Dr.Pierre
Вставка
- Опубліковано 21 вер 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - Ігри
Good nabone ababi yakoreye abanyagihugu bitorey president akaca avuga avuga abatatsinze Abashingamateka Bubahwe baraye bamweretse ivyo yakoze Kazihise rero no one guhemuka sivyiza
Ndashimiye cane abitavye inama bose kiretse Dr kazihisr
😂😂😂😂😂həmwe
Kazihise uburundi bugusabiy kuropfira murudeno haba mwigari urotembagare mundege uropfire mukirere icokivumwe ehingenasa asa numwiza ntunamaramara
Waouh ! Bravo Cher Ami Amb. Ing. Mossi. Je l'avais présenti e t cas.
Ineza ntihera n'inabi nukonyene.urenganya canke uca izangondagonde umusi Imana izokugaragaza.ewe Claver nirenganira.ariko umwe wese aronka impembo imukwiye.bibere isomo n'abandi
Yoo natanzwe ayamakuru araryoshe harya imana ihorihoze amarira turira abanyaguhugu azobahumira nukuguma dusenga imana ikomaza kwigaragaza mugusha turagukunda ❤
ntakibazo.urisanze.
@@urugendonews merciii
Aboturikumw kuriyinkuru ya KAZIHISE ndagusabe urangij kuyumviriza ukande kuriyi foto yanj tubandany kutuntu n'utundi
Ntarwo yobona kazihise iyo mbwebwe
Kazihise ategerezwa kuja kwivuza naho ari docteur. Kazihise we ntasoni ufise🤭🤭🤭🤭🤭
Nkunduwiga nimvuga kuri ibishitse kandi nincabwenge ndabona bikigoye kureka ngo ukuri kuje ahabona
Kazihise ndamwibutse😢😢😢😢😢
Haruna ❤❤❤❤❤❤
Nukuri kazihise ntasoni afise bury a yibaza ko turamwibagira ivyo yakoreye abarundi nimvya yawe tuzovyandikako
Narekure ubwiburabure nashimirwe amajwi yatwivye umuvumo uzomukomere
Umuvumo uzamwomaho nka gahini……. Ikijuju….
Ibintu bibi vyose bihaye biraba muburundi bizobazwa kazihise we yivye amazwi yabarundi akayiba kumugaragaro
Ego kabisa, numuhemu yarahemutse, ntajanbo afise
Kazihise muramunyibukije weeeee😢 ntawahemutse ngobimugwe amahoro
Kazihise ntiyaribwamenye Abo yibiye abaribo,CNDD fdd nukobahemba,gusa arariye imvumba ,ahubwo yarakwiye guhamvya bunyoni igitega'naw bakaganira
Mugisha ndagukunda cane sinzi uko nobivuga wubahwe can
Nanj ndashigikiy haruna
😊😀😁🏃 niwitwengere wamuntuwe . Nagahana🤔!?
Nikazihise nyene
Nagira nikazi kuvye
Mbewewe urasara?? Iyayayabibira shaa ntibari kureka kumutora muri Cndd-fdd hapanze neza si utwo tugambwe twudufondafondano ahuriko wiyeze kumatora twimirije jahasi shaa ntabanwanyi mufise
Uyonimba avuzeyitwamuhutu avuzabana ntatubwiye abagorafise
Iyombwa nkuwo kuyoyadukoreye arayobuka
Ntabu Kristo Bwa kazigabanutse,imvura yoyo iricarwa
Mbega kazihise akora iki ubu ?
