Bimwe mu bintu i like more kur sat b than abandi basani from Burundi: he is intellingent and knowledgeable, uravyumv kenshi mu nyishu atanga iyo bamubajije... big up..
Good interview with King Sat-B, iyaba uraga promoter ka 200 nta interview twaguha😅😅😅, anyway thanks for visiting the Office of our Label. @Empire Avenue✌️✌️✌️🇧🇮
Mbega ivyongeteza bisigaye bivugwa mu bdi,mana,musigaye muri aba anglophone,ko naheruka no mwishule ari isaha imwe mu ndwi?Canke nico abantu bironderera ku ma reseaux sociaux,birancanga pe.Muraraba neza ntimuze mumete nkabo ntavuze,ari icongereza canke igifarasa batabimaitriza,ukusanga ari igifaransa ntukizi neza,icongereza ni ukwidebrouilla.Ico nkundira aba ouest+africains,bari francophones kandi ils assument,bavuga igifaransa ciza,kandi nta complexe bagira ngo kuvuga icongereza ni vyo biri cool.
Wakwetu oyee 👍👍
Sat_B Big Respect burya ndatahuye ico wipfuje gushikako Bandanya utera intambwe mu Buzima🙏🙏
Abantu bambere nkundaa muri entertaiment hosy et sat b🎉🎉🎉❤❤❤ sarubii araciye ubwenge azoguma Ari hit gushika apfuye😮❤
Sat ari très intelligent wallah❤❤ good job Josy chchbae😂😂
Sat b hejur cnee ndabaknd❤vrt mwen hosy
❤❤❤cyane form 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🙏❤️🌜sat B turamukunda cyane ❤❤
Sha Rosy vraiment sans bragrue NDAKWIKUNDIRA Didi 🎉❤ N'UMWAMI WA BESY SAT BY NDAMUKUNDA CAANE DISI🎉❤ MWESE COURRAGE .Kiko ivyiza biri lmbere..
Satb afise studio nziza
Mr sat 🎉🎉 igifaransa ciwe kirakaze gusumba mbere nicabafise Diplôme zohejuru cane ❤❤ Big up sana hosy
Neza cane
Mukobwa mwiza cyane ,kuki utaza kenshi mu RWANDA !!!?,we love you kandi ni homme tiragukumbuye.
Bimwe mu bintu i like more kur sat b than abandi basani from Burundi: he is intellingent and knowledgeable, uravyumv kenshi mu nyishu atanga iyo bamubajije... big up..
Sat b yubahwe sana. Siren vebes turabemera bcp bcp
Je t'aime trop sat ❤❤, keep shining my best forever
Nukuri sat b imana ikongere umugisha muvyawe vyose kuko amajambo yimana akurimwo biranejeje cane
Ndabakunda mwese🩷 Chrie wanje Hosy na Petit Frère Wanje Satubi Ikiganiro gikaze 😅
😂😂😂😂Petit frère disi Ncuti
King Sat b hejuru❤❤
Waaow, Ninde yabonye ko KING ko iyatinywesheje ibintu kabari Serieu mumvugo, vrt ndaryohewe, Why atokwama uko kuko nivyo bibera Umu Super Star❤
Aratuje san ahubwo ndatangay
King 👑🇨🇦🇨🇦🇧🇮 burundi wewe urumwe mugihugu turakwishimira Kuba tugufise
Hosy courage ww ntiwicay kub stb yaguhay kiganiro bitweretsek uz gukor
Yagaaa....... Empire Avenue 🙏🙏🎹🇧🇮🇧🇮🇧🇮
sat by aricisha bungufyi pe ndabona asa neza ati size mukorogo azayihebe please ndamufana cane gose pe🇬🇧🇧🇮
Ndameye ikiganiro kiryoshe Hosy si promoteur wa 200 Nico gituma waronse interview
Satellite 🤞
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
Courage Hosy
Good interview with King Sat-B, iyaba uraga promoter ka 200 nta interview twaguha😅😅😅, anyway thanks for visiting the Office of our Label. @Empire Avenue✌️✌️✌️🇧🇮
Good job
Intelligent bad boy Sat b
Ndagunda bigeze kumwana wanje wewe agukunda kundusha 😂😂😂❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ndamwikundiro kuko afise indero runtu mukwishura❤❤❤
King 👑
My favorite #kingSatura💪
Sat hejuru cneee yaaaaaaaaga❤
Sat B is the King
Weee king Sat b❤🎉
Big Up Sat-B Satura
Hejuru cane Sat B
Karume 💛💛💛
❤
#empere_avenue🎉
Itike nangahe Burundi to Kenya?
