Ishavu rya BIG FIZZO abajijwe kundirimbo ya Kirikou yamuvuzemwo Sat-b || Namusabe imbabazi || Umwana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 кві 2020
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bacu cane cane +257 n'utuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( S'abonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partager)
    Murakoze kutwizera tuzobakorera
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 102

  • @clotilidembwigiri162
    @clotilidembwigiri162 4 роки тому +1

    Uvugankumugabo ndakwemera

  • @pajomani4446
    @pajomani4446 4 роки тому +2

    Wishuye neza cane big fizzo bamureka kubazo ibibazo bidakenewe nivyo bisubiza inyuma umuziki nukwisubirako #BantubwoyForEverybody

  • @budebadesmarest9219
    @budebadesmarest9219 4 роки тому +2

    Fizzo turakwemer san with ur team keep it up 🔥👌🔥👌🔥👌

  • @samuelngendakumana
    @samuelngendakumana 4 роки тому +2

    Erega yishura nabi hageze erega abamenyehamakuru ah kubaza ivya concert mubaza ivya sat b nivyukuri stb yaragiriy nabi kiriku vyiza mwomushikira naw akaduh inyishu

  • @graceirakoze891
    @graceirakoze891 3 роки тому

    Ahubwo harivyinshi atavuze mundirimbo ya my story twe twakuranye nawe turabizi gusa respect big fizo komerezaho malipo ni kwa Mungu

  • @bremiteef9221
    @bremiteef9221 4 роки тому +6

    Isaac nukuri wew ndagufana ter'imber

  • @wlkme6644
    @wlkme6644 4 роки тому +2

    Fizo arishura mana yoooo😄😄😄😄

    • @jonathanndikumana2206
      @jonathanndikumana2206 4 роки тому

      Big fizzo ntavyo kumubaza uburofa kabisa hahah ndamukunda guko hari abamenyesha menga akazi Kano ni guteranya gusa

  • @ntsnziarmelkinte1695
    @ntsnziarmelkinte1695 4 роки тому +8

    Umwanyumwe kiriku yitwa umwana uwundi mwanya ngo sumwana 🤷‍♂️🤷‍♂️
    Gusa kimwe nibaza ko kiliku yaririmvy story yiwe

  • @nduwamahoroemery3402
    @nduwamahoroemery3402 4 роки тому +5

    Les Journalistes nimwige kugira Focus kuri Talent, Mwige gufasha aba musiciens guserura ama talents yabo, mwige kugira Promotion yama Events yaba Musicien, ivyo mutabikoze gutyo izo nkuru zo guteranya nizahera muzosigara mubura ivyo mukora.
    Udukuru nkutwo tuba dukwiye kuba udu Sub-Stories mu biganiro mutanga, nimuhe agaciro n ikibanza umusiki apana guha agaciro ivyo mwebwe mwibaza ko vyobazanira ama views

  • @heliiradukunda6239
    @heliiradukunda6239 4 роки тому +1

    🔥🔥🔥🔥 Concert yarumuriro kbsa nanj ndabakeneye IMUYINGA batsumuriro Wallah

  • @jamspili9606
    @jamspili9606 4 роки тому +1

    Bantu bwoy🇿🇲🇧🇮Zambia

  • @bararunyeretsejeanmarie9754
    @bararunyeretsejeanmarie9754 4 роки тому +1

    Isaac abafransa ntibobaciye umugani ngo,, Pour arriver à ceque tu veux tu dois passer à ceque tu ne veux pas,,,Kiriku yanyuze biryayaciyemwo yarinteguro y'Imana kugira ashike ahari uyumusi kndi ntacike intege imbere harivyo atabona namaso yiwe Imana yamuteguriye

  • @sophieslm6495
    @sophieslm6495 4 роки тому +1

    Kabisa mugani uravuze ukuri👍👍👍

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 5 місяців тому

    ❤❤❤

  • @hadijasalimu1808
    @hadijasalimu1808 4 роки тому

    Big FIZZO nakubali sana majibu yako bro kisha kirikou akili wachanenay hawamuwezi watachimba sana Isaac kaka mm nakubali unatuletea mambo mazuri allah akutangulie mbele

  • @kubwayoinnocent9549
    @kubwayoinnocent9549 4 роки тому +2

    Haahaa Fizzo n,umubo ndakurahiye

  • @dandylankaburundi8325
    @dandylankaburundi8325 4 роки тому +2

    Isaac am TV online nimwe muteranya abaririmvyi kbr izo titre zidahuy. Nivy baba bavuz kndi bâ mubaza ibibazo bijany numwanY apana kubaza ama question bizarres

  • @juvenalndayikeza5142
    @juvenalndayikeza5142 4 роки тому

    Kwubaka izina bitwara inguvu nyinshi cane.

