Prezida Neva yakiriye muri Ntare Rushatsi Umukuru w'igihugu wa Somalia, Hassan Sheik Mohamud.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024
  • #Burundi: Mu rugendo rw'akazi yarimwo mu gihugu c'Uburundi, Umukuru w'Igihugu wa #Somalia, Hassan Sheik Mohamud, yakiriwe ku kirimba Ntare Rushatsi n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, aho bayaze ku migenderanire y'ivyo bihugu, aho bagarutse ku butwari bw'intwaramiheto z'abarundi ziri mu gihugu ca Somalia, mu nteko za #ATMIS hamwe n'ibindi.

КОМЕНТАРІ • 3

  • @hassanjonas1491
    @hassanjonas1491 2 години тому

    C'est super chouette

  • @EmileNkunzimana-dg9ky
    @EmileNkunzimana-dg9ky 2 години тому

    Gusa vyukuri tudaciye inyuma, atavyimiganbwe canke ubwoko, canke ibindi uyumugore avuga neza Kandi akakazi aragashoboye, paroles ziw ndazikunda

  • @mukama-e8w
    @mukama-e8w 3 години тому

    Sawa kabisa