YARANSOMYE DUCA TURAGWANA/UMWANA WA 8ans YAFASHWE KU NGUVU NA SE😭/ISI YASHAJE PE🥹/Girlfriend

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • #sirenvibestv #girlfriend #76711802

КОМЕНТАРІ • 173

  • @Godsfave
    @Godsfave 10 місяців тому +19

    Ikiganiro ciza les filles❤ we need more Samantha in our Burundian community!! She said ngo umwana wawe arakwumva uko ujugea abafashwe kunguvu ejo nivyamushikira ntavyo azokubwira par peur yuko umushira muri paniers ushiramwo abandi😢Imana idufashe nkabavyeyi!!

  • @rachelmurangwa5296
    @rachelmurangwa5296 10 місяців тому +8

    Bravo pour l émission. Hari ikintu gikomeye Samantha yavuze...aba jeunes ubu bigira ku ma réseaux sociaux, ni ukuza turakeburana ukwo nyene. Kandi avec le niveau de sagesse et de maturité numvise n abakuze turiko turiga. Imana ibahezagire.
    Pour Greta, nashaka umenye que les petits garçons bahohoterwa gose. Plus ce que tu ne peux l imaginer. Muba bonnes hari ba Stevène ou Stevie nimba atari Stevine babi gose. Muri barya ba ryango ou amies. Ni ukagaba cane, ukanaganiriza umwana kugira hari des choses vyamubayeko, akubwire. Contrairement aux filles les garçons barabibika gose.

  • @orlettamboneko3963
    @orlettamboneko3963 10 місяців тому +10

    Courage samanta kandi sache que tu es une héroine tu as sauveé tant d'âmes abarundikazi bakwiriye kukurabirako aho bohoze barwanire agateka kabo . Nciye nibuka twari mumodoka na mama muri parking kuri rirya barabara ryo kwa siyoni duca tubona abakobwa babiri bambaye jeans bateye neza vrmt inyuma yabo hari ikigabo gisa nabi gishaje je pense ko yari umusazi agenda abakurikira araba ibisusu vyaba bakobwa akaguma abegera jew na mama twabiraba nka film turi de l'autre coté de la rue tuza tubona neza na neza agire akore kubisusu kumwe muri babakobwa duca dukoma induru ngo yoooooo abantu bose au alentours barikanze babakobwa nabo barahindukira kuko bumvise induru na ca kigabo caciye gikata ahantu muri station juste pour dire uwu mukobwa yabaye sauveé kubera twakomye induru jew na mama iyo tutabibona canke ntikome induru yari kumukorako akabandanya ariko wa mukobwa aka arononekaye akumva ko ari dégouteé n'abagabo. Yoooo vrtmt abarundikazi duhura na vyinshi imana idufashe gusa . Nawe samanta imana iguhezagire kuba wararaje irya mbwa yumugabo wafashije benshi ❤❤❤

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 10 місяців тому +10

    Muje mureka uwomwatumiye umuntu asubize ico umubajije utamucira mwijambo plz naho ndabakunda.

  • @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
    @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 10 місяців тому +4

    Umwami Yesu KRISTO nkorera akize ibikomere vyo mu mitima y'abakobwa n'abagore bagiye barafatwa nabi muri iyi myaka yabayeho yose.

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 10 місяців тому +3

    Ijambo rimwe novuga Samathan mpore nukuriiii....hama irya kabiri novuga bantu muvuga nabi mu critiqua l'émission comme si ari kugumuka mukama ndabibuts ko mufis abavukanyi,abavyeyi nukuri mwishire mukibanza cabo bibashikiye uko mwokwifata ahubw hakuvuga nabi dufash turwanye izo violences nabazikora nukuriii..Hosy et Gretta merci beaucoup ❤❤❤❤

  • @sancasss9824
    @sancasss9824 10 місяців тому +6

    Courage Samantha. Uburundi burakeneye intwari nkwawe zikumira ihohotera rikorerwa abakobwa n'abagore. Abo bagutera ubwoba nabo n'inkozi zibibi nta bumuntu bagira na gato. Bandanyirizako uvugire abadoshoboye kwivugira. Imana iguhe gukomera

  • @kadino_jc
    @kadino_jc 10 місяців тому +4

    Ndagukunze mukobwa mwiza ndagukunze rwanira agateka kabakobwa bagenzawe❤much love

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb 10 місяців тому +4

    Courage Les dames.nkuze hossy ico yavuz ngo musenge, mwegere Imana niyo solution vrt.