  • @river7419
    @river7419 4 роки тому

    Hahha u guys niho mutateraa mbere hhahhah nkaho mukaza kuri yohtubw just fknwast time like that yooo pole sana

  • @kkkkftbbhgft9118
    @kkkkftbbhgft9118 4 роки тому +3

    Nta kosa kirikou yagize kuko yariri histoir yiw yubuzima knd ntiyar guca abisimba ngonikuber .....

  • @emdybwoy7690
    @emdybwoy7690 3 роки тому

    Fizo jewe ndakwera cane ariko

  • @isaacsinzo5019
    @isaacsinzo5019 4 роки тому +1

    Uvuze neza

  • @d2omc780
    @d2omc780 4 роки тому +2

    Ati Imbobo
    Fizzo God bless u😂😂🙏🙏

  • @babutyger5034
    @babutyger5034 4 роки тому +1

    Bantu bwoy forever. And Asaac keep it up

  • @GedeonJamesGedythedon
    @GedeonJamesGedythedon 4 роки тому +2

    Fizzo atawanyosha kabisa

  • @mucomwizaruqaiyah4064
    @mucomwizaruqaiyah4064 4 роки тому +3

    Fizzo uvuze ukuri vraiment God bless u 🌹🌹🌹

  • @ezechielnsabiyumva2128
    @ezechielnsabiyumva2128 4 роки тому

    Bantu bwoy 4 life

  • @jeanboscobitangimana171
    @jeanboscobitangimana171 4 роки тому

    kuvuga ukur sibibi ntakuba hypocrite nivyo vyiza,big up Fizzo uvuga nkumuntu akuze nyen

  • @miguelimanishimwe7150
    @miguelimanishimwe7150 4 роки тому

    bury nta muziki wobah tudafis big farious

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому

    Nari napiswee,

  • @chrispinnziza5446
    @chrispinnziza5446 4 роки тому +3

    Fizzo mumutahure vrmt ah siw nukur mwebw ntimubon ko yari yasomye dukeyi

  • @Semavumba
    @Semavumba 4 роки тому

    isaac wari urindiriye iki kugira ubandanye na chaine yawe ?

  • @patrickbizoza58
    @patrickbizoza58 4 роки тому +1

    Abafise ingorane bose bazoziririmbe reo ???? Fizzo arakwiye gutahurako akiri hasi akareka akagaye donc ubajijwe ntucufoka nkukumenga urikwishura abana bawe hma kiliku azomwiyicira wenyene niyaguma amuteramwo ugorwanko and big up sana Isaac👌

  • @josehenry7333
    @josehenry7333 4 роки тому +1

    Neza cane 😘😘

  • @alaincrespinondayizeye9854
    @alaincrespinondayizeye9854 4 роки тому +2

    BantuBwoy ni dili kabisa

  • @lyzagasogoumuhoza2756
    @lyzagasogoumuhoza2756 4 роки тому

    Babwir barek kuza bara promotinga...ahhhh

  • @viator257
    @viator257 4 роки тому +1

    Fom Soud Africa mbayumbere gushigikira tv yawe uzoteze imbere abandi Saac

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 4 роки тому +1

    Mambo mbaya💥💥💥💥💥💥💥💥💥

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому

    Ndashigikiye big fizzo tuace hypocrisie

  • @nononila4876
    @nononila4876 4 роки тому

    Nivyo kbsa

  • @tubivugetalkspace1775
    @tubivugetalkspace1775 4 роки тому +2

    Tres bien.
    Btw Fizzo arafise ikibazo,none ashaka bamubaze ivyo ashaka?

    • @sekandayiragije6144
      @sekandayiragije6144 4 роки тому

      Non arinkawe uri umunyamakuru ukabugiye kukibuga ubaza kahise cnk ubaza akubu

    • @tubivugetalkspace1775
      @tubivugetalkspace1775 4 роки тому

      @@sekandayiragije6144 Mu mwuga kirazira ko umutumire yiha ijambo canke ngo ategeke ibivugwa kiretse iyo ariwe yakoresheje icitwa Point de presse.
      Naho nyene nawe avuga kuri sujet imwe.

  • @kanekiki8852
    @kanekiki8852 4 роки тому +3

    😂😂😂😂😂Fizzo vrt naho nzosigara ndumw😂U th best💖

    • @benidarcyshemeza9155
      @benidarcyshemeza9155 4 роки тому

      😂😂😂😂hageze kukunt afira abantu bamubaza ubujinga nanje ndamufana🙌🙌🙌j'aime son franc-parler

  • @kevincray7666
    @kevincray7666 3 роки тому

    Hao ni diamod na harmonize au ni akina nani mbona wana copy mpaka muonekana hawawezi kuwa wabunifu?