Sat b ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Thug life....😅
Ng ehee ingene casama😭😂😂😂
King satura ❤✌
❤❤❤❤❤
Niwubahwe king
Eeeeh wallai sat b afis prononciation ya bien😅😅😅😅
Sat.B Big up better than My Rasta so respect ❤❤❤
We sata b
Sat b wnje❤❤
Namenye sat -b muri Ethiopia umurundi twari duturanye anyereka indirimbo yitwa Munsubize kuva uwomunsi Ndi umufana %
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🎉🎉🎉❤❤❤
Sat b numuntu yaciye mubuzima butoroshe arik abivyaza umusaruro ahubwo benshi twogirico tuwigiyek niyihezagirirwe
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂
😂😂❤
Nanje ndabafana na king satura
Kuba umu #star sugutomboza
👮👮👮ni👑👑👑
Interview ya King Sat sinshobor kurek kuyumviriza.abanyakanyosha ntimudukira ahubwo
Hhhh Hosy si mu Ramadhan gusa,muri make umusiki mur islam ntiwemew haba mu ramadhan cnk hanz ya ramadhan##SirenVibes#
Komera
Uyu muhungu aratandukanye nurya tubona kuma réseaux sociaux wumvirije ingene avuga n'ingene yishura
ikifaransa arakizi Kandi neza,narimaze kwumv mur emission Davin Carmel arumutimire,emission yose yi French yarayikoze,Sat B araciye ubweng tu
Komera musaza wanju
kumb ya mvugo n'ivyo yigira aho yavuga neza😅😅😅
Kbx bisab gukor ham natw turabakund cn
Komer
Burya fizzo muzomutumire nawe umengo sindigera ndamubona siren vibes cnke urya mugabo aragoye
❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥👍👍👍👍👍🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Sat b bon bilali
Uramukosoye hariho Aho yihenzi kuvuga kalime acavuga stb
Turamukizwa niki?? 😅😅
😂😂😂
St b wwwww wubahw kbx urachoboy
Nta mugabo yisiga Mukorogo waratumaramaze pe.
Mbega kuki Hosy utigera utuzanire Fizzo nawe nikuberiki?knd twama twamugusavye
Uratuzanira Fizzo Nawe
Satb ubahwa
Dukeneyeko yogarukana Kakera kukoturamukunda
Ni kw'isi hose ntakuntu nakumwe wotahura umugore naho woteka ibuye rigasha
Sat uri legend atahura
Karum wahora ufunga?
Sat b ubweng afise ni umurengera
Nshaka mbabwire ko irijwi mukoresha mubiganiro vyawe ossy nijo jwi m izomduru abantu baturenza ngo naba presenter shida aha numusaza nkaj ndumvira
Narigeze kumutwara kwishure dans les annees 1998-99 aho kwa David kabisa
Est ce que etre artist or singer means to sin why stopping in Ramadhan ico imana yakuremeyemo
Kuki udakora indirimbi zigifaransa. Tu peut arrivet très loin
Sat B
Visit
Aca kundaganya batu
Ubahwe
Ikiganiro gituje cubwenge
Courage Sat b. mwandemeye subscribe kuri fia blessing official. Thank you for your help
Mbega ivyongeteza bisigaye bivugwa mu bdi,mana,musigaye muri aba anglophone,ko naheruka no mwishule ari isaha imwe mu ndwi?Canke nico abantu bironderera ku ma reseaux sociaux,birancanga pe.Muraraba neza ntimuze mumete nkabo ntavuze,ari icongereza canke igifarasa batabimaitriza,ukusanga ari igifaransa ntukizi neza,icongereza ni ukwidebrouilla.Ico nkundira aba ouest+africains,bari francophones kandi ils assument,bavuga igifaransa ciza,kandi nta complexe bagira ngo kuvuga icongereza ni vyo biri cool.
Uwo type asa nimborerwa
Very boring interview 🙄🙄🙄
Sat hejuru cane
Ewe Sidibe sha, ngo uranyika nka Berry music 😂😂😂gusa sha Sat aricishabugufi yubahwe