Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wawu kuvugisha ukuri ntibyica umutumisano,👍👍♥️♥️🙌
Akwiye likes nyishi cane
Jambo sana VanesaPlease uzodukorere ikiganiro c'umuziro umuhutu kuryamana n'umugore w'umuhutu mugenziwe kandi bose ari ababantu.
Wewe wibazako abahutu bose bafise urwanko ku batutsi nk'urwo ufise? Wibukeko no mu rwanda abatutsi basigaye bakijijwe n'abahutu b'umutima.
Nko muburundi jewe sinovuga yuko abahutu vyabananiye gutegeka ,kubera yuko ata butegetsi bigeze bashikako vya nyavyo. Bitavuze yuko koko iyo babushikako bari kwitwara neza. Oya. Turabiye kuvyashikiye urwanda, biraboneka neza ko vyari gushikira n' abahutu b'iburundi naho bari kuba bafise ubutegetsi bwose. Kubisanzwe inyuma y'abakoloni muri Afrika,ibihugu abayobozi bavyo bashoboye kuyobora neza ni bike cane. Cane cane ko abo bakoloni naho vyitwa ko bari bagiye bagumije mwo akaboko gakomeza kuvyayanga ibintu. Muburundi no murwanda, biraboneka neza yuko ako kaboko k'abakoloni kishimikije kubahima. Nabo bakaba bari bafise intego yo kwigarurira canke kwisubiza ubutegetsi muri ivyo bihugu ,abahutu bagakomeza kuba abagaragu n'abateruzi b'ibibindi 😅. Iyo zugulu zugulu nubu niyo tukirimwo cane cane muburundi kuko murwanda ho bigeze kure.
Oya abahutu ntibazosubira kw'isuka kuko nta matongo akiriho kandi isi yaratitutse. Ubu hazosigara harima abanyamafaranga bagerageza kurima kijambere. Hamwe n'abanyagihugu bishira hamwe bagashira hamwe amatongo yabo. Batabishobye lero inzara izamara abantu nyene ntakundi. Ubu hari n'ikibazo c'ihindagurika ry'ibihe kitoroheje ibintu.
Vanessa sinemeranywa nawe ko abahima ntacyo bashoboye ! Bashoboye ibintu bine :1. GUTSEMBA ABANTU2. KWIBA3. GUTEKA IMITWE 4. KUGURISHA IGIHUGU KUBAKOLONI B'ABAZUNGU NO KUBA ABAGARAGU BABO BUTUMBI NTAGATEKEREZO NA GATO !
Nashaka kuvuga ikintu kizima ciza cazanira inyungu twese
@@tuyagirevanessach8883 ok
None iyinama yawe ko numva ari nziza, komeza ubivugeneza wenda aba DD bakwiyumva bakajya kumwuga wabo wo kurima kuko gutwara biragaragara ko byabananiye.
Vanessa ba PHD ntabwo bazi ko UN ari igikoresho cy'abakoloni b'abazungu ! Nugushwanyura za PHD zabo ntibazikwiye
Ariko ubutegetsi bw'abahutu buba bwiza kubanyagihugu bose kuruta ubw'abahima ! Kuko abahima ni za killing machine ! Ariko umuhutu ararya agahaga agatuza naho abahima ntibahaga ntibatuza bahora bahangayitse bica abantu !
