𝕏 space

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 вер 2024
  • Kuwa 13/09/2024 mu kiganiro ( 𝕏 Space) kw'ifungwa rya #DrSahabo, Umutumire wacu Me Gustave Niyonzima yahoze ari umushingwamanza wa Dr Sahabo kandi akurikiranira hagufi iyo dossier, yaratubwiye ibintu vyinshi kandi bikomeye kuriyo dossier.
    Muri ico kiganiro nyene Bob Rugurika nawe yaraduhaye umuco n'amakuru menshi tutari tuzi kuriyo dossier aho yemeza neza ko itegeko ryo kugumiza mu gasho Dr Sahabo Christophe watanze na Président Evariste Ndayishimiye hamwe n'umugore wiwe Angeline Ndayishimiye.

КОМЕНТАРІ • 1