@@Roho_ya_Utu abahutu aho muri hose baba bo mu rwanda mu burundi congo Tanzania mwikiye kwisubirako mukagira urunani ntamenwa mukagira ivyo muhurirako mwese mugasangira ibitekerezo kunyungu za community zanyu
@@shortylo1515 niko bimeze ariko abahutu nibakomeza kwigira indangare ibi bintu mubona bitazatubyarira ibibazo bikomeye ibi bintu ndayishimiye ari gukora non non non ibi ni torture kubahutu
Iyo abahutu bamenya neza ko bari kurwana n'isi yose kuko hakenewe amatungo yabo, twese ubu tuba turi kurwana iyi ntambara, ariko kuko abasinziriye aribo benshi, tuzatsinda bitugoye ariko tuzatsinda
@@Roho_ya_Utu abahutu aho muri hose baba bo mu rwanda mu burundi congo Tanzania mwikiye kwisubirako mukagira urunani ntamenwa mukagira ivyo muhurirako mwese mugasangira ibitekerezo kunyungu za community zanyu
@@shortylo1515 niko bimeze ariko abahutu nibakomeza kwigira indangare ibi bintu mubona bitazatubyarira ibibazo bikomeye ibi bintu ndayishimiye ari gukora non non non ibi ni torture kubahutu
Iyi DD yacu iraboneka lero yuko itariko iharanira gutegurira igihugu ejo heza. Ivyo vy'iriya shule iyo ndabibonye bituma ndibwa mu mutwe sinsubire no gukomeza kubiraba. Nico gituma niyo bavuga ivy'imbono ku gihugu ki gifise abana baco mu mashule nkariya bintera ubwoba.
Komera komera!!!❤❤❤
Naho abaDD bivugisha ngo carabavunye biraboneka yuko umuhima abavunye akiriko naho bigira nk'abatabibona. Nkubu abahima babaye burundi bakaba baratashe murwanda,urabona kobaza gufata ama droits yabo kubahoze mukazi ka leta, abandi bakaza gufata za loyers z'amazu yabo n'ama propriétés basize muburundi kandi menshi yambuwe abahutu; ...kikaba ari naco gituma abo bahima b'irwanda aribo batera induru cane ngo umupaka urugaye,ngo umupaka, umupaka,.... Hagati aho abahutu bari impunzi murwanda, barambuwe imitungo yabo , abatarokotse kubw' Imana baricwa bumonyo, none Iryo banga aba DD basigaranye atari ugushaka kwigira abahima gusumvya abahima ni irihe? Abahutu bari bafise amazu n'amamodoka murwanda , ni bande no muboba bakiriho bajayo kuraba ivy'iyo mitungo yabo? Iy'aba abo ba DD carabavunye koko , bari kwugara uwo mupaka burundu, abanyarwanda bashaka kuza iburundi bagaca congo canke tanzania, n'abarundi uko.
Retat nkozi ikwiriye kubazimya abahutu babarundi bahoze murwanda babafatiye imitungo ntawushobora kujayo ariko umuntu aratura mu rwanda ari umututsi akaba afise amazu bivye abahutu namatongo yabo hutus kanguka open your eyes and see and hear 👂
Komera Vanessa
Imana iguhezagire kunyigisho utanga kuba Hutsu kugeza abahutu twitahure tugwanye ivyobihotehote bya aba DD bakorela abatutsi