  • @lettynikundana8418
    @lettynikundana8418 8 місяців тому

    Bn courage a samanta,tu es une femme formidable ,tu es une exemplaire.ntushobora kwibaza umunezero ngize kubona hariho uwundi muntu ameze nkanje en faite nahora nibaza ko jewe ndi jenyene meze uko parceque abantu baguma bambwira ngo ndarenza ngo barantinya iyo turi mubandi kuko baba bazi ko uwudekona mvugiraho ata mpore mama iwanje. Nkongera ngahimigiza abarundikazi bose gusutena umuntu ari forte nkawe .

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana3465 10 місяців тому +5

    Courage ma Grande
    Kandi you did a good job 👏🏻
    Kugira nabandi babonereho example

  • @keinakeza8334
    @keinakeza8334 10 місяців тому +4

    Uyo mukobwa blessure afise ntiyoroshe vrmt 💔iri profond kubabazwa nuwo yari cense kuku protega si mama si papa bose baramumereye nabi😔imana imworohereze ashobore gukira ico gikomere ❤️‍🩹😢

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 10 місяців тому +2

    🔥mukomere les dames. Hama uyo mu type yarakoshej vraiment, yari gusaba imbabazi. One Love ❤

  • @chrisdaymutakuryano3957
    @chrisdaymutakuryano3957 10 місяців тому +8

    Ndanagushimiye sha uzoze ukosora abagabo batazi agaciro kabo

  • @user-lo3uh8fv5d
    @user-lo3uh8fv5d 10 місяців тому +2

    Courage les dames ndabikunze cne kdi mu Burundi turakeneye more women biyumvira nka Samantha kandi bi defenda uko apana guta umunwa ahubwo actions abagore baba rundi kazi nuguhaguruka kdi tugashigikiranirana.hosy bravo cane kubiganiro vyawe.

  • @aldandayikeje6035
    @aldandayikeje6035 10 місяців тому +3

    Je sais pas à quel poid d'un merci ke je peux dire mais vous méritez tout le respect du monde et courage Samantha et courage à vous mesdames Hosy et gretta

  • @nanaarakaza4044
    @nanaarakaza4044 10 місяців тому +3

    Merci et courag à vous!! Ama aggressions ni menshi aruzuye, dushire hamw tugwany ivyo bintu kandi tubivuge mu ma conversations tugira mu buzima bwa misi yose

  • @beblineigiraneza1128
    @beblineigiraneza1128 10 місяців тому +7

    Courage à Samantha. Merci Hosy & Gretta. Franchement, Abarundi turakwiye guhumuka amaso kubijanye na VBG. Twige gufasha uwahohotewe gusumba kumu jugea hama dushengeze uwakoze icaha, la loi est claire. Twige no kuvuga toutes les sortes des VBG nuwutayitahura/atayizi ayimenye. Nukuri birababaje cane😢 #StopVGB

  • @christabellamunezero8946
    @christabellamunezero8946 10 місяців тому +1

    Thank you so much ladies you muramfashije bimwe bitangaje❤ je suis en Ouganda mais Ndabakunda knd ndabakurikira5/5

  • @lesliebee29
    @lesliebee29 10 місяців тому +3

    Beautiful and useful conversation ladies. Kudos to you ❤

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 10 місяців тому +2

    Samantha uvuga neza cane kuburyo histoire yawe ica yunvikana ko atari ububeshi canke kwigumura! Urakoze ntihaza kubura umwana numwe wumurundikazi aza gutahura ko birya bintu vyogukoranako atari ibisanzwe ! Merci

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 10 місяців тому +1

    Merci chères soeurs pour l’émission ô combien importante! Mu kirundi baca umugani ngo uhishira umurozi akakumarira abana. Mu Burundi le genre féminin n’ukuri yapfiriye hejuru! Esclavage yabaye aboli kuva kera ariko iyigirirwa abakobwa n’abagore mu Burundi sinzi ryari izohava. Ariko abarundikazi niyo bava hasi ku bwinshi et surtout bakaba solidaires ntibaze barakingira ikibaba incuti zabo, ayo mabi abishe ashobora kugabanuka.
    Nagomba mbwire Samantha,hamwe yoba atarabikora ariko nibaza ko yabikoze, ko wagiriwe ubuntu Imana ikaguha iyo mpano yo kuba la voix des victimes, wokwegera ministre de la Solidarité……..ukamusaba ico kibazo akacicarira sérieusement! Ndetse na Première Dame ukamushikira kuko n’akaranda mu gihugu.
    Harakwiye kuba des mesures de prévention kuko nta n’umwe ari à l’abri de ces choses.
    Nugusaba kandi hagashirwaho une journée nationale yo kwiyamiriza les VBG nimba atayiriho.
    Encore une fois bravo et que Dieu vous protège et vous fortifie dans votre noble mission😘❤️