  • @beyoncewaquebec8527
    @beyoncewaquebec8527 4 роки тому +2

    Abarundi niho tutazoshika iyo abandi bageze mushaka kwifata nkaba Diamond platnumz na Alikiba mwebwe nimukundane mureke ibintu vyama bifu

  • @mtulivumachete6218
    @mtulivumachete6218 4 роки тому +2

    Tuache unafiki .show wamepagawisha watu.ya sat b muyaache abaki na jina lak

  • @nzeyimanamoussa7756
    @nzeyimanamoussa7756 4 роки тому

    😂😂😂😂Big fizz umuririmvy wamber adariny ab journaliste hhhh
    Ni yeye

  • @ezemanvlogs8987
    @ezemanvlogs8987 4 роки тому +1

    Ico ndagushimira urasoma comment

  • @edithh-santana3574
    @edithh-santana3574 4 роки тому +2

    Umwana vrm ntiyibagira✔️ iryo niryojambo rikomeye

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 4 роки тому

    Bantu Bwoy Tour not Towel Isaac uyumunt urigukorana naw ikiganiro agakosha il faut kukosora ndasavy

  • @nduwamahoroemery3402
    @nduwamahoroemery3402 4 роки тому +3

    There is nothing wrong umuntu ari authentic, abantu sinumva ico bashaka kuri Kiriku, Aba Journalistes ba Music musigaye muri abantu bo kudomeka kandi nimba hari ikintu kibi muriko murakora nukuza muduha amakuru afise caractere negative umwanya wose, ivyo mukora ubu si ku nyungu z aba musinciens, ni ku nyungu zanyu bwite, muriko muronga des histoires sensationnelles kugira tout simplement muronke aba Followers nama subscribers nama likes.
    Isaac, Siren vibes, Landry Pro, Buja HitTv nabandi mwese, vous fetes la Honte du journalisme, vous detrusez la musique muriko murondera inkuru zo gucanishamwo gusa.

  • @oookkk3965
    @oookkk3965 4 роки тому +1

    Nikama huyo fizzo hapanak misada jmn hehehheeh jmn kama alisha wayi muniambie

  • @hollybleesing6435
    @hollybleesing6435 4 роки тому +1

    Mwebw muguma mugira ibiteramo corona ntacibabwiy

  • @gentilledushime3876
    @gentilledushime3876 4 роки тому

    Ko babakiriye mugikoni?🙃

  • @harerimanadidosng6257
    @harerimanadidosng6257 4 роки тому +1

    Nivyo kandi mwebwe aba journalist murabaza ibintu bitazanye nukuvuga ivyo mwabajij sivyo nukuvuga mwari kuvuga ivyerekeye igiteramo

    • @mbtv3919
      @mbtv3919 4 роки тому

      Ereg ivyo bamubajij vyabay mugiteramo je numva atakosa bakoze

  • @cbanews4730
    @cbanews4730 4 роки тому +1

    none muzoza murakora amakosa mwanka gufata neza abantu ngo bavyigumizemwo,ko yanse kumufasha ubu ntariko arakora umuziki kirikou?satb yari yibagiye iyo yavuye,noneho wanka kurongora inkende bwaca ukayisangana amezi,ndikirikou nosohore rap imeze neza nkamuponda.

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 4 роки тому +1

    Number 1,2,3...... Sorry

  • @LivingHope100
    @LivingHope100 4 роки тому +1

    None se iyo nkuru(story) niyo yamubayeko gusa?

    • @ndayiragijerashid4982
      @ndayiragijerashid4982 4 роки тому +1

      aracari muto nizindi zizomubako mur kazoza avyipfuje azoziririmba

  • @heromejasenghor8602
    @heromejasenghor8602 4 роки тому

    Abo bantu buryrura ub tv bataz nokubaza kuvaho fizzo yabigishirije kubaza ntimwunva jemubaza ibibazo vyunvikana muteye isoni😀😀😀😀

    • @Mwambakachill
      @Mwambakachill 4 роки тому

      Ugurura rwawe hama ubaze ibibazo vyiza wewe uzi kubaza

    • @heromejasenghor8602
      @heromejasenghor8602 4 роки тому

      @@Mwambakachill warahi jew ntabutobwe nkubwo nogira dogo ja witonda ntitwize yaga mukama hahaha fake journaliste

  • @franckkubwayo208
    @franckkubwayo208 4 роки тому

    Kirikou afise pistolet ? Nabonye neza?

