Unaweza kumbe??? My sister, keep making more interviews so that burundians nabandi dushobor kukumenya nibikorwa vyaw all over the world!!! You are blessed 🤗
C'est merveilleux ces moments intimes.merci de nous avoir amené dans la présence de Dieu avec simplicité dans le chant, atmosphère d'onction divine,excellence artistique...
Je chantais cette chanson il y a des jours avant sa sortie, je ne savais pas que c'était celle qui allait sortir hier... Merci, Apôtre Apollinaire HABONIMANA.
Hallelujah papa Apost iteka nezerezwa nimiririmbire yawe kuko wabaye intumwa muri Worshipp mubihugu byacyu Gloly be Back to God 🙏🏼🙏🏼
Legend yama ari legend! We love you🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇰🇪🇧🇮🇰🇪
Unaweza kumbe???
My sister, keep making more interviews so that burundians nabandi dushobor kukumenya nibikorwa vyaw all over the world!!!
You are blessed 🤗
indirimbo nziza inyibutsa ibihe vyiza..
Amen 🙏 ndagutazira mwami muhezagirwe numuremyi mutama wagospl iburundi iwacu
you are the best go🎉spers
N ' umwizigirwa ibihe vyose...kndi n umunyakuri. Ivyo Avuga vyose n' ukuri
I have lived long enough to know that God is trustworthy.
Murakoze cane gose kuduha ino ndirimbo y'ubwiza muvukanyi wacu Apôtre Apollinaire, Uhoraho Imana Data wa twese abandanye kubana namwe kandi umugisha wo mu Bwami bwiwe ubagereho ! By Jeremiah Burundian
Nshima Imana yabaduhaye kubw'ishengero rya Kristo
Igihugu
Umuryango ❤
Yesu ahemba neza nukuri ubutam bwacu subwubusa mumwami
Iyo mwigisha wumuziki agize icakoze biraboneka ko kiba kitagira akanenge.Merci d'avoir répondu Oui à l'Appel de Dieu couple Apôtre Apollinaire
Yesu ashimwe bakozi b'Imana.
Ko mwadutwariye melody n'amagambo y'indirimbo yacu?????
"" KUMENYWA N'IMAMA""
Ni iya Chorale Bonheur, ADEPR Runda. From Rwanda
Amen 🙌🙌 🙌 ndagukunda cyane muvandimwe from Rwanda 🇷🇼
Amen amen 🇧🇮❤️😊
This couple is beyond for sure! I like it...press on dear legend🇧🇮🇰🇪🇧🇮🇰🇪🇧🇮🇰🇪
Ndagutazira Mwami twifadikanije namwe hallelujah 😍❤️
C'est merveilleux ces moments intimes.merci de nous avoir amené dans la présence de Dieu avec simplicité dans le chant, atmosphère d'onction divine,excellence artistique...
my parents thank you for the best song
Iyi ndirimbo irampezagira cane gose.
From 🇧🇮 Kamenge praise God
Ndagengerutse kwico gikorwa ciza mwaduhaye mubandany kuroranirwa mubikorwa bindi biri imbere ndazi nivyizi mwanduteguriye
Merci beaucoup Maman Jeannette Habonimana de soutenir Papa Appolinaire vous êtes tous les deux une bénédiction globale votre sacrifice n'est pas vaine
❤ahorero Mzee!bandanya ureke kutunyoteza
Munyakuri mwizigirwa thx ❤Mwami wubwiza🎉🎉🎉🎉
Ndagutazira Mwami ✋
ABizigiye uhoraho bazokwama biyahura munkomezi nsha kinkukuma mutama ugarukanye ama vuta mashasha tera ujimbere
Ooooh Imana ishimwe nawe mushumba urumugisha kugihugu c'Uburundi ukomerezwe muMwami turagukunda
From Rwanda 🇷🇼 wow 🇧🇮
Imanishishikare kubasigamavuta
Gumuza cane mutama turacakeneye amavuta numutima wogutazira Yesu yakugabiye kubw'abantu bayo!!
Amen. Imana iguhe umugisha man of God.
Umwami Yesu ahimbazwe
For all the years i have known you sindingera nunva namenyereye the annointing upon your life!!God bless you and i honor you!!
Hallelujah. Uhoraho uganz ubugingo bwanje umpe kuruhukir muri ww
My favorite song 😭😭🙏🙏❤️❤️Imana n'umwizigigwa
Glory belongs to you Lord 🙏🏾
May God bless you Our genuine worshippers
Burundian Gospel songs are so great🙌 Glory be to God🙌
Thank you my Father God urumunyakuri,umwizigirwa muvyo ukora vyose.
AMEN
Je chantais cette chanson il y a des jours avant sa sortie, je ne savais pas que c'était celle qui allait sortir hier...
Merci, Apôtre Apollinaire HABONIMANA.
Amen🙏 Ndi Uwawe Mwami.
Be blessed Papa Appolinaire
Tnx MOG great worshipper
Duhe uko yanditse kugira tunyaruke kuyimenya bien
Thank you, Muri ingabire twahaye n'Imana
Uru Mwami umunyakuri kuvyuvuga vyose Ndagushima Mwami
Uwo Mwami arakwiye gutazirwa! Thank you Apostles!
Mwizigirwa mwijambo ryose uvug
ni umwami ibihe vyose , Murakoze cane
Urumwami uganza vyose ❤
Imana yakuduhaye ikutuzigamire Apôtre wacuu
Belhar Capetown kamenge arts yanyu turavuza
Ndagutazira mwami
Yes In Jesus Christ we trust
Your life, a blessing for #generations. Keep on Serving HIM !
Nuwo kwizigirwa ibihe vyose ❤❤
Halleluya , Ndagutazira Mwami🙌
Amen. Mana n'ushimwe urabereye icubahiro.
Amen amen❤
Thank you Papa I love you so much. May God bless you in All
Nduhukira muri wewe
Wewe Mwami wubwiza
Thank u urampezagiye ubugira kandi❤
Icon
Hallelujah 🤲🤲🤲
Wouuuuuuh ❤, Ndagutazira mwamiîiiii, merci Apollinaire.
Nice❤❤❤❤
Ndagushima mwami wanje
Ninziza
God blessé you apo badanya uko
Hallelujah
The Legend! Blessings!Greetings from Kigali ndugu.
❤ wow
Ndagutazira Mwami.
God bless and anoint our Father in gospel
Amen 🙏 hallelujah 🔥🔥🔥🔥🔥🔥😊
oooh my god
Amen❤
You guys are blessing to many..❤️❤️❤️❤️🙏🏿🙏🏿🙏🏿
🥳🙌
Icubahiro nigwawe Mana
GLORY BE TO JESUS
Alléluia alléluia alléluia !
Halleluja🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Whaaaaaoooo❤❤❤❤
Hallelujah hallelujah ❤
Amen legend of EAC
GOD BLESS YOU 🙏🙏🙏
Thank you man of God
Amène thanks
❤❤❤❤ The love from everywhere
Ndagutazira❤❤
Am so blessed 🎇🎇🙏
nduhukira muri ww
🙏 amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Thank you Abba🧎🏾♀️
Wow👏👏👐
Amen Amen
Good worship song.
Amen 🙏🙏
Mwubahe cane
Amen