Ikintu mbona gitey'ubwoba mur'iki gihe nuko biboneka neza ko abahutu muri ADN yabo nta instinct de survie bafise canke iyo bafise iri ku niveau ntoya cane. Nico gituma mw'iyicwa ry'abahutu muburundi , umututsi umwe yashobora gushorera abahutu 50 ngo bagiye kubabaza ibi na biliya kuri komine . Malgré yuko abo bahutu baba bamaze kumenya ko hariho urwimo, ko abahutu bahirwa ariko baremera bagashorerwa ngo bobo ntaco biyagiriza. Uretse no kurwanya uwubashoreye ,nta nukwibwira bati twiruke ,bakagenda bakicwa ,n'abandi bagakurikira...Iryo keha rya instinct de survie kubahutu rirabonekera kandi kukwibagira vuba. Nko muri 72 harangije kugandagurwa ibihumbi vy'abahutu ,hapfuye gucamwo agahenge k'amezi angahe, abasigaye muburundi bagatangura kwandikira ababo bashoboye guhunga ngo erega amahoro yaraje ,ngo muracakora iki mubuhungiro? Inyuma ya 72, harabaye Ntega/Marangara, haraba igandagurwa rya NDADAYE, haraba n'intambara yiswe yo guhabuza démocratie, mu nyuma haraciye mwo n'ibindi umuntu atorondora. Ariko mur'iki gihe umuhutu harimwo n'abitwa abategetsi barinamura bagatangaza icese ko nta moko ari muburundi. Iyo manque d'instinct de survie niyo ituma abahutu badatabarana ah'ubwo bakarondera ubutabazi kuwuriko arabatoteza ; niyo ituma abahutu batagira sens de solidarité iboneye. Havyarimana yakunda kuryoherwa cane n'ugusangira akayeri ,na micombero,mu nyuma na Bagaza ,mu nyuma na Buyoya,.. buriya yibaza ko wewe azamaho,ko ari muburundi bazoja bahinduranya gusa.😂😂😂. NDAMUSETSE.
Oya FATSI tugomba kumujoramo urukumbi ! Uwo ukunda uramuhana ! Iyo utamuhannye arahanuka mugahanukana ! Ninde gicucu ushaka ko ari uko byamugendekera ?
Wewe none utanga angahe atari gutikana gusa
Ushaka nkwereke ivyemezo???????
Wawu kuvugisha ukuri ntibyica umutumisano,👍👍♥️♥️🙌
Akwiye likes nyishi cane
Jambo sana Vanesa
Please uzodukorere ikiganiro c'umuziro umuhutu kuryamana n'umugore w'umuhutu mugenziwe kandi bose ari ababantu.
Wewe wibazako abahutu bose bafise urwanko ku batutsi nk'urwo ufise? Wibukeko no mu rwanda abatutsi basigaye bakijijwe n'abahutu b'umutima.
Nko muburundi jewe sinovuga yuko abahutu vyabananiye gutegeka ,kubera yuko ata butegetsi bigeze bashikako vya nyavyo. Bitavuze yuko koko iyo babushikako bari kwitwara neza. Oya. Turabiye kuvyashikiye urwanda, biraboneka neza ko vyari gushikira n' abahutu b'iburundi naho bari kuba bafise ubutegetsi bwose. Kubisanzwe inyuma y'abakoloni muri Afrika,ibihugu abayobozi bavyo bashoboye kuyobora neza ni bike cane. Cane cane ko abo bakoloni naho vyitwa ko bari bagiye bagumije mwo akaboko gakomeza kuvyayanga ibintu. Muburundi no murwanda, biraboneka neza yuko ako kaboko k'abakoloni kishimikije kubahima. Nabo bakaba bari bafise intego yo kwigarurira canke kwisubiza ubutegetsi muri ivyo bihugu ,abahutu bagakomeza kuba abagaragu n'abateruzi b'ibibindi 😅. Iyo zugulu zugulu nubu niyo tukirimwo cane cane muburundi kuko murwanda ho bigeze kure.
Oya abahutu ntibazosubira kw'isuka kuko nta matongo akiriho kandi isi yaratitutse. Ubu hazosigara harima abanyamafaranga bagerageza kurima kijambere. Hamwe n'abanyagihugu bishira hamwe bagashira hamwe amatongo yabo. Batabishobye lero inzara izamara abantu nyene ntakundi. Ubu hari n'ikibazo c'ihindagurika ry'ibihe kitoroheje ibintu.
Vanessa sinemeranywa nawe ko abahima ntacyo bashoboye ! Bashoboye ibintu bine :
1. GUTSEMBA ABANTU
2. KWIBA
3. GUTEKA IMITWE
4. KUGURISHA IGIHUGU KUBAKOLONI B'ABAZUNGU NO KUBA ABAGARAGU BABO BUTUMBI NTAGATEKEREZO NA GATO !