ESE KOKO PI NETWORK IGIYE GUSUMBA AGACIRO BTC Bitcoin??OPEN MAINNET IZABA?KYC IZAKORWA?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 вер 2024
  • pi network, bitcoin, cryptomonnaies, blockchain,actualités crypto

КОМЕНТАРІ • 53

  • @SamuelNdabitezimana-hm8sm
    @SamuelNdabitezimana-hm8sm Рік тому +5

    Pi to the Moon

  • @TarakanVisionFX
    @TarakanVisionFX Рік тому +1

    Keanggotaan di Pi Network memberikan akses kepada pengguna untuk mengikuti perkembangan teknologi blockchain.

  • @abeldushime-zq6xx
    @abeldushime-zq6xx Рік тому +1

    Keep on.....grd bro...abacintego bamaho murivyose nahose

  • @aloyskaberuka6198
    @aloyskaberuka6198 Рік тому +3

    Courage ! Nkukurikira nibereye mu Rwanda ariko nkishimira ibiganiro utanga ko birimo ubusesenguzi busobanutse.

  • @charlesniyomugisha8138
    @charlesniyomugisha8138 Рік тому +1

    Courage mon frère go ahead

  • @alinuwa
    @alinuwa Рік тому +3

    Courage mon frère! Ngukurikira ndi mu Rwanda kandi ndi umu Validator muri Pi Network. Nagira ngo mpumurize abarundi n'abanyarwanda batarabona KYC. Kugira ngo KYC yemezwe, byemezwa naba Validators batatu bo mu bihugu bitandukanye harimo umwe wo mu gihugu cyawe, murumva ko bitinda ariko kandi hari igihe byihuta. Niba warayikoze neza tegereza, niba utarayibona izaza rwose wirambirwa ahubwo komeza umayininge bigishoboka.

  • @jeanmarievianneynduwayezu4299
    @jeanmarievianneynduwayezu4299 Рік тому +1

    Abantu Niko bameze babonye uriko ufasha uwundi bagira inzigo non nabo nibabkore ivyo udufasha.go ahead

  • @StanyNdisabiye-pw4tl
    @StanyNdisabiye-pw4tl Рік тому +1

    Korakazi muvukanyi

  • @nsabiyaremyedismas7241
    @nsabiyaremyedismas7241 Рік тому +1

    Turabakunda cyane🎉🎉🎉

  • @evaristenibona9051
    @evaristenibona9051 Рік тому

    Fulgurance big up

  • @damasndayishimiye5103
    @damasndayishimiye5103 Рік тому +1

    Niwirambire

  • @habumuremyijeanpierre9470
    @habumuremyijeanpierre9470 Рік тому +2

    We rekana nabavuga ubusa, ukomeze utwihere amakuru yahindurs ubuzima bwacu

  • @nishimwejosaphat-bf2fi
    @nishimwejosaphat-bf2fi Рік тому +2

    TURI INYUMA YAWE MUTAMA.

  • @estelellaazur4161
    @estelellaazur4161 Рік тому

    courage rwose ntiwite kubaguca intege turagukunda

  • @DiomediManirabona-fj6db
    @DiomediManirabona-fj6db Рік тому +1

    MUKOMERE

  • @comafabrice
    @comafabrice Рік тому +2

    Courage mon frère

  • @chrisbraiton
    @chrisbraiton Рік тому

    Merci mercii 🥰🥰

  • @amen-environment
    @amen-environment Рік тому +1

    Heeeeh sinobipinga ariko biragoye igiciro ca bitcoin Kiri hejuru

  • @deobarutwanayo9018
    @deobarutwanayo9018 Рік тому +3

    Merci impamvu kyc ari ingorabahizi nuko nyene bashaka kyc zikorwe hisunzwe amategeko kugira birinde SEC kuko coreteam irazi ko pi izogera kure peut être niyo mpamvu babitwar gake kuko za binance ntizoba zisumvya ubuhinga coreteam kubijanye na kyc

  • @cyubahiroclement191
    @cyubahiroclement191 Рік тому

    Bisawa kbsa uri umuhanga ✌️😎

  • @AstereIrakoze-xi2hs
    @AstereIrakoze-xi2hs Рік тому +1

    Komera komera mugenzi Amakuru urushiriza nayingenzi abonabo barondera kuguca intege ni ABA contre succès. Hariho Abantu babonye ukoze ivyo badashoboye baca bahindukira gutuma ivyo wakoze Ari bime amatwi.

  • @jordanniyonyishu2511
    @jordanniyonyishu2511 Рік тому +2

    Turunva ko ari vyiza canee❤❤

  • @bizimanajames3662
    @bizimanajames3662 Рік тому +1

    Turabakurikirana5/5 mukomezegudushikiriza amakuru mashaaha ya pi network

  • @Platt_Roy
    @Platt_Roy Рік тому +2

    J'avais perdu tout mon capital en m'occupant moi-même de mon métier. Mais je tiens à remercier beaucoup M. Aman. Grâce à lui, je réalise aujourd'hui un bénéfice d'environ 10 000 € chaque jour. Il est honnête et digne de confiance. Très peu de gens le connaissent mais je veux le recommander à mes collègues commerçants, il a fait beaucoup de profits sur le marché.

  • @NIBARISTE
    @NIBARISTE Рік тому +1

    Komera cane

  • @WembaNdagijimana-ir1mn
    @WembaNdagijimana-ir1mn Рік тому +1

    Ikintu citwa GCV jewe ndacumvise kirambabaza caaaaneee kuko nikintu kukivuga ari nkokwikuramwo ubweng nijambo ritonekana muma intestins kuko ntiribaho.ariko ayandi makuru yose uduha nimeza havuyemwo ico kintu ca GCV.

  • @menyaplus
    @menyaplus Рік тому +2

    Binance twese twakoresheje karanganuntu vyarakunze

  • @deobarutwanayo9018
    @deobarutwanayo9018 Рік тому +3

    Nanje nakoreshej karangamuntu yuburundi vyarakunze Ubu compte yanje ya binance iri vérifié

  • @godefroidmanirakiza4360
    @godefroidmanirakiza4360 Рік тому +1

    Bite ga mugenzi umeze gute?Hama ibiganiro vyawe biradusfasha gutahura ivya pi network.hama nashaka kubisabira numero yanyu harivyo nashaka kotuyaga bijanye na pi

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +2

      chat.whatsapp.com/JYX3lJxbhmVHihCXv7UIDW

  • @jeanmariebizimana238
    @jeanmariebizimana238 Рік тому +1

    Komera ncuti mukomeze kutugezaho amakuru biratunezera cane

  • @baregensabe8075
    @baregensabe8075 Рік тому +1

    Amakuru yawe nayubwenge nyene kbsa, wew urekane n'abatazi ivyo barimwo uze utwihera amakuru kuko turunguka vyinshi cane.

  • @WembaNdagijimana-ir1mn
    @WembaNdagijimana-ir1mn Рік тому

    Mwigisha nkumusesanguzi twemera iki kintu citwa Ice kuko sinovugako ari Mining niyo mpamvu mvuz ati iki kintu, nkumusesanguzi urabona izi conditions gifise ngo burumusi utinjij umuntu bagufuta ngo compte irandugwa ibi urabona nkumusesanguzi bibaho muri Mining ?? Ikindi ibi baguma bazitwara ngo bamina test wew vyovyo nkumusesanguzi ubona aribintu bizima atanyanga ririmwo!???

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +1

      Urasoma Ama communiqué muri télégramme canke Twitter vyose baratanga umuco, launching officiel date barayitanga uyu musi, Hama utinjije ko bafuta compte sivyo, mwatahuye nabi

  • @deobarutwanayo9018
    @deobarutwanayo9018 Рік тому +1

    Tuguma turi maso

  • @birindwajerome4194
    @birindwajerome4194 Рік тому +1

    Bizoyitwara nkimyaka 20

  • @EtienneRukundo-h1l
    @EtienneRukundo-h1l 2 місяці тому

    Uri ntiwari kabsa

  • @FabriceNduwamahoro-es3pe
    @FabriceNduwamahoro-es3pe Рік тому +2

    Ntawompa link ya binance mining??

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +2

      Binance mining ntibaho

    • @FabriceNduwamahoro-es3pe
      @FabriceNduwamahoro-es3pe Рік тому +1

      @@fulgence7 iryuvuze ubwanyuma ijanye na binance niyah?iyo wakoreshej kyc I.d yuburund

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +1

      @@FabriceNduwamahoro-es3pe ni échangeur yitwa Binance, ntabwo ari mining,,😂

    • @FabriceNduwamahoro-es3pe
      @FabriceNduwamahoro-es3pe Рік тому +2

      Urantwenz rero??hahha nihatr

  • @Hapson5
    @Hapson5 Рік тому +1

    Chef ikibazo kuri pi kyc
    Mining imaze umwanya uinini knd mwic gihe benshi ibihugu bugururijemw pi barabihinduye bar mubindi nn ubw ntibizobabera intambamyi kuri kyc kuk bazob bakoreshej identity yigihugu atugururiyemw account yiwe
    Ubufasha kuriki kintu

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +1

      None wewe ufita identité z'ibihugu bingahe ?

    • @Hapson5
      @Hapson5 Рік тому +1

      @@fulgence7 ex nshobora kub nayugururiy Mur uganda ico gihe namazey 3ans nkab naragaruts I rwanda nih ntariko ntahura mugenzi

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому +1

      @@Hapson5 uzokoresha identité y'igihugu cawe

  • @niyonkurumussa1648
    @niyonkurumussa1648 Рік тому

    Nanje ndagukurikirana ndi mu Rumonge 5/5 , kandi nifuza Numé yawe ya Whtspp harivyo nifuza kubabaza please 🙏🙏

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому

      chat.whatsapp.com/D7RGJ06cw7oBytPh3fQeIP

  • @irakozearcade2241
    @irakozearcade2241 Рік тому +1

    Merci beaucoup umpe link ya whtsap groupe wizeye mugenzi

    • @fulgence7
      @fulgence7  Рік тому

      chat.whatsapp.com/JYX3lJxbhmVHihCXv7UIDW