Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ingabire k'Uburundi Uyu Mugabo✊🏾🇧🇮
Caaaaaaane goooooooooose ! Imana imutuzigamire, tunaronke abandi nkawe benshiiii !!!!
Nukuri ndamukunze nkuko nuwomunyacubahiro yamwambitse impuzu ndundi yamweretse urukundo.Hanyuma mutunganye umurwimunini bafashanye maze ayomazina yibintubitandukanye yavuze mukirundi azarandikwa mubitabo nahandihose hashoboka ivyobizodufasha mumyaka igiyekuza kuzaturarondera ibintuvyomuzindindimi ukwovyitwa muk'irundi.
Kabisa sha ahosha komeza sha akaranga k'iwacu ikirundi nururimi ruryoshe dutegerezwa kukigarukira kabisa
Azokwandike ibitabo vyikirundi
Woooooow nivyiza
Iki ni igikorwa ciza cane. Gusa nje ndiyumvira ko INYANDIKO MURAVYO yoba email, hama internet ikaba INGURUKANA BUMENYI ukurikije akarorero atanga.
Kubwanje ndabona kuje nk'inyishu k'ururimi rwacu rwari rugeze ahamanuka! Ndagukuriye ubwatsi mwubahwa mwigisha ukaba n'umuronzi!
ndamukeje cane kubikorwa vyokugarukira akaranga k abarundi!
Igikorwa ciza cane !!! La colonisation nous aculture en influençant nos langues locales. Umuco n'akaranga kacu birakwiye ku garukirwa natwese abanya Afrika.
Terimbere caaaane Mutama Courage
AZOKWANDIKE IGITABO
Kwambikwa ikidari c ubuhizi muguteza imbere ikirundi cacu
Komera
Nivyo komera
Umuronzi w'ikirundi c'abarundi. Uri hehe kontakubona kuri UA-cam
UA-cam channel yiwe ni Ikirundi c'aburundi .
Dushaka ba patrice benshi nkaba!!!! Oyeee
Vyiza cane
Yambaye pantaro bisigura iki
Yotubwira nimba hari abanyamabanga, abashingantahe canke abiru bazi ikirundi nkawe, canke bamurusha boba barasuzumye ivyo avuga? Kuko nta bushakashatsi bw'umuntu umwe, ntibishobora kwemerwa, ntibibaho!
Abiru ni bande ? Bari bajejwe iki i bwami?
Ingabire k'Uburundi Uyu Mugabo✊🏾🇧🇮
Caaaaaaane goooooooooose ! Imana imutuzigamire, tunaronke abandi nkawe benshiiii !!!!
Nukuri ndamukunze nkuko nuwomunyacubahiro yamwambitse impuzu ndundi yamweretse urukundo.
Hanyuma mutunganye umurwimunini bafashanye maze ayomazina yibintubitandukanye yavuze mukirundi azarandikwa mubitabo nahandihose hashoboka ivyobizodufasha mumyaka igiyekuza kuzaturarondera ibintuvyomuzindindimi ukwovyitwa muk'irundi.
Kabisa sha ahosha komeza sha akaranga k'iwacu ikirundi nururimi ruryoshe dutegerezwa kukigarukira kabisa
Azokwandike ibitabo vyikirundi
Woooooow nivyiza
Iki ni igikorwa ciza cane. Gusa nje ndiyumvira ko INYANDIKO MURAVYO yoba email, hama internet ikaba INGURUKANA BUMENYI ukurikije akarorero atanga.
Kubwanje ndabona kuje nk'inyishu k'ururimi rwacu rwari rugeze ahamanuka! Ndagukuriye ubwatsi mwubahwa mwigisha ukaba n'umuronzi!
ndamukeje cane kubikorwa vyokugarukira akaranga k abarundi!
Igikorwa ciza cane !!! La colonisation nous aculture en influençant nos langues locales.
Umuco n'akaranga kacu birakwiye ku garukirwa natwese abanya Afrika.