Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Love from IHURIRO TV imbere niheza bagenzi tuzinanye
Thx
Intabwigwa ibwigwa ntuko amaso atukuye inyigisho ikwiye kubakobwa vrt murakoze knd courage imana ibakomeze mubikogwa vyanyu
Mungu wangu weeee birababaje koko ariko kandi bibaho...Imana idufash. Team yanj nkunda cane komera kandi mukomez muhanure
Yoooooooo ninyigicho ikomeye
Abarundi dusigay dushoboye barundi barundikazi dukunde ivyacu tubishigikire🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Courage rukundo tv ndabafana maman munganga urasaneza cane uraberewe cane gose mwubahwe🥰🥰🥰❣❣❣❣❣💕💕💕💕💕💯💯💯💯🇧🇮🇧🇮🙏🙏👌👌👌
Ewe kivuruga wanje Hama merci mukina neza
Nukuri ndariz can iyi filim uradijij
Mama hsase murarenze
Muko vizuri
Urakunda gupopora cane sami
Turabashimiye mwese mutuba hafi mudufashe partage ino film ihera mwayakiriyegute turabakunda mwese mutubahafipee
Wwwwwwww 🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝 mwinomis urikura twik
Big up Sammy n ugukora nk abazungu kbs mwubahwe
Mbe sumy SHURWE arih?
Mm pasta yakinye muri rejina nashugwebarihe
Nice 😊 film abakiri inkumi nabakobwa muharakurinyingisho muriyi film pee 🇧🇮ooooyyeee🥰🥰👍🏾👏🏾
Mbwire gito canje gito cuwundi yumvireho! Ndumvise kweli! Murakoze caane!
Turabakunda imbere niheza Rukundo Tv
Ndakunda can nimpanuro munduha muragizeneza
Man makurat uranyishe 😄😄🤣🤣🤣🤣😂😂😂😁😁😁🤣🤣🤣🤣🤣👌👌👌
Jenukuri ndagomba uwa bonye ko makurata avyitwaramwo neza ampe lik.
Ciza nukuri iryo pantalon ryigitenge uzarihebe kuko uryamamwo buri films none ntayindi mpuzu ukunda atariryo wamamwo 🤗🤣😁oya vrmt.
Rabumuringikire agure izindi
Urabesh ntiyam mwiyo gusa je mpor mbon nizind .nyishi..ham we ubony koyam mwiy imwe cumugurir izindi azarahindura
abarundi murashoboye🥰😂🌺
Giturumbuka sura mbaya
Nc film nuk mwigish Can turinyum yanyu🚶🚶
Pore sana
Jajandamukunda,nibaragakumi,bazohavabamugira,nkashurwe,bamudutware,ndamuhanuriye,mumubiri😂😂😂😂😂😂😂😂🙈🙈🙈🙈🙈
🤣🤣😂😂😂😂😆😆
Big up sana abigeme bagenza nje bitubere isomo kutumvura umuvyeyi tumenyeko inyuma haba inkurikizi
Iri nibara kumutemere kbsaa Samy kuryama kwaba Alice vraiment
Imbere yo gukora ikintu biradusaba kwiyumvira mbega inyuma yaco hazobiki?? Sammy yanse kumutwara ngo arindiriye kwiryohera imyaka ibiri noe agiye kubabara imyaka yiwe yose asigaje kubaho😥😥😥😥impanuro nziza cane 😥 mbega akababaro abana bateye umuvyeyi😭😭😭
Numubabaro nagahinda pole sana😭😭iyi ninyigisho abakombwa Bose murabiraha
Nimuyigir saison
Yooo abahungu nkaciza mwihanure🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Nukuri iyifilme irimwo inyigisho kubigeme
murashoboye peeeee😀😀😀😀😀😀😀😀😀
Madudu aiiii police 👮♂️👮♂️mwubahwe kbs
Turabakunda❤️❤️❤️❤️❤️💕👍👍
Makurata niyabaye series muriyi film
Iyi film irimo inyigisho nyishi cane.
mbega flm nziza we
Impanuro nziza cane
Tubarinyum
Muzohindure inzu,kuki mukinira munzu imwegusa
Mbayuwambere from 🇺🇸 🥰🥰🥰
Yooo bantanze komeza kumpanuro muduha abumva turumva
Ahant harabakobw beshi bavukan nuko nindur namacakubir kutumvikan nihtr.turashim kunyigish muduh
I love
Jaja ati agahungu ntoye ucungacakira🤣🤣🤣🥰🥰🥰💯❤
Iyi flm iraryoshe
Murakoz kumpanuro nziza can turabakunda can nukuri mukomere can mutere muj imbere nkumuzind
Vyiza cane
Igero yica nuru pfu
Mwubahwe
Mwakoze kuduga film iryosh kand yigisha
Eeeeh 😭😭😭numubabaro kwer,courage
Yooo inger yicaha nuruphu kweri
Ndariz ubwanyuma mukomez kuduhanura
Yooooooo harih abant bataryam kwer narinz kombay 1 arik bantanz kbx ham muratwitah kabis kuduh bishash ew makurat sha ngontiwoshobor ibijumb🤣
Nibara cha
Ndabona muratanze impanuro
Ndqbakunda cane😅😅😅😅👌👌👌
Bamwubahana nkokuryana muvukana abakombwabeshi barashisha
Impanuro nziza kweli
Team Sammy mwubahwe cyane
Interested one, keep it up guys, umurundi ntuye USA
Ilove you rukundo tv
We love you
Man vyukur ndabon maman bucasara kwel mber alice yarasamye ibara riraguye🙆🙆🙆🤣🤣🤣🤣 ziramwakiye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mwirambire turabakunda❤❤❤❤
Iyo firme irateyikigongw vrmt, xo, courage
Waooh iraryoshe caneeeeeee
Uyumuhungu Axel atazikirundi
Wawooooo film nziza🥰🥰🥰. Hama jaja twagusabako woza uraduza ijwi kk ivyuvuga kenshi ntabw vyumvikana
Agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona
Nic
Mbegisadundawe
Izo bandanya cnk iraheze.yarimwo impanuro
Harahiy koko🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🌹🌹❤❤❤
Mukina neza.ariko nimurabe mugabany iminota yo gukina kugira episode ntirambirane
Ndabakund cane ukunt mudahengeshany kuduh impanur
Muradukorera umuti kweri
Ndanj🏃🏃🏃
Makurata weeee ukunda kurya ugira umanyuke😂Sammy ahinduye izina ngoyitwa Harerimana😂
Best
Muratey. Isoni
Well we'll well your the best in the world wow
Unomusi mbayewambere kweri murashoboye rukundo tv murikumwanya kabisa
Hanyuma abajejwe umutekano babe barondera umwambaro ubatandukanya nabandi nkaho Donatha urabona ko atawomenya ko ajejwe umutekano,kuza yambaye ikanzu si vyiza cane.
Tuzomuhebe mungabo
Nimubahwe kuko binyibukije vyinshi
Izompanuro nisawa 😂😂❤❤❤
Mwabikoze neza cane.ugutwi kwimpene kwumva kokeje.mpore maaman wabana.Mbo ,arik sammy wari wararengej kweri kurara kubukwe??🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Arik na nyokobukwe har ukuntu atakurikirana abana nimba zitari imvo zakazi arik nubw biruko da!umwana akamara une semaine utaramenya iyari??how come?Du moins mwabikoze neza courage iyi ni message kur barundi 🇧🇮
Mbayuwambere ngomba nyirabe
Turabakunda❤❤❤❤❤✅
Waaaoo lov u 🇧🇮❤️
Murakinaneza
Firme ihanura vyukuri abana mbasaba twubahe impanuro zabavyeyi ni chantal
Ngoyitwaharerimana
Urugo ruvukiyemwo abakobwa nuko vyamavyabaye mutanze impanuro nyakuri
Abahungu bameze nka sammy mwihanure muteyinda muze murazemera
🤣 🤣 🤣 Aris agiy mumurir kuber yishe, ubon iya abakorora inda bapfankukwo abantu bokwisubirako,
Mbega abakinye
Cyicyi uzohindure sutie yawe kenshi ukunda kwambara iyo ya ruje
Non namba afise izisa naho abizire😀😀😀nkajewe camabuja canje kingurira nkazine zisaaa zose non wocuvuga ngonam murimwe🙄🙄🙄🙄👁️👁️👁️
Uri maraya ihangeze
Murageragza kuduhanur nihamw tutumv ivyovyam vyashits turakwiy kubigrakicirw hm ndabkunda Cne mwayiteguy neza

Mwabikoze neza cane.ugutwi kwimpene kwumva kokeje.mpore maaman wabana.
Mbo ,arik sammy wari wararengej kweri kurara kubukwe??🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Arik na nyokobukwe har ukuntu atakurikirana abana nimba zitari imvo zakazi arik nubw biruko da!umwana akamara une semaine utaramenya iyari??how come?
Du moins mwabikoze neza courage iyi ni message kur barundi 🇧🇮