Ikiganiro IJAMBO NI RWAWE co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante 2024.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 бер 2024
  • N'izihe mvo zigejeje Uburundi aho bugeze? Ibiboneka n'ibitaboneka. Abatumire: *Apôtre Bernard Ntungwanayo *Bob Rugurika
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 39

  • @vincentnduwibitabo5490
    @vincentnduwibitabo5490 Місяць тому +1

    uwo si apotre

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 25 днів тому

    Iswa zarabuze Ubu barya ABATUTSI

  • @scholastiquentibatwenge591
    @scholastiquentibatwenge591 Місяць тому +2

    Ines nkeneye ko ubutaha ! Wompa ijambo kandi nkeneye kuvugana na Bob. Ndi Uwo ndi we duhuje ukwemera !

  • @eliasmanirakiza4918
    @eliasmanirakiza4918 Місяць тому +1

    Apotre uri kumacakubiri.pe.ivy,imana nibanga rikomeye

    • @user-ce6pz9uw7d
      @user-ce6pz9uw7d 12 днів тому

      Iyo umuntu avugiye ABATUTSI acaba UMUNYAMACAKUBIRI!!!!!

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Місяць тому +4

    Wa mugani waa Bob arya mashikanwa abarundi isinzi batanga aja he?

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Місяць тому +1

    Irya mvugo yo guhigisha isazi 'amahiri ihishe vyinshi

  • @user-gl4fz4wu8c
    @user-gl4fz4wu8c Місяць тому

    Bob n'uwo ngo ni apotre baratwengeje😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-fe6xs5ki3k
    @user-fe6xs5ki3k Місяць тому +1

    Baryabana bomukibimba bishwe nande? Ibugendana vyagenze gute? Ibuta hicabande? Rekabayag,ukuri

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 25 днів тому +1

    Igihugu caravumwe kuva…NTUSHOBORA KURYA ABANTU NGO UHEZE URONGORE IGIHUGU

  • @juliemukangara4414
    @juliemukangara4414 Місяць тому

    Où trouver le livre y’a Apostle Bernard Ntungwanayo please

  • @AlfredBagorikunda-cv7qc
    @AlfredBagorikunda-cv7qc Місяць тому +4

    ikiganiro ciza cane gosi

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 22 дні тому

    Ni batuve mu maso

  • @hervenininahazwe
    @hervenininahazwe Місяць тому

    Ico gitabu twokironka gt?

  • @scholastiquentibatwenge591
    @scholastiquentibatwenge591 Місяць тому

    Cane

  • @rwigemajeandedieu6850
    @rwigemajeandedieu6850 Місяць тому +2

    Apotre Bernard komera cane nguheruka cyera iKigali

  • @artisiraofficial2571
    @artisiraofficial2571 Місяць тому

    Ngo Apôtre🤣🤣🤣.Abo bamaze kugwara ingwara z'amacakubiri nibo batumye isi imeze uku imeze.Ngo 93 bishe abatutsi baca bahungira muri TANZANIE😂😂😂😂😂.hama nibo bishe Ndandaye?cnke niwo wari umugambi wabo??😂😂😂Ikinryohera n'ukwo Abarundi Ubu twamaze kujijuka.Muzoze murungika Red Tabara irasa inzirakarengane Arik sivyo bizotuma twemera ivy nirofa vyanyu

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i Місяць тому +1

      Reka kubesha abarundi ntimwigeze mujijuka, ubujuju, ubugome, amacakubiri niwo mugera mugendana, umusi Imana yokora ibitangaza mugahinduka Uburundi buzoba Eden nyayo.

  • @scholastiquentibatwenge591
    @scholastiquentibatwenge591 Місяць тому

    We gira ubufura. Wewe ujejwe iki kuri Christu ???

  • @artisiraofficial2571
    @artisiraofficial2571 Місяць тому +1

    Ndibuka en 2015.Ababagabo bavuga bâti:EJO TWESE TUZOZINDUKIRA MWIBARABARA TWIYAMIRIZE BASHAKA BATWICE TWESE ARIK IBINTITWOVYEMERA.NGABO ABANA BABARUNDI BARAGIYE MWIBARABARA NAMWE MWABASUTSE MWURIRA INDEGE MWIHUNGIRA.nyimba mwibazako abapfue 2015 kumpande mutabigizemwo uruhara murihenda.
    UBU NAHO NGO TUGIRE IKI?😂😂NIMUZE NAMWE MUBIKORE TUBONE.ahubw NIMUZE dufashanye kwubaka uburundi turabe ko twotera imbere n'ayo amajambo yanyu ntaco Arik adufasha

  • @adijaamur962
    @adijaamur962 Місяць тому

    Ivoka mubu faransa rigugwa. 0,76€

  • @scholastiquentibatwenge591
    @scholastiquentibatwenge591 Місяць тому

    Edouard Ntirandekura ! Nibazako ko muri 1993 utari bwavuke. We ! Hora kuko ivyo Bob avuga ! Mubitegere ! Ntanumunsi umumwe ! Barqnyiciye musazabje ngo ni EMD ! 😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @GedeonBucumi
    @GedeonBucumi Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅

  • @queen-odreye2802
    @queen-odreye2802 25 днів тому

    Apotre bakubajijeko cndd yica abatutsi nabahutu ubiviga kwiki?