  • @user-es7es7hj3k
    @user-es7es7hj3k 10 місяців тому +6

    Makeup ya Gretha👌👌

  • @Twese.01
    @Twese.01 10 місяців тому +2

    Très belle émission ❤Les droits zategerezwa kuba zimwe entre les hommes et les femmes même si les responsabilités sont parfois différentes. A nos jours, la seule différence se trouve dans la culotte sinon les compétences abaciye mwishule ngira mweho murazi yuko abahungu ataribo bama baciye ubwenge kuruta abakobwa . Komera bizoteba biza na hano muri Canada namye mvugana baba femmes baho naho uno musi bafise agateka kabakwiye elles se sont battues longtemps pour leurs droits.

  • @iradukundaange-kessy5361
    @iradukundaange-kessy5361 10 місяців тому +4

    Character matter a lot. Kandi there is a difference between a Boy and a Man,
    Ntimuzotangare abagabo bameze nka Steve barahari, Babandi bataratahura ko bakuze batakiri baba Ptit gamin shn, imagine being a husband and then you cannot even control yourself or even take a decision, Genre ni adolescence uba utwaye mur mariage yawe, Encore de plus devant sa femme, Burya Mariage Zubu nihatar nicogituma we have to pay attention of abantu twemerera kugra mariage nabo imagine you find a steve nukuri gout ya mariage icihera, Gsa uyo mu Steve God amukize Kuko ararushe vrt

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 10 місяців тому +2

    Je suggère Samantha de faire une association y abashikiwe n iryo hohoterwa ndabona ko vyokiza benshi caaaane hama uzotetereza kugira uronke aho ukorera wa engager les psycho logues bagufashe

  • @enzeddy
    @enzeddy 10 місяців тому +3

    Wagize neza kumwikurako kandi uramukosora. Kugira mentalité yabantu bameze gutyo ihinduke, wagize neza kumushira ahabona, nabandi babigira bamenye ko atarivyo. Kugwana si vyiza, mugabo muriyo situation nta choix, kubera mentalité iriho ubu, kuronka ubutungane kuriyo situation biracagoye mu bihugu vyinshi.

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 10 місяців тому +4

    Warakoze ku mushishura👍👌

  • @elvisrwamu
    @elvisrwamu 10 місяців тому +14

    ATI namukubise ndi à l'aise 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @IrakozeOlivier-tt2tq
    @IrakozeOlivier-tt2tq 10 місяців тому +1

    Ndabatumiy mwese gukurikirana hidden wounds gikogwa na Dr peace bizofasha cane

  • @jordynzoomsin2701
    @jordynzoomsin2701 10 місяців тому +1

    Mbabajwe nigihugu tuvamwo! Bibereye aho mpeeereye yaruhukira mugasho nindishi yakababaro ifadika! Police yubirundi irakwiye guhasha abo bahungu batagira indero. Uwo ntiyari umugabo! Ako kabare nta sécurité gafise? Nkaho baca bamusohora direct abandanije bakamuhereza police! Numva ishavuuu rinyisheeeee😢😢😢

  • @franciskiyuku3547
    @franciskiyuku3547 10 місяців тому +4

    Bravo Ssmantha. N'abandi bakobwa n'abagore mwihagarareko. Ako kagabo sinumva igituma kataraye muri Police. Pour moi noguhanura ko womwitwarira kuko ivyo yakoze ça fait partie ya viol. Agateka karihabwa mes chères dames. François Xavier Kiyuku.

