Wow!! Powerful message 🫶🏼 thank you very much that is how we have to as Christians❤️ gusa mwibuke UA-cam ishika kw’isi yose kandi isi yose irakeneye ubu butumwa, bizoba vyiza cane muma Video akurikira hagiye habamwo subtitles zo mucongereza. Much love my family ❤️🫶🏼
😭😭😭😭😭😭😭😭🫂🫂🫂🫂 ndabakunze basha 🥰😭😊
Akantu kumutse❤❤❤ mubandanye muduha utuntu nkutwu
Nimuduhe suite nukuri ndarize twari dukwiye kumera nkuko murugendo ruja mwijuru
Nimba wayikunze mpa like ngaho
Mon frère 😊😊😊
Courage ba jeune bacu❤❤❤
Yoooh narize cane pe Imana ibakomeze hanyuma ibazamure cane❤
Hallelujah 🙌 murankozeko😢
Mukomez ndafashijw cn
Courage titi ndabakunda
Ndarizeeeeeeeee😢 jewe 😭😭😭 Hector kuki undijije mwe na Leontine 😢
Courage NDIHO abashikane Kure Cane
Amen mukomeze kuduha utuntu nkutu
Terimbere can, mufashije benshi
Courage❤
Leontine, Kelly, Mikoso, Hector, Kenny Mungu awabaliki sana...mushishikare kwl. Big Up
Merci bcp Kiongozi
Kelly ❤️
Great
Mwibuko aka actrice principale ari gatoyi ka jewe ❤❤❤❤😅
Ego nanje numugenzi wanje cane
Ndabakunze ❤kur caaane gooose mugikorwa
❤
Powerfull message, ubutumwa bukomey, merci bcp
Muduhe suite kbsa yasubiy mugikorwa ❤ mbe bizoba bimez gt🤔
Merçi Danny
Malgre yokurwa mucaha hanga amaso kristo wenyene kuko niwe nyene inkomezi zose,ntukamureke Yesu kubwamaso yabantu canke ukore ibizira kubwabantu,Ndakunda Yesu we uko abona bitadukanye nabantu,we must be stronger ourself kuko tuzi iyo turiko turaja kandi tukamenya ivyururugendo no matter how wokwitwa kuko ijuru ntacireguzo kinzohaba ngo navuye mugakiza kubwumuntu😌ntahandi hari ubuhungiro atari kwa Kristo,ntanahandi hari impore atari kuri we🙌ntugahunge Yesu,ntukamureke ngo abantu banzonyiyumvira gt,hambavu yokurwa mucaha muhamagare umubwire vyose mutuganye nawe kandi anzokwitaba ntanzoguta utamutaye😌reka umugire uwambere no matter kubisigaye🤗tutarinze kuvuga imibereho yacu inzovuga ubucuti twagiranye na kristo,ntukamureke mugumeho🤞😊
Wow!! Powerful message 🫶🏼 thank you very much that is how we have to as Christians❤️ gusa mwibuke UA-cam ishika kw’isi yose kandi isi yose irakeneye ubu butumwa, bizoba vyiza cane muma Video akurikira hagiye habamwo subtitles zo mucongereza.
Much love my family ❤️🫶🏼
Murakoze cane ku mpanuro zanyu. Turizera yuko muri Film zikurikira tuzoshiraho subtitles ziri mu congereza kugira ngo benshi bashikirwe. Imana ibahe umugisha
Waooooo 😢😢
Vous êtes mes champion turashoboye vraiment
Thank you so much
Courage encore
Kelly
Wawundi n'uwahe?
Mugize neza❤❤
Be blessed guyz
Endo 😂😂😂
Kelly urampezagiye 🫂🫂🫂
Leontine ubikora neza pee
Yooooh ndarize basha😭
Urijijwe niki ncuti?
Ndafashijwe🤚🏻
Hallelujah
courage
Merçi
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
Courage
❤
❤