    • @user-ce6pz9uw7d
      @user-ce6pz9uw7d 12 днів тому

      ABAHUTU nibaicane bazi ivyo bapfa, bareke kwica ABATUTSI ntaco baba babagize!!

  • @user-gl4fz4wu8c
    @user-gl4fz4wu8c Місяць тому +1

    Reka dutwenge, tubahe comments nimba ari zo mushaka kugira muronke inoti! Ariko kubona abagabo babiri bafata amasaa arenga atatu bariko bavuga ubusa birateye ikigongwe cane! Aho nta soni mwa bagabo???😅😅😅

  • @gladnessguydesire4032
    @gladnessguydesire4032 Місяць тому +1

    Zinoradiyo zanyu nazikunda ariko ukuntu mutyoza abahutu birarenze rabugworugabo ukuntu gwasama abahutu barikubicisha iki?izonkinamico yanyu

    • @celestinnduwayo6712
      @celestinnduwayo6712 Місяць тому

      Sha nitwetwityoza ndavye ingene umuhutu yiruka kuwundi!!! Ahubwo nitwe twityoza reka apotr yivugire yarahawe ikiraro acako nayogutukana ntanyishu ubutoye

    • @chrisoneilniyungeko839
      @chrisoneilniyungeko839 22 дні тому

      @@celestinnduwayo6712 urariciye umurya😄😄😄

  • @gladnessguydesire4032
    @gladnessguydesire4032 Місяць тому

    Uyumuvugsbutumwa arangushe kabisa frodebu yarakoze ihonyabwoko?nibo bakereye NDADAYE? Ntabwicanyi nabumwe burakogwa nkubwabatutsi

    • @celestinnduwayo6712
      @celestinnduwayo6712 Місяць тому

      Ariko anyegeza ivyoyakoze bahejeje kwica ndadaye baciye ba bandanya ubwicanyi nn natwe ahogufashanya Ubu umuhutu niwe agowe Can kandi hatwara abahutu shaa!

  • @user-nw5jl1vq6v
    @user-nw5jl1vq6v Місяць тому

    Uyongo ngoniwe bobo rugurika? Uyo nicokimwe nayohan bwejeri

  • @BurundiMEDITECHS
    @BurundiMEDITECHS Місяць тому

    un apôtre extrémiste tutsizan a ce point mérite une délivrance spirituelle

  • @donatienbizaneza552
    @donatienbizaneza552 Місяць тому +1

    7:51 Urabicurits. Curura iyo mvugo!!!! Uti abaki bishe abaki? RPA ba muja muraba ibintu muduhenda ko birimwo n'ukuri na gukeya.

  • @barnabesaruvyiro7437
    @barnabesaruvyiro7437 Місяць тому +3

    J’ai suivi avec intérêt l’émission d’hier et d’autres émissions passées. Je ne peux pas dire que le pouvoir au Bdi est impeccable, parce qu’il me semble qu’il n’y a pas de tête au sommet. Je pense que tout le monde voit ça. S’il n’y a pas de tête, le pays ne peut jamais avancer.
    Quant au respect des droits humains, SVP, nous n’avons pas besoin d’une émission très polarisante. La personne que vous avez appelée Apôtre est très polarisante. Elle ne voit que les tutsis ayant subi le genocide. Cet homme sait qu’après le massacre des tutsis suite à la mort du président Ndadaye, des milliers de hutus ont été massacrés par les déplacés tutsis accompagnés par les militaires des différentes positions militaires éparpillées dans toutes les zones du pays. Les autres hutus se sont réfugiés dans les pays limitrophes. Le massacre de hutus par les déplacés et militaires a commencé en octobre 1993 et terminé en 2005 avec l’arrivée du pouvoir CNDD-FDD. Ce massacre de hutus durant presque 12 ans ne passe jamais dans la tête de Rugurika et de la personne qu’on appelle Apôtre.
    Alors, si vous voulez que les choses au Bdi changent, ce ne sont pas vous seuls qui le feront. Ce ne sont pas les tutsis seuls qui le feront. C’est l’ensemble de hutus et de tutsis qui vont changer les choses parce que sous le parti au pouvoir, les deux ethnies partagent le même sort qui leur est réservé. Mais de grâce ne parlez pas pour le seul ethnie tutsi parce que vous ne pourrez pas changer le pouvoir sans la participation des hutus. Si vous voulez que ces derniers viennent, changez de langage. Bob essaie, mais Apôtre, non.

  • @EdouardNtirenganya
    @EdouardNtirenganya Місяць тому +2

    Abo bahutu nibo bishe ndadaye muri 1993 nta apotre urimwo uruwamacakubiri imana muzohigura,mwebwe ntampunzi mwanigaguriye muri congo?

    • @user-bz7qr4pm3e
      @user-bz7qr4pm3e Місяць тому

      Urashaka wemere ukuri Kuko imana yoyo ntiheranwa imana yoyo irababona umusi umwe izobadahwa

  • @citegetsebenoit1570
    @citegetsebenoit1570 Місяць тому

    Vyukuri nkico kiganiro gifasha iki Igihugu nabenegihugu bob we ngira avuka mubapfumu numva arivyo ashira Imbere Iciyumviro mwaterereye nikihe ?hama Apôtre nawe nabihebe yigire muri politique