😊😊kukanura amaso nkimpene yimbitso
Kazimotse
CNL yokwibwa amajwi ikuyehe? Umupfu ntiyinukira
Igikorwa bakoze nicizacane utekubusa akarura ubusa
Asha baramukosoye pé
Ihemba zero mugenzi
We mugisha ahuriko umusabira poste nicutazi ivyuhaye uvuga Kuko bazomuhera Nico kugira bakwereke KO batamuhevy kandi wunva harico yabakorey !! Nukuri utariko uramugirira propagande kandi nzobikubwira NTI wunvise ico bamuhaye! 44:33
Ndasubiyemwo!!!! Uyo n'umusuma yivye intsinzi y'Abarundi icomuduha twomuyoooooo!!!!! Abanze ahembwe 0 kugeza gupfa, 😂😂😂 n'Imana izomuhembe ubusa 0/💯👈
Ubwirabure nkinyo yindogobe
Amatora yagenz neza cane
Vyukuri kazihise azobibazwa nukuri yaragize nabi iyo ahira ahabanyagihugu bitoreye ibintu biba bimeze neza pe
Emwe nikibazo ndake asha baramuhaye ndake 😂😂😂😂 na Gélase ntiyamutoye kandi yatanguye amushimagiza? 😂😂😂😂
bureka gutwenza abantu
Ahahaaa aboyibiye baramuhenvye
Agize imana ko batamushimiy mukumukata izosi
Mugisha. Mfasha kugira ntahure. CVR. Ikoribiki? Canke ijejwiki? Itunganya ibiki?
Nagira warikuvuga icushoboye
Muntumbero yinda ndende indogozi zirahemuka
Kazihise arazimbere yabarundi akadedemba atanisoni
Ayo yadukorey uwo kazi giye cank ihise nabone .
Rek kuza mulizeza abant ngo bivye amajwi ivyo sivyo kabisa kuko ugiy kurab mumihanda umugambwe uli kubutegets wari wafatishij
Sinoshigikira ngo amajwi yaribwe kuko ntavyemezo ndabifitiye ariko nagira nishure wewe uvuze ngo uravye mumabarabara, subiza amaso inyuma muri 93, bose bambara Uprona ariko nticabujije Frodebu gutsinda
😢😢😢😢
Kazihise,aragahitanwa n'umuvo,ntarwo yobona
Reka.akore.ikibi.Nikp asa.Arakayabona
Ukorinezukayisangimber
Uyumusi vyakugoye da uduha ibintu bitagira amasaut
Kandi ariho bari biratwengeje
Gitemba giteze.
None ko mwahora muwamamaza ko umukuru winaama nshinga mateka tahunze ibi mubikuye hehe? Avugiera mubuhungiro???😅😅😅
Kazihise turabonanye nagasaga bye
Kazihise ziii ! 🤣🤣
quel horreur ! Cyakora amoko nimutayamagana muzisanga muri Genocide nkiyadukorewe!😰
Buryiwanyu yaraheze nyene ??Uravyemeza??
Haaah ubwoko nko kwa Havyarimana. Niho abarundi tudatera imbere
Ariko kwirigwa kwirirwa uvuga ubwoko birakenewe?
iyonimikoshi gusa nibitonde bajane nabandi
Kazihise muchezi ayamarushwa turimwo niwewayaduteye urekuza mataratara ndakwanka wamugabowe ???? 😮😮😮🎉🎉🎉
Naje ndamwanka ntamuzi
Uyu mugano haruma ndumva ari umuntu keeri
Umuntu yanka slarengsnyo. Niwe muntu
Nihatar mutam
Kazihise 😂arinkajewe noca nja mugitanga nkanyika nkansoro😢0/? Biguhe akaryo uvyigeko ucubwenge😅
Harya hariho ivyo mutazi, harya vyari bizwi ko hatorwa umu islam, mwashaka kazihise abe ariwe atorwa ari umu kristo? 4:14
Tsindwa mwemere
Hahahahaha nukubura aho yirukira. Nahubundi, numugore we iryo jyoro ntiyamuhaye kumabanga yurugo… niyihangane niyo mpembo ya ba DD
Hhh nihatali kabisa 0/0?
Wewe1 A a A
Ariko wewe uri igiki?
😂😂😂😂😂😂ntaniki?
Ngo ntanarimww😂
😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😅😅😅😅😅
Gitemba giteze.