Témoignage de Jean Claude Havyarimana.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 17 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 23

  • @VanessaMct
    @VanessaMct 8 місяців тому

    Yesu imana izogohorero

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 4 роки тому +4

    Mana weeeeee😭😭😭😭
    Imana yumve amarira yawe.
    Kandi uguhora n ukwayo

  • @kanekiki8852
    @kanekiki8852 4 роки тому +1

    😢😢😢😢😢😢😢😢le pauvre 😢😢Imana itubabarir😢😢😢😢

  • @gatlar628
    @gatlar628 4 роки тому

    Imana igukize yongere ibabarire abakugize ikimuga warukomeye,ça fait mal vrt kubna umuntu ameruko azize ubusa

    • @TeleRenaissance
      @TeleRenaissance  4 роки тому +2

      Havyarimana Jean Claude qui était réfugié est mort après 4 ans qu’ il était paralysé. Jean Claude a été torturé par les militaires de Ruzo dans la commune de Giteranyi province de Muyinga en 2015 après avoir été arrêté par les agents de la PAFE. Il a été battu plusieurs jours à l’intérieur du camp Giteranyi, il faisait des travaux forcés selon son témoignage à la Télé renaissance. Le Haut-commissariat pour les réfugiés (HCR) a essayé de lui trouver un pays qui pourrait l’accueillir afin qu’il soit soigné, les procédures n’étaient pas encore terminées. Jean Claude Havyarimana était natif de la commune Giteranyi, marié. Il laisse derrière lui 4 petits enfants en exil dans le camp de Mahama.

    • @gatlar628
      @gatlar628 4 роки тому

      Paix à son âme,Imana iremeshe abasize

  • @elimuhizi3308
    @elimuhizi3308 4 роки тому +5

    Mwoshobora kuduha nimero yiwe twoshobora kuzomufasha nagato kagamufasha

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY Рік тому

    😭😭😭😭😭😭😭

  • @kubwayoobedy3179
    @kubwayoobedy3179 4 роки тому

    Pole sana

  • @kg7285
    @kg7285 4 роки тому

    Twomufasha gute? Numéro two telephona ko niyihe?

    • @olivierkibonge438
      @olivierkibonge438 4 роки тому

      Nukiri ateye imbabazi caneee Nanj mbonye number zuyomuntu nomufashaaaa ntabwo yosubira kuburara ark nizereko abariko barica ikiremwa muntu imana irababona Kand hazogera igihe nabo babishure vuba caneee imana ibane naburimintu wese yifuzako uburundi butera imbere hamwe nabarundi dufatikany twese turwanye CNDD duhe amahigwe abandi ark x bose baje bavugako bazokora ivyiza ark nasanze ivyobavuga atarivyo bakora harabantu bagitango gutwara ngonukwica uwutavuga rumwe nawe gusa imana izofashe ejo uburundi buzotwage nuwo imana yatuzanie

  • @yesuarampagijetvmunezero7408
    @yesuarampagijetvmunezero7408 4 роки тому

    Ndababwire imana yomwijuru igiye kugaragaza uku

  • @nduwamungufribert4461
    @nduwamungufribert4461 4 роки тому +1

    Ngo Umu General 🇧🇮🤷‍♂️ womuruzo ( Giteranyi) imuyinga🤷‍♂️ sinibazako ivyo kwoba ari ukuri👀🇧🇮

  • @solongeirkoz5605
    @solongeirkoz5605 4 роки тому

    😭😭😭🙏

  • @ntahomvukiyemichel7637
    @ntahomvukiyemichel7637 4 роки тому

    😭😭🙆🙆🙏

  • @hitayezuanselme9112
    @hitayezuanselme9112 3 роки тому

    Ubumuntu mu Bantu bwarabuze

  • @Livanovich418
    @Livanovich418 4 роки тому

    😭😭😭😭

  • @jeannettemukeshimana577
    @jeannettemukeshimana577 4 роки тому

    Nukuri lmana mushobora vyose niyo izokiza uburundi peee iiiiiiiiiiiiiiiii

  • @bijou5038
    @bijou5038 4 роки тому

    Mana yanje none kobamara ababu ivyobikoko vyagiyekuba mwishamba bikavamubantu .nabo bazopfa nabi

  • @عائشهعائشه-م9ق
    @عائشهعائشه-م9ق 4 роки тому

    Mana mutabare

    • @bonhommea4506
      @bonhommea4506 4 роки тому

      umuntu twamubona gute mwompamagara kuri +19372509743

    • @bonhommea4506
      @bonhommea4506 4 роки тому

      Mwondonka kuri WhatsApp’s