéma nziza cane ibibanza🌹🌹🌹🌹🌹🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ni mukomerezaho ndabakunda cane neza banje❤❤❤❤❤❤🇧🇮💪🇸🇦❤❤❤❤❤
wao vyixa cyane nongeye kwishimira iyi film ndundi nkuko nishimiye film umufpakazi nukuri fanny et riber ndabakunda cyane nezerezwa nibikorwa vyanyu tubarinyuma kabx❤❤🙏🙏
Tuyihabwe vuba
Filimm irimwo Fanny Liberty iranezera gusumya ndabikundira 🥰🥰🥰
Cool film congratulations irandyoheye gusa hari uduce tumwe amajwi adasohoka neza c'est vous à résoudre
Ebanaweee ndabon iyo film yateguw nez kubury buhanits knd ndabatey impunge mukomez mudub nigice cakabir
Waaaooo abarundi turashoboy.Fanny na Libert hejuru can.hhhh Goriyati kora akaz neza ndakwizey ndazik wank abahohotera abantu .vub cn part2 mutubwire ahomuzoyiduhera.
Imana ikuride cha imana niziza
Lavine ndakwemera iyiyo Kbs
Gusa volume ninkeya me hejuru cyane gose movie ir cool
Mukoze igikorwa ciza cane vrt courage
Eeeeeeh uburundi bugeze kuyindintambwe kuri Film kabisa🏅🏅🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Niyompanvu kwizera umwana wumuntu biragoy Niko gashimw umuhaye
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 mubaze neza cha
Abari barindiranye igishika iyi film mumpe twatu like🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kobisa mubikora neza cane harimwinyigisho zikomeye
Murampimbara bantu banje .courage
Ndasavye Iyi Film Ibe Saison
Amajwi nukuri sineza!!!
Film nziza cane mubandanye mutera imbere
Libé turabe gushika hasi kwamahera ashikayo😀😀😀 canke mwafukishij hejuru
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ yarangutaye cha
Filmm hejuruuu💪💪 Gus harakenw ikind gice kuk ntiyar bwaher neza kbx.
Film iraryoshe cneee , Lebret aradutengushe
Muduh suite vrt🙏isosa kuruta ubuki😊😍😍
Waoooo mbeg filme nziza we iteguy kurund rwigo kbs nimwirambir turabakund
Hahiye courage libart na fanny pls episode two mutunyarukirize mbakunda kanini can 🔥🔥🔥🔥 ♥❤♥
Imana yakurokoye cha 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏
Film iryoshe can amasanamu meza wao courage beza biwacu
Mana yanj mbega film iryoshe turasavye ikindi gice gikwirikira kd muze murasohor amajwi ntitubumva ham mukomer film ndundi hejur cane👌