  • @nzeyimanaanassi3585
    @nzeyimanaanassi3585 4 роки тому

    Abaririmvyi bato bato ntibagisohora indirimbo kubera mutabaha promo muguma mudisinga babiri batatu misi yose ...nimwikosore.cnk ugasang umuririmvyi umwe aguma arondegwa nabajournalist benshi.umwe abajijwe numujournalist umwe basi hariho ikibazo batamubajij genda umubaze ivyo apana birya nyene

  • @user-ob6bt2vm5n
    @user-ob6bt2vm5n 4 роки тому

    Piga kerere kwa asaac weweeeee

  • @jeaninewalda493
    @jeaninewalda493 4 роки тому

    Ahhhhhh non mwebwe CVD 19 ntaco ibawira eee

  • @marcinganji9579
    @marcinganji9579 4 роки тому +2

    Ivyo KIRIKOU yaririmvye ntago ari Histoire ahubwo ni beef kuko sikurya baririmba Histoire.

    • @milym2713
      @milym2713 4 роки тому

      Kilikou nta beef afise ni histoire yiw knd nivyiz ntakwibagir kahis bury wibagiy kahis ntah woj nivyiz

    • @milym2713
      @milym2713 4 роки тому

      Abant nikibaz kwer kuberik aband yabavuz iyab ar beef yagiz yar kuririmb umwe gus kuberik yashizemw umuryang ww aravug umugab wanyin ww .zamwiyumvir nimb wibaz kwar beef urabwir satub azogend yiyuzuz naw urumv ko yakoz ikos knd kwis bibah nugutahuran kwis nik bir knd usang satub harivy yarimw kimw nimb atac yiyagriz aragend yiyuzuz naw iyo beef uvug ihere

    • @adriang.
      @adriang. 4 роки тому

      Bavyita true story apana ngo beef

    • @FideleDoxOfficial
      @FideleDoxOfficial 4 роки тому

      oy kirik yaririmvy story yiw naw uraririmb story gwaw umwerek uk yobikor jw mbn atac yihenz kuk yatanguy kwivg avug nabavyey aravug nabamukosherej aravug abamufashj ac avug nah agz nn beef niyih???

  • @nshimirimanadesire2471
    @nshimirimanadesire2471 4 роки тому +1

    fizzo we uko lofa sana uratutse aba journaliste

    • @yusufhb6837
      @yusufhb6837 4 роки тому +4

      Yabatutse babikwiriye kuko ntabwo ari aba journalists nibijuju vyaba journalists bokuri TV online ntamu journalists afise certificat yubu journalists yobaza nkabirya bibazo rero hasigaye ko aza arabigisha uko babaza kuko ntabwo bazi umwaga barimwo nibi werewere vyaba journaliste ba you tube

    • @sekandayiragije6144
      @sekandayiragije6144 4 роки тому

      None ww uriki

    • @munezeroinnoncent3442
      @munezeroinnoncent3442 4 роки тому

      @@sekandayiragije6144 none weho uri igiki?

    • @guillaumemusonerwa2502
      @guillaumemusonerwa2502 3 роки тому

      Abaye lofa nawe wocuba iki?ntanuwukuzi déjà Hama ngo Fizzo ni Lofa ?Lofa mwenyewe

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil 4 роки тому

    Urikijuju wewe. Mjinga imboregwa wewe farious wewe wagiriye bingahe lolilo kutamusavye ikigongwe rera ubazwe , Isaac uyuuu big fizo nimboregwa ntazi ivyoarimwo

    • @ernestbizindavyi5325
      @ernestbizindavyi5325 4 роки тому +4

      imborerwa imenyiyindi

    • @samuelirankunda7643
      @samuelirankunda7643 4 роки тому

      Akili yako imejaa matope ivi wewe unajua niwapi alimuombea msamaha ao ?

    • @adriang.
      @adriang. 4 роки тому

      Uri kirofa wewe, lolilo niwe yakwitwayeko ?kobaheruka gusohorana indirimbo wumvise batukana?

    • @d2omc780
      @d2omc780 4 роки тому

      Ntuzi ivy uvuga ww👎👎
      Use your brain man

    • @guillaumemusonerwa2502
      @guillaumemusonerwa2502 3 роки тому

      Aboregwa mumutahe wiwe?hari uwaso canke wanyoko aboregwamwo?

  • @gervaisnyandwi1411
    @gervaisnyandwi1411 4 роки тому

    ISAAC BIG UP FIZO YAKUZIBIJE UKURI TWARAKUBONYE KANDI TWAKWUMVISE,SMS KWA FIZO TEKANA TWESE TWARATEKENYE UREKE ABANDI BAKORE.

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому

    Ndashigikiye big fizzo tuace hypocrisie

  • @dandylankaburundi8325
    @dandylankaburundi8325 4 роки тому

    Isaac am TV online nimwe muteranya abaririmvyi kbr izo titre zidahuy. Nivy baba bavuz kndi bâ mubaza ibibazo bijany numwanY apana kubaza ama question bizarres

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому

    Ndashigikiye big fizzo tuace hypocrisie

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому

    Ndashigikiye big fizzo tuace hypocrisie