  • @Joewilliams-n2l
    @Joewilliams-n2l 10 місяців тому +7

    Jewe sinzigera narimwe nshigikira umuntu violent Kandi ahantu hose barahari haba mubagore n'abagabo. Lla violence peut être mumajambo, muma geste vyose birababaza. Hama ikintu ntashima ni ijambo ry'igitutsi ritukwa abantu en général. Reka twige kwita ikintu izina, ushatse gutuka umuntu muvuge en personne kuko abagabo bose sibabi, abagore bose si babi. Ugiriwe nabi n'umuntu peu importe son sexe, muvuge mwizina uti Naka ni ... igitutsi ushaka kumutuka. Nukuri gutuka abagabo bose ngo ni trash c pas bien. Iyo uvuze uko ushizemwo papa, oncle , frère, cousin... hamwe n'abandi bagabo bitonda. Donc merci pour le partage hama courage barakubabaje

  • @nibishakaghyslaine9219
    @nibishakaghyslaine9219 10 місяців тому +3

    I really like the content of this interview, especially at its end. *Forever against GBV of all kinds (Gender Based Violence), either Sexual,Physical, or emotional* .

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 10 місяців тому +1

    Les petits hommes kabisa courage Samantha ndakumva birenze .hosy et gretta muratesa

  • @nzambimanadonathe7826
    @nzambimanadonathe7826 10 місяців тому +4

    Gretta urantwengeje nukuri c la 1ere fois ngize comentaire ngo no muri bible biranditswe "kuivuna umwansi"bashaaaaaa 😂😂😂😂😂gusa ikiganiro cari gitesa😂😂

  • @raoulirakoze3031
    @raoulirakoze3031 10 місяців тому +4

    Urarabe neza,ko bitari satanique, kugusoma nkaho usanga yaragusahuye inyenyeri yaw,egera abakozi b'Imana😢😢😢😢

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 10 місяців тому +1

    Basha mubisazwe ntibitahuritse ukuntu abagore usanga bashigikira abagabo mumakosa motif ngobakingiye ivyubahiro .mwibuke niyo.kenshi urugabo rufise umugore rukuvugishije uza wumva umugore aje gutukana ngo bamutwaye umugabo nkaho umenga nimpuzu.yiwe.bamutwaye.birakwiye kwabagore bitahura

  • @user-lb4bh7hh3h
    @user-lb4bh7hh3h 10 місяців тому +2

    Courage Samantha ❤️❤️❤️

  • @Twese.01
    @Twese.01 10 місяців тому +1

    Mu Burundi hariho ukuntu en général abantu batahura yuko tuvuze les droits des femmes bumvako arukuvugako arugushaka kuganza canke kurengera abagabo.Ndi sûr et certain yuko hamwe abakenyezi bose bohagurukira rimwe bagaharanira agateka kabo boronka uburenganzira n'agateka kabakwiye mais n'abagabo twobigiramwo uruhara.

  • @gaielionnellemuhoza9494
    @gaielionnellemuhoza9494 10 місяців тому +4

    Umugabo yitwa umugabo mugihe yiyubaha akubaha n'abandi,umugabo yitwara nk'igikoko aho ageze hose on a le droit yo kumwita "imbw*"parce que comportement nkiyo ya Stève siy'abantu n'iy'ibikoko🤷hanyuma Hosy,il faut ko mukora ikiganiro gihanuro abavyeyi kuko ndibaza ko les hommes bifata uko kenshi babitangura mu bwana,kandi babitangura abavyeyi babibona ntihagire ico bakora,umwana agakura uko agateba akavamwo umugabo ari violent ahantu hose ageze

  • @Mireilledusabe
    @Mireilledusabe 9 місяців тому

    Ngo izi nzara zacu ntushobora kugira ingumu neza""😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆❤❤❤❤❤❤❤

  • @konakunzeornella3164
    @konakunzeornella3164 10 місяців тому +1

    Courage sha Samantha!!

  • @jordynzoomsin2701
    @jordynzoomsin2701 10 місяців тому +1

    Uwo mupapa yakoreye umwana wiwe nabana babaye munzu iwe! Hanura uwo mwana bamudenonce abajejwe agateka ka muntu bamube hafi! Apfungweeee uko numviriza niko numva nosaraaa nezaaa. Uwo mwana rakeneye support morale iyaba yabishobora yagiye ahabona agatabarwaaaa!

  • @divinenezerwa
    @divinenezerwa 10 місяців тому +2

    Bravo Samantha #stopVBG

  • @Twese.01
    @Twese.01 10 місяців тому +2

    Ahubwo Samantha ivyo uwomu Steve yagize ni harcèlement physique et sexuel, mu bisanzwe umwitwariye yoja muri prison nkino mu bihugu vyacu je donne l'exemple ya Canada nkuwo baca bamuha dossier criminel aho azokora hose baca babona ses antécédents. Ico wari gukora kindi dans l'immédiat kwari guhamagara police si possible mais wabaye intwari ugira légitime défense, abagabo batiyubaha bakwiye abantu babakosora nkawe.

  • @niwemugeni
    @niwemugeni 10 місяців тому +1

    Uwo styve niba asara mumutwe canke ni parie car ce n'est pas normal pe. Nta n'indero afise Kandi iyo ni agression yohanwa namategeko. Wagize neza kumukubita.

  • @Hi5392
    @Hi5392 10 місяців тому +4

    29:38 soit uwo mugore yari yaborewe atazi ibiri kuba, soit afise akagorane tutazi... this is sooo disgusting. pore kuri Samatha kandi courage🤦‍♀

    • @orlettamboneko3963
      @orlettamboneko3963 10 місяців тому

      Ahubwo uwo mugore steve yaramukorofye mumutwe ntakiriyo . L'imbécile😂😂😂😂

  • @axelarakaza9870
    @axelarakaza9870 10 місяців тому +1

    Pol xana Samantha ivyo bintu birimwo ibibazo vyinshi nuko tudashaka kwibaza usanga yari amasaha yukwumvikana yari yarenze nsinshigikiye ingendo yuwo mu Gee

  • @sarahgahomera8472
    @sarahgahomera8472 10 місяців тому +1

    Merci pour le partage,c’est triste ivyo bintu.Nawe Mpore Samentha,courage na mpore abo vyashikiye.Yesu adushoboze kuba beza minsi yose no kubakeneye de l’aide.Abo vyashikiye komera ube hejuru ivyo confie en Dieu

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 10 місяців тому +2

    Abo ba Mamans nkabo nabo vyarabacanze !

  • @user-li4zv7pf6l
    @user-li4zv7pf6l 10 місяців тому +2

    Oyaha suko kabisa😂😂😂jew umwana wanj nzomwigisha kwigwanira igihe cose

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 10 місяців тому +2

    Samantha ico kintu uvuze ko Abarundi batabona ko Umurindikazi akeneye agateka nivyo cane, umenga ikintu cose giha Ubuntu umurundikazi mbese numurundi en general nico kurwanya , ntituvyure imitwe.
    Nama ntanga un ex simple : Gukata imishatsi abana babakobwa , ni geste mbi cane mugaciro kumuntu!
    Sindinda kuja en details
    Mugabo umunsi twatahuye ko umushatsi wumwana ataco ibuza kundero ahubwo bakigisha kuyitunga naturel bizoba ari intambwe nini. Examples ni nyinshi……. Ziguma zitugumiza hasi mugacinyizo

    • @user-bj2ct6ms6p
      @user-bj2ct6ms6p 10 місяців тому

      Ivyimishatsi sinibaza kwarikibazo mbe murazi ko abana bubu canecane abakobwa ubwibone nugushaka gukura hataragera nimishatsi irabituma janviere yagize neza kubwanje

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 10 місяців тому

      @@user-bj2ct6ms6p nukuri kiretse duhuye tukicarana tukabiganira niho wontahura, sinon imishatsi ntabwibone nabuke itera ! Ariko murakoze kandi mugire umunsi mwiza 🙏🏽

  • @winnynduwimana4751
    @winnynduwimana4751 10 місяців тому +2

    Courage le fille

  • @jilu1095
    @jilu1095 10 місяців тому +2

    😂😂😂😂😂😂uyumukobwa ndamwemey

  • @Balalacanasi_
    @Balalacanasi_ 10 місяців тому +1

    😢😢😢😢😢😢😢 biranse ke ndayimara vmt…birababaje

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 10 місяців тому +5

    Des pervers narcissiques sociopathes et psychopates, birababaza kuba muri societe utembera uzi neza ko ibintu nkivyo biba ku mugaragaro abantu bakabiha na definition ngo "niko ameze" sa femme a herité de son caractere ubana na suneba ugasuneba nkawe, malheureusement elle est sous emprise ntako afise agira nico gituma elle agit en faveur de som mari kuko bataha hamwe it doesn't make sense ariko nawe aragowe harya

  • @BigirimanaGhyslaine-wq4dg
    @BigirimanaGhyslaine-wq4dg 10 місяців тому +2

    Gleu usa neza shaa

  • @user-gi2cl7ji4w
    @user-gi2cl7ji4w 10 місяців тому

    Courage ma fille ndabakunda cyane 8:32

  • @jeanvyamungu5821
    @jeanvyamungu5821 10 місяців тому +1

    Ntimukavuge imvugo itambaye agakingirizo ko kwiyubaha. It is nice

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 10 місяців тому +1

    Mai’s ds l entre-temps fasha abo bakugurukiye Umukama azogufata amaboko agufashe

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 10 місяців тому

    Hosy ndakumbuye Davina na ibreezy mukiganiro vrt

  • @maeli6300
    @maeli6300 10 місяців тому

    Samantha warakoze vraiment kumukosora ahubwo nabandi bakobwa barye icuma bazoje bari defenda👍 . ubu azoja aragira icoyubaha

  • @mariejesus1427
    @mariejesus1427 10 місяців тому

    Waouuh ya hosy uyumusi irikumpwemu zidasanzwe

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 10 місяців тому

    Umutumire Samy ni bon vrmt; aratesa: Courage A elle..!! Imana imuhe umugisha 💝💝
    Hanyuma Gretta nabonye aguma asohora akarimi kiwe caane, niko ameze; cank ni jw namwihweje caane..??
    Umengo ni grimaces (mri talk show 😅😅😂😂) - ibinoko mu kirundi 😂😂🤣🤣

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 10 місяців тому +1

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p 10 місяців тому +1

    Mwumvise nikozubakwa nuwo mugore wa Steve uribaza gusoma umukobwa ubona sinopfa subiriye kumukurikira

  • @jordynzoomsin2701
    @jordynzoomsin2701 10 місяців тому +1

    Bakobwa benewacu! Ubu hageze ko mubihanira! Igihugu kirakwiye kubihagurukira!

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p 10 місяців тому

    Uwomwana igituma atabivuze ngira barabandanije Nico gituma yabihoze nyina nawe yaramupfuhiye

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p 10 місяців тому

    Urantwegeje Samantha ngohumiriza ucurahumiriza carikigeragezo 😂😂😂 nomubakizwa sinshobora guhumiriza

  • @gloriosebizimana6956
    @gloriosebizimana6956 10 місяців тому +3

    J'encourage abakobwa bintwari nkabo . Ariko mbaze ntaco mwagize cogufasha uwomukobwa violée par ses parents à 8 ans et encore à 18 ans ? Ntakirapfa naho afise 30 ans yokira neza cane .

  • @niwemugeni
    @niwemugeni 10 місяців тому +2

    Mpore au victimes. ❤

  • @arlenehakizimana3477
    @arlenehakizimana3477 9 місяців тому

    Uri ntwarikaziii 😃😃gusa narikuryoherwa numvise waramupasuye nezaa bagaheza baka mushonaa😁😁

  • @kezakimanaspes8488
    @kezakimanaspes8488 10 місяців тому

    Mbay uwa gatatu🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 10 місяців тому +1

    Za murakubita iyo mihimbiri itazobanduza ibituntu .baje basomana nabagore babo

  • @stephaniegirukwishaka6974
    @stephaniegirukwishaka6974 10 місяців тому +1

    Hanze umuravye cane aca ahamagara polis

  • @user-wn5kt5hg1z
    @user-wn5kt5hg1z 10 місяців тому +1

    Samatha mpore

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 10 місяців тому

    Ntacitwazo nakimwe yavuga mugihe aje kugukoraho ukowakwambara kose ntibiha umugabo canke umusore kugukoraho,kuko ahahanze nukumuraba cane yahamagara police kowamuteye ubwoba. ndabashigikiye nukuri tubice mubiganire cane kuko mumyaka ishize twakorewe ibintu bibi cane ngowijanye kumusore kumuramutsa ntagahunda ufise akagufata kunguvu.

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p 10 місяців тому

    Dubaï ngo uravye cane umugore ngwaca ahamagara police ngowagira umufate kunguvu

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia 10 місяців тому

    Ndabasavye mumpe numero za# Samantha....please!

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 10 місяців тому +1

    Mbwambere mbonye umukobwa tumezekumwe 99%kubiro vyanje bike ntamuntu yopfa kunsuzugura wallah😂😂😂samantha amashurwe yawe🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹

  • @maeli6300
    @maeli6300 10 місяців тому

    Ahubwo hagire uwumpa IG yiwe nje kuraba Stève karuhariwe.

  • @celinensengiyumva2956
    @celinensengiyumva2956 9 місяців тому

    like like like

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 10 місяців тому

    Ivyo bintu vyo gukorera harassment abantu bigitsina gore bikwiye guhanwa. Hakwiye gushirwaho itegeko rihana umuntu wese yahungabanije umutekano w'umugore n'umukobwa. Kumubiri, mu majambo no mu mashusho . Ndetse n' abantu bageze muzabukuru batabasha kwirwanira bakwiye gukingirwa kuburyo uwubahohoteye wese ahanwa.

  • @dianensanimfura-yp6vq
    @dianensanimfura-yp6vq 10 місяців тому

    Courage Samantha Imana yirure umutima wawe

  • @Goldy-cl1rq
    @Goldy-cl1rq 10 місяців тому

    ❤️❤️❤️❤️

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu 10 місяців тому

    Ibibintu birababaje Cane
    Ndabizi

  • @ntareofficial1083
    @ntareofficial1083 10 місяців тому +2

    Iyi nkuru kuva itanguye jew ndayibonamwo ikintu kimwe: un bon projet à presenter chez le muzungu pour avoir de l argent....😅

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl 10 місяців тому +1

    Guhanura nivyiza ariko kwita amazina ngo abagabo bimbwa. Ntaco bifasha

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 10 місяців тому

  • @jilu1095
    @jilu1095 10 місяців тому

    Urwo rugabo nidaya yumupapa umugore wiwe ntacafise

  • @nzamuemmanueli9461
    @nzamuemmanueli9461 10 місяців тому

    Komera dada

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 10 місяців тому

    None igitsina gore kiri amajahe😃😃😃ngokirihasi sintahura ikirundi mukoresha

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 10 місяців тому +1

      Igitsina gore kirihasi yashatse kuvuga ko harabagisuzugura ariko bikwiye guhinduka umuntu wese akagira agateka kiwe imbereyuwundi .

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl 10 місяців тому

    Nivyiza gushikiriza iciyumviro murupfasoni

  • @Landonkwizera
    @Landonkwizera 10 місяців тому

    Yego urasaneza

  • @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
    @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 10 місяців тому +1

    Nubwo turi muri Société iri patriarcale, ariko uwo mu Steve yakoze ibitari vyo kandi bamwitwariye imbere y'amategeko yofatwa. Kuko nta wufise uburenganzira bwo gutoteza uwundi yitwaje ubugabo canke ubusore.

  • @rachellekaberwa640
    @rachellekaberwa640 9 місяців тому

    Cas de relations serveurs-clients Samantha ntiyibesheye.
    Suis témoin. N'iwabo elle ne supportait pas amafuti pareils kabsa

  • @bellampundu7856
    @bellampundu7856 10 місяців тому +2

    La fille jewe ndamwumva cane styve yakoze ibintu bibi ariko it seems like there is something else behind kuko yarabivuze twaramvyumvise, ariko kuberik aguma Abi repostinga everyday? Kuberik ashiramwo Madame steve? ntakosa afise Kubera yadefenz son mari c était 3h du matin ubony umugabo wawe ariko agwana nagakobwa utazi wokora iki si t es sa femme? Nivyo yasezeranye k azomushigikir muvyiza no mu bibi elle devait faire ça hama bakabisubiramwo muhira. Uyo mukobwa turamwumva ariko elle a mal fait.ikindi kibonekesha ko la fille ashobora kuba Atandero afise ni kwubahuka gutuka nos père nos frère nos Maris ngo ni Ama déchets. désolé Samantha si wew abagabo Bose bagukikuje Ari Ama déchets Twe turafise abagabo naba papa bacu naba frère bacu babashingantahe.t allais pas dire biriya ukishigikira no mumakosa!! Biraboneka ko uri Umuntu winzigo numutima mubi peut être utarekurira urafise ibikomere ariko ntawundi azobigukiza atari yesu. Même tes amies baragutwenga ivyo ugira. Ntanumwe abitahura kndii wibaza ngo baragushigikiye🤦

  • @stephanienduwayezu8165
    @stephanienduwayezu8165 10 місяців тому

    Uri mwiza vrmt

  • @jojo-ms9yo
    @jojo-ms9yo 10 місяців тому +1

    Nukugira sensibilisation abantu bakamenya icarico gufata kunguvu kuko même les travailleuses se sexe barafatwa kunguvu muga mbaye Gretta uwo wewe atabaje bovuga ngo awa.