Sibaza ko iki kibazo kigoye,buri wese niyisuzume, uvuze ukuri ko naho uri harimwo interahamwe. None wozitandukanya gute abari i Kongo nabaraho? uko biri kose uzi ubwenge cane bwo guhendana. Isi yose ntanahamwe haba ubwoko bumwe nonekandi bamwe ntibafatwa kumwe ariko kuvyo bamenyereye baremera bakaganzwa. Nibaza ko ubwenge bwawe buteye ubwoba. ubuseaba ba tutsi baho i kongo bemeye bagatuzwa mumasambu yabo bakikorera ivyabo , ikibazo kirihe? urashaka ko abaribo baganza gusa ayandi moko? nibaza ko ivyo uvuga bishingiye kubutare buri hariyai Kongo kuko abanyamulenge babayeho kera atangorane ndetse bigeze no kuba ba Ministre wa mbere abandi baba aba senator s . wewe uvuga ikibazo ari Kisekedi, none koko uwubavugira akabaha itwaro ninde? ko bose haba abanya Bulayi aba America bafise satelite bazi neza uko warungitse ingabo muri Kongo Ubihakana bakwita umunyabinyoma kuko bo bafise amasanamu ya satelite. Subiza agatima mugitereko,garura ubwenge umenye ikibereye reka gusesa maraso yabo Imana yaremye. Biratangaje cane nabo bahutu wiciye ababo uravuga bagakoma amashi bakoberwa ko umaze kubabwira ko nabo ari interahamwe. Niba bafise ubwenge bogavye kuko nibahendwa kukarimi bazofa ntawuzoziguriza Sinunva ikituma bagenda kurwanira ababahekuye biratangaje rwose. Rero sindi umuhanuzi ariko vubaha ubwo bumwe muririmba bizoboneka ko kari akarimi gusa. nubona iyo ntambara muyitanguye na Kongo nibaza ko zina muhutu yoba ararondera iyo azohungira vuba
Paul Imana yakuduhaye ishimwe iteka turikumwe nawe kd tuzaguhorane
Uragahora kungoma hashimwe imana yakuremye ikaguha umbwenge. Nkubwasaromo numva muri bibiriya ❤❤❤
Sha nd umurundi mugabo uravug ukuri . Kuberiki barengany abantu kumugaragaro
Uragahorana Imana n'u Rwanda ntwari yacu.❤❤❤❤
❤❤😊
Umukuru wigihugu cyurwanda urababwira kweri❤
Tukurinyuma twese nkabana burwanda 🇷🇼
Niwowe wange poul kagame
urintwari
Let's together fight for our right as Rwandans if u don't want this u are empty mind
😂😂😂😂
❤❤❤❤
Amaherezo yikinonko agirango imvura ntizagwa
Uyu mugabo rwose narambe
Twiheramata
Kagame, ibinyoma byawe bizakugaruka. Kuki ushaka gukemura ikibazo cya M23, ukibagirwa impunzi z'abanyarwanda ziri hanze.
Hari uwazibujije gutaha c harumunsi badashishikariza izo mpunzi kuza iwabo vana ubugambo aho
Ark nkawe umushinza ibinyoma nizo mpunzi zabanyarwanda ziri hanze zagiyeyo gute ko urwanda aramaho cg nabagiye bahekuye urwanda sha

Ese iyo mukwa 4 turikwibuka nawe ubuhari ange nyiramwiza we none uravugira fdlr nkaho utazi ibyabaye ugatinyuka ukavugako H.E avuga ibinyoma nkawe Koko utekereza gute 😢
Ubwo abo nibabandi basize baduhekuriye igihugu nibashake bazagumeyo abo ni ibigwari nubundi
Sibaza ko iki kibazo kigoye,buri wese niyisuzume, uvuze ukuri ko naho uri harimwo interahamwe. None wozitandukanya gute abari i Kongo nabaraho? uko biri kose uzi ubwenge cane bwo guhendana. Isi yose ntanahamwe haba ubwoko bumwe nonekandi bamwe ntibafatwa kumwe ariko kuvyo bamenyereye baremera bakaganzwa. Nibaza ko ubwenge bwawe buteye ubwoba. ubuseaba ba tutsi baho i kongo bemeye bagatuzwa mumasambu yabo bakikorera ivyabo , ikibazo kirihe? urashaka ko abaribo baganza gusa ayandi moko? nibaza ko ivyo uvuga bishingiye kubutare buri hariyai Kongo kuko abanyamulenge babayeho kera atangorane ndetse bigeze no kuba ba Ministre wa mbere abandi baba aba senator s . wewe uvuga ikibazo ari Kisekedi, none koko uwubavugira akabaha itwaro ninde? ko bose haba abanya Bulayi aba America bafise satelite bazi neza uko warungitse ingabo muri Kongo Ubihakana bakwita umunyabinyoma kuko bo bafise amasanamu ya satelite. Subiza agatima mugitereko,garura ubwenge umenye ikibereye reka gusesa maraso yabo Imana yaremye. Biratangaje cane nabo bahutu wiciye ababo uravuga bagakoma amashi bakoberwa ko umaze kubabwira ko nabo ari interahamwe. Niba bafise ubwenge bogavye kuko nibahendwa kukarimi bazofa ntawuzoziguriza Sinunva ikituma bagenda kurwanira ababahekuye biratangaje rwose. Rero sindi umuhanuzi ariko vubaha ubwo bumwe muririmba bizoboneka ko kari akarimi gusa. nubona iyo ntambara muyitanguye na Kongo nibaza ko zina muhutu yoba ararondera iyo azohungira vuba
Wewe nja kuvuga kubibazo vyiburindi kwanza ntiwidumbe muvyabanda, ubutate nibose nabazungu barashaka ko tumarana kugira aribo bonyene babicukira mufungure amaso mumenye neza ibiriko biraba, kuko nabarundi benshi barahapfiriye bakurikiye inoti Félix abaha, abana babarundi bapfiriyeyo basize famille zabo bakaba ntanatanu babahaye nawe ngo bla bla gusa
Amaraso ukomeza kumena azagusama, iminsi ihimwa n'umwe. Utera ibibazo ni wowe 😮😮😮
Uvuze ngwicyi wakigoryi wee ntasoni ese ubu muracyavuga Koko? Yewe narumiwe
Ange Nyiramubi we ni debe tupu huna maana, endelea na upumbafu wako utajuta
Ange nyiramubi we nizereko ufite ibyangombwa byi indela byerekanako urwaye mumutwe
Urwango mugira rwabateye ibisazi
None se Paul Kagame, contrat wagiranye na Union Européenne, yo kugurisha amabuye yagaciro uyakura he ?😮😮😮
Ngo ni ange irizina ryapfuye ubusa pee
Ko numva ubizi ubwo ni wowe uyamuha.
Ntimugatakaze umwanya musubiza iki kigoryi ngo ni Ange
❤❤❤